Burundi Elevage, ubworozi, 1 DIFF le 19 05 2021 REDIFF le 21 05 2021

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 19 тра 2021
  • Mu kiganiro inka, imirima n'ibidukikije co ku wa gatatu igenekerezo rya 19 rusama umwaka w'2021 cacyiye kuri télévision y'igihugu kuva isaha zibiri z'ijoro (20 h00) cari gishimkiye ku bworozi. None bwifashe gute mu burundi? Umwe mubahawe igitungwa n'umugambi wa Leta PRODEFI mbere akaba aheruka kugenderwa na Nyenicubahiro umukuru w'igihugu cacu intambwe ico gitungwa kimugejejeko ni iyahe? Umurwizatunga yororera inka i Buringa wewe yavuyehe agezehe? Ubushikiranganji buriko bukora iki kugira ubworozi butere imbere mugufashanya nabo barwizatunga mu ntumbero yo gushira mu ngiro ihangiro rya Leta ryuko umunwa wose woronka ico ufungura n'umufuko wose amafaranga. Abahawe ibitungwa biciye mu runani rw'abasangiye urugendo mw'iterambere ntibabifate neza batewe akamo akahe? Ido n'ido ni muri iki kiganiro.

КОМЕНТАРІ • 18