J'aime le Burundi et surtout leur ancien président Docteur Jean baptiste BAGAZA , c'était un président pana africain capable et excellent pour l'Afrique.
Thanks a lot Africanova you made my childhood awesome i used to sleep listening to your music Papa yazivuza avuye kukazi saa sita nanje naba mvuye kwishure
Nanje Sha papa Wanj yarakunda kuzumvuriza avuye Ku kazi Nanj naba mvuye kwishure ngiye kuryama and then nkumviraho ntanubwo narinzi nuwuziririmba uwariwe🤣🤣🤣🤣🤣
Oya rwose, ntukaruhe cher Tonto...we cannot give up on the vision of a new and united Afrika. Igituma ni kimwe gusa: abana, abuzukuru n'abuzukuruza bacu. Nitugenda, tuzobasigire ubutaka bwiza, burimwo amahoro, ubutungane n'Urukundo. Nanje ubu ndarindiriye ariko, Imana ibishatse, sinzoruha.
Il faut aimer Dieu , pas un être humain !!!un être humain peut changer à tout moment,il n'y a pas la GARANTIE eyemwee, c'est une histoire personnelle qui passe et qu'il faut tjr recommencer.😅😅
Uwo turiko twumvirizana hamw kano kakera ampe like 👍 mbona ko turikumwe..old but gold
Uwo turi kumwe muri Kano kadiho muri 2022 ampe like mbone kontari jenyene ndayikunda
Ibihe biha ibindi vrt cette époque nous manque
I'm congolais grow up in Burundi this song remind me a lot ,my childhood my family may friends and Bujumbura thx Africa nover
Greatest of all time ❤🔥✨
Uwo turikumwe murikano kadiho mur 2021 ampe like twikomereze
Ninde akiyumviriza mur 2021 oooh ubu bararirimba canke n ibindi batuzaniye!! Mwararirimba kbsaa
Ninde ariko arakinovora muri Mukakaro 2020? Ooh! Bujumbura, mon amour.
Burundian
Yoooo iyi inyibukije tv icaka turindiriye dessins animés za 18heures😄🤦🏾♂. Vyari ibihe biryoshe izi zose twari tuzizi kumutwe😄.
J'aime le Burundi et surtout leur ancien président Docteur Jean baptiste BAGAZA , c'était un président pana africain capable et excellent pour l'Afrique.
Africanova's songs are timelessness,their savour and endeavor are endlessness .I am not so old but in my 30 th years old I keep listening them.
Abaririmvyi ba kera nibo gishitsi c'umuziki w'uburundi. Barakoze kubaka urufatiro rwiza. Abubu nabo bikebuke basohore umuziki wakanovera
Thanks a lot Africanova you made my childhood awesome i used to sleep listening to your music Papa yazivuza avuye kukazi saa sita nanje naba mvuye kwishure
Nanje Sha papa Wanj yarakunda kuzumvuriza avuye Ku kazi Nanj naba mvuye kwishure ngiye kuryama and then nkumviraho ntanubwo narinzi nuwuziririmba uwariwe🤣🤣🤣🤣🤣
Oya rwose, ntukaruhe cher Tonto...we cannot give up on the vision of a new and united Afrika. Igituma ni kimwe gusa: abana, abuzukuru n'abuzukuruza bacu. Nitugenda, tuzobasigire ubutaka bwiza, burimwo amahoro, ubutungane n'Urukundo. Nanje ubu ndarindiriye ariko, Imana ibishatse, sinzoruha.
Probably th best era of burundian music to ever happen
Home sweet home.God bless Burundi.
Nukuri Nukur Nukur mur icogihe uburundi bwari buteye igomwe mur vyose🔥🔥🔥
Indirimbo zakera kabisa zari ziryoshe,,,, raba turi muri 2020 turko tuzumviriza gushika nubu!!!!
izi ndirimbo za kera vraiment ni nziza zigumana akanovera zimwo amajambo aryoshe kwumiriza cane
Naomba tujuane kwaingoma wanaoipenda like ✔️
gitega gitega Hi
I miss you Burundi, mon petit pays😭❤️❤️
yoooo ukuntu zari ziryoshe vmt izo ndirimbo. nostalgie
What beautiful song my god it does reminds me of my beautiful childhood. I can remember when RTNB will put all these song 🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🙈🙈🙈
Yooo me too my
Sinzobagora Mariam best memories ever, I live in the UK at the moment but siwezi ku stop to listen to our beautiful music 🥰🥰🥰👌🏽
They write God in capital letters not small ones
I miss Burundi ,thank you for upload
Basokuru mumuziki.tuzobagumiza kumutimaaaaa
IMANA ikuzigame mutama uri muri bake basigaye baturirimbiye indirimbo zitazokwibagiranwa mu muziki w'UBURUNDI.
Akanovera always super work and big up
Oh Burundi, mon pays d'origine tu es et ti restera au bout de mon coeur.
Le Grand artiste prefere Africa Nova, warabikoze pe
Nova forever mwarakoze ibikora inka peee😍
Ewe Burundi ingene bagu shimagije ningene naciye ubwenge ndakwumva kumatwigusa bisize ubwenge Imana Ikugarukire
Tu es né a l'étranger ?
In Qatar, still lesten to that Yummy song
Nta bumwe turafise ...
Igikorwa oh que oui ...
Mugabo amajambere ? Peut-être un jour, n'Imana irabizi ...
Dushaka amahoro !
Burundi wacu, paradis perdu. Ngira ngo tuzobonana ...
Umugabo w'ukuri, ntarangwa n'urucumu, arangwa n'umutima.
😍😍
Uturimbo nkutu tudasaza nitwo twokwumviriza peee 2020🔥
Nimeipenda hii!
dvd john Tzt
Love this song 🎵 💖ikigihe isi yarikir isi
Big up to our great singer Africa nova ❤❤❤ !
Much love from Canada❤
Le bon vieux temps, V.W comby ya bleu.
From Uganda 🇺🇬 Int'l Congo DRC 🇨🇩 I remember My childhood In My Country Burundi 😊😊🇧🇮🇧🇮
It would be better to Come buck in our country for we like your songs and you
Akanovera nikose!
Warakoze cyane Mtama wacu?
Sha ibyo ni mu Burundi , apana mu bazungu ebwanaa 😂😂😂, urukundo c'est adaptable noneho.
I'm here 17/09/2023 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Good vive from Burundi❤❤❤.
Time fly fast ,nibukaa tukiyiraba RTNB turi abanaa ....nguma nibaza nti none amwinyegeza kuki 😂
Thanks my uncle Nova, WE love u somuch
This is one of my favorite song
Très belle chanson!! Super voix avec un timbre vocal ravissant
King jemus
Nukuri nubu UBURUNDI burateye igomwe.
Ivyo munegura turasavye muzane umuganda wanyu tubwubakire hamwe kuko numuvyeyi wacu.
ces chansons me plaisent énormément !
2019 still here ❤❤
R.I.P Bruno Simbavimbere(Memba), Canco Amissi, Chantal.
Nibutse konzosaza ncanumva mbaabye reka ninwete icuba ubuzima nibuto
Kabisa niwinwere.
Les anciens succès, kera mwararirimba, ariko ubu baririmba murudavagi. Ubundi kuririmba n'umwuga vyari bikenewe ko abaririmvyi bacu bubu bahindura bagasaba impanuro kubakurambere nkuyu turiko twumviriza. N'umwana nzosiga nzomubwira ko wari Umucuraranzi.
Ego ari muri batanu bambere baririmvye neza.Aba muri canada ubu .Uririmye waraciye kw ishule umenya ivyo uvuga.Abiririmvyi boose ba kera bari barize
Ab ubu nta numwe yasomye ni co gituma batazi ivyo bavuga.Ibiterasoni gusa ibitutsi gusa
NDUMVA NARIRA PEEEE
@@nkeshimanaemmanuel5031 nta numwe aririmba ikirundi atavanz swahili cank anglais 😷birabishe
@@chanellendayishimiye63 uribesha cane abarundi bakera nta swahili bigeze baririmba kuko swahili niyamwebwe ababembe
Frère gorby urikumva ?uretse kundjachira Florida dii.,,,,😁🖐️
Who is here in 2024
Me bro
Niho twibereye
❤❤❤❤❤❤❤❤100%
What a beautiful music 🎉❤
Il faut aimer Dieu , pas un être humain !!!un être humain peut changer à tout moment,il n'y a pas la GARANTIE eyemwee, c'est une histoire personnelle qui passe et qu'il faut tjr recommencer.😅😅
Ndakuye inkofero🙏
M'y God!!!Imana itwongere impano
Me too I miss Burundi ❤
Nibutse kera nkiri umwana i Butare ndeba RTNB
ewe burundi waruteye igomwe
Sasa Sasa burundi niya zamani
Ngabo urintwari ,turipfuza ko umuziki ndundi wogarukana akanovera kuko turavye uvyubu nta nyigisho dusangamwo yo gukunda igihugu ca twibarutse
my favorite song 💋❤😃😁😗
Vive la musique burundaise
Wariwakoze mutama
Mzee nakukubari
god bless burundi
They don't write god but they write God
@@semuganzabicusulaiman2353 Tell to the World 🌎 ni GOD not god
All time song!!!
back in the day time hen washobora kuraba umugenzi mpaka yuriye indege now you can’t see them
Oh 😢, Miss this song
Aha hari kera nka 1978
Utu turirimbo ndukunda kubi!
Verry good😊
The power of the press.
La chanson que j' aimé
Burundi Gihugu canyibarutse nzokwama ndagukunda aho nzoba ndi hose
🔥🔥🔥2024
Ee! Mbega baracurarangaaaawe
It was so good 🙄🙄
Kabisa muragize ico mumara mukudushikiriza kano karirimbo
ni vy ukuri mwararimvye pe+
uruwibihe byose
Numva mbandanya ngukunda
Milk, woba ufise ama image yindirimbo ya Nikiza David? Merci!
C'est pas un pays que nous avons, mais un paradis sur terre.
Mais avec nos idiots de politiciens,...c'est devenu un vrai enfer.
Nostalgie RTNB.
Itera agahinda nukuri
Waaao sooo nice
Ramba Ramba 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Super!
God bless u
milk we sinzi ukuntu nogushimira woba ufise indirimbo yumunyarwanda yitwa mboneye eulade indirimbo ni nshaka umukunzi nkawe ......sinzi ko uyibona
We need lyrics for real...‼️
vrt super!
Good
Mashaallah
Always old is gold pee
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
God bless