INGARUKA SERIES S5 EP12 MBEGA BIRAHERERAHE DIVA NA KING SABBAS?TATY NA MAMAN ALICE UGIYE KWAKA
Вставка
- Опубліковано 24 чер 2024
- GAHUNDA NI MARDI MURI SAISON 6 EPISODE 1 NTUZOTANGWE KURABA UKO IBINTU BIGIYE KUGENDA KUKO INGARUKA IKOMEZA KUBA INGARUKA NYENE?
#ingaruka #sabbas #shoptherealdeal #gnfilms #love #trending #drama #rwandaupdate #burundi #business #businessnews
@sabbasburundi2404
@misskaty1133@KAMIKAZISandrine
@ZABURINSHYA
@Rwandaupdates
@BMTBuja
Bakunzi beza tuzosubira kumusi wakabiri muri Saison 6 ibintu ni amavuta sawa rero muhe benshi bashoboka nsabakunda uko muba hafi yacu❤❤❤❤
❤❤❤❤
Murakoze cane nanje ndabakunda
King muraduhimbara nukuri. Nzoguma ndabakurikirana 100%❤❤❤
Natwe turagukunda
Merci beaucoup
Abantu banejejwe 🎉🎉nakano karirimbo sabbas aririmbiy diva,ntimwirengagiz mumpe utu like❤❤❤nanj ndimubo kanejej cn🥳🥳👍👍👍
Ngo amata yanyoye ntagaseseke inka yayakamye yobabara mpore mpore mpore diva wanje
Zero murskwakwanya
❤❤❤
Nanje uyu munsi basi mungir nkabandi mumpe utu likes hemw 😢😢😢😢, nar nageragej kuza kare
Abodufatanyije gukunda ingaruka murihe byumwihariko Saba's diva Chris Yvette na Tatiy njemubambere abazanyuma yange musige Like ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Abakunda yvette numumpe utu like muzoba mukoze
Naje mbaye mubambere pe unomusi pls mumpe like naho zob 10 ndashima commantel ndandik ubwanyuma❤❤
Nukuri ako karirimbo kararyoshe 🥰Abo karyoheye nimumpe like🎉❤
Mpole mpole diva wanje 😭😭😭😭😭😭😭😭😭abarize aha hantu tumenyane 🎉🎉
Nuko batasubiye kutwereka diva n'a sabbas
🎉🎉🎉🎉
Mubamber muminota3bakubz bingaruk info Basha mump like ndazindust Bash ntimunyirengagize rek ntor agateb🎉🎉🎉🎉🎉💃💃💃💃💃💃💃
Amasengesho ya Chris arikumwe na king sabbas
Abumvis akokantu mump like
Ababonyeko nacerew mur film ingaruka muze mump like hano ham tuhatwik hash😢😢😢😢😢😮😮😮😮😮😅😅🎉🎉🎉🎉🎉🎉😢🎉❤❤❤
Abacerewe nanje😂🎉🎉mundemere utu ❤❤nababony ukuntu sabasi aguma yinging diva😂😂
Man niryamber mbaye mubabere nukur ❤❤❤ nukur mumpe like muribwarukundo kad muyfode kwiyofot yaj mumpe sabone muribwabumwe dagukuda can
mundabire amaso ya Yvette 😂😂 bakunzi banje munyihere utu like❤❤❤
Abakunzi b'INGARUKA nkanje mumpe 👍
Asha nahishikiye bugica abakunzi b'ingaruka nkanje mumfyondere twatundi twomugiheburayo😅😅😅❤❤❤❤
King, raba kweri ingene utohusha Taty, kumbure azobitahura, hanyuma Diva nawe azobitahura bukebuke yiyakire. Courage vraiment murakina neza mukaduha inyigisho ikomeye. Ndabakunda cane👏👏👏
Ndabakunda kanini❤❤❤❤ king yadushiriyemwo nakaririmbo rero ho biratesa muterimbere🎉🎉🎉🎉🎉
Waaaaoooh abari murukundo niyi série mump like
Murakaza neza cane bakinyi beza murashoboye peeeee, bakunzi ba série INGARUKA nimuze hano tumenyane.
Nimumbabarire mumbwire izina ry'iyi ndirimbo ndabinginge😢😢
INGARUKA SERIES nkaba mbaye uwambere ❤❤❤❤
Twahageze bantu bacu turabakunda gs muratwicisha amatsiko p ❤❤❤ welcome
Harahiiiiye weeee 🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭😱🥱🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥reka turyisi ntabund buhing kl, merci beaucoup mon chef sabbas kuyiduhera kumwany🙏🙏🙏
Ingaruka zokuvyara aho bageze biriko bizana ingaruka mumuryango nukuri abaknzi bingaru nigikino muga ivyo bakinye bitwigishe kbx kingi sabbas ufise impano idasanzwe turagukeje komerezaho ndiofuza kuzohura nawe
Ahwiiiiiiiiiiiii reka ntore agatebe nicare ndabe ivya King sabbas na Diva🧑🦼🧑🦼 courage beza bacu mubikora neza🌹🌹🌹🌹🌹❤❤❤❤❤❤❤
Ayiiiii weee number 9
Nahishikiye❤❤❤❤❤
Ingaruka séries hejuru cneeee🎉🎉🎉🎉🎉
Abayikunda mump likes🎉🎉🎉
,❤❤❤❤❤tuguma turimaso, tuhakure inyigisho natwe turiko turavyara Mana uzompe icitegererezo kuruvyaro rwanje kandi nzendababere akarorero keza,🙌🙌🙏🙏kumwe n'Imana birashoboka
Ndayikunda mais mubantu nanka Yvette nuwambere
😂😂umuhorubus ninaw ayiryosh bamwita mapanz yvette😅
Uri wenyene kabisa.twebwe tumurindira burya bubaya bwiwe 😂😂😂
Team yose Mwakire ayanyu mashurwe🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹💃🌹💃💃
Abakunzi bingaruka mushirireko like
courage bakunzi❣️❣️king mpore mpore ntivyorosh humura Diva wwe aramera neza Imana ikomeze itezimbere ibikogwa vyamaboko yanyu🙏🙏❣️
Nahonacerewe abanza nyuma mumpe 🎉🎉🎉
Ahwiiiii reka nicare nige nonger ntahure ububi bwo kuvyara hanze 😅😅😅gusa ndabakundaa kubi 🥰 Imana ihezagire ibikorwa vy'amaboko yanyu.Equipe fana kwl ni mwebwe
Yoooo mbega mbega akaririmbo karyosheweee gateye nakagongwee😢😢😢😢
Yvette ntakabure muri film zawe zose.ndamukunda cyane. Ndi umunyarwandakazi.
Iy ndirimbo baririmbiy diva ninziza pee❤❤❤❤
Ababonye micro bagonge ngaha🤣🤣 kurya diva abako ndabakunda
Ifis akantu ka rouge 😂😂😂
nukuri Diva imana imufashe ave murikomape yuve nakaryakaririmo kezakurya sabbas nakowapoje kokaryoshe diva vyuka ikangure 🏃🏃🏃🏃🏃
Senge na yvette😂😂😂😂😂baranyica umunotumwe baratwenga uyundimunota1 kuryana😂😂😂 arafu iyindirimbo ya diva😢😢😢😢😢😢😢😢irandijije vrt
Cane uramvugiyibintu😂😂😂😅
kingi muvandimwe ndahari Koko ngukurikirana cane ❤❤❤❤
Yvette urabacanga ntufyina kwl kumbura uvyihoze ivyubugome urigupanga sha ark team sabbas muhezagirwe❤❤🎉🎉🎉❤️❤️♥️🇦🇪🇦🇪🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Kuri25min nkabandahashitse mumpe utu like twimanukire ❤❤❤🎉🎉
Nonexuyu
Nonexuyu
Nukuri imana iba he inguvu
Big up sana sabbas kwahuy wimbo umewez sana so nawatakia nyi wote Kila laher Mungu azidi kuw nanyi kilawakat nawa❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Yvette 😂😂😂😂😂uzonkuramw imbavu pe courage team sabbas kur canee🎉🎉🎉🎉
PAP Alice n'a mama Alice baribakubuw arikodabon umurir ugiy kwak murib 😢😢 yooo Div n'a kig sabass chah Iman ibabe hafi urukundo rurababaz❤❤.
Ndashimishijwe nokubona Ntare yingore akinana nabarundi❤
🤔🤔🤔nih ukiza kurin pages?kuv muntango yararimwo😢
Nomur série Umupfakazi ya Fanny Lavine yararimwo hamw n Assia
Welcome ingaruka twari tugukumbuye king sabbas courage ❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Courage bantu bacu nimwe dufite hejuru cane kure cn Niho tubipfurije gushika mwumveko mbakunda birenze ❣️❣️❣️
Ndabakunda cane bantu banjyeee❤❤, kandi courage vrmnt 💪💪🥰🥰🥰🤗🤗🤗
Murabacu kweli Yvette ako kntu ngwibeje!!! We❤❤❤u King couraage🙏🙏🙏
Munyaruts iyind
Tubarindirany
Igishk!❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉 tùbakund caneeeee!
None diva ugomba ubane namusazawe😂😂😂😂😅😅igumye basi ntakundi iyoningaruka yabavyeyi banyu batavuzukuri kare
Ingarukaaaaaaaaa series💖💖💖💖💖💖💖💖💖💖💖💖💖🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹 ayo nayaw sabbas
Yooooo shaka iyo ndirimbo iraryoshe🎉🎉🎉❤❤❤
Ingaruka gamana Ubu ntimuzoheng mutugejej murukundo rwakure muhite muyireka?😢nukur ndabakunda ubundi Bash umuntu undenze mugukunda ingaruka cnkayikunda nkaj nampe like❤kanda musiyanj plz🙏mbonaboturikumw nanj😂😂❤sabbas nukur uvyitwarapw nez wakumv ukuntu ngukunda ukina neza ikindi mimi ngaho niwihangane wironkeye grand frr wakunze😊❤❤mump like Bash ndabakunda❤
Courage bakinyi bezaa
❤❤❤❤bikomeza kuryohaa
Ndabikundir❤❤❤
❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Murakoze kumpa nuro nziza,❤❤❤
Sha mbakund ntabunebwe p❤❤❤
Number one.munyihere like ❤
Mbaye mubambere cyane mundemere likes ❤❤
😀😀k ndabakund non🥳🥳🥳🥳🥳
Ingaruk hejur cn nimbifuriza ndabakund ukunt munteramish dish courrage🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Yooo 😢❤❤❤❤❤muterimber nkumuzinga
Merci gusubira kuturyohera
Yvette asigaye anjena kwl iyaba vyakunda rôle yiwe noza ndayisimba ashikiriwe sindamwunvirize kuk arambabaza
😂😂 niwe aryosha film
Hubwo nkund scene ya ivette kubi😅😅😅
Sayawe naje nsigaye umenga noyisimba kwel ipu araheba akarenze
Na jewe kweli
Ata rimw ntivyoryoha
😢😢😢😢😢 mpore
Ash nahonduwanyum sinogenda ntabahaye 🎉🎉🎉 yanyuu we❤❤
Diva king yakuririmbiy neza
Nukuri wakawutse pe uranka kuvyuka
Abasujemwo akaririmbo baririmbiy diva nkanje tumenyane😂😂❤❤❤🎉🎉🎉
Pole sana King sabas guhura nibikomeza kugushengurira umutima.ariko kimwe gusa jewe mbona na taty.womusigurira kimwe kukindi.
Hhhhhh Diva wanj 😅😅😅😅 courage Sana King Sabbas and Diva muabikora neza can❤❤❤❤❤❤❤❤
Ingaruka karibu ❤❤❤❤
Ingaruka hejuru cn 🙌🙌
Ndabakunda pe iyo mwari kuyiduha nka 2 mundwi
Courage cane hejurucane nihotubipfurije
❤❤❤❤❤
Uwamber abaz mundemer🎉🎉
waooooo mbaye mubamber
Courage mubikor neza cane ❤❤❤❤❤❤
Abafana ba sabbasi muduze ibiganza❤
Abanyuma tumenyane Tim ingaruka heujuru 🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Kng sabbas merciii beaucoup musaza vyukuri uritanga bishoboka umwanya urakwiye ikindi ntucereza yoooooo kng sabbas wampeye koko iyondirimbo iraryoshe cane gose 💯💯✅✅ vyukuri film zabarundi zikoze neza cane gose abiwacu mwubahwe courage Diva ihangane siwe ningaruka zabavyeyi 💔💔💔 😥😥😥😥 vyukuri ndabakunda cane gose ❤❤❤❤ felicitations mukomeze 🌹🌺💐🥀🌷⚘🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Love from Gloire to Gogo Love Official
Ayiiiiii umva ako karirimbo shaaaaa🥰🥰sabba usigay usara kumitoma🤣🤣respect vrema🤝patrick uvugir ijamb kumata koko🤣🤣🤣🤣
😂😂😂😂
Muduhe sr ikurikur nukur😍😍😍jew ndab Diva na sabbas ukwo bigend😢
💪💪💪courage sabbas aharumungabo ntiharwa ibara wewe hagarara nkuntu wumugabo ubwire tatiy kukimukunda azogutahura ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
ABAkunzi bingaruka hello ndabakundacane❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
❤❤❤🎉🎉🎉🎉
👏👏❤️❤️❤️😃❤️😃🥰😃🥰🥰🥰🥰🤣🤣🤣🤣😃😀😀😀😀😃😙🤹🤼🤹🤹🤹🤼🤼🤼🤼🦦🦦🦍🐒🐒🦔🦔🦔🦔🇺🇦👁️🗨️🏷️📧🗜️🛰️🛰️🧨🧨🏨🚞🚞🚎🚉🚞🚞🚞🚞🚋🚋🐝🦍🦍🦍🦍🦍🦦🦦🦍😅
ndakunda cane gn films. King sabas yantwengej ahaye ararira . nta legend arizwa ninkundo
Sabass mpor ntamvura idahita 😢😢yvette naw imana irihangana 🤣🤣courage à vous tous vrt🎉🎉❤❤
❤❤❤❤❤ Yvette ukwiye utwo❤❤❤sabbas🎉
Mushishikar muturyohereza❤❤
Vyizaaa cane🎉🎉
Tuj guhekeny kwa senge,eg imisoso yahiye😄😄😄😄🏃🏃🏃
Sabasi ndagkunda mwena Yvette muranyuzuza
Kwabantu miziduka. Koko😂😂😂 nijewe mbaye uwambere😂😂❤❤❤❤❤❤