SirenTrick:Dj Paulin Ati ndi Umurundi/atubwiye vyinshi tutari tumuziko/ico nshimira umugore wanje❤️

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 11 кві 2023
  • #sirenvibestv #sirentrick

КОМЕНТАРІ • 93

  • @loulumony8519
    @loulumony8519 Рік тому +8

    Dj paulin ndakwikundir urubahacyane yabauwukuz cyanke muto bose urabubaha wararezwe Kbx imana ibandanye kuguhezagir numuryangowaw wose❤❤🇴🇲🇧🇮

  • @nshimirimananelly7547
    @nshimirimananelly7547 Рік тому +13

    Dj Paulin très intelligent nukuntu yishura yararezwe

  • @wizkibob7475
    @wizkibob7475 Рік тому +7

    Dj Paul ntabwo arikuri lever yabo batuka unarevye nukuntu avuga avugana ikinyabufura big 🆙 To you 💯

  • @timotheeciza1592
    @timotheeciza1592 Рік тому +3

    Mr Paulin ntakanya mfise ko kwumviriza toute l'interview ariko chaque fois nkubonye je vois un homme intègre intelligent big up boss.

  • @innocentnzeyimana6951
    @innocentnzeyimana6951 Рік тому +1

    Paulin Big up sana, ugumuterimbere abakwanka ntaco bazohindura mwiterambere ryawe, uko nkuzi nturi indryarya! DJ Paulin hejuru cane ,barya bantu bumirwe 🤝🤝

  • @doomedinscrolling3587
    @doomedinscrolling3587 Рік тому +14

    Turabakunda ga mana woww

    Dj Paulin uri Umurundi sha kandi turavyishimiye natwe aha dufise abana musa kandi tubigisha gukunda Uburundi cane 🙏🏽

  • @yvangrassi8359
    @yvangrassi8359 Рік тому +9

    Dj Paulin you're so intelligent wishurana ubwenge hama komeza uterimbere turagufana we love you so much from Sweden 🇸🇪

  • @gacutimariefreddyne6419
    @gacutimariefreddyne6419 Рік тому +9

    Faaaaa ndamukunda Paulin yishuran ubwenge vrm kand vrm avug ukuri ikind yubah umuntu wese

  • @fleuryb8706
    @fleuryb8706 Рік тому +5

    Big up Paulin ,barya birirgwa barabwejera kuri Facebook urabarenze vraiment ntibazogutere nubwoba ubandany ukomeza ibikogwa vyawe vyogufasha urwaruka rushasha nka drama t .

  • @sonerimanaeddy4753
    @sonerimanaeddy4753 Рік тому +1

    Nagukundiye ukuntu uzigukoresha intervieux beza très intelligent question nziza caneee hoyse yaronse umumenyesha makuru aciye ubwenge courrage pro

  • @itanganezadondivin4416
    @itanganezadondivin4416 Рік тому +4

    Ndakunda ikiganiro cawe dj Paulin ndakunda ikiganiro ca dj Paulin vraiment yubahw cn gose Kandi ndamwemera sn

  • @glorianikiza3940
    @glorianikiza3940 Рік тому +5

    Big up paulin

  • @elbrondyckyzulu9023
    @elbrondyckyzulu9023 Рік тому +9

    One day nipfuza kuzokor business nka dj Paulin respect 🙏 mutama imana ikomeze iguhezagira🙏🙏

  • @joeinganji1
    @joeinganji1 Рік тому +5

    The way PAULIN is humble

  • @reverienbazirutwabo855
    @reverienbazirutwabo855 Рік тому +3

    Uwukwanka akwandureko urumurundi yuzuye

  • @quennevadina1949
    @quennevadina1949 Рік тому +7

    Ndakwikundira dj paulin wee❤❤❤❤❤

  • @User12358__
    @User12358__ Рік тому +2

    Paulin aritonda. Birateye isoni ingene abazwa nimba ari umurundi. Ivyo bintu ntidusubire birateye urubwa sana. Twebwe tuba hanze turazi ingene bibabaje 😔

  • @nikwigizeevelyne9919
    @nikwigizeevelyne9919 Рік тому +19

    Une année compte 365jrs 6h donc après 4ans les 6h ziba zabaye 24h soit une journée d'où l'année bissectrice (29fevrier igaca iboneka)

  • @ehppardellen6658
    @ehppardellen6658 Рік тому +3

    Polin nigitangaza azi utuntu twishi cane ndakwemera musaza

  • @claudinenijimbere2419
    @claudinenijimbere2419 Рік тому +3

    Arazi terme yari gukoreshe iyo irakabije kubwira umuntu

  • @nana-ld4yf
    @nana-ld4yf Рік тому +1

    safi san komeza mutam rek abavug bavug kazim ikirund ukivug neza can Dj poul leo n mimi na comente wallah😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @duraduura3726
    @duraduura3726 Рік тому +5

    Damwikudira.❤❤❤❤❤lkiganirociye.dagikuda❤❤❤

  • @haulafofo
    @haulafofo Рік тому +1

    Dj Paulin wew niw wiyizi icuri knd wishimiy ndakwemera pe naho ndumu Fans wa Big Fizzo yara sarishij nagusabe pardon mbe hoho ko batabahamagara baba huze cnk mbe Fizzo wew ko mutamuhamagara twumve ico abivugako jew mbona umenga niw yarakenew ahubwo kubazwa kurusha Dj Paulin

  • @nishimwetressy7215
    @nishimwetressy7215 Рік тому +1

    Uwo mugabo arifise indero bamuvaga ukutarikwo . bg up san bro . gusa abana uzobababarir ntawudakoshaa

  • @royal1tv
    @royal1tv Рік тому +3

    Uwomumenyeshamakuru ndamwemeye vrm

  • @royal1tv
    @royal1tv Рік тому +3

    Ifiriti z amateke

  • @user-bi9pn1pm8z
    @user-bi9pn1pm8z Рік тому +4

    Ndabakunda cane

  • @joshuamaombi-nl2vq
    @joshuamaombi-nl2vq Рік тому +8

    umugore wiwe numurundi?

  • @nininahazwedonavine3349
    @nininahazwedonavine3349 Рік тому +5

    Uwo turamukosora ntakibazo kuko aremera gukosorwa😊 Mr urabonaa😂😂😂 ndamukunda cane ,uri umurundi Kandi biranakubereye Imana ikurinde numuryango wawe ❤❤❤

    • @andrehakizimana7616
      @andrehakizimana7616 Рік тому +1

      Cane cane ko avuga neza ikirundi gusumvya na bariya bandit benshi bitwako ari abarundi buzuye.

  • @dianeinamwiza
    @dianeinamwiza Рік тому +3

    Paulin uri umurundi akwiye,umuntu yumvise uvuga ikirundi arunva ko uri umurundi wo kwitsitso,ni baje kuraba barya bita abarundi batazi no kuvuga ikirundi bakabona ari normal,ni bakuveko,nurya yavuze ko utari umurundi umurusha ikirundi

  • @adaitman1176
    @adaitman1176 Рік тому +1

    Big up Paulin

  • @ninteretsejeanboscoporepor7201

    pe uri umurundi 100% nikirundi uvuga kirakuranga

  • @nana-ld4yf
    @nana-ld4yf Рік тому +1

    courage❤❤🙏🙏😍😍

  • @royal1tv
    @royal1tv Рік тому +3

    Igihungurabayi mwacibagiye

  • @royal1tv
    @royal1tv Рік тому +3

    Aho uvuze ngo twihangane : harya wihanganira ikintu kiriko kirakubabaza cank kiriko kirakuruhisha kubwivyoo rero umu muslin ashitse mukwezi kwamafungo arashima Imana kuko numwanya mwiza wokwiyegereza Imana mukaganira wogukora ibikorwa vyiza kubemera hariho nababa bifuza ko ukwo kwezi kwoba redoublable kubera nukwezi kwimiigisha iva kumana gufunga kubemera nubuntu Imana ikugirira kandi kuhashika sivyabose

    • @lilioseumuhoza
      @lilioseumuhoza Рік тому +1

      Rata uziyizire Murwanda twebwe ntacyibazo,twikundira abanyamahanga,tubacyiriza nayombi🥰,uzaze ushore imari I Kigali,dukunda abatugana

  • @boboyann
    @boboyann Рік тому +2

    Paulin ingene uhaririye kuber intamba kandi uri wrong 😂😂😂😂😂

  • @pasifiqueivuzimana4424
    @pasifiqueivuzimana4424 Рік тому +5

    Turabakundacane murarenze

  • @divinsindayigaya
    @divinsindayigaya Рік тому +2

    Bro ndakunze ukuntu wateguye ino Interview ❤❤❤

  • @arleneakimana9681
    @arleneakimana9681 Рік тому +1

    Iyombwa yashaje😂😂😂

  • @emelynendikumwenayo9579
    @emelynendikumwenayo9579 Рік тому +3

    Mana NGO kurusenge oyaa , intsindagira bigega baba bimbuye bakabishira mubigega man, ntiwumva ko Ari intsindagira bigega

  • @annellakateferi2416
    @annellakateferi2416 Рік тому +3

    intarágānde.

  • @bizirindashicesar5083
    @bizirindashicesar5083 Рік тому +3

    Umwaka urimwo 365 jours 6 heures ayo masaha 6 misi umwaka wose barayihoza ariko batayihojeje kuko baguma bayateranya gushika aho azokwira amasaha 24(angana n' umusi umwe) aho naho hazoba ari inyuma y'imyaka ine, uwo musi baca bawushira ku kwezi guto muri yose arikwo kwa kabiri

  • @maniragabaeric1558
    @maniragabaeric1558 Рік тому +3

    Sv mubikora neza p

  • @user-bi9pn1pm8z
    @user-bi9pn1pm8z Рік тому +3

    Namenyo adafantanye

  • @btv254show1
    @btv254show1 Рік тому +1

    🇷🇼🇷🇼🇷🇼👊

  • @thehpofficial8621
    @thehpofficial8621 Рік тому +1

    Yaje yoze ndabibona naga parfum 🧴 ndumva kamota😂

  • @luckyonek5336
    @luckyonek5336 Рік тому +2

    Abarundi twama twiyononera agaciro dufise kuba tutarihanura kugira urunwarunwa

  • @owanaishimwe
    @owanaishimwe Рік тому +2

    Uwo mu host yitwa gute?

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 Рік тому +3

    😊😊👍🏽

  • @TuyishimeCecile-ou7xd
    @TuyishimeCecile-ou7xd Рік тому +2

    Ndakunda fanta ya citron😋

  • @elysefuraha4588
    @elysefuraha4588 Рік тому +2

    ❤❤

  • @StardesstarMukunzi-cj8ew
    @StardesstarMukunzi-cj8ew Рік тому +1

    Turakwemera paulin urumurundi rekana na fizzo yuzuye amacakubiri mumutima.fizzo yarahindutse asigaye afise imvugo yabagabo bamwebamwe president wacu never yama yihanije mumigani ati ndababwire ukuri? .....................

  • @emelynemutana3166
    @emelynemutana3166 Рік тому +1

    Unomusi yaje atekereje Fizzo yubahwe

  • @umuhozajustine2964
    @umuhozajustine2964 Рік тому +1

    Iconkundira Fizzo ntama media azungurukamwo akor nama émission adakenew big up Big Fizzo 😊💪

  • @anelieirabaruta7976
    @anelieirabaruta7976 Рік тому +6

    Année bissextile, février a 29 jours car la terre met 365 jours et 1/4 de journée pour faire un tour complet au tour du soleil. Donc après quatre ans la terre fait quatre tours et une journée!
    C'est pourquoi on ajoute un jour tous les quatre ans.
    Ariko hari ibibazo wamuhenze, wamuhaye inyishu zitari zo.
    Amenyo y'intaragande, hamwe n'intsindagirabigege, insiguro wamuhaye sizo😂

  • @irakozebobette1769
    @irakozebobette1769 Рік тому +1

    🤣🤣🤣🤣🤣har uyundi mur humanité gnl yaronse diploma mur histoire

  • @freddynzeyimana5453
    @freddynzeyimana5453 Рік тому +1

    Polin uratubeshe , nta mafiriti y'amateke abaho pe

    • @ChachaChany
      @ChachaChany Рік тому

      Yoba ahari usang babanz kuyatek agash mu nyum bakayakatagura dutoduto bagakaranga nka kurya kw'ibitoke arik ibitok bavyita sauté

  • @perfecttixitix8021
    @perfecttixitix8021 Рік тому +1

    Man nkeka iyi chanel dj paulin ayitangamwo imitahe k mwama mumutumira?

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  Рік тому +1

      😂😂😂😂

    • @umuhozajustine2964
      @umuhozajustine2964 Рік тому

      @@sirenvibestv Fizzo yabimye Émission 😅😅😅 nimumuzan indasi icangamuke😂😂

  • @hervejessyburamuko7792
    @hervejessyburamuko7792 Рік тому +2

    Umudimudimu🤣🤣

    • @edithkatihabwa2600
      @edithkatihabwa2600 Рік тому +3

      Biguhange ww ufis peau noir ubon ufise indero bibonekak warezwe n muvyeyi umwe

  • @jimmysabu4382
    @jimmysabu4382 Рік тому +3

    Big fizzo ntiyabeshe Paulin numudimudimu nimwibaze iyo yari kuvukira mubuhindi yari kuba muntu ki?
    Yagize imana avukira mu Burundi amategeko amurekurira kumuha ubwene gihugu

  • @claudinenijimbere2419
    @claudinenijimbere2419 Рік тому +1

    Mugabo nawe aratukana kuvugango abaririmbyi baranuka sibyiza bazosabane ikigongwe nukuri ntamuntu anuka arimuzima

    • @umuhozajustine2964
      @umuhozajustine2964 Рік тому

      Barabimubajij yishuy no comment donc yarabony koyakosheje😅

    • @irakozegrace8520
      @irakozegrace8520 Рік тому

      Ntiyavuze KO banuka yavuze yuko ataswaga baba bafise harumuntu atabanuka muga nyene akaba ataswaga afise nuwundi nyene wumva akabiri kiwe kamota neza kubera marashi

    • @umuhozajustine2964
      @umuhozajustine2964 Рік тому

      @@irakozegrace8520 bawumviriza émission kugir uze urishur ivyo wumvirije