Nukuri Murakoze cyane Kandi turi kubaha film nziza ikoranye ubuhanga ngaho rero mukomere mushyigikire Sabas muri iyi film ye Ingaruka tuzayibaha paka shuti Zacu nziza
Ngoyarahejej kumutegurira ikibanza cokumpanda sabbas ndagukunda CN gose vraiment wubahw sn wataguye film 🎥 nziza CN irimwo impanuro kandi courage sn ndabakunda sn n'a team yawe bro
Love from mr sammycomedien abakunzi ba film ndundi tumenyane
Sammy ngukund ukunt ushigikir aband bakiny bamareres
@@kaburaolene3380kabis a ikor nez kub atirengangiz abo basang iy akaz bitum natw tibakurikiran bitwerek ko ab bafitaniy urukund
Nanje ico ndakimukundira cane Mr pompompo🥰🥰😂😂♥️♥️♥️♥️🔥🔥🔥
Nkundukuntu ushigikira abandi ,atari nkababandi bagara ngo nibo namabere, twihere Bukeyeneza twirabire
Turahari mbegut mr sammy uko saw ubahe.mbega.nzoze ico tuyaga
Number one🎉🎉🎉Abari barindiranye igishika iyi film mumpe utu Like🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Abayikunze tumenyaneeee
Courrage
None Florence igishika nigiki?
Nukuri Murakoze cyane Kandi turi kubaha film nziza ikoranye ubuhanga ngaho rero mukomere mushyigikire Sabas muri iyi film ye Ingaruka tuzayibaha paka shuti Zacu nziza
Akakaririmbo gatangura n top kbsa mukaduhe kose🤩série INGARUKA twar tuyirindiranye igishika courage courage muduhe kabiri mundwi 🤣🤣🤣
hahahahahhaha reka reka
Ewe fanny wahegenze kabisa mwe sabbas muduhe kabiri mudwi
Ngira munduhezeze fany na sabbasi❤
Umunyarusaku Constance yubahwe
Fanny wacu wahageze nukuri narebe agikorereko
Imana nyene amahoro ibampere imigisha mwibuka kuyiha benshi bashoboka ndabakunda
Natwe turagukunda cane ivyo mudusavye turabikora pe
Iteguye neza cane kandi muhezagirwe.
Duhe imisi uzoza urayishirirako 👏
😍😍😍😍😍😍😍😍🙏
Amen amen Sabbas. Courage film ninziza caane🙏
Abari murukundo Ningaruka serie tumenyane from mimi🇧🇮🇧🇮🇴🇲🇴🇲🔥🔥🔥
Ninde wundi ayiraba yongera asoma anagira commentaires
Jewe ndayiraba nongera nsoma hahah
Jewendayiraba can ndanayikunda
Abakunzi b,ingaruka Séries nkanje tumenyane🥰 kuma like menshi harahiye koko🔥🔥🔥🔥
Mubirimwo bien
Turahari mwiza💖💖
Iyi séries izananye ibirungo pe!!! Nibaduhe umusi bazoza barayishirako turabakunda♥️♥️♥️♥️
Abari barindiranye igishika iyi flm igaruka mugashireko ❤️
Ariko sabas azi kwigira umuturage kweri sha abarundi ndabakunda cyane intare yingore ndagufana cyane burundi nu rwanda turi bamwe
Wao uwushigikikiye izinyigisho zabarundi nabanyarwanda twiyunze abakinyi mwese ndabakunda ukomuri mwiyo filme uwubishigikiye ampe like
Mbayuwamber abazamunyuma mump twatuntu🙏🙏❤️
Reka Ntore agatebe abakunzi ba Sabbas hano mbabone😊
hahhahahhahhaa
Turahari Joachim
🥳🥳🥳
Wewe BT se
Tukowote ndagufana pe ❤❤sabassa mwagizeneza kutuzanira ababanyi bacu intare yingore
Yoooo ubuzima buguha ico wabubikij
Sinoreka kuyiraba, Nukuntu nikundira intareyingore😂mwubahwe🙏ndabakunda❤️
Good jobs ndayikuze cane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Wabony rero film OG 💪🏻💪🏻💪🏻✔👏🏻
Abacerewe nkanj kubera akazi kiramazani tumenyane😂 eeeee sabbas na Team murakuzwe rek rero ntore agatebe🔥🇸🇦❤️🇧🇮
Sabas courage turakunda ibikorwa vyanyu❤❤❤❤❤❤
Ako karirimbo gatangura whaaaaooowww.
Ubuzima buguha ico wabubikije
J'aime ♥
Ako ga chanson karandyoheye cane sabbas wacu lmana ikomeze kumwagura
Manirakiza nawe ujya muma Comment?
Ndi murukundo n'Ingaruka series ooohh💃🏻💃🏻💃🏻
Abanyagwanda nimuze ngaha muribwabumwe tubabone nidarapo ryanyu ❤❤❤❤ burundi 🇧🇮 et Rwanda 🇷🇼 ❤❤❤❤❤
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮burundi oyoooo hejuru cane team yose courage muterimbere
Turahari🇷🇼
Intare y ingore vrt wubahwe kbsa🥰👏👏👏
Iyi film ndabona izotwika pe👌👌👌
Waauuuu courage sabbas inyigisho zirakwiy koko mwubahwe can ndabknd uburundi nurwanda hejuru can😍😍
Nacerewe welcome "ingaruka"abo tuyitanguranye mushireko twimanukire
Wooooooow,murakina neza caane imana ibandanye ibaja imbere mubikogwa vyanyu
Yeyeyeye hadashakoko umuriromwishi mwongeze
Wawuuu kumbe natanzwe 😢😢 abari bayirindiranyigishika nkanje mubinyereke kuri linke🎉🎉
❤❤
Konari naratazwe la courage reka fatagatebe❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Ampayinka intare yingore kondeba amahane Ari yose,ego umukobwa we kondeba Ari imbabura ngo imfura igenda nkase hama hamwe Irunga Longin.hahiye Koko.🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Abakeneye kubona 50K kumusi umwe mumpe like tumenyane🤗
💯💯💯💯🥰🥰🥰🥰🔥🔥👋👋👋
Waoooooubumwe nurukundo burundian rwanda vyiza komeza muter imber beza bigihugu murakunzwe kajeneza💞💞💞💞💞💞👌👌👌👌👌👌👌👌
´d'analyse mumbwir nizere k uwo muvyeyii asanzwe agwayee atar gukina gusa
Nokumengwa nsanz akomeyeee ukuntuu aremvy nyene umeng nivyo p Yesuuu yob aruwambere kabisa
Vyabay ntamisi bisigaje
Buja to Rwanda 🤞🤞🤞🤞
Nk'aba ndahageze rero abari bazuye amaso tumenyane🤣🤣🤣
Inaha murwanda twayikunze cyane ikoranye ubuhanga
Mardi
Turabakunda can muzan igice gikurikira🥰🥰🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
waaaaawooooo firm nziza cane hama courage abasi witekuri mama wawe uzobihemberwa kuko mama wamuntu nikindi kintu nayomurugo kwarwego ntaneze nibiyashu gusa
Waaaoooooooooh courage cne team sabbas turabakunda mubikora neza
Ingaruka film welcome imisi myinshi tugutegerej ❤❤❤❤❤🇸🇦🇸🇦🇸🇦❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Musigaye mukinana na banya Rwanda nibyiza cyane ndabikunze🥰❤️
Constance nukuri mwin misi uriko uramvuna imbavu kbx 🤣🤣🤣🤣🤣courage bakinyi mwese murashoboye
Ngoyarahejej kumutegurira ikibanza cokumpanda sabbas ndagukunda CN gose vraiment wubahw sn wataguye film 🎥 nziza CN irimwo impanuro kandi courage sn ndabakunda sn n'a team yawe bro
Yoooo uvuye kwahira ntago bikubereye kuba Boss ni byo bikubereye witwara mumodoka urakumbuwe muri Film Intore ntindi
Courage ,ndakunda Constance kurusaku kwiw😂
Ntababesha numva ndyohewe no kubona intare y'ingore muri film ndundi💃💃💃💃imana ibakomereze impano
Iyi film ni fire izohaturira pe
🥰🥰🥰wow wow!urakoz can sabbas kutuzanir bishash iy fil ndayikunz can kuku izotwigish pe👍👏i can't wit next episod
Wow ndagukunda tukote.and sabasi ❤❤
Il est beau ce chanson :) ça met en réflexion🤏 et ça donne l'envie de suivre avec attention....
Bon courage ✨🇫🇷
Let support ou burundian films 🇧🇮🇬🇦🔥🔥🔥
Harahiye barahatwitse nukuri 😂😂😂🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮muze dukunde ivyiwacu ndabasavye 🙏🏾🙏🏾
Film nziza cane mwubahwe ❤️❤️❤️
Nari natinze kabisa abari m'urukundo n'iyi série tumenyane
Abanya Rwanda sinem yiburundi ndabakuze cyaneeeeee 💞🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Welcome ingaruka courage xana mubirimwo neza.
Ndabakunda cyane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ coulge courage
Erega Alice gukina avuga ikinyarwanda ntakibazo Kok biboneka kwabavyeyi biwe arabanyarwanda non wumva yoca uvuga ururimi tutandukanye nurwabavyeyi Abo tuvyumva kumwa mump like 😂😂❤❤❤
Ndagushigikiye nanjye nuko ndavyumva
Ahubwo tavuze ikinyarwanda boba bariko bakina ibintubitajany😢😢
Hapana ntiwumva gukina film ico arico ,gukina film ni gusohoka muri wewe ugahinduka uwo ugiye gukina
Hhhhh!!!!!ubundi iyi niyo bita film Antoinette umukinyi mwiza ndagukunda bimwe utoshobora kwiyumvisha nukuri iyi film mutubwire imisi muzoz muyishirirako kubra ntabw nokwihanganir kwincika knd courage vrmnt ndabona ifise histoire nziza
Film nziza abakinyi babishoboye Bose atawuvuyemwo mubigira nezaa courage🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇲🇿🇲
Yayayayayay ingaruka serie vrt impano z'abarundi vuba zirashika kure vrt
Haraje hashe pe💃💃💃, séries INGARUKA🥰🥰
Waaaaa twari tuyirindiranye igishika courage turabakunda❤❤❤
kajeneza uzi gukina mucaro nomumuji courage❤❤❤❤❤
Weeee Finiii nyaruka hano nkubwire courage caaan Imana imbere
Ew Ntare y,ingore narinkukumbuy p🥰🥰ahubw naw isubirek 🔥🔥🔥🥰🥰🥰🥰
Iyi film iraryohey cane,Burundi and Rwanda murashoboye cne
Courage vrema, mubitanguye neza
Ndayikunze cane nukr team sabbas mwubahwe gs uwiteka abandanye abana namwe mwarahezagiwe
Iyikurikira ni Faya numwotsi ntimwongere kudutemya❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Wawoo ntare yingore wew much love ❤️❤️❤️❤️ and Alice ❤️❤️ courage team mwese 🔥🔥🔥🔥🔥 amazing movie 🎥🎥🎥💯💯💯🌎🌎🌎🍉🍉🍉🍟🍟
Waouh ingaruka karibu
Courage kbx mubikor nezaaaa
Love from kaneza kanebwe
Love you so much mubikora neza cn from burundi 🇧🇮 and saudi 🇸🇦 now
Fil nziza cane courage team sabbas🔥🔥🔥
Ndabon hagiy gusha 🔥🔥🔥
Urabivuga urabizi ga sha sabbas icomungarurira😭😭akabura ntikaboneke ni Nyina w'umuntu koko ,Alice ni Nyina kugasaka.constance courage ubirimo neza
Numwotsi🔥🔥🔥🔥🔥 ewe mama arise uraruche umugabo wawe yarivyaye kl pl😢😢😢😢😢😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤
Ego ntare yingore iburundi karibu turabakunda cane
Wouhhh hejuru caaane ingaruka séries❤️❤️❤️❤️❤️
Abakunzi bingaruka série tumenyane🥰🥰
Mbay uwanyuma ariko iy série uzanany umuvugduko murashoboy ntal yingore nari nagukumbuy🤼
Harahiye turabakurikirana🔥
waouh naracerew arik ntihar bwaregeran nukur Iman ibajimber film nziza cane
Harahiyep kok tsigaye mbakunda ntabunebwe 🌹 🌹 noneneho ibihugu 🇬🇦and 🇧🇮 twafatanijemo kbx 👍 👍 courage saba ndagukunda cyanee p
Mwakinye neza cane kbs courages mwes🇧🇮 et 🇷🇼
Good job💪👍👌✌️🤝whatching from Germany😳📺
Iyi filme kij itwika kurugero rurenze courageux ❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ nukur ndahimbaw pe muranyujuje
Courage team sabbas grand chapeau pour vous 🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Asha iyi movie nzayireba mpaka ukuntu nkunda Tukowote nintare 😂😂😂😂
Nukur courage kabisa sabbat rwaza maman wawe neza
Abakozi twaragowe umwewese nugutanga amategeko yiwe😂😂😂😂
umuboyiii spécial we constaaaa ngwahanoo🤭🤣🤣🤣
Yves urazi ko nagumy ndagukekerany mbonye comment yaw candabon ko ari wew
@@christakikiiranyshuye2245 nijewee Matiyasiii🤣🤣🤣🤣
Kuraje muratwika🎉❤❤❤❤❤❤
Mukomereze ngahonyene ndabakunda
Wawoooo Courage kwli ndabakunda cane ❤❤
Twahishikiye kwirabira ingaruka abari 🇸🇦🇧🇮 tumenyane
Nice flm asha namashusho nimez cane mukomez muduha vyiza gusumba