UMWOROZI W'INKA W'AKARORERO I BUJUMBURA

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 15 вер 2024
  • Muri comlune Nyabiraba, intara ya Bujumbura, twaragendeye umworozi w'inka za kijambere. Akaba yaratwiganiye izo atunze uko zingana, aho azitungiye n'uko azitunze.

КОМЕНТАРІ • 8

  • @thembaarakaza2012
    @thembaarakaza2012 3 роки тому +1

    Kino kiganiro ko mwihuse mu kugikora. Kirimwo akajagari, kand' umuntu yisanga atariko arumviriza ibiriko biravugwamwo, ahubwo yisanga ariko araba ayo ma mouvements y' umumenyeshamakuru, n'umwana hamwe n' izo nka.
    Ni mwasubira kugira amahirwe yo gukora ikindi kiganiro, muze mukosore aho mubona mutigenje neza. Murakoze kuntahura.

    • @agrotvburundi596
      @agrotvburundi596  3 роки тому +2

      Ako kajagari nyene niko twashatse ko mubona. Kubera tournage ibereye mu ruhongore, itandukanye na tournage ibereye kuri plateau. Nico kikwereka ko akazi ko gukorera ku bworozi kuri terrain gatandukanye na tournage isanzwe. Ako kajagari si ikosa rya montage, ni kwerekana uko tournage yagenze, realité.

    • @nsavyimanaelvie-elvis9027
      @nsavyimanaelvie-elvis9027 3 місяці тому

      Wapii umumenyashamakuru wanyu ntiyateguye ikiganiro twisunze ibibazo yagiye abaza binashoboka ko atabumunyi muvy' inka afise

  • @elieharindomvyi3230
    @elieharindomvyi3230 Рік тому +1

    Hahhh umunyeshamakuru asubire kw'ishure kabisa
    Umworozi we nisawa

  • @Greenfa22
    @Greenfa22 2 роки тому

    Courage

  • @sylvienijimbere1350
    @sylvienijimbere1350 3 роки тому

    uyu mu menyesha makuru wanyu ko atinya inka ahahahahah gus c'est tres bon vrt kk birabonek ko mwishikira kuri terrain

  • @desirenininahazwe7145
    @desirenininahazwe7145 Рік тому

    Yagerageh mutama

  • @elyseeniyontoranwa9931
    @elyseeniyontoranwa9931 Рік тому

    Uwomujournaliste nt'araterimbere mugukora ibiganiro