- 16
- 3 134 086
Emery Sun
Tanzania
Приєднався 22 сер 2015
Ex_Emery sun (official video)2024
Song : EX
Art : Emery Sun
Video Director : Dir.Logic Jamal
ASS Director : Benny coalitch
Audio Producer : Peniel on the beat
Location Manager : Innocent UWIMANA
C.o : Ezra Khalipher
Colorist : Brian smith
Art Director : D98
LOCATION : Bujumbura - Burundi
Exective Producer : THE SUN
#exgirlfriend #emerysun #newsong #bujumbura #despacito #sorts #intheclub #visitburundi #burundionthemap
Ex Lyrics
vers 1
*Oya sinkubesha,*
*ishusho yawe mu bwenge bwanje yarafuditse*
*Oya sukwishima,*
*n’izina ndaryibuka numvise uwo mwitiranwa*
*Kukurota vyarashitse rimwe*
*Ariko ico gihe nari naryamye ntasenze*
*Naciye mvyuka ndakemeya,kemeya*
*Ipepu ndakemeya*
*Ubu naho nkubona ni sans effet,*
*Sans effet,iwanje ni sans effet*
*Ndashima Imana kubona twarahebanye*
*Vyuguruye imiryango ndonka umwana arenze*
Yes,
*ubu mfashwe neza yewe,
meze neza jewe
Azi agaciro kanje,anyubahisha ahari hose
Erega sincibuka ivyawe yeee
Refr/
Ex,oooh Dear Ex
Kura mu mutima wawe,mu bwenge bwawe
Ko nkigukunda
Ex,ooh Dear Ex
Reka reka kwiremamwo,ibitariho
Uri uwo muri kahise
Je t ai oubliée (bliée,bliée,bliée)
Supprimée et effacée (Bliée,bliée,bliée)
Now I am good,yes i am good,good, good,
Yes i am good
Now i am good,today i am good,good good
Yes I am good
Vers 2
Urukundo rwari rwanteye uruhumyi
Ubu nibutse ivyawe bintera n’isoni
Nkibaza vy’ukuri,vy’ukuri nari nagukundiye iki?
N’ukuri ,n’ukuri,nari nakurikiye iki?
Mbega amanyanga,amanyanga,amanyanga
M’urukundo rwawe vyari amanyanga
Mbega ububeshi,ububeshi,ububeshi
M’urukundo wewe wari umubeshi
Ndashima Imana kubona twarahebanye
Vyuguruye imiryango ndonka umwana arenze
Yes,
ubu mfashwe neza yewe,
meze neza jewe
Azi agaciro kanje,anyubahisha ahari hose
Erega sincibuka ivyawe yeee
Refr/
Ex,oooh Dear Ex
Kura mu mutima wawe,mu bwenge bwawe
Ko nkigukunda
Ex,ooh Dear Ex
Reka reka kwiremamwo,ibitariho
Uri uwo muri kahise
Je t ai oubliée (bliée,bliée,bliée)
Supprimée et effacée(Bliée,bliée bliée)
Now I am good,yes i am good,good, good,
Yes i am good
Now i am good,today i am good,good good
Yes I am good
sincibuka ivyawe yeee
Refr/
Ex,oooh Dear Ex
Kura mu mutima wawe,mu bwenge bwawe
Ko nkigukunda
Ex,ooh Dear Ex
Reka reka kwiremamwo,ibitariho
Uri uwo muri kahise
Je t ai oubliée (bliée,bliée,bliée)
Supprimée et effacée(Bliée,bliée bliée)
Now I am good,yes i am good,good, good,
Yes i am good
Now i am good,today i am good,good good
Yes I am good
Art : Emery Sun
Video Director : Dir.Logic Jamal
ASS Director : Benny coalitch
Audio Producer : Peniel on the beat
Location Manager : Innocent UWIMANA
C.o : Ezra Khalipher
Colorist : Brian smith
Art Director : D98
LOCATION : Bujumbura - Burundi
Exective Producer : THE SUN
#exgirlfriend #emerysun #newsong #bujumbura #despacito #sorts #intheclub #visitburundi #burundionthemap
Ex Lyrics
vers 1
*Oya sinkubesha,*
*ishusho yawe mu bwenge bwanje yarafuditse*
*Oya sukwishima,*
*n’izina ndaryibuka numvise uwo mwitiranwa*
*Kukurota vyarashitse rimwe*
*Ariko ico gihe nari naryamye ntasenze*
*Naciye mvyuka ndakemeya,kemeya*
*Ipepu ndakemeya*
*Ubu naho nkubona ni sans effet,*
*Sans effet,iwanje ni sans effet*
*Ndashima Imana kubona twarahebanye*
*Vyuguruye imiryango ndonka umwana arenze*
Yes,
*ubu mfashwe neza yewe,
meze neza jewe
Azi agaciro kanje,anyubahisha ahari hose
Erega sincibuka ivyawe yeee
Refr/
Ex,oooh Dear Ex
Kura mu mutima wawe,mu bwenge bwawe
Ko nkigukunda
Ex,ooh Dear Ex
Reka reka kwiremamwo,ibitariho
Uri uwo muri kahise
Je t ai oubliée (bliée,bliée,bliée)
Supprimée et effacée (Bliée,bliée,bliée)
Now I am good,yes i am good,good, good,
Yes i am good
Now i am good,today i am good,good good
Yes I am good
Vers 2
Urukundo rwari rwanteye uruhumyi
Ubu nibutse ivyawe bintera n’isoni
Nkibaza vy’ukuri,vy’ukuri nari nagukundiye iki?
N’ukuri ,n’ukuri,nari nakurikiye iki?
Mbega amanyanga,amanyanga,amanyanga
M’urukundo rwawe vyari amanyanga
Mbega ububeshi,ububeshi,ububeshi
M’urukundo wewe wari umubeshi
Ndashima Imana kubona twarahebanye
Vyuguruye imiryango ndonka umwana arenze
Yes,
ubu mfashwe neza yewe,
meze neza jewe
Azi agaciro kanje,anyubahisha ahari hose
Erega sincibuka ivyawe yeee
Refr/
Ex,oooh Dear Ex
Kura mu mutima wawe,mu bwenge bwawe
Ko nkigukunda
Ex,ooh Dear Ex
Reka reka kwiremamwo,ibitariho
Uri uwo muri kahise
Je t ai oubliée (bliée,bliée,bliée)
Supprimée et effacée(Bliée,bliée bliée)
Now I am good,yes i am good,good, good,
Yes i am good
Now i am good,today i am good,good good
Yes I am good
sincibuka ivyawe yeee
Refr/
Ex,oooh Dear Ex
Kura mu mutima wawe,mu bwenge bwawe
Ko nkigukunda
Ex,ooh Dear Ex
Reka reka kwiremamwo,ibitariho
Uri uwo muri kahise
Je t ai oubliée (bliée,bliée,bliée)
Supprimée et effacée(Bliée,bliée bliée)
Now I am good,yes i am good,good, good,
Yes i am good
Now i am good,today i am good,good good
Yes I am good
Переглядів: 199 000
Відео
Ir EmerySun Ft Baino - Poa Poa(Official Music Video)
Переглядів 175 тис.Рік тому
#poapoa #emerysun #baino Lyrics POA POA 1e verse: Emerysun Baby, Just to say merci K’urukundo wewe umpa,ntaco unyima Wallahi Baby , Just to say sorry sorry Ku makosa je nkora,ukambabarira Uri Intwari Yu yu yu Ijoro n’umutaga nama ngusabira Ku Mana yo mw’ijuru Rurema Kuko ariyo ibikora Iguhe amahoro,iguhe n amahera Wame mu munezero udahera Niwapfa wigire no mw’ijuru Oooooh Kana ka Mama Ubwiza nk...
Ir EmerySun -Bayuda (Official Music Video)
Переглядів 60 тис.Рік тому
Song : BA Yuda Auteur,Compositeur: Emerysun producteur Audio : Jigger Beat producteur Video : Oli Black pro stylistes. : Oscar Fashion Guitar Solo: : Shukulu Guitar Bass. :Pacy Basiste Lyrics : BA YUDA 1° Couple Amahoro amahoro Kuri wewe ugihumeka N'ubuntu twagiriwe twame twibuka gushima Imana Amahoro amahoro Kubatwanka duti nimwongereze inguvu Uyu mwaka muzoharuhira kuko turi mu maboko ya Alla...
Ir Emery Sun - TAGATA (Official Music Video)
Переглядів 1,5 млн2 роки тому
Ir Emery Sun - TAGATA (Official Music Video)
Ir Emerysun - Indyarya (official Video)
Переглядів 880 тис.2 роки тому
Umwanditsi: Ir Emerysun Umuririmvyi: Ir Emerysun Umuhinyanyuzi: Kolly the Magic Umutyororamudiho: Kolly the Magic Umutyororamashusho: Oli Black
EMERYSUN - SIMVAMWO (Official Video)
Переглядів 19 тис.3 роки тому
The romantic song performed by EmerySun Audio prod By Mr Key Video directed by Oli Black under JayC Productions
kapa by Emery Sun (official video) sms to *800*10*270019# AKADIHO
Переглядів 24 тис.4 роки тому
kapa by Emery Sun (official video) sms to *800*10*270019# AKADIHO
EmerySun - Ongereza (Official Video )
Переглядів 41 тис.5 років тому
EmerySun - Ongereza (Official Video )
Emerysun -Dawa (official Audio)
Переглядів 26 тис.5 років тому
This song was written by Emerysun and produced by Amir pro at M.A production
Emerysun | Nalewa ( offical video )
Переглядів 73 тис.6 років тому
Emerysun | Nalewa ( offical video )
Emerysun | Nalewa (Official Audio )
Переглядів 7 тис.6 років тому
this song was prouced by kolly da magic at ingo record
WeWe ni JeWe by Emery sun Official Audio
Переглядів 8 тис.8 років тому
WeWe ni JeWe by Emery sun Official Audio
Mpumuriza by Super Huff x Emery SUN Official video 2016 full HD
Переглядів 66 тис.8 років тому
Grand PICTURES Presents Mpumuriza by Super Huff x Emery SUN Official video 2016 full HD
Emery Sun - NTANGERE OFFICIAL VIDEO 2016
Переглядів 73 тис.8 років тому
Emery Sun - NTANGERE OFFICIAL VIDEO 2016
NOVEMBER 21 . 2024 STILL HERE THIS SONG DOESN' T GET OLD
Yes❤❤❤❤ wubahwe
❤❤❤
hopes
Abo tukumvirije November 2024 like zibe nyishi
Respect my bro sun
Ndumufana wawe Numero uno kwisi wewe na kidumu kibido nimwenemera abandi ntumbgire
Basi nokubona nogutamwo fanta unduhura cane
Courrage
❤❤❤😊
Abisi niko bameze nikubihoza kuko ubishinze wosara nukuriii😅😅😅😅😅
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉Kbx
Ninde turikumwe 2024🇧🇮
Meli hanomurwanda 🇷🇼icyigari turakwemera
Wohooo 🔥🔥🔥🔥🔥💯❤️❤️❤️❤️❤️💌
Bien chanter que dieu le tout puissant vous bénisse
Super half vrt nub uricar super❤
Good Talented 🇧🇮🎤🎧♥️♥️ Emerysun
Iyi song irimwo message idasanzwe ya mérita gukwiza 1M
❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Good song🤜🤛🤜🤛🤜🤛🤜
Emergency. Ndakwemeri
Très jolie musique
Ok uturirimbo usohora turaryoshe intwari
❤
Kkkkkkk. America tura kwumva bro
Jewe MBA muri Mozambique 🇲🇿 Yarakunzwe ino ngoma cane Tugiye no muri Angola hose 🇦🇴
Iraryoshe kandi irigisha mubagenzi 👍👍👍💜💜
❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Kabix uramvugiye🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🙋🙋🙋🙋👍👉🇧🇮
❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Indirimbo zakanovera ibihe vyose big p bro
Tp
❤❤❤❤❤👌👌👌👌👌
Good music
Big up
❤❤❤❤
🎧❤️❤️
Big talent
Urarenze Bro ❤
Kl
Vyizacane❤🇷🇼🇧🇮📀🙋👍👍
Ni song
Bien
♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️🇧🇮👏👏👏👏👍👍👍👍👍
💥🔥🔥100% ,😃🇧🇮
Musaza Njyewe ndagufana peeeee ndi Murwanda icyintu nagusaba nicyimwe Ntuzigere Ureka Kurirba Emery Son❤❤❤
Ndashim Imana kubona twarahebanye vyuguruy'imiryango ndonka umwana arenze, Ubu mfashwe neza 🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤