nivyiza cane ariko ntabwo ari kanguka ihindura umuntu. ni YESU KRISTO Umwana w'Imana. ikibazo mfise nutaba ikicumva kanguka bizogenda gute? muvyo wavuze vyose numvise amajambo meshi uvuga Imana Kanguka ariko make cane avuga Yesu Umwami, Inzira nu Kuri. nkwipfurije kuzohura na Kristo akaba ariwe ukurikira kuko niwe nzira yo nyene twahawe musi y'ijuru ngo dukirizwemwo si kanguka
Yesu yaciye muri Kanguka kugira amukize Kanguka ni ico nokwita mu gifaransa "un instrument de Dieu” aho Yesu yaciye kugira ahindure Tetero ... Rero, si Kanguka yamukijije yakijijwe na Yesu ariko uwo Yesu yaciye muri Kanguka, Kanguka niyo nzira Yesu yaciyemwo ...
intahe yawe iramfashije warahezagiwe caaane🎉🙏🙏
I’ m so happy for you tetero 🙏🏾 nukuri Imana iba hagati y’amashimwe nkaya n’umunezero udasanzw guhitamwo neza nkuku 🙏🏾
Amen Imana ikuje imbere mwigeme wa yesu
Mu vyukuri kubwo gufashwa cane intahe ya Tetero Laurette ndayumvirije incuro irenga imwe!Umwami Yesu aguhe inkomezi zo guhagarara muri iyo nzira y'agakiza gashitse! 🙏🙏
🎉❤❤Amen merci beaucoup nos soeur ❤
Haleluya icubahiro nicumwami yesu vy'ukuri intahe yawe irankomej ubugir kandi uwitek agukomez cane
Amen Amen! Umwami Yesu nahabwe icubahiro kuri iyo ntahe nziza no kubw'igikorwa yakoze gihambaye co guhindura uwo mwigeme wiwe!🙏🙏
Yesu ahabw’icubahiro namashimwe kubw’umukobwa wawe Mwami wacu Yesu Kristo🙏
Merci beaucoup pour le temoignage! Gloire a Dieu!!
Keep it up tetero
Intahe yawe iranyubatse
Imana ishimwe cane kubw'umurimo Yesu yakoze
Ndaronse incutinziza
Icyubahiro kibe icy'Uhoraho iteka ryose Yarakoze !
Tetero ndagukund lmana iguhezagir kuriyintah ndafasijwe
Good bless you Tetero
Imana irakomeye nukuri .komeza mugenzi urugendo wafashe ntiwihenze nukuri
Wow ugize neza gutanga intahe hama genda wigishe n'abarya mwagendana.🙌🙌🍀
Imana izogufashe ntuzosubire inyuma, sino wokora nkivyo wakora incuro 10😢
Wahisemwo neza mukobwa wa Yesu ❤❤❤🎉🎉🎉
Imana ikuje imbere mwiza wafashe ingingo nziza cane
Icubahiro ni ic Imana.
Amen..Yesu aguhezagire kwiyo ntahe.ljambo ry'lmana rivuga ngo :"Nabo bamuneshesheje Amaraso y'Umwagazi w'Intama n'ijambo ryo gushinga Intahe kwabo..''Rev 12:11..Ahandi ngo:''Abari muri Kristo Yesu bacitse, ivyaremwe bishasha,ivya kera biba biheze ''.
Komera mu Mwami Yesu, wahisemwo inzira nziza kandi y'ukuri.
Hashimwe Imana yagushoboje kubivamwo🙏
Imana ninzizaa ❤
Imana ishishikare kukugirira neza wahisemwo neza. kibondo.
Wafashe inzira nziza mukobwa wa Yesu.Yesu aguhezagire kw'iyo ntahe
God is soooo good all the time🙌 Imana Igukomeze caaaaneee🫂
Amen nahora ndagufana ubuho bigiye kwunyuka yesu agukomereze mubuntu bw'Imana uzogumane ikiganza ciza
Umwami aguhe gushikama cane mugakiza
🙌🏾🙇🏾♀️ Umwami ni umwizigirwa 🙌🏾🥳🥳 I am soooooo proud♥️
Wow mbg intahe nziza!nukuri wafashe inzira yo itazimiza pe!ndakwibuk tugisenger hamwe muri église El-shaddai de Bujumbura!
Imana yakandi karyo
Merci,kubwintahe nziza
Waouuu Imana ihimbazwe caaane kandi igukomeze wahisemwo neza
Wahisemwo neza Tetero Imana idushoboze kubaho ubuzima bunezez Imana
Wafashe inzira nziza cane igukomez mugakiza courage
Amenn
Woooow
Yesu nashimwe cane koyaguhinduye ukaba icaremwe gisham
Ndagukeje cane Imana ikomeze intambuko zawe
Imana ishimwe kandi iguhimbaraga
🎉🎉🎉
IMANA WAHISEMWO❤ NTITETEREZA
Tetero uziko nanjye ariko byagenze maze gukizwa abantu bamaga bambaza ngo wabayiki ko wuzuye agahinda Kandi jewe numvaga arumutuzo
Imana Iguhezagire ku ntahe udusangije❤
Ndagukunda cyane
RUGIRA akujimbere🙏
Amen amen
Imana Ihabwe icubahiro cose
Amen Amen. Imana ininahazweee
Vyarahinduy isur congratulation my sister
Waoouuh God bless uuu❤
❤❤❤❤wahisemwo neza bandanya iyoniyonzira❤❤❤❤
Nkunz iyi ntahe Tetero,iramfashij de+
Wahisemwo neza ncuti
Amen Amen imana ibandanye kugushoboza cane
Amen Yesu akongere umugisha
Waooo intahe iryoshe cane
Imana igukomereze mugakuza
Ndagukej mwene Data wahisemwo neza kwa Yesu nta ruhombo
💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐
Wahisemwo neza mwana w'Imana🎉🎉🎉
Yesu aguhezagire
Waouh, bless u Tetero
Amen 🙏🙏🙏🙏🙏
Waauuu yesu akomeze kugukomeza
God bless you
Wahisemwo neza kibondo cacu
Amen tetero 🔥🔥🔥🔥❤❤❤
Thx my sister
Amen
Tetero ma fille nanje urampinduye
WAHISEMWO NEZA TETERO
UBANDANYE GUKOMEZWA
Wahisemwo nez kibond bandany agakiza iman ikujimbere
nivyiza cane ariko ntabwo ari kanguka ihindura umuntu. ni YESU KRISTO Umwana w'Imana. ikibazo mfise nutaba ikicumva kanguka bizogenda gute? muvyo wavuze vyose numvise amajambo meshi uvuga Imana Kanguka ariko make cane avuga Yesu Umwami, Inzira nu Kuri. nkwipfurije kuzohura na Kristo akaba ariwe ukurikira kuko niwe nzira yo nyene twahawe musi y'ijuru ngo dukirizwemwo si kanguka
None ntavyo wumvise ko yivugiyeko amaraso ya yesu ko ariyo yamukijije? Ntiwunviseko yahisemwo gukurikira yesu? Nibazako utamwumvirije. Kanguka nayo muncamake yamuteye intege bituma asubira kwegera Imana
sinzi ingene usoma...yamara ni Yesu twebwe twunvise amaraso ya Yesu ariyo yamwogeje.Komera Mukobwa wa Yesu.Aho uramize akabuye k'abagabo.
Yesu yaciye muri Kanguka kugira amukize Kanguka ni ico nokwita mu gifaransa "un instrument de Dieu” aho Yesu yaciye kugira ahindure Tetero ...
Rero, si Kanguka yamukijije yakijijwe na Yesu ariko uwo Yesu yaciye muri Kanguka, Kanguka niyo nzira Yesu yaciyemwo ...
Igihe atazob akicumviriza kanguka azozigamwa Nico yakiriye.azokomezw namajambo y'Imana yagiye arumviramwo,kandi vrma yavuzeko ari Yesu yamuhinduye,ibind n mur Bible usang bavug imisoz bakiriyeko ntibab bashats kuvug kwimisoz ariy yabakijij.
@@alineniyonzima9867 Ubisiguye neza n'ivyo nyene ... 👌🙏
Ameeen
Ameni
Amen Amen 8
Courage
Amen🎉🎉❤
👏
😊😊❤🎉
❤❤❤❤❤
❤️❤️❤️❤️❤️ ❤️
Simbona kariwe ariko arabivuga 😂😂😂
Mu vyukuri nawe utigirishije urumva yuko ari ijwi rya Tetero Lauree urya nyene Uzi aririmba nubwo amasanamu berekanye adahuye n'amajwi yariko aravuga!Yesu nahimbazwe cane🙏🙏🙏
Nukuri lmana igira neza jewe umpe namba yawe whatspp uzobukozs
Ameeen
Amen🎉🎉
Amen
Amen
Amen
Amen