Intahe ya MUHIZIWINTORE Baudouin//IMANA IRAVUGA, IMANA NIYO YAMBWIYE KO IZOMPA AKAZI// Igice ca 1
Вставка
- Опубліковано 10 лют 2025
- Turabahaye ikaze kurubuga rwacu, mubandanye muhezagirwa n'intahe, indirimbo, ijambo ry'imana...
intererano zanyu muri commentaires turazinezerewe. ikaze kuri mwese mukwirikirane iyi ntah irimwo impanuro, inyigisho hamwe no guhimbaza. murakoze!!!
Yayayaya Ubwo buntu bwokurira indenge nanje bumbeko I connect 🔥🔥🔥🥱
Amen amen,iracakora kandi natwe tugushingirintahe kukijijwe,ikomeze kukuduza muvukanyi
Amaboko y'Imana aracakora n'amatwi y'Imana aracumva nanje ndabihamya 🙏🙏🙏
YESU numwizigigwa habwicubahiro❤❤🎉
Amen amaboko y,lmana aracakora murakoze cane turahezagiwe ese Mana abakumenye turahiriwe udukomerez agakiza kumva uhamagarwa n,lmana izina biraryoshe nukuri Mana ndakubashe
amina
My fav song Amaboko y imana aracakora🙌🙌🙌🙌🙌
Yemwe Baudouin kuva aza kuri Lycée Burengo muri 7è yar'umukizwa adateye amazi Imana ntiyobura kumuhezagira yarayibereye intamuheba kabisa.
Umugisha mwinshi kwiyumvira kubari hanze
Amen amen .imana ni nziza ibihe vyose
Hezagirwa mukozi w Imana kure kubeha Imana nibwobwenge kandi kuva muvyaha niko gutahura kuwafashi iyo nzira nziza nibindi birenze izobigushikanako.
Amen amen hezagigwa cane
Bauduin wacuuuuu Kure cne Imana iracakora icoduha ukwizera basi kungana nagatete la sinape twobwiy umusozi ukimuka bikaba.urakoze kuduhintah
Murakoze,komera mu gikorwa co kuyishingira intahe
Yesu aguhezagire mukozi w'Imana. Kure cane niho mbifurije gushika
Ameeen, Imana ni nziza
Ameeeeenaaaaaaa turamukund encadreur wacuuuuu numu kroston pee❤
IMANA ibahe umugisha
Imana iyo ivuz biraba yategeka bigakomera
Intahe nziza ya mwene data afise Imana n'icubahiro kandi nahandi izohagushitsa ko washishikaye kuyubaha muvyo yaguhaye kandi Imana yarakoze harakenewe abantu bamez uko umeze ushishikare uzoshika kure cane mukozi w'Imana
Urakoze ncuti kuntererano nziza kandi bizofasha benshi
Nukuri nanje ndabihamya
Amaboko y'Imana aracakora!!!!!
Amen amen papa ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Amen Amen.Amaboko y'Imana aracakora kandi n'amatwi yayo aracumva.
Imana ivuze ngo baho urabaho ijambo ryayo rirarema turabashimiye kuntahe yanyu
amen,ndemeranya namwe kabisa,Imana Iravuga kandi Irakora
Amennnnn Boduin
Nukuri Imana iravuga nanje ndabihamya
Pe amaboko y'IMANA aracakora,amaso yayo aracabona, amatwi yayo aracumva wow ndafashijwe bwana Beau frère Bauduin urushirize kunesheshe umurwanizi intahe,ijambo n'amaraso y'umwagazi...YESU KRISTO...
amiiiina . kubwa Ndiho vyose bizogenda neza
Yesu abahezagire cane 🙏
Be blessed intahe nziza cane
Amen Alléluia Alléluia Alléluia Alléluia
Imana iravuga kandi irakora.Mwarahezagiwe
Haleluuuya !!! Imbabazi z'UHORAHO zigera kure kabisa. Harahiriwe abakwegamitseko umutima wa MANA We, kukw'abo 👉 batazokwigera bakorwa n'isoni. Aaaaamen
Svp muduhe intahe yoosee👏👏👏👏👏👏👏👏👏
igice ca 2 vuba
Gabanya music
Be blessed
😊
Muhezagirwe cane
amiiiiina
Muhezagirwe
Ntahimana itogukura kandi ntahitokugeza
🙏🙏🙏🙏
Go a head m'y brother
🙌🙌
Suite svp
Rek dusenge kndi twizereko kugira ibihe vyiza bibone uko biza ku buzima bwacu.
Iravuga caaaan ndagushigikiy
Amaboko y'Imana aracakora!!!
Galerie
Nta kintu kiryoshe nkiyo uhamagawe n'lman ikakuvuga mw'izina.
nukuri ntakindi kibisumba
Boudin umuturamukirize.turi mu Gashoho
murakoze cane intasho zamushikiriye
Suite svp.merci ku ntahe
vuba cane
Muhezagirwe
Be blessed
🙌🙌
mwarahezagiwe