Burundi : Musoni Evariste - Sinarinzi (Original)

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 13 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 95

  • @doomedinscrolling3587
    @doomedinscrolling3587 8 місяців тому +7

    Amarira gusa iyo nunvishije izi ndirimbo
    Zinyibutsa aho twaba tukiri bato
    Zinyibutsa mama mukuru wacu aba oncles bose barapfuye
    Yewe namarira gusa
    Africa warakubititswe

  • @souzanemurekatete2661
    @souzanemurekatete2661 7 місяців тому +2

    Sinarinzi ko wagize impinduka k' umutima 😢, sinarinsi ko umutima wawe wabaye urutare😢

  • @oookkk3965
    @oookkk3965 5 років тому +17

    Ww nib uki yiraba iyi ndirimbo muyu mwak wa 2019 kubit kur link Ok

  • @sandrinekidasharira9713
    @sandrinekidasharira9713 11 років тому +2

    Kandi naragukunda..
    Iy'izuba riserutse, mu mutwenzi ncikangura, nsaba Imana ngo izoguhe ubuhirwe kur'iyi si.
    Egooo, aho hambere hahise baracuraranga!!

  • @rwamashurirwazinambiwe5032
    @rwamashurirwazinambiwe5032 2 роки тому +6

    Nta Murundi nta Munyarwanda ,turibamwe

  • @joselynemubirigi8010
    @joselynemubirigi8010 Рік тому +1

    Wawouuuu l am in Rwanda iyi ndirimbo inyibutsa kera nkiri Gato cyane niyamatekaa

  • @immaneuldotto8218
    @immaneuldotto8218 3 роки тому +1

    Nyimbo zul sana tena sana endeleeni kutuleteya nyimbo kama hzi

  • @aishanizeyimana8763
    @aishanizeyimana8763 Рік тому +1

    Oyaaa siranzi kowonyihakanye,iyi ndirimbo inyibutsa vyinshi,nkaba ndiko ndayiraba le 20-11-2022 .

  • @mutabaziyves2692
    @mutabaziyves2692 9 років тому +5

    this song is genuine, this song were made by MUSONI Evariste, currently he live in Canada, recently he was in rwanda.

  • @Mapeka81
    @Mapeka81 5 років тому +2

    Waoooo Farious yarashishuye n'iyi koko. Mbega belle mélodie weeee

  • @aksantedeborah7913
    @aksantedeborah7913 5 років тому +2

    Oooh ndo mwenye wimbo huu big fariouz kaimba remix

    • @yvesnisaofficial3981
      @yvesnisaofficial3981 4 роки тому

      Yeah

    • @jean-boscosenani7652
      @jean-boscosenani7652 4 роки тому +2

      ntore ntiziramba ABBA hafi bose barasezeye Isi ariko basize Izina!!! Izindirimbo hafi nka Zose twari tuzizi kumutwe,harimwo ikirundi gikomeye ,abana bazi inyovyi yo mumataha ,igihenda baja igikingi c irembo ...bangana gute ubu !!!!Harakwiye ko mumayarwa zokwigishwa ,abantu nka Canjo,musoni,mupenzi,Jean Berchimas,Gakwaya ,inga za famille Ntahonkiriye,maconco,umuduri wa nkeshimana ,matata ..bari bakwiye kutazibagirwa ,ntibagiye Amazina,ibicuba ( kuyagisha inka kandi zikanyumva )

    • @ritza3452
      @ritza3452 4 роки тому

      @@jean-boscosenani7652 aracriho

  • @amanidavidrugamba9823
    @amanidavidrugamba9823 6 років тому +8

    Refix, nagira ndakubwire ko Musoni Evariste yari Umunyarwanda naho yaririmba mu Kirundi. Ubu ni umutama aba muri Canada aracariho, arakomeye.

    • @alicemwamikazi8325
      @alicemwamikazi8325 6 років тому

      amani david Rugamba nivyo ariho?nakayambu caane

    • @manirambonaoscar9083
      @manirambonaoscar9083 5 років тому +1

      Nivyo? Aracariho? Imana imuhezagire aratwibutsa uburundi bwa kera

    • @egidenzohihaya9337
      @egidenzohihaya9337 4 роки тому +1

      amani david Rugamba tumutahirize umubwire muburundi turagukunda

    • @ritza3452
      @ritza3452 4 роки тому

      @@egidenzohihaya9337 nawe aragukunda kuko ntawanka umukunda, aba atabizi

    • @caritasnduwayezu4851
      @caritasnduwayezu4851 4 роки тому

      Mudutahirize musoni. Uti karaoké ntiba indirimbo yawe itavuze.

  • @rwamashurirwazinambiwe5032
    @rwamashurirwazinambiwe5032 2 роки тому +1

    Love this song Musoni wubawe

  • @mutabarukaalexandre5714
    @mutabarukaalexandre5714 7 років тому +1

    eh ese burya ya ndirimbo ni igishishwa!!!!! ndumva iyi ariyo nziza

  • @bnkundwa
    @bnkundwa 6 років тому +2

    Musoni Evariste is a great singer of the Great Lakes countries.

  • @kaburamelikiadi8281
    @kaburamelikiadi8281 7 років тому +5

    iyi ndirimbo inyibutsa kure igihe umugore twa vyaranye abana6 ariko yahindutse ndamubona aja kwambikana impete nuwundi mugabo afise umgore nabana 4 nukuri birababaje abantu dutera duhinduka

  • @hassinahamdan5644
    @hassinahamdan5644 2 роки тому +2

    WOOOOW I COULDNT BELEIVE MY EARS I WAS MISSING THIS SONG THANKS FOR THIS ♥️♥️♥️♥️🦋🌈🦋🌈🦋🌈🦋😘❤️❤️❤️❤️

  • @bostonzulu8279
    @bostonzulu8279 7 років тому +1

    imana igume irinde abarundi twempi kandi igume itwongerereze urukundo .

  • @adidjakhalfani8794
    @adidjakhalfani8794 4 роки тому +4

    Missing home now😢😢

    • @arielntwari3826
      @arielntwari3826 4 роки тому

      I was there few months ago but after listening to this song feel like 10 years without being to my loved Burundi

  • @refix-appleexperts3721
    @refix-appleexperts3721 6 років тому +2

    Musoni yari gikenya cane kabisa. Mbega burya ntabantu bazi amateka y'aba baririmvyi bakaza barayatugezako. Aho bavuka, aho bize, nimba bakiriho canke batakiriho. Nimba hari aba bakomokako canke imiryango yabo. Ababizi bakatubwira ingene bashengeye, ect. Muri make, ibijanye n'ubuzima bwavo muri rusangi.

    • @celestinntiranyibagira9822
      @celestinntiranyibagira9822 6 років тому

      des idées agencées et bien coordonnées. je doit respect aux musiciens d'avant

    • @joeka5457
      @joeka5457 5 років тому

      Refix, ico nzi Musoni Evariste afise umukobwa wumu musicienne aba Canada yitwa Musoni Nicole, naho umutama ashobora kuba atakiriho.

  • @RachelUmurangamirwa
    @RachelUmurangamirwa Рік тому +1

    Muraho neza Evariste ? Mubyukuri biramutse bishobotse waduha indirimbo umugabo mu kaga ndayikunda rwose!!!!

  • @shabanivandecamp742
    @shabanivandecamp742 6 років тому

    Wow 😭😭😭😭missing home now

  • @TheMontreal07
    @TheMontreal07 10 років тому +1

    Imana ibarinde

  • @jeanbaptistenzohabonayo2001
    @jeanbaptistenzohabonayo2001 10 років тому +5

    the original song was made by Musoni not by Fartouz

    • @ignacemunyaneza175
      @ignacemunyaneza175 7 років тому

      Hahahaha! some people do not know!

    • @momokotania7416
      @momokotania7416 7 років тому

      Ce que tu n'as pas compris , ce que Fizzo a fait de cover sur cette chanson

  • @bukeyenezaeloi9589
    @bukeyenezaeloi9589 Рік тому +1

    Mperuka akanovera kindimbo canke amamajambo yinkora mutima mutara shengera imana ibahe iruhokiro ryiza)

  • @shantalrwanda3537
    @shantalrwanda3537 3 роки тому

    Iyindirimbo harimubuto bwaje
    Gezegukundana abahugu beshi twakundanye mwicogihe bahitanywe
    Nintambara yomiburundi hasigaye umwe ari muri afrika yefpo cambona ubuto bwaje mwakoze kuzidushirirako

  • @Drachte1
    @Drachte1 11 років тому

    Avant on avait des vrais chanteurs au Burundi! Aujourd'hui,...

    • @ritza3452
      @ritza3452 4 роки тому +1

      Aujourd'hui Dieu seul SAIS

  • @monsmons8031
    @monsmons8031 6 років тому +1

    home sweet home 😭😭😭Burundi 😙😙😙😙

    • @innocentrusharaza5173
      @innocentrusharaza5173 4 роки тому

      Musoni Evariste narinziko ari umurundi ariko naratangaye ejobundi numvise interview ye kuri TV1 Kigali yaje iwabo. Kumbi ?? Naratangaye kbsa!!

  • @masterbe3923
    @masterbe3923 7 років тому +1

    In this video I saw a waterfall, anyone know where it located. Good song I give credit to mosoni evariste

    • @ericremezo9638
      @ericremezo9638 3 роки тому +1

      It is located at Rutana province,exactly at Musangati commune

  • @remykwizerimana9407
    @remykwizerimana9407 7 років тому +2

    my loved song

  • @turatsinzeetienne
    @turatsinzeetienne 7 місяців тому

    Ndakwemera cyane.

  • @eva-gr.2538
    @eva-gr.2538 11 років тому +2

    Poetry at its best :-)

  • @evelynefuraha4053
    @evelynefuraha4053 10 місяців тому

  • @mukamugenzifrancine4995
    @mukamugenzifrancine4995 5 років тому +3

    2018???

  • @IrakozeClaudine-jd5ol
    @IrakozeClaudine-jd5ol 6 місяців тому

    Kl ndakwemer

  • @nduwimanagabriel9996
    @nduwimanagabriel9996 2 місяці тому

    Indirimbo nziza caane, irata isooko yanje yankujije ni wirambire gihugu canke ciza

  • @kakacaca5157
    @kakacaca5157 4 роки тому +5

    j'adore cette chanson mais j'ai tjrs l'impression que le chanteur meme si il chante en kirundi il a un accent du rwanda!!

    • @NewGenerattion
      @NewGenerattion 4 роки тому +1

      Oui, il a vécu au Burundi mais il est originaire du Rwanda

    • @kakacaca5157
      @kakacaca5157 4 роки тому +1

      @@NewGenerattion thank you bro je savais pas

    • @kakacaca5157
      @kakacaca5157 4 роки тому +1

      @@NewGenerattion matata aussi étais rwandais n'est ce pas?

    • @degkambona7507
      @degkambona7507 4 роки тому

      Wap! Afise accent y’ikirundi!

    • @degkambona7507
      @degkambona7507 4 роки тому

      Oyaha Christophe Matata numurundi apana umunyarwanda

  • @niasonani4893
    @niasonani4893 4 роки тому +2

    2020

  • @alicehabonimana5146
    @alicehabonimana5146 4 роки тому +1

    ❤❤ ❤❤

  • @xaviertamele8483
    @xaviertamele8483 2 роки тому

    Komera mutama ufise ingabire pe!

  • @Zegebu
    @Zegebu 5 місяців тому +2

    Zirihee

  • @moiminihadassa6607
    @moiminihadassa6607 4 роки тому +1

    😍😍😍

  • @fabienmunezero262
    @fabienmunezero262 5 років тому +1

    Nice

  • @innocentnezehose8232
    @innocentnezehose8232 3 роки тому +1

    Musoni ni umunyarwanda ariko ? Ahubwo sinzi impamvu yaririmye mu kirundi ni ubwo bwose uburyo ari kuririmba harimo ururimi rwacu rw’ ikinyarwanda

    • @jeangakwandi5715
      @jeangakwandi5715 3 роки тому +2

      Ni uko yabaga i Burundi, yagombaga kuririmba ururimi rw'aho aba.

    • @niyonzimaalainfiston3862
      @niyonzimaalainfiston3862 3 роки тому

      Kandi nawe ubwawe urabyivugiye ko wumva mwo ikinyarwanda mubyo aririmba. Igukuru nuko wumva ibyaririmba

    • @rwamashurirwazinambiwe5032
      @rwamashurirwazinambiwe5032 2 роки тому +3

      Rwandis and Burundis are same people ,same language and tribes "Hutu,Twa , and Tutsi".

    • @inimimouche
      @inimimouche 4 місяці тому

      Ubundi tukaba turi bamwe

  • @mubarakakubwimana1784
    @mubarakakubwimana1784 10 років тому +1

    Akakera

  • @abodetidings8392
    @abodetidings8392 4 роки тому

    so nice song

  • @tibulikubugi1115
    @tibulikubugi1115 Рік тому +2

    Vyz cn muranyuze

  • @felixndicunguye6352
    @felixndicunguye6352 5 років тому +1

    mwari mukazi tu

  • @arlenebukeyeneza7320
    @arlenebukeyeneza7320 Рік тому

    Merci où

  • @nicoyitungiyedesire1377
    @nicoyitungiyedesire1377 5 років тому +1

    Itwakera

  • @TheMontreal07
    @TheMontreal07 10 років тому +2

    dude this song belongs to Musoni Evariste not that six garage wanna be

  • @milk11honey
    @milk11honey  11 років тому

    unfortunately no :(

  • @manong7785
    @manong7785 3 роки тому

    Ni

  • @remykwizerimana9407
    @remykwizerimana9407 7 років тому +1

    my loved song

    • @tatu1232
      @tatu1232 6 років тому

      loveyou burundi

  • @mukamugenzifrancine4995
    @mukamugenzifrancine4995 5 років тому

    2019