Indirimbo zabatari abarundi usanga am vues ari ama miliyoni arik bija bimbabaza ukuntu tudakunda indirimbo ndundi ngo dutezimbere abiwacu!nyumvira nkukuntu aba bahungu baririmba neza cane kweli!my bros keep going forward tomorrow is the best!
Guys izi views nink nukuri🙏song ababona k ikwie 2M like nyish duce tuyiraba keshi gashoboka tugire share bcp🙏 south Africa 🇿🇦🇿🇦🇿🇦 nguma ndi on 🇧🇮🇿🇦🇿🇦❤️❤️❤️💯❤️
Muriko mukora neza cane, ahubwo nyene se mwarihe Kuva n'a KERA.Respect Murashoboye muri Industrie musicale liste yanyu Ubu muri groupe yambere iriko ikora bikomete
Nibaza karijentazibintu kuko ubushobozimbabonako ntawundi tubuhurizako atari G pic Randry jew ntimurigera muntahasi narimwe beat kubwa amajambo meza ikibanza ciza muzirinde gucikintenge ndabasavye love from Mashaka
We are We love Music Courage les Bogars Respect kuri Song nc Audio Nc Video mubandanye uko Ntimuzobe nkizindi group zasambutse Nimwe muzi aho mwavuye kubwivyo ubumwe nibikorwa nivyo bizobashikana kundoto zanyu Ntimuzopfe abademu canke ibindi bintu Izo nimpanuro muhawe numu Fan wanyu ♥
Thanks hun for the last time we went out for the last time we had a time to get to 3:33 and then 3:36 and thanks hun for all the help of us and we went to the church and we 4:02 to came
Team we love muzik ,Vraiment murashoboye cane gose,mukomeze gutezimbere umuziki w i burundi in right way,really ndaba fana cane,keep carrying on my bro
Ndabafana!🤞🔥 Imana Ibakomeze 🙏
Mbega ndemeye Burundi mufite Impano pe 🇷🇼🇷🇼🇷🇼 likes niba wemeranya nanjye
❤❤
Ebana NtitwigeraTunanigwa ababona ko bari bradutebeje inyuma ya molo mumpe likes....
Ubahwa randri kuvakare tuba abambere
Simbona igitum bataronk am vues menshi kandi mbon basohor imizigo ikaze
Uwumaze kuyiraba plus de 10fois ampe like ndabe I like this song More ❤️🇧🇮
Wooooow duhe duheeee
Guys muranyemeje kabisa avec mon grand frère mkali wa live music
#nduwokumashuha
Indirimbo zabatari abarundi usanga am vues ari ama miliyoni arik bija bimbabaza ukuntu tudakunda indirimbo ndundi ngo dutezimbere abiwacu!nyumvira nkukuntu aba bahungu baririmba neza cane kweli!my bros keep going forward tomorrow is the best!
😂😂😂 Reka sha reka ntibikakubabaze. Muburundi Hari ubukene, n'a connection ni kibazo.
Ni hatari mugenzi
iraruenze🔥🔥🔥
Qui écoute cette chanson en 2023 coe moi
Impa like nyimba bakwemeje nkanje
Guys izi views nink nukuri🙏song ababona k ikwie 2M like nyish duce tuyiraba keshi gashoboka tugire share bcp🙏 south Africa 🇿🇦🇿🇦🇿🇦 nguma ndi on 🇧🇮🇿🇦🇿🇦❤️❤️❤️💯❤️
Cyakoze Burundian mubirimo neza cyane.
🇷🇼
Amashi menshi cane kuri #WeLoveMusik
Vy'ukuri muri murakora neza cane🤙✌👏
Kuva kuri #Molo hamwe niyi #LikeU ni indirimbo nziza kabisa.
Mukomeze gutera muja imbere.
Kuva ku #IcaMaMaRe. Much respecto vrt . Ndayumviriza plus de 10 fois for a day
Murakwiye gusubira hamwe mukubaka we love music nko hambere 🤔🤔
Maze kuyiraba nka 1000fois 👌👌👌👌👌👌🇧🇮❤️💯❤️❤️❤️❤️🇿🇦
Uwumbise ko aka ga song kamuruhur ampe izo like twibandanyirize turyoherwa na Like u💞💞🎂🎂✌
Ba murategura passport 👑👑👑👑🇺🇸
Je reste ici même en 2023. Ni indirimbo nziza cane,bien fait
guys ndakunda indirimbo zanyu zose... Murampimbara ! Murakoze kuduha iyi ndirimbo...maze kuyumva 12×/munsi 🍻
Imana nisubire ibagire WE love music kandi
Muriko mukora neza cane, ahubwo nyene se mwarihe Kuva n'a KERA.Respect Murashoboye muri Industrie musicale liste yanyu Ubu muri groupe yambere iriko ikora bikomete
😍😍
Naho twiharaje umuco wokubwira umuntu ngo yakoze vyiza, nivyiza ko tuza turababwira naho bitagenda neza. Iyi song irimwo ikinyarwanda cinshiiiiiiiiiiiiiiiiii
😂😂😂😂😂😂😂
@@amolam97 sivyo none ga mugabo
😄😄😄😄
Abahungu bashobora guserukira 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 neza caane....ama Hit gusa😍🥰🥰🥰🥰
Nibaza karijentazibintu kuko ubushobozimbabonako ntawundi tubuhurizako atari G pic Randry jew ntimurigera muntahasi narimwe beat kubwa amajambo meza ikibanza ciza muzirinde gucikintenge ndabasavye love from Mashaka
Yes! Ndakunda abantu badekora muma videos! C ça vrt! Hapana gupha gushutinga any how, any what🥰
Congratulations guys🥰🇧🇮🇮🇳
Ibibintu ko birenz maa bros 💥💥💥💣💣 gusto u killed it the beat
Diz love izongira crazy walahii iyi song irahabura
We are We love Music
Courage les Bogars Respect kuri Song nc Audio
Nc Video mubandanye uko
Ntimuzobe nkizindi group zasambutse
Nimwe muzi aho mwavuye kubwivyo ubumwe nibikorwa nivyo bizobashikana kundoto zanyu
Ntimuzopfe abademu canke ibindi bintu
Izo nimpanuro muhawe numu Fan wanyu ♥
My favorite team from burundi ,you are the best artists
Abapinga kwatari hit song azoba arabarozi 😍😍😍🙏🙏🙌🙌🙌🙌
Nzobavumbura
Bavumbur barashoboy turabakeney kand uzobabaz tumeny iyobakuka.
Mziki mnauweza nyimbo nzuri san na mnajua kuimba na kupanga sauti vizuri kiufupi mnaweza mziki
We also Love Muzik. #wearedbmusic
urabizi peee courage I'm from rwanda
Courage turabakunda cane ,murashoboye kabisa congratulations 🤜🏿🤜🏿🤜🏿🤜🏿
Iyi song imeze neza cane kabisa 🔥🔥🔥big up @WeloveMuzik and @VichouLove
i'm congolese but i like this song, congratulations to this work
This music inkoreye umunsi iranejeje vraiment Burundi 🇧🇮 artistes mukomeze uko aha imbere hadufitiye vyinshi
Murashoboye pee!!gsa vichou yahatsw kubatober ndak !! courage
Ni uko utazi what is the really music
Nta soni??? Subira wumve neza uce ugaruka u Commenter!
Ndizera ko aba Bahungu ari bamwe twiteze kubona umuziki ndundi bawuhinduriye amateka. Big up sana my Brothers.💪🏿💪🏿🇧🇮🇧🇮
Muzoshitsa kure uburundi we love you music
Ndaruhuka iyo ndiko ndumvriza iy ndirimbo
Big Up
Vichou mtu wangu asante sana Mr Gucci Man. Mumefanya kazi nzuri sana
This song wallah 🥰🙆🏾♂️🎼🎼🎼🇧🇮🇧🇮🇧🇮 keep it up gyz 🙌🏾🙌🏾🙌🏾 Imbere ni heza cane #WeLoveMusic love from #Runtowndjs
We love Muzik 💕✌️ hejuru cyane bantu bacu🇷🇼🇹🇿🇧🇮🇿🇲
They call themselves #WeLoveMuzik I call them #Ilovetheremuzik more fire more vibe wallah....✊🏾🔥🔥🔥🔥
La shanson en soi yaririmbwe n'ibicocoro nta mpamvu yarigutuma igaragaramwo utunenge
🔥🔥🔥🔥
Mwubahwe bahungu👏👏👏👏
Vichou mkali wa Live ijwi nineza cn kbx.🇧🇮🇧🇮🇧🇮♥️🔥🔥🔥🔥🔥
Guys ndemey kabisa, gusa nuko ata link yayo kur Fb, izi like ninke kuriyi song👌👌👌👌👌👌🖒🖒
Iyi song iramara kabisa.nshobora kuyivuza nieme fois par jours❤️❤️🔥
Génération nshasha nuku itegerezwa kumera 🔥🔥🔥
Plus de 20 fois 😅🥰🥰
Moi aussi🥰
Mubikora neza cane ndabemra bantu banje 👌🇧🇮🔥🔥🔥💕💕💕
Aba bona nkanj yuk iy ndirimboo k irenz at dislike izoronk pig like 👊🏽🔥
Nshobora kuba nguma numviriza iyi ndirimbo yonyene kuva buca gushika bwire
🔥🔥🔥🔥🔥 they are we love muzik but for me,they are the cause we love muzik 😋😋😋
Nuwank urukwav aremer ko rwiruk🇧🇮
Murazi cane
🎉🎉🎉
Bruuuh.... Your comment is the GOAT 🤝🏿
Naratemvye ubu ndavyuste😂😂😂❤mukumva gute!!
Video yokugwego vrm 😍😍😍😍😍😍 Buja music stand up 🇧🇮
🔥🔥👌Love From Dj Mickey
Murantiza ao majwi bashaaaaa 😋😋😋😋 uwumubonye nanj abambonye disii weeee
Waaaaaaaawwww!! Mwubahwe muranyemeje couraje nkumukunzi wumuziki ndundi ntacontazokora ngombashigikire
Iconzi nuko kuba ndabafana ntigeze nihenda narimwe kubagire numugisha wigihugu vrt
Mwarakoze umuti👌👌👌
Thanks hun for the last time we went out for the last time we had a time to get to 3:33 and then 3:36 and thanks hun for all the help of us and we went to the church and we 4:02 to came
turatunzeeeee kabisa🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Big up turabakurikana kandi turabashigikikiye
Burundi tugifise impano nkizi ntakabuza tuzobishikak batangar murashoboy cane😂😂😂
Ngoma kali big up sana
Amazing work ❤️🔥🔥
Neza cane👌👌👌👌👌good job guyz!!We love muzik 👌👌SB 🙌🙌🙌🔥🔥🔥🔥🔥
Aba basore bubahwe🎤🔥🔥🔥
❤❤❤❤❤❤ mwubahw ndabemera can goss
Nukur barafis impano ✨✨🇧🇮
Ico bita umuziki kabisa🇧🇮👌👌🎸🎹🎺
Ndabakunda cane mwese❤️❤️🇧🇮🇧🇮
uwemera ko we love musik idashoboye afate umutima
big up tena my team
Seriously WE LOVE MUSIC 🎶🎼 murashoboye sana👍💯💯💯
love from BUJA HIT TV Djuma jux behind the camera ONE by ONE 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Komeza imbere niheza you taleted
Video💯💯💯
kazi nzuli sana..... kaza sana vijana
Murabo gushigikira vraiment
Ndabakunda cane💕💕💖💖💖💖💖
Cause we love Muzik love from rutana commune giharo
Love from GN NEPHEW 🔥🔥👊🏾
My favorite team in my country
We love muzik and all us we like you🔥🔥🔥🇧🇮
Ngoma yakibabe kabisa🙌
Team we love muzik ,Vraiment murashoboye cane gose,mukomeze gutezimbere umuziki w i burundi in right way,really ndaba fana cane,keep carrying on my bro
🔥🔥🔥🔥💯💯💯 aga song gatesa vraim1 👌👌👌👌 love from Russia 🇷🇺🇷🇺
baaaangg baaaaang baaaaaang ndabafanaaa sanaaaa..... hit music ..karasukuye audio video couraaage saaaana
Wash fire guys muremew 💣💥🔥🔥💯
Ni mwakomeza munyemeza Vuba ndaba umufana wanyu burundu much respect upon you from #POP K
Umuzigo wa bien kabisa
Murashoboye komeze ivyiza namahirwe musonge mbere hata kuludi nyuma sindio
Courage love music vraiment muraryohey Emery ndakwibuka mur lycée ngagara courage caaan love music yubahw
Respect ls bro
Iyo song vrt ni top
We love muzik, mukomeze kabisa, murabishoboye🔥🔥🔥👏👏👏
Hit Burundi Hejuru 🇧🇮🇧🇮
Love From #AfricanSound ❤️ This is a big Banger 🔥