Indirimbo nshobora kwumviriza dix fois par jr nukuri Sun wubahwe baguhe rimwe mubusaza niwe uteguye passion abandi barihenda uwuyumviriza kenshi nkanje ampe like
Emery iyi song nukuri nubu ndavux ixi nizo song ziba zikwiy gukwiza 1milion mumisi ibiri ariko ni so aha iwanj gusa ndasavy nah itazikwiza mukore ibishoboka aba journalist murab iy ndirimbo igiri ico yigishij abantu uwariw wese imushikir kk is tugezeko uw witwa umukunxi niw akwararaza nukuri emery wubahwe song kumusi ndayumviriza 10 karenga
Uyu muririmvyi arabizi twese turabizi. EmerySun reka tukwitwarire mu butungane kuko ushats woba uri kuri niveau ya Sat-B cnk imbere yiwe. Ndazi uramaze tuvyiyumvamwo. Tu vyoba vyiza ubigize ingiro. Your Top Fan
Wubahwe mutama wacu .ndakwemera ndagukunda indirimbo zawe zirimwo inyigisha sana zikoranye ubwenge ukomer.ndagukurikirana ga 5kur kagenz kako courage sana
Iraryoshe sana kand ifs msg ikomey👌👌👌
😭😭😭uramvugiye ibintu brother, IMANA iyaba yari nka naka tuba twarapfuye sinkubesha ariko yoyo si yohani iguma iturinda tuzoguma tubaho kabisaaaaaaa,ndakwemera man
#nduwokumashuha
Urabona indirimbo nzima atari bwabutumo bwawe
@@vianneyndizeye8714 sivyizaaaaaaaaa haaaaaaaaaaaaaaa
❤❤❤
Fireeee…… Imana si Yohani cankeeeeeeee Assu … Ikintu gisukuy
Inryarya ningorane musaza LOVE FROM IHURIRO TV
Imana ntabwo ar yohani kabisa bro weee ni wangu kweli lmana ikuje imber mur vyose 🔥🔥🔥🙏
Salut brother 🙏🏿🙏🏿 I like it bro
🤣🤣🤣
Waooooh I really loved all good vibes of this Song❤️
6
Ok
man you're bringing up some good vides too! keep it up!
Ico nakubwiye nubu ndagisubiyemwo,naheruka kumva indirimbo iryoshe nkuku kera,gusa ikimbabaje nukwitanga kudasanzwe wakoresheje kugiye gucinyizwa bakugwize n'ubusa
Vyukuri ndanyuzwe naka ga song, plus de 5 fois vrt merci
❤️
Emery wacuu
Thx Ines
Congrats Emery Zuba , video 😍 message 🥰🔥🔥🔥
Good song
Iyi song irimwo message idasanzwe ya mérita gukwiza 1M
Uwo rero niwe Emery sun nari nkumbuye kwumva 👌 Abemerenya nanje baze banyihere like hama umunsi ubandanye 💥👏👏👏
Urumuhanz wambere wambara neza ukaberwa ugakora video nziza can vrt wubahwe urashoboye🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🪴🌳🍀🌹🌴🌿🌷💮🌼🌸🌺💐🌱🥀🌾🌻🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Beat them like nobody 👌👌
❤️❤️🇧🇮✔️
Ewe ga Mana tuzopfa hageze KBx🙏🙏🙏🙏
My Best
🔥🙌🙌🙌 Sun Big up
Indirimbo nshobora kwumviriza dix fois par jr nukuri Sun wubahwe baguhe rimwe mubusaza niwe uteguye passion abandi barihenda uwuyumviriza kenshi nkanje ampe like
Emery sun ☀️ urumuhinga mukwandika kandi no kuririmba urabiz ariko sinzi kwarugucika intek ongereza agatoke mugukora haba collabo hanze yigihugu zirakenew kugira wagure imbibé
Hama nice song urashoboy
Kabisa urashoboye waje hageze tukwifurije gutez,imbere umuziki Ndundi cane
Simbona impamvu iyi song itari kuduza views nuburyohe ifise ngaha sindi kubeshaa nizike ziyisumvya uburyohe mais zikaba zifise promo ihagije yemweee barundi haguruka mushigikire ibintu vyiza gusa narengana 🏃♂️🚶♂️🚶♂️
Grd frère uranduhuye saaaaana wallah ndakunda ukuntu udata originalité yawe ndakwubaha caaaaaaaaaane
Nikobimeze mu boss wacu😂😂🎉🎉
Uri itara ritazimana nubwo kenshi wari wabaye mugacerere kenshii je naho nzoba ndumwe nzokwama mvuga yuko ukora ivyo uzi kandi ushoboye atavyo kurondeza birimwo muburundi tugufise ntituzonyoterwa
Indirimbo yibihe Kbx ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🇧🇮
Toka nikufamuu brother ujawai niangusha #NiceSong #NiceLyrics #NiceMelody keep it up blood #EmeryZubaa
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Turashoboye💪
Imana ntabwo ihwaniye nivyo abantu twiyumvira✌️
niwubahwe namahanga yose
Ntaho Bihengamye Nukuri Vyose Biragoroye ✍🏿👌🏿🧠
Love From #Weezynation 💯🇧🇮🚀
Kila sku nasikiliza mzik huu yaan unalaha zake❤❤
Imana si Yohani canke Assoumani!!! Niyo yama iturinda... indirimbo ikwije ama conditions👌🏾!! Emerysun keep it up and stay blessed mon Grand 🙏🏿
Emery Sun is so underrated 🥲!
Gusa ntawuzibira umugisha w’Imana!
This is the best video I’ve seen in 2021
Nice song Msaza.
Niba #murye
Ibi nukuri cane san vyarambayeko kabisa ,nakubonye kuri Magic TV nunva ufise ivyiyunviro birashe courage mon frère
Musaza Njyewe ndagufana peeeee ndi Murwanda icyintu nagusaba nicyimwe Ntuzigere Ureka Kurirba Emery Son❤❤❤
"Imana" yo mw'Ijuru "si Yohani canke asumani"!!! Indirimbo ikomeye gose cane! Merci Emery sun!
Beat 🔥💯
Melody 🔥 💯
Lyrics 🔥 💯💯💯💯
Nta mwanditsi dufise kubutaka bwu Burundi
Je ndakwita Mr Romantic ❤
Sinovuga ako ndayumviriza kumunsi .Igikorwa ciza Ir
👍👍👍👊👊👊❤️❤️❤️🧠🧠✍️ Indyandya zibaho kabisa muga Imana si asumani kabisa Emery sun💥💥💥💥💥🤝🤝🤝🙌🙌🙌🙌
Imana si yohani cnk Assouman i like Aka kantu ✌️✌️
Nice come back Emery sun💥🔥good music indeed🎶burundian music to the world🇧🇮🌍
Waaoooo urandik wamusorew 🦻✌🏽siyohani kabis uvuz ukuri pee
Muta wubahw caaaaane goooose tuzopfa hagez kbx ✌️
Akuri kwuzuye Emery Sun🇧🇮❤️🙏
Emery iyi song nukuri nubu ndavux ixi nizo song ziba zikwiy gukwiza 1milion mumisi ibiri ariko ni so aha iwanj gusa ndasavy nah itazikwiza mukore ibishoboka aba journalist murab iy ndirimbo igiri ico yigishij abantu uwariw wese imushikir kk is tugezeko uw witwa umukunxi niw akwararaza nukuri emery wubahwe song kumusi ndayumviriza 10 karenga
Mubisanzwe simbona ukuntu ingoma nkiyi atariyo iriko iravuzwa kuma radio hose cnke ngo kuma TV on line ngo batumeko Emery Sun kwiyi ngoma yiwe
Chaud and chaud.
Emery Sun wewe ingoma zae zama ziryoshe vraiment
Message,Vibe,vyose vyama aramavuta
Courage mé ugabanye kutunyoteza kabisaaa guko turagukunda kndi urashoboye
Blo nukwo undikure noguhaye akantu pé🙌🙌
Lovely #Rwanda_Burundi
Ego vrt wubahw IMANA siyohani cank asman
Finally my Favorite song iri Out🥰🥰🥰
Thank U Ir Emery you Deserve my respect 🤲🏾
Uyu muririmvyi arabizi twese turabizi.
EmerySun reka tukwitwarire mu butungane kuko ushats woba uri kuri niveau ya Sat-B cnk imbere yiwe. Ndazi uramaze tuvyiyumvamwo. Tu vyoba vyiza ubigize ingiro.
Your Top Fan
Indirimbo nziza irimwo msg ikomeye👌👏👏
Meli hanomurwanda 🇷🇼icyigari turakwemera
La chanson que je peux écouter 20fois de suite. Merci Emery
Terimbere bwana enjeniyeri uri muvyamwa vyiza vyavomerewe na mutama twubaha Mushenge. Shazy Kool HARERA
Indurimbo yandits nez amajambo Yinkora mutima #Imana si Yohani kbx #Kolly yakoz akaz keza #Courage_Bgblo Ntamusi numw wigera ikubira #Swata wubahwe
Wubahwe mutama wacu .ndakwemera ndagukunda indirimbo zawe zirimwo inyigisha sana zikoranye ubwenge ukomer.ndagukurikirana ga 5kur kagenz kako courage sana
Indirimbo ni nziza muga ntishobora kurya hith mugihe atabishegu waririnvye. Respect Sun. Indirimbo ikoze kumutima wanje. Merci
Abaririmvyi bacu barabizi Svp,
Icobataramenya nuko bashize hamw bagakorera hamwe bokwubaka urukuta muri industry umuziko wiwacu ukagera kure😭
You're so talented big man 👌
Urabivuze vyose tubayeho kubwimana iyo tuza kubaho kubwabantu ntituba tukiriho kabisa courage mo frere
Iyi niyandirimbo Big fizzo ahejeje kuvuga kwimukoze kumutima Reka nanje mbe mundyandya iyo fizzo atayivugako sinari kuyiramba nanje ndiyo
Ndashobora kumara umusi wose ndiko ndayunviriza ms ikaguma imbera nshasha 👌 courage mn frèr emery
Amen muri gospel mbona ari bn kbx uririmba neza ntabubeshi kwl.
inyigisho zakamaroooo
Uburundi kuyindi ntambwe mumuziki, mwabikoze neza Emery kuva kuri audio gushika kuri clip
Big up Sanaa brother courage iz uraduh igikorua cizaa knd tuba tugukumbuy mur industriel
Ariko Imana si Yohani cnk Asumani iraturinda. Respect ma Man wari ukumbuw muri industry
Iyindirimbo kweli amajambo sawa umudiho sawa video sawa kwandika sawa.
Iyi song k yahagaze où sont les fans?
big bang ma men
Kandi IMANA si WETU 😍🥰🥰🥰🥰
Nkunze inyandiko gos birenze naho beat itambika👌
Karatomoye pe😍😍👌umvugiye ibintuu 😍
Ntugate umwanya KUMBWA zidakuga.... Respect to you...The Sun
Iyindirimbo jew ndayumviriza cane kumusi yakoz ikintu gikomey anavugisha ukuri kubigezwho
emery san GOOD Nice song kari sana courage urashoboye imbere niheza icukora nico imana iguhezagiriramwo
Iyaba Imana ari Yohani umuryango wanje wose ubupfiriye rimwe 😤😭😭😭
Iyindirimbo ntamusi uhera ntayunvirije. 🇧🇮🇧🇮😘😘
Ir is back again 💥💯 much respect Emery 🤝👊
Biroroshe kwemeza ko emerysun ariwe muririnvyi wambere yandika neza.
Hit song mugenzi ndabigutuye iranyica iyi ndirimbo 💥💥 🤝👏💯🇧🇮
Tukopamoja Emery sani nyimbo zako nazipenda dotto Emanuel from Zanzibar Tz
Akabando kanje nitwaza
Wewe ntumpemukira kabisa
Hama nanje nzokwereka igikorwa wanyigije
Iraryoshe kandi irigisha mubagenzi 👍👍👍💜💜
I'm in the U.S but I'm going to keep on listening to this song even for next year
waaooh😭 😭😭wht's song good messages🇧🇮🇧🇮🇧🇮👊👊👊🖐🖐
Emery ntubesh imana si yohani nabo abisi sibo
Imana si Yohani cnk Asumani, ntikora nkabantu🙌 Good song Ir🎶🔥
Kbs Jew narababwiye ukuri ntikuvuga uwukuze gusa ahubwo kuvuga uwukuzi bro big up kwel" Indirimbo Yibih byose "
Ndakwemera mugenzi wanje
Umutama wamateka Emery ziba🔥🔥🙌
Akantu kubwenge vrt👍😂tuzogenda hagez kk bazohateba🔥🔥🔥🔥
Emery Sun toujours au top
Iyi nimwe mundirimbo yanditse neza courage mn lr Emery sun
I like iyi ndirimbo irimo impanuro nyishi courage
Someone out there nasigurire combien de fois iyi song itaronse award ya insanganiro kuel
Amashari n'inzigo nivyinshi ..
Si Yohani kbs ikora ibikora Inka thx sana 🙏🏿 .from 🇺🇸
🙌👌👌 ndayumviriza nka gatanu ku munsi... Top sana mkali Emery Sun
Vyukuri bikwiyeko buri murundi yumva iyi ndirimbo kugira abarundi babikora bahinduke my brother this is fire going on
Ndakunda ukuntu uririmba ibintu bizima vyakamaro God bless you