Umu

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 5 жов 2024
  • Agaciro Media yagendeye umurimyi Mworozi ariko arangurira iyo migambi aho avuka mu ntara ya Cibitoke muri komine #Bukinanyana
    afise inkwavu 680 akaba anahingura amaganga yazo
    Wipfuza kuvugisha uyu Damascene batazira
    #Zirikumahwa:+257 61 64 26 21
    #ibangaryabatunzi
    #agaciromedia_68013513
    #entreprenariat
    #business #diaspora
    ‪@NtareRushatsiHouseTV‬
    ‪@paeejburundi9895‬

КОМЕНТАРІ • 60

  • @AgaciroMediatv257
    @AgaciroMediatv257  9 місяців тому +6

    Wipfuza kuvugisha uyu mu Diaspora w'Umworozi Mr #Zirikumahwa: 61 64 26 21

  • @AngeloBarampama
    @AngeloBarampama 9 місяців тому +2

    Vyiza cane rwose Mukunzi Zirikumahwa. Niwirambire !
    Ndi Angelo Sekumbati i Gitega.
    ❤🎉❤🎉❤🎉❤

  • @samkabayiza6212
    @samkabayiza6212 8 місяців тому +1

    Ndabashuhuje cyane ndi umubanyi wanyu mu Rwanda nkunze uyulushinga cyane najyaga nshaka korora inkwavu ark ntazirya nkibaza ikindi nazikoresha kikanyobera ark ndize kbs

  • @HabimanaXavier-iz3ev
    @HabimanaXavier-iz3ev Місяць тому

    Courage ndamwemey nange nzakora gutyo

  • @rerekacomedy
    @rerekacomedy 9 місяців тому +1

    I'am the one of those who like this content!!! Big up @agaciromedia

  • @MazaFabrice
    @MazaFabrice 4 місяці тому +1

    Mr le journaliste stp bandanya uzuraduha ibiganiro nkivyo vyokwiteza imbere surtout les jeunes knd kumahera make umuntu yotangura les jeunes turahumirije domage

  • @Niyomwungerepascal-j8o
    @Niyomwungerepascal-j8o 9 місяців тому +2

    Nepo umuturonderere umuduhe kugira aduhe iyo ntahe yisanzuye. Nawe courage cane tukuri inyuma

    • @NDUWAYORÉGIS
      @NDUWAYORÉGIS 9 місяців тому

      Mwoba mufis akaniro ka ziri kumahwa

  • @issanshimirimana9091
    @issanshimirimana9091 3 місяці тому

    Murakoze

  • @RuzobavakoAndre
    @RuzobavakoAndre 11 годин тому

    Ndabaramukije mugire kristo,kombona ivyovyatsi ni dyanki ,tubwire ubwoko bwose twogaburira inkwavu natwe,

  • @RobyRobytz
    @RobyRobytz 3 місяці тому

    Ndakwemela 💪💪💪

  • @kaburagad7268
    @kaburagad7268 9 місяців тому

    Murakoze kudusangiza ivyiyumviro vy iterambere. Imana ihe umugisha ibikorwa vy Abarundi

  • @frankyessheisnumberoneshe440
    @frankyessheisnumberoneshe440 Місяць тому

    wawuuuu muri bwangi

  • @alexisYvette-v7p
    @alexisYvette-v7p Місяць тому

    Zirikumahwa

  • @Bihomebuja
    @Bihomebuja 9 місяців тому +1

    Uko leta ihimiriza korora abe ariko abajejwe ivyubundandaji guhera kuri niveau yubushikirangaji barondera amasoko. Erega uburundi burashobora kurinka ibagiro ry'inkwavu ugasanga kumusi habagwa inkwavu umuriyoni sinibaza ko bujumbura isoko ryokoroha

  • @AgaciroMediatv257
    @AgaciroMediatv257  9 місяців тому +3

    mugire Subscribe kugira #AgaciroMedia tube umuryango munini

  • @FatumaKabihogo
    @FatumaKabihogo 9 місяців тому +1

    Twashimye inyigisho mba muntara nziza ya muyinga ico mwibagiye ni beyi yumwavu yamahurungure yinkwavu

  • @francisnizigama8476
    @francisnizigama8476 9 місяців тому

    Bravo kabisa

  • @denisenibizi1805
    @denisenibizi1805 9 місяців тому

    Mwiriwe,murakoze kuduha ikiganiro ciza.Ariko kuko uri umu Dispora mwiza ,nashaka werekane neza ingene wubaka inzu z'ubukwavu kugira bishoke uronke amaga ingene ugira umiringoti kugira
    uronke amaganga atayasesetse,utubwire nivyatsi inkwavu ishobora kurya;

  • @NDUWAYORÉGIS
    @NDUWAYORÉGIS 9 місяців тому +1

    MPa akanimero ka Zirikumahwa kuko ndifuza kubonana naw

    • @NDUWAYORÉGIS
      @NDUWAYORÉGIS 9 місяців тому

      Ka WhatsApp yoba akoze kuko yakoze ibitangaza mukuduha ubumenyi aha Kuri youtube

    • @AgaciroMediatv257
      @AgaciroMediatv257  9 місяців тому

      Numero twarayibahay
      Raba commentaire yambere y'iki kiganiro hariko numero ziwe
      Be no muri Description twarazanditseko

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 9 місяців тому

    Zikomo kwambini Achimwene✊🏾🎩

  • @umbeyatv2549
    @umbeyatv2549 10 днів тому

    Ariko ni sache ifise ingaruka mbi kumagara yabantu

  • @KarimanziraCharles
    @KarimanziraCharles 3 місяці тому

    Mukomereze aho ko ndi mu Rwanda twabonana gute?

  • @issanshimirimana9091
    @issanshimirimana9091 3 місяці тому

    Nisawa munyamakuru

  • @HabimanaAlphonse-px4dv
    @HabimanaAlphonse-px4dv 5 місяців тому

    Byiza

  • @jeanmariehacimana6712
    @jeanmariehacimana6712 9 місяців тому

    Courage

  • @Bihomebuja
    @Bihomebuja 9 місяців тому

    Uku kuntu umunyamakuru yiyunhuruje ndibaza ko yojana muri leta amahera makeya.

  • @adonismuganyizi226
    @adonismuganyizi226 9 місяців тому

    akuru akuru mwaswera bwanji? ndakondedwa ndizimene mukugwira,

  • @NiyibitangaNoé
    @NiyibitangaNoé 9 місяців тому

    Numuntu nawe ari mubworozi bwinkoko akeneye ubumenyi en profondeur yomurondera nabwonyene abufisemwo expérience yikwije

  • @lionelbayubahe7458
    @lionelbayubahe7458 7 місяців тому

    Yarakwiye gufunga hejuru kuko hariho inkwavu zisimba ugaca usanga habaye consanguinité canke ugasanga rurimye numenye date rwimiyeko

  • @cedricrukundo7229
    @cedricrukundo7229 9 місяців тому

    ❤❤❤mukomeree canee

  • @nijimberecelestin2099
    @nijimberecelestin2099 6 місяців тому

    ❤❤❤❤

  • @twororeturimekijambere5491
    @twororeturimekijambere5491 9 місяців тому

    Kbs🙏🙏

  • @mwambakasongo7094
    @mwambakasongo7094 9 місяців тому

    Ni chabwiino maningi kuganizako such project, but chamene nikuudzani ni kuti unkhare vigilant chifukwa bantu bina bangamveere jealousie, you know some lazy people sibafuuna development ya banzabo! Dzikomu kwa mbili ba mudara

  • @ArcadeNdayishimiye
    @ArcadeNdayishimiye 9 місяців тому

    Au service de la nation

  • @VitrerAman
    @VitrerAman Місяць тому

    Nimuduh numéro ya zirikumahwa

  • @zephyrinndayiragije7676
    @zephyrinndayiragije7676 9 місяців тому +1

    Journaliste police mwayiciyehe motard yabapakiye gutyo?

    • @AgaciroMediatv257
      @AgaciroMediatv257  9 місяців тому

      hari mu mitumba
      iyo vyakomeye ukora vyose ngo ushike kwihangiro
      iki kiganiro kizogirira akamaro benshi kurusha kwipakiza ku moto urumwe

  • @nsabimasheba9165
    @nsabimasheba9165 9 місяців тому

    🙏🙏🙏🙏

  • @cedrickbudrick5679
    @cedrickbudrick5679 7 місяців тому

    Mulibwanji bakumawa😂 ise tili Zambia

  • @NiyeraDonbenit-ou5hi
    @NiyeraDonbenit-ou5hi 9 місяців тому

    Ndakumvani mbale wangu zikhomo so inaganiza bwino ifeso tili panjira

    • @jaykar-issa706
      @jaykar-issa706 9 місяців тому

      Mzere m'njira zomwezo amwene! Twigwire ntchito mosadeka

  • @ihuriroGroup
    @ihuriroGroup 9 місяців тому

    Tworore peeeeeeeeeeeeeeee

  • @issanshimirimana9091
    @issanshimirimana9091 3 місяці тому

    Wampa number yuwomworozi

  • @prosperbirorimana5982
    @prosperbirorimana5982 9 місяців тому

    🇧🇮🇧🇮

  • @shuw2575
    @shuw2575 9 місяців тому

    Turice bwino bazatu

  • @Human1living
    @Human1living 8 місяців тому

    Uzakoreshe imbaho cg cermique

  • @NiyibitangaNoé
    @NiyibitangaNoé 9 місяців тому

    Mutama ziri kumahwa yubahwe!

    • @NDUWAYORÉGIS
      @NDUWAYORÉGIS 9 місяців тому

      Muduhe numéro ya ziri kumahwa mwoba mukoze caan

  • @therencendafisimana9531
    @therencendafisimana9531 9 місяців тому

    Naduhe numero yuyo mworoziii

    • @AgaciroMediatv257
      @AgaciroMediatv257  9 місяців тому

      yirabe muri description yiki kiganiro be na commentaire yambere twazibahay

  • @bayiramyedanielkolenda2141
    @bayiramyedanielkolenda2141 9 місяців тому

    500 frbu biragoy koyotuma uterimbere

    • @AgaciroMediatv257
      @AgaciroMediatv257  9 місяців тому

      Kumbure azoduha ikiganiro cihariye mu ntahe yiw atubwire ukuntu yakoresheje ayo 500fbi

  • @uwimana8584
    @uwimana8584 9 місяців тому

    None nkabobakozi bose mubahemba iki konumva mutanazigurisha?haribanga ryabatunzi koko mutigera muvuga 😂

  • @Human1living
    @Human1living 8 місяців тому

    Plastic nayo sinziza