Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Pasteur imana ukwongere ubushobozi wubatse imitima y,abantu benshi👏👏👏
Amen Amen Mana yanje yomw'ijuru habwicubahiro nukuri
Ukwonukuri abantu sibo Mana ivyobakwipfuriza sivyobikubako hezagigwa mukozi w'Imana Yesu aguhe umugisha.
AMENA barikiwa na YESU
Yoooooo haleluyaaaaaaa weeeeee yarabikoze weeeeeeeee nukuri nukuri weeeeeee yantabaye Bose babireba kbs
Mungu azidi kukubariki mtumishi
Amen yhwh aze aguhe iherezo ryiza
Inyigisho zawe ziranduhura uti shira Imana Imbere muri vyose 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏warasizwe amavuta pasitori
Imana igukomeze.
Mafutaaaaaaaa mengiiiiii Muchungajiiiii
Imana ikuzigame kuko wewe ubutumwa bwawe bwankiye ahntu habii
Amen, Imana ishishikare kukugirira neza,Mukozi w'Imana. 🙏🙏🙏
Uhezagirwe mukozi w Imana ikwagure kuko urahanuye nukuri
Nimwubahwe mutama kuko ubutumwa nyabwo
Uyo musuku w Umukama yigisha terre à terre. Il est moderne. Hasigaye ko aha ijambo abakristu bakamubaza nka 10 minutes ntiyoronka aho akwiza abakristu. Ino muri Sweden turamukurikira cane. Il est réaliste
Imana ihezagire uyu mukozi w’Imana atwibiye ibanga ry’ubuzima 🙏🏻
Mungu akabarikiii
Canke Ngo ntuvyaye😢😢😢 😢
Pasteur uvuga ukuri pe!
No mur korea ndabakurikirana muvyeyi
Ndakumva muzeee
Irijambo riranyongey inguvu zukwizera
Imana ibongere amavuta.
Turakwumva papa
Nomuri Kenya ahondi mugisagara ca NAIROBI, turabumva Kandi turakurikirana neza
Ameeen
Oman turabatahije
Urwanko ruri mu bantu rurarenze
Amen tukumviriza cane 5/5
IMANA IBANDANYE IGUHEZAGIRA
uravuga ubutumwa bukanshika kabisa
Uko nukuri Abantu nuko bameze!
Nous avons besoin de nous dire la présentation !
Igifaransa cawe ntikibaho jamuvuga mukirundi mutahuraneza
Bene data uyu mu pasteur yitwande kubamuzi ,twama duhimbarwa nijambo ry'Imana adushikiriza?
Yitwa Mbayahaga Isidore bakamutazira Pasteur Rehoboth
Ndafashijwe
Imana ibongere umugisha dusengeranire kugira tuzohurire i Siyoni yo mw'Ijuru
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🥰🥰
Muvyeyimukoziwi Mana komezutuganirize unadusengere
Amen
Niba ukunda ijambo ry'Imana ntucikwe.ua-cam.com/video/cW2QEvmQqYw/v-deo.html🤦♂️🤔 amoshya?
Ibintu 6 umuntu yokwirinda kugira agere kwiterambere rirama raba hano:ua-cam.com/video/Gc5xvYXpdzQ/v-deo.html
Bamwe igenda ibonsa😳🤦ua-cam.com/video/4E_ppCSJmkA/v-deo.html
Pasteur imana ukwongere ubushobozi wubatse imitima y,abantu benshi👏👏👏
Amen Amen Mana yanje yomw'ijuru habwicubahiro nukuri
Ukwonukuri abantu sibo Mana ivyobakwipfuriza sivyobikubako hezagigwa mukozi w'Imana Yesu aguhe umugisha.
AMENA barikiwa na YESU
Yoooooo haleluyaaaaaaa weeeeee yarabikoze weeeeeeeee nukuri nukuri weeeeeee yantabaye Bose babireba kbs
Mungu azidi kukubariki mtumishi
Amen yhwh aze aguhe iherezo ryiza
Inyigisho zawe ziranduhura uti shira Imana Imbere muri vyose 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏warasizwe amavuta pasitori
Imana igukomeze.
Mafutaaaaaaaa mengiiiiii Muchungajiiiii
Imana ikuzigame kuko wewe ubutumwa bwawe bwankiye ahntu habii
Amen, Imana ishishikare kukugirira neza,Mukozi w'Imana.
🙏🙏🙏
Uhezagirwe mukozi w Imana ikwagure kuko urahanuye nukuri
Nimwubahwe mutama kuko ubutumwa nyabwo
Uyo musuku w Umukama yigisha terre à terre. Il est moderne. Hasigaye ko aha ijambo abakristu bakamubaza nka 10 minutes ntiyoronka aho akwiza abakristu. Ino muri Sweden turamukurikira cane. Il est réaliste
Imana ihezagire uyu mukozi w’Imana atwibiye ibanga ry’ubuzima 🙏🏻
Mungu akabarikiii
Canke Ngo ntuvyaye😢😢😢 😢
Pasteur uvuga ukuri pe!
No mur korea ndabakurikirana muvyeyi
Ndakumva muzeee
Irijambo riranyongey inguvu zukwizera
Imana ibongere amavuta.
Turakwumva papa
Nomuri Kenya ahondi mugisagara ca NAIROBI, turabumva Kandi turakurikirana neza
Ameeen
Oman turabatahije
Urwanko ruri mu bantu rurarenze
Amen tukumviriza cane 5/5
IMANA IBANDANYE IGUHEZAGIRA
uravuga ubutumwa bukanshika kabisa
Uko nukuri Abantu nuko bameze!
Nous avons besoin de nous dire la présentation !
Igifaransa cawe ntikibaho jamuvuga mukirundi mutahuraneza
Bene data uyu mu pasteur yitwande kubamuzi ,twama duhimbarwa nijambo ry'Imana adushikiriza?
Yitwa Mbayahaga Isidore bakamutazira Pasteur Rehoboth
Ndafashijwe
Imana ibongere umugisha dusengeranire kugira tuzohurire i Siyoni yo mw'Ijuru
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🥰🥰
Muvyeyimukoziwi Mana komezutuganirize unadusengere
Amen
Niba ukunda ijambo ry'Imana ntucikwe.
ua-cam.com/video/cW2QEvmQqYw/v-deo.html
🤦♂️🤔 amoshya?
Ibintu 6 umuntu yokwirinda kugira agere kwiterambere rirama raba hano:ua-cam.com/video/Gc5xvYXpdzQ/v-deo.html
Bamwe igenda ibonsa😳🤦
ua-cam.com/video/4E_ppCSJmkA/v-deo.html
Amen
Amen
Amen
Amen
Amen
Amen