ANAGESSA: Inama yagirishijwe n'umushikiranganji wa mbere ku bijanye no kwegeranya umwimbu w'ibigori

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 3 жов 2024
  • Kuwa 08 Ndamukiza 2024 umushikiranganji wa mbere w'igihugu c'Uburundi, yaragirishije abajejwe uburimyi, abajejwe intwaro n'abajejwe umutekano mu gihugu cose kugira bigire hamwe ikibazo co kugurisha umwimbu w'ibigori biciye ku kigo ANAGESSA

КОМЕНТАРІ •