Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Yaraduhezagiye cane twumva nivyo tutari tuzi.Ndababajwe nabakiri mu buzimire.
Yoooo umu Pasteur aratwenza ariko yaramenye Imana cane urunva ko azi ibanga ryo kuba imbere y Imana
Ndakunze uyu mu Pastor p avuze ati Har Imana ihindura ubuzima bw umuntu iyo uyubashe. Uko Nukuri. Merci
Amen pasteur urampezagiye cane
Alléluia Alléluia. Murakoze caane ku kiganiro ciza
Wao!Arankundishije kurusha amasengesho
Iyi ni challenge ikomeye. Ukuntu mugira umuhate wo gukorera Imana muraho mahanga. Bless you more. Muratwubaka, mudusubizamo intege
Love from 🇷🇼 🇷🇼, kuba iburayi udafite ubwenegihugu biragora cyane.
Ndabashimiye caane kukiganiro muhjj gutanga.Nyakwubahwa Pasteur Uhoraho abahe umugisha mwinshi caane muvuze kuma détail yose yubuzima kandi Imana Ntihinduka yama iri Umwizigirwa.Mukomere kandi mukomere kuba igikoresho ca Christu ku mahanga.Hama turashimiye na Journaliste wacu.Uhoraho abahe umugisha Mumpande zose
HALLELLUA HALLELLUA HALLELLUA HALLELLUA HALLELLUA HALLELLUAAAAAA URAKOZE GOOOSEEE YESU CHRISTO 👏👏👏👏👏👏🎶🎶🎶🎵🎵🎵🎵🎵📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢
Pasteur Benoît kaka Tanguy Mungu akubariki. Urampezagiye
Pastor wubahwe cane gose harimwo inyigisho nyinshi
Urakoze cane. Uhezagirwe
Amen Amen Amen !!! Merci beaucoup. UHORAHO ABAHEZAGIRE
Ee bwana pole sana!
Pastor Benoit Imana iguhe umugisha kubw'intahe udusangije kuko izokiza benshi especially twebwe tuba mumahanga.
Warahezagiwe Pasteur ,intahe zawe zama zinyumbaka
Haleluaaa. Thank you for sharing this testimony. God bless you so much
Mwijabe nomwisikonkuru yabujumbura
paster salut ndakuzi mwisoko nkuru
Ivyonivyo avuze ndavyibuka vyishi yakoraga atangiri Imana yubaka amashengero
Imana Iguhe umugisha pastor
Asante sana pastor Kawawa,turafashijwe
Imana iguhezagire cane
Pasteur ndamwibutse muri fecabu nyakabiga nukuri komeza komeza bishop wangu Mungu atafanya kazi tu
Courage muvuge Imana na hano mumahanga.umuhati wanyu si uwubusa ku mwami. Be blessed ❤❤❤
Amen Urakoze cane @Adeline
Merci pasteur uratwengeje cane Dada wakoze kumuzana
Burya mu buzima nukwama dushimira IMANA iko bigenda kwose haba mu vyiza haba mu bibi. Kuko vyose, biba ari integers y'IMANA naho hari bimwe futerwa numwansi kugira adukure ku mana
Uko nukuri kweri. Nimba yarananiwe hari abandi batananirwa. YESU ahabwe icubahiro. Jewe Maze imyaka irenga 10 nibana jenyene muri America hari abantu bambwira ngo ndondere umugore yomfasha ubuzima ndimwo ariko narabarahiye ko icokintu ntogikora kuko ntashobora guheba umufasha wanje. Nabana banje kubera umugore duhuriye muri amerika ningene kubana numugore muri amerika atari ikintu coroshe
Wofuma ugorwa nuwo mwavyaranye ariko ntiwoza kugirwa nuwo twahuriye muri amerika IMANA ihabwe icubahiro
Nukuri uyumuntu imana imuhezagire can ndamuzi twasengera hamwe yarafasha can imaniguhezagire can
Shaka kwishura umuntu avuze ngo navuge ko se yarumurozi pasteur Benoît ntiyibeshera kuko azwi nabantu benshi naje ndimwo twarasengana mw'ishengero rya FECABU iyo umuntu ashinze intahe ikiza benshi nawe uve muwyo urimwo wakire umwami Yesu niwe nzira ukuri n'ubugingo Imana iguhe umugisha past . Benoît
Nukuri Pastor ahezagigwe kuko ubwobuzoma nuko benshi batabivuga nahumbundi sivyoroshe kweri
Love from wive tv
Uwiteka abahe umugisha ❤
Nawe Benisse
Intahe iratwubatse. Ariko nanje mvuge akakantu nimba asobanukiwe ijambo ry'Imana : ijini canke idayimoni n'impwemu mbi iyo ntipfa. Canke ngo yice izindi...abantu nibo bapfa kuko bafise umubiri. Ariko nabo impwemu zabo zibavuyemwo haraho zija kurindira urubanza (mu Mwami canke muri shetani) Gira Amahoro mukozi w'Imana. Hama Imana iguhe umugisha kukwicisha bugufi nakubonyeko hamwe duhuriye bja café!
Murakoze cane
Kumbi abisilamu basenga amagini from 🇷🇼🇷🇼
My pastor ndakwibuka muri fecabu kanyosha warakoze cane kubutumwa bwanyu
Iyo ntahe nukuri yabibayemwo tubana twarabibonye
Jewe ahubwo ndamuteye intege. Uwo mishitsi yatuzaniye aduhishuriye amabanga menshi.
mwonpa telefon yuwo mukozi w Imana mwoba mukoze. Imana ibahezagire
😂😂😂😂😂😂 yoooo mbavuuûu we pasteur mungu akubariki
Amen, azigaruke atubarire ukuntu uwo mupapa wiwe amajini yamwishe, kugirango dusobanukirwe.
Murakoze kuciyumviro
Imana shoboye vyose.mwoshobora kundiha numero zuwo pasteur
😂😂😂😂 ahwiiii...isafuriya iransekeje ni ukuri😂Imana yacu irahambaye cyanee
Mudusengere natwe abanyarwanda
💓🙏
Iminsi indwi utarya utanywa ....kuki mubesha ....mgb ndagutahura ubesha Abo nyeneee
Isafuriya NAyo itumye twenga birenze ngo yarafise escalier imbavu ziravunitse
Kaka yangu huyo ivyo nukuri
😂😂 Thank you Lord guys warubizi yaje hageze Jewe numva bindenga kwl ndafashwa cane pasta uzogaruke 😊
Mungu mkubwa Imana imuhezagire taxi yiwe yari yanditseko mungu mkubwa
Wananiwe akazi kaho wagiye, none wahisemwo akazi k,umudomo. Ivyabapfu biribwa n abapfumu!!!!
Uko nukuri nabahungu yatangiye inkwano ngo bubake ingo
Joc.
Muhezagigwe vous tous deux.Iyo ntahe iranyubatse.Pasta shikama ushire amanga Ndiho arikumwe namwe Nawe Dada uhezagiwe cane.waduhaye ikiganiro ciza cane.
Nivyo ntwaracuza hamwe mubirato kandivyokoko yarumunyamungisha
😂😂😂😂pastor,n'ukuri waciye mu bikomeye n'uko warikumwe na Yesu ubundi warukomerewe
Amajini canke abadayimoni arapfa bakayahamba buheribuheri canke barayatuza agahunga??!!!
Zugabanya introduction uvuga vyishii😂😂😂😂😂😂😂😂
Mwongo mutupu
Hariho ivyo yavuze ukuri nibindi yabeshe nivyo atavuze imana imubabarire cane. Kandi ndafise akabazo mukozi wimana murashobora kutubwira ingene mwaronse impapuro ziguha uburenganzira bugushikana muricogihugu ???????
Sha ntuzi kubaza vrt uzogende ubanze wige journalisme
None pastor twamubona gute kugirango adukomeze
😂😂😂😂😂😂 uyu mu papa namukunze 😂😂😂 natwenze bishoboka😂😂😂
Uhezagirwe
Hhhhhhh. Uriko uvuga ukuri ? Reka kubesha. Vugako so yari umurozi
Kawawa Pasteur hahaha
Konsa inyana na biberon😅😅😅😅
Uyo mutama ntaco abeshemwo pe ! Intahe yiwe iraryoshe. Amasafuriya uhagararamwo mu kwoza !😂 isahani 1000 urara woza ntizihere ! Warihanganye pe !
Uratangaj none intahe bayivuga kabiri?😅😅😅😅
🤣🤣ijini rirafa?🤣🤣🤣🤣
None 😅😅😅😅😅
😂😂Imana ni nziza
Amen.mukozi w lmana,urakoze cane kuntahe uduhaye,ndasavye uduhe na numero kubw amasengesho