🔥 top kabisa mubandanye uko. Hama Edgard bravo et continue de partager ton messager ahuri hose 🔥 hezagirwa. Hama journaliste uze urategurz ibibazo dans l’ordre kugira story isohokee neza kandi ije ku murongo 🔥 murakoze🙏🏽
I'm always happy when I see a christian that became a christian because they saw that life had no sense without Jesus🫂... A christian that has a dark past is the one who really saw the hand of God because they feel loved like never before❤. So "WARUBIZI" keep up with this work of yours cos' many people see salvation through someone else's testimony ❤️🩹
Amen Amen Amen. Glory be to God for your testimony brother Edgar. Keep it up, What I've liked is the way you keep telling us that you will never forget where God has brought you. Our God is EBENEZER
Ahubwo plse know that sometimes in some cases even the citizenship doesn't stop deportation. Iyo ufite A number bivuga ko uri alliens(abanyamahanga*) mbese ko utavukiye USA bibaye ngombwa usubizwa aho wavukiye nyamuneka twitonde Imana ikomeze iturinde
Mukomere ibiganiro vyanyu biratwubaka🎉
Edgar ndamwibutse sh keraaa,Imana ishimwe
🔥 top kabisa mubandanye uko. Hama Edgard bravo et continue de partager ton messager ahuri hose 🔥 hezagirwa. Hama journaliste uze urategurz ibibazo dans l’ordre kugira story isohokee neza kandi ije ku murongo 🔥 murakoze🙏🏽
Muriko muduha emissions ziryoshe mukomereze aho we love you from buja❤
Edgar, humura brother, imbere ni heza! Kandi turi proud of you turi benshi! God bless you!
Eddgar courage cyane. Ntugumye kwicuza ibyo wakoze bifate nk'isomo ry'ubuzima ubundi ukomeze mbere niho uzakira igikomere c'ubuzima. Thx
I'm always happy when I see a christian that became a christian because they saw that life had no sense without Jesus🫂... A christian that has a dark past is the one who really saw the hand of God because they feel loved like never before❤. So "WARUBIZI" keep up with this work of yours cos' many people see salvation through someone else's testimony ❤️🩹
@Toga thank you so much
Imana ibahezagire
Amen Amen Amen. Glory be to God for your testimony brother Edgar. Keep it up, What I've liked is the way you keep telling us that you will never forget where God has brought you.
Our God is EBENEZER
Imana iguhe gushika ku migambi yawe cane ico ca gatatu utarashikako❤❤
Turagukunda mama ,uduha Ibintu bidufasha mubuzima abantu batwigisha ,kandi bitahura cane abafise agakiza 🙏ikiganiro giheze caranryoheye cane c Bana ,nuyo mugabo nukuri n humura iyo mukuye harya ninayo izi aho izomushikana kandi asenge imana imuhe amahoro y mumutima
Turabashimira kuribi biganiro muduha ça nous aide bcp,merci beaucoup Que Dieu vous bénisse.
Amen murakoze
This UA-cam channel will grow beyond our imagination,dear hosts keep up the good work
Glory be to God thank you for watching 🙏🏼
Edgard... Good to see you again and the man you've become. We are all proud of you!
Rufuku😢mwenewacuu mpore
Edgar Maman wawe yaduhaye indero nziza muri primaire rero Imana ninziza cane ntiyari kumubabaza ngo umuhungu wiwe agume muri prison.Uhezagirwe cane na famille yawe yose❤❤
Edgard my brother, Mukama mwesigwa jjoli ebisela byona mukwano ❤we love you Edgard wacu kandi uri intware my brother
Nukuri ibiganira mudushikiriza muri WARUBIZI baradufasha cane, Yesu abahezagire.
Praise God. Thank you for your testimony big bro, I am so proud of you and I thank God for being with you through it all🙏🏾🤍
Glory be to God🙌🏽
Woowww! What a testimony!!!!
Thank you
Eddy uzompe akazi niwa créa ton Job. Ebana pole sana kabisa n'intambamyi z'ubuzima.
Merci Maman Darlene na Edgard.Izo ntahe turizera KO zizohindura ubuzima bwa benshi.
Amen murakoze cane
Imana ibahumugisha kubiganiro mucishahano
Kandi Imana ikomeze yagure iyi You Tube yanyu.
Nukuri mbuze amajambo mbivugamwo Edgar ncuti yanje Yesu kristo agukomereze mubuntu bwayo Kandi aguhezagire kuko ndafashijwe nintahe yawe sindi Muri American ariko buri umwe wese ahari akwiye kwitonda no guca bugufi ,kwumvira abavyeyi nogutora abagenzi umuntu akwiye kugendana nabo ndakunda dada akoresha Ikiganiro 🙏🙏🙏🙏🙏♥️♥️♥️
Humura KO lmana yemeye KO ubicamwo subira ukorere lmana iragushaka KO uyikorera courage ata Mana ntabuzima umuntu ABAfise korera lmana sha iragushaka
Ndi umukozi w'Imana,'ndasaba numero ya Edgar
Mbe Eddgar, umuntu yobona gute? iIkiganiro ciwe ni inyigisho ku rwaruka.
Kandi pole Imana yarakoze kugukura mukigare
Nukuri imana iguhe ituze kandi ntiwicuze ni isomo ryubuzima
Hashimwe iyakurinze🙏
Good
Muhungu wanje yesu yarakunzi ukirurusoro munda ya mama wawe komera ushikame
Ahubwo plse know that sometimes in some cases even the citizenship doesn't stop deportation. Iyo ufite A number bivuga ko uri alliens(abanyamahanga*) mbese ko utavukiye USA bibaye ngombwa usubizwa aho wavukiye nyamuneka twitonde Imana ikomeze iturinde
Mwami yesu udufashirize abana bacu twazanye ino muribibihugu vyamahanga dukoze kubasengera shetani ibacekure birababaje caneee aba jeune nukwirondera ububuzima abazungu ntacaha bata vyose barabika .
❤❤❤❤❤❤
🎉🎉🎉🎉
imana ibahezagire ibi ni abajenne bakeneye
Edga ikugeze aho wifuza ukomeze ufashe nabandi uzagigwe canee
Ko utavuze ko babatinga ku ngufu 😭😭
Hadutse😂😂😂n'icaduka rero??😂😂uransekeje
Rufuku 😢