Uwubishobye wese atabare Abarundi n'Abanyarwanda

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 15 вер 2024
  • #amakuru_atarikwivumbi
    #urugendo_news_amakuru
    #Updats_zurugendo_news
    Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
    Amakuru ya RPA yihuta
    Amakuru ya Haguruka yihuta
    Amakuru yinzamba yihuta
    Amakuru ya Peace FM yihuta
    Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

КОМЕНТАРІ • 37

  • @mwisenezaalexis943
    @mwisenezaalexis943 6 днів тому

    Bavandi ntibyoroshye, kuko bakomeje no kubiba urwango mubaturage rushingiye,, kukwanga no kwangiriza abanyamahanga udasize no kubafungisha ubutavamo nyine, insore nsore zabazambia zo zirenda kubicirayo rwose cyane ko bashyigikiwe cyane rwose, amagereza yo baboreyeyo

  • @Salambwe
    @Salambwe 9 днів тому +4

    Bakubite ibyo binyarwanda ibyinshi nibiterahamwe biragahambirwa

  • @nsengiyumvaclaude7064
    @nsengiyumvaclaude7064 9 днів тому +3

    Mubisanzwe harakwiye ibiganiro vyimbitse hagati ya reta y'uburundi na Reta ya zambia kuvyerekey abarundi bakorera zambia bareke ibintu vyokuguma batwizeza ngo bazogiranira ibiganiro ariko tutazi igihe ivyobiganiro bizobera.tubikeneye ubunyen kuko abarundi turakubagurwa muri zambia atacamira kuko na ambassadeur w'uburundi muri zambia ntaco atumariye

  • @GerardNdayishimiye-p7m
    @GerardNdayishimiye-p7m 4 дні тому

    twarabameny

  • @niyozimaGodefroid
    @niyozimaGodefroid 8 днів тому

    Merci 🇧🇮🇩🇪

  • @EricIrakoze-s7b
    @EricIrakoze-s7b 7 днів тому

    Sha kubadafise ivyangombwa sivyunomusi bamye bafatwa ahubwo ubimenye uteba

  • @JeanNkurunziza-u5v
    @JeanNkurunziza-u5v 8 днів тому

    Zambia itandukany kure nuburundi usivye uno mwaka umwimbu wabay muke bivuy kunvura ariko ntanzara bafise zambia harima abazungu bakagaburira igihugu cose kandi isi yabo irimbuka mbere ntirimwa yose ifamu zaho zirakozw ukuntu ni igihugu gihana imipaka nibihugu bishika kurindwi ariko ntamupaka udafita imodoka zikwegana zirenga 1000 Zikorey ibidandazw

  • @JohnMwasa-g7r
    @JohnMwasa-g7r 8 днів тому

    None rero jewe icombona nuko Umunyarwanda, Umurundi kuko ninabo bagize ibice vyinshi bikora ivyurudandaji mugihugu ca zambia ko twojinama tukazokwikurako akogasuzuguro tugategura ukwiziganiriza ivyokudya hacakimonyo ikiringo nkicukwezi tutugurira amaduka yacu nukuri ndazineza yuko abajejwe intwaro yigihugu ca Zambia kwaribo nyene botwironderera, murakomeye.

  • @user-ym5dc1wl6y
    @user-ym5dc1wl6y 8 днів тому

    Bene-wacu hari ivyo twirengagiza ahubwo dushimire Imana kuba iturindiye muraya mahanga none ninde bafashe afise cangombwa kimuha uburenganzira bwo-gukora commercial,mukwiye kumenya yuko cangombwa c'ubuhunzi nico kuba mu-nkambi sikiguha uburenganzira bwo kudandaza nzi neza ko hariho ivyo muriko murirengagiza muzi iwo nohanura nuko akwiye kugira akantu akora iwabo ubundiho amazi ntakiri yayandi

  • @user-wj4od5nd8n
    @user-wj4od5nd8n 7 днів тому

    Mwomenya neza Yuko abo bafata abanyamahanga nabonyene nabanyamahanga

  • @NdayisengaElda
    @NdayisengaElda 7 днів тому

    Biryabintu vya nev vyokujana ivyo kurya nabanyagihug biw barimumugufa ninzara jenaratangay cn pee umukuru wigihug arakwiy.kwikebuk

  • @JeanNkurunziza-u5v
    @JeanNkurunziza-u5v 8 днів тому

    Gusa nibunvikane kuko zambia iremew cane kuvyerekey amahahiro

  • @JohnMwasa-g7r
    @JohnMwasa-g7r 8 днів тому

    Jewe nsinumva yuko novyemeza neza yuko ugufatwa twamadufatwa yuko vyobabitumwa n’ aba president bacu bobababituma kandi nukungene igihugu gihaye giterimbere harimwo ibice vyabanyagihugu basanzwe baronderera ubuzima mu bihugu Yohan Zoé.

  • @JohnMwasa-g7r
    @JohnMwasa-g7r 8 днів тому

    None rero jewe ico nobona gikwiriye nuko ivyo bihugu vyoshirahamwe ibiganiro bikigira ukungene abanyagihugu bavyo ukungene bobaho mumahoro akwiye.

  • @JeanBaptisteBucumi
    @JeanBaptisteBucumi 4 дні тому

    None abarundi babafata babahoyeko ari abarundi canke babahorako baba muri ico gihugu badafise ibibaranga? Botubwiza ukuri tukabimenya.

  • @ibrahimnkurunziza8198
    @ibrahimnkurunziza8198 9 днів тому

    Baze gukora iki m' Uburundi

  • @JemusBayirame
    @JemusBayirame 7 днів тому

    Birababajecane,jendumurundindimuri zambia nukuridufashenabi bagufashebaragufunga ntakintunakimwebemerako utoravyosebisigarayo.nibatwemererebasidutahanenivyacu.neva yatwanse

  • @JohnMwasa-g7r
    @JohnMwasa-g7r 8 днів тому

    Kandi igihugu ca Zambia naco ntabwo c’ iyumvira kwiterambere gihabwa n’ abanyamahanga bagikoreramwo kuko ndavye ukocarikimeze muri 2015 ugacuraba n’ ukungene kimezubu hariho itandukaniro rinini caaaane rero hamwe abanyamahanga tugikireramwo twese twohagurukira rimwe tugataha nukuri ndaziyuko n’umuzungu yahajanye ihingiriro yogira ibibazo bidasanzwe kuko nitwebwe dushigikira ivyo bahingura mukubirangura tuvyegereza abanyagihugu badafise uboshobozi bwokubikurikira iyo bihingurigwa ndetse nitwebwe tunatuma n’ umuzungu anatanga ikori vyoroshe kubera ivyahongura birangugwa natwebwe tubishira abanyagihugu aho bababatuye.

  • @AbuduAbudu-v8m
    @AbuduAbudu-v8m 8 днів тому

    Harubufasha bagusavye aba nibabana batazi mumahang Zambia habab ingabo ntihaba abana😂😂😂😂😂😂😅😅😅

  • @jchuma5417
    @jchuma5417 9 днів тому

    Turangowe 😮😮😮 cane mwenewacu ntituzi impanvu

  • @StevenMugando-ei6vb
    @StevenMugando-ei6vb 9 днів тому

    Nibibazo cane

  • @dianensabimana
    @dianensabimana 9 днів тому

    Mana Tabara Tabara Tabara Tabara MANA Weeeee

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu 9 днів тому

    Mulungu chabe Ni Eve adzatsisunga zoona kulibe aliese angatsishotse mwayamavuto tsilikupitamwo

  • @user-kj2xh6bt5y
    @user-kj2xh6bt5y 9 днів тому

    Ibiganiro vyimbiste nivyoo nkenerwa hagati yuburundi na zambia

  • @IrakozeFaustin-e1l
    @IrakozeFaustin-e1l 9 днів тому

    Sibintu but Mulungu ari kumwamba (ibih ntabw ar vyiz kbx arik intambar siyacu)

  • @Masekohope
    @Masekohope 7 днів тому

    dufise zareta nzima zidukunda zogombye kutuvugira bakaduha byangombwa tukajya tusora, ariko retazacu ntamumaro zimaze ntikunda abanyagihugu zikunda abanababo nabagore babo

  • @CrisCris-kd3di
    @CrisCris-kd3di 9 днів тому

    Kobahay batubesh Abapolic batey rwasa muhir nivyo konemer inkur dukuy kuriwew

  • @FirminNibigira257
    @FirminNibigira257 9 днів тому

    Haaa😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😅😅😅 non ukuri nukwahe kwer

  • @MunezeroJohn-wc5zs
    @MunezeroJohn-wc5zs 9 днів тому

    Ukontakurikurimwo kukontamukuruwigihugu yosaba abantubatakoze ibyaha ahubwo nikubera atabipapuro bafise

  • @ErcLove
    @ErcLove 9 днів тому

    Ubu harikuvugwako umukuru wigihigu c'uburundi yazanye uburozi muvyo kurya

  • @Masekohope
    @Masekohope 7 днів тому

    banyamakuru zamurasemerera .agituma abarundi nabanyagwanda birigwa biruka mubihugu byababanyi, retazibihugu tuvamo,nabasuma amakori akantukose ukoze reta zirarebuza nutwurose bakatukwambura, mumakori atagira igitigiri, izoreta zitanze amahoro tworonderera iwacu.

  • @veroniquekubwayo5169
    @veroniquekubwayo5169 9 днів тому

    nimugaruke rero murims

  • @PacifiqueIrambona-gh1dd
    @PacifiqueIrambona-gh1dd 9 днів тому

    Ningoranee zisi

  • @ButoyiThierry-j8e
    @ButoyiThierry-j8e 9 днів тому +1

    Nibibazo kweri none kabasha zambia tubahe ifashanyo hama bakabakorera ivyo 8:22

  • @nduwimanaernest1050
    @nduwimanaernest1050 8 днів тому

    Twe abarundi bari zambian turi benshi canee kandi turiyumvira. Ukuntu LETA YA ZAmbian ukuntu itwirukako tukabibura kandi hariho nabafise impapuro z iimpunzi ariko bakabatwara twibaza igihe president Evarste NDAYISHIMIYE yarino ibintu bagiye bavuganye n abanyapolitike yahano tukabibura tukibaza mbe niyoba yaratungurishije twebwe abarundi atavyo tuzi... Aaaaaaah Imana niyo nkuru kandi irazi ibibazo twaciyemwo mu Burundi nubu nyene bikiriho reka twebwe ABARUUNDI TUKOMEZE TURI HAMWE NKUKO TUUBIKORA MURI WHTSSAP TUVUGANA NGO

    • @JeanNkurunziza-u5v
      @JeanNkurunziza-u5v 8 днів тому

      Ivyo uvuga urabesh zambia ni igihugu gifise ubutare bwinshi kandi gifise ubutunzi bwinshi utokwigera ucomparA muburundi sha copper beoty yose kongerA Nord western ni ubutare gusa ahubwo wew nturazungutuka zambia neza uradhobora gusanga kumupaka bafise ama truck are ga 1000 kumusi yinjira ayNdi asohoka😅