Canjo Hamisi - Ntacica nk'irungu

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 5 вер 2024

КОМЕНТАРІ • 369

  • @ValereWorshipper
    @ValereWorshipper 3 місяці тому +18

    How Many We are still here 2024 ?
    Give your Like🎉

  • @Plus4TV250
    @Plus4TV250 Місяць тому +6

    We still here 2024😢😢from Rwanda 🇷🇼 😀 😎 😉

  • @burntv883
    @burntv883 7 місяців тому +13

    We are still here 2024

  • @IKP9
    @IKP9 9 місяців тому +12

    Ni kuberikii indirimbo nkizi umenga ziriko ziribagirwa😭 dukore ibishoboka vyose zizogume zikundwa gushika. Ndagukunda Burundi❤

    • @alny1935
      @alny1935 8 місяців тому

      Kubera ntaba artists bakibaho!

    • @tresornemerimana2072
      @tresornemerimana2072 4 місяці тому

      😂😂😂 Ntaba artiste bakihari nyene?😂😂 Ba fizzo n'a ba lolillo na bakidumu bogufata😂😂😂

  • @alexismunezero1172
    @alexismunezero1172 2 місяці тому +6

    Ninde aringaha muri 2024😢i miss home😢

  • @jonasbayitazire8497
    @jonasbayitazire8497 4 роки тому +27

    je l'ecoute mm en 2020,,pointe vos likes ici c ki restent en ecoute

  • @joeinganji1
    @joeinganji1 Рік тому +14

    1st APRIL 2023 who are still here in 2023
    PRESS like if you,re here in 2023

  • @__KANZIZA
    @__KANZIZA 2 роки тому +12

    À chaque fois que je veux me détendre ou quand j'me sens triste surtout seule 😔💔 je viens ici pour écouter cette belle chanson ❤️ triste à nous qui n'ont pas eu la chance de voir cette époque pour vivre des moments inoubliables avec ces légendes 🤌😭😭 nos parents en ont tellement de bons souvenirs ✨🇧🇮 heureux à eux 🥺 le 25/3/2022 Vendredi 🇧🇮🙌🏾🤞

  • @martinsuwayo2686
    @martinsuwayo2686 Рік тому +53

    we still here in 2023!

  • @niyonsabaalice6
    @niyonsabaalice6 2 роки тому +12

    January 2022 🇷🇼iyi ndirimbo inyibutsa byinshi hamwe na umugabo w'ukuri , na yasa n'irirenga by Bahaga🇧🇮 na tago mago by koama🇧🇷 ,na kalayi Boeing Wenga musica🇨🇩 na nos actes manque by Jean Jacques Goldoman 🇫🇷 .zinyibutsa ubuto bwanjye umuryango wose twishimye amakuba ataratugwirira nko muri 1993 nari mfite 5ans byari byiza but those old days has gone nsigaye ndi jyenyine .our dearest one never leave us they continue to live in our hearts forever.God bless Rwanda 🇷🇼and Burundi 🇧🇮

    • @YANG-KO
      @YANG-KO 2 роки тому

      Komeza kwihangana🇧🇮❤️🇷🇼

    • @evelyneirakoze
      @evelyneirakoze Рік тому

      Wihangane ch
      Ukomere

  • @ishimwesugirsjeanchristian2322
    @ishimwesugirsjeanchristian2322 4 роки тому +23

    Je suis rwandais mais j'aime Burundi et les Artiste burundais

  • @uwinezatheddy2263
    @uwinezatheddy2263 5 років тому +20

    Nice song.ninde turikumwe uyu mwanya kuyunviriza.abaririmbyi bari bano kko baririmba batuje ukunva icavuga atarubu indirimbo ishobora guhera atakajambo wumvisemo.lndundi hari kera

  • @bonneanneemahoro306
    @bonneanneemahoro306 Рік тому +16

    Press like if you are watching this in 2023!!

  • @andreamai__
    @andreamai__ 3 роки тому +15

    Je découvre cet artiste grâce au écrit de Gael Faye , du livre " petit pays" dans son livre il décrit une scène d'une famille qui déjeune au restaurant (page 32) et cette musique a été noté , par curiosité je suis allée l'écouter et je n'en suis pas déçue ! Très relaxant et agréable, belle découverte :)

    • @rgb.229
      @rgb.229 3 роки тому +2

      Moi aussi ! ça m'a encore plus plongé dans l'histoire ^^

    • @daviirakoze
      @daviirakoze 3 роки тому +1

      Merci de l'avoir écouter

    • @gertrudehicuburundi7093
      @gertrudehicuburundi7093 2 роки тому +1

      Ça fait partie de mon histoire et je suis contente quand mes amis me disent" vous les Burundais, vous êtes forts"!!

    • @andreamai__
      @andreamai__ 2 роки тому

      @@rgb.229 Je ne te le fais pas dire lol

    • @andreamai__
      @andreamai__ 2 роки тому +1

      @@gertrudehicuburundi7093 Oui c'est ça , parce que le Rwanda a été colonisé par les Allemands et les belges en 1918 :))

  • @user-ip5gg9up6w
    @user-ip5gg9up6w 6 місяців тому +6

    Hano mu Rwanda turagakunda cyaneee

  • @aaronnduwayo1725
    @aaronnduwayo1725 5 років тому +21

    ninde ariko arayumviriza nkaje 2019???

  • @user-pp1mp2sr6b
    @user-pp1mp2sr6b 2 місяці тому +5

    We still here in 2024

  • @gertrudehicuburundi7093
    @gertrudehicuburundi7093 2 роки тому +6

    Aucun artiste n'a jamais expliqué l'amour comme CANJO Amissi

    • @gertrudehicuburundi7093
      @gertrudehicuburundi7093 2 роки тому

      Si cela ne vous invoque pas une époque qu'on est en train de vivre ????
      Que puis-je y faire ?
      Toujours des questions ???????

  • @AlinaPretty-mi1ge
    @AlinaPretty-mi1ge 2 місяці тому +5

    Forever in my heart😢😢 5:57

  • @sylvie3732
    @sylvie3732 5 років тому +13

    Iyi ndirimbo inyibutsa ibihe bya kera tugifite ababyeyi!!!! Nkumbuye ibyo bihe😭😭😭😭😭ubuzima bwari bworoshye twishimye

  • @johnkagabo4408
    @johnkagabo4408 8 місяців тому +4

    Ooohh !! Aka Karirimbo k'Abaturanyi , na n'ubu karacyankora ahantu !! Hoohh !! Wenda ni Nostalgie !!😅

  • @BeNi-Spartan
    @BeNi-Spartan Рік тому +7

    June 2023 this song still hit hard 🥺

  • @rutagambwaemmanuelpuissant7353
    @rutagambwaemmanuelpuissant7353 9 місяців тому +8

    I will love ❤❤ this song forever

  • @Gatambiye
    @Gatambiye Рік тому +7

    From rwanda.
    I love this song to death.
    this is a legend.

  • @christellaisimbi1199
    @christellaisimbi1199 Рік тому +6

    Komeza uruhukire kwajambo legend ❤️ from🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @JohnpeterNdahayo
    @JohnpeterNdahayo 4 місяці тому +6

    iyindirimbo ihora inogeye amatwi all time

  • @sadockgahomera2843
    @sadockgahomera2843 4 роки тому +8

    Harakwiriye kuba documentaire kubuzima bwa canjo hamisi. Legends don’t die🕊❤️🙌🏾

  • @pasteurjoachimbarukundi8687
    @pasteurjoachimbarukundi8687 6 років тому +13

    Ntacica nk'irungu, na cane cane iyo uri mû mahanga utabona abomwakuranye.

  • @princecarel3267
    @princecarel3267 10 місяців тому +5

    this guy master the Art of music

  • @SixpointSix
    @SixpointSix 7 місяців тому +8

    We still here in 2024..😴😴

  • @nicknelsonmas
    @nicknelsonmas 3 роки тому +17

    Ewe Canjo wagiye kare kweli !! You'll always be a part of our culture and country. 🕊️R.I.P LEGEND🕊️

  • @nkunzimanajiridi3239
    @nkunzimanajiridi3239 2 роки тому +6

    Abaririmvyi Buburundi habuze Iki kugira bigire kwizintwari bareke kuza baririmba ibintu bitumena amatwi gusa atampanuro nimwe irimwo.nibareke kwigira KURI zaburaya n'a Amerika nibigire kwaba

  • @user-im9yu2cj4t
    @user-im9yu2cj4t 7 місяців тому +5

    Aha iyindirimbo iteye agahinda sinzi ukuntu iyo umaze kuyunva ubu meze

  • @theogenegakwaya6406
    @theogenegakwaya6406 8 місяців тому +4

    indirimbo y'ibihe byose njyewe nyikunda kubi hano mu rwanda n'abato turayikunda

  • @kennytrayne
    @kennytrayne 4 роки тому +16

    Ntacica nk'irungu by Canjo Amisi Lyrics
    CHORUS
    Bana b’iwacu bana b’iwacu
    Ntacica nk’irungu
    Bana b’iwacu bana b’iwacu
    Ntacica nk’irungu
    Ntacica nk’irungu
    Ntacica nk’irungu
    Ntacica nk’irungu
    Ntacica nk’irungu
    1st VERSE
    Umuhungu yakunze umukobwa yemwe
    Umukobwa nawe aramukunda
    Ngo buno umwansi aratera
    Umusore aja murugamba
    Bari baramubariye
    Bari bamugize bati
    Aho uzogarukira
    Tuzomuguha mubane
    Aho uzogarukira
    Tuzomuguha mubane
    Umusore ngo aragenda murugamba bahungu
    Umutima uri munda
    Yafora umuheto bikanka
    Yatera icumu bikanka
    Wamukobwa aho ari
    Umutima ugasimba
    Amaganya aba menshi
    Atangura kurimba ati
    CHORUS
    Mana y’iwacu Mana b’iwacu
    Nzokwama ndagusenga
    Mana y’iwacu Mana b’iwacu
    Nzokwama ndagusenga
    Ngiye kwicwa n’intuntu
    Intuntu y’uwonakunze
    Ngiye kwicwa n’intuntu
    Intuntu y’uwonakunze
    2nd VERSE
    Urugamba rurarema rurarema yemwe
    Umwansi nawe aratera
    Ngiyo imyampi iragurutse
    Amacumu aragoba
    Wamusore ageramiwe
    Yibuka uwo yakunze
    Ati mpfuye yemwe mpfuye yemwe
    Mpfuye nishwe n’irungu
    Ati mpfuye yemwe mpfuye yemwe
    Mpfuye nishwe n’irungu
    Umukobwa ngo avyumve ngo avyumve bahungu
    Umutima uramwanka
    Inkokora ziracika
    Amarira aricunda
    Ati woba unkize tutajanye
    Yiha umugozi arahwera
    Urukundo rwabo
    Urukundo rwabo
    Ruherera aho
    Urukundo rwabo
    Urukundo rwabo
    Ruherera aho

  • @teddyciza9995
    @teddyciza9995 Рік тому +5

    I like it 2023 muze tumukeze generations 2000 muramwum a?

  • @aboubacarbahati3791
    @aboubacarbahati3791 8 місяців тому +5

    2024 🎉🎉 here we go❤

  • @shemashamsi8096
    @shemashamsi8096 Рік тому +5

    R.IP legend ♥️ from Rwanda🇷🇼

  • @alainchaka1isthetimeofchak666
    @alainchaka1isthetimeofchak666 5 років тому +7

    Ewe!canjo wagiye kare! But you will always be our Legend 🙌🏿🙌🏿

  • @user-zc3vn2cr9z
    @user-zc3vn2cr9z 6 місяців тому +3

    Legend ne meurt pas,2024

  • @nduwayezujeannette6604
    @nduwayezujeannette6604 3 роки тому +7

    😢😢😢😢😢 mbega indirombo iteyagahinda numva nosubira muburundi namaguru ntacuca nkirungu kok

  • @niyigabaeugene8948
    @niyigabaeugene8948 3 місяці тому +2

    Iyi ndirimbo ni nziza pe! Igitekerezo kirimo rwose kirakomeye

  • @NIKIZA96
    @NIKIZA96 2 роки тому +5

    Still listening to the music of legend. Iyi ndirimbo tuzozumva mpaka

  • @ibyegeranyorwanda9852
    @ibyegeranyorwanda9852 8 років тому +7

    ndacyarimuto nkaba ndumunyarwanda ariko nkunda uyumukambwe cyane.

  • @patrickmulamboruhurumba4639
    @patrickmulamboruhurumba4639 3 роки тому +5

    Nilikuwa nikikupendo Canjo Hamisi japo kuwa mimi sio murundi ila nyimbo zako nilikuwa nikizifatiliya Sana kutoka Drcongo

  • @RaoulIgiraneza-fk5ch
    @RaoulIgiraneza-fk5ch Рік тому +4

    Ntuzigera wibagirwa kubikorwa vyza wasize! Wagiy ugikenewe caane

  • @user-vy1zz1cd7t
    @user-vy1zz1cd7t 11 місяців тому +7

    My favorite song 2023🤣🤣🤣

    • @MRPIXOS-nb1pp
      @MRPIXOS-nb1pp 10 місяців тому +2

      Indirimbo nikundira❤💝💞

  • @Dushime25
    @Dushime25 2 роки тому +5

    Much love to you canco 🇿🇦🙆🇿🇦🇿🇦✍😢😢😭

  • @VaC006
    @VaC006 3 роки тому +3

    Canco vraiment was ahead of his time 🇧🇮 🎩

  • @johnmuhoro3010
    @johnmuhoro3010 2 роки тому +3

    Ntuzigera uva mu mitima y'Abarundi, virus êtes légendaire.

  • @rugemajeandedieu3280
    @rugemajeandedieu3280 4 роки тому +4

    This Guy yankundishije uburundi à 5ans yanjye Maman yambwiye ko iyi ndirimbo narinzi kuyiririmba neza nubu me fait chair de poule

  • @ishimweepidor4609
    @ishimweepidor4609 4 роки тому +14

    i will never for get you,your songs make me happy😍💃😭

    • @fatumantirampeba8186
      @fatumantirampeba8186 2 роки тому

      Moburundi.ntihagarukre.akanovrra.kindirimbo.zakera.kuribuyoya.zarizigise.akanovera.....

  • @user-bb4lm1hu9r
    @user-bb4lm1hu9r 6 місяців тому +3

    Hano muri pologne turayumva (feeling of future)

  • @anatolekanyenkiko1096
    @anatolekanyenkiko1096 4 роки тому +6

    C'est très très magnifique .yooo, nibutse kera kuri rtnb. Megindirimbo zakanovera

  • @JaspeNishimwe
    @JaspeNishimwe 5 місяців тому +3

    We still here in April 2024

  • @starmond-elgie
    @starmond-elgie 2 роки тому +4

    ndagukund gushak gufa nzogendera irag ryaw nyogutez imber umuzik.gushik gufa

  • @joyarlete
    @joyarlete 9 років тому +6

    my favorite song. we need more singers like him in Burundi....

  • @hassnkunze2716
    @hassnkunze2716 4 роки тому +4

    Tuzokwibukira kuri izi ndirimbo wadusigiye, merci beaucoup Canjo and R.I.P.

  • @youngdula5409
    @youngdula5409 Місяць тому +2

    Natanguye kuyumva 2003 🇧🇮

  • @balumesilevis1274
    @balumesilevis1274 3 роки тому +7

    2021 still on the hit💣💣💣

  • @arleymukunzi64
    @arleymukunzi64 4 роки тому +11

    2020❤

  • @this_is_stupid-ot7mp
    @this_is_stupid-ot7mp 7 місяців тому +3

    American naho turagategera kakadushika kunyota❤❤

  • @oookkk3965
    @oookkk3965 5 років тому +9

    Nimb ww umwemera uyu kubit Ok

  • @ericiraho122
    @ericiraho122 2 роки тому +5

    Indirimbo zimara irungu 🇧🇮 🇷🇼

  • @BisetsaRuhumuriza
    @BisetsaRuhumuriza 5 місяців тому +6

    2024 ❤❤

  • @molotov66699
    @molotov66699 2 роки тому +2

    please take me back to these era

  • @muhozajohn1834
    @muhozajohn1834 2 роки тому +5

    ego wararirimbapee🇷🇼🇷🇼👏😭😭❤️🤦

  • @muremurejordanian7844
    @muremurejordanian7844 3 роки тому +11

    2020 listen from south Africa

  • @fofofrancine5725
    @fofofrancine5725 4 роки тому +5

    Ntacica nkirunguuuu, Ntacica nkirungu kweli kabisa iyumuntu ariwe nyene atagira uwumwitaho ibibazo bimubana vyinshi

  • @IbrahimHakizimana-pc4us
    @IbrahimHakizimana-pc4us Рік тому +4

    Uruhuke amahoro legend

  • @jeromenzokirantevye8605
    @jeromenzokirantevye8605 2 роки тому +3

    Indirimbo z'akanovera vraiment ntizizigera zigata cool Mr Canjo.

  • @shadiahborandi2687
    @shadiahborandi2687 3 роки тому +5

    Uwudasize umwana asiga umugani

  • @vimsabwa751
    @vimsabwa751 5 років тому +5

    nakumbuka mbali xan naposikiliza mziki huu ❤

  • @AlinaPretty-mi1ge
    @AlinaPretty-mi1ge 2 місяці тому +3

    Forever in my heart😢😢

  • @mulisacyrus2934
    @mulisacyrus2934 5 місяців тому +4

    2024 still rocking

    • @didierdidier7051
      @didierdidier7051 5 місяців тому

      What does nk'irungu mean?

    • @binbin-mz2js
      @binbin-mz2js 3 місяці тому +1

      Ntacica nk'irungu means nothing kills like loneliness

  • @focuseric4109
    @focuseric4109 2 роки тому +1

    Dah nakumbuka mbali sana aisee!!kipindi hiki mm nilikua mugara,mwaka 91,92,93!!it pain me,ndamwibutse hamisi ncambabara cane!!ooh my god

  • @ummytv5164
    @ummytv5164 2 роки тому +2

    Bana biwacu bana biwacu ntacica nkirungu 🥺🥺🥺 R I Paradise 🕊 ❤Legend

  • @theresemukore1224
    @theresemukore1224 8 місяців тому +2

    I'm still listening to this song 2024

  • @liseginakaze9385
    @liseginakaze9385 4 роки тому +3

    Une Légende ! T'es parti trop tôt !Reposes en paix ❤

  • @theonesterukundo5374
    @theonesterukundo5374 Рік тому +2

    Ça me fait penser sur l'histoire et la situation amicale de ces amoureux.C'était si réellement posé.

  • @Harexo
    @Harexo 2 роки тому +3

    Sha much love to you canco from Belgium 🇧🇪 its 2022

  • @user-wm4qm5xs8f
    @user-wm4qm5xs8f 7 місяців тому +3

    Bonne chanson dans la culture burundais😊

  • @leilauwimana1036
    @leilauwimana1036 6 років тому +5

    Tu vis encore dans nos coeurs par tes chansons, RIP

  • @celifpower4993
    @celifpower4993 4 роки тому +4

    Vyukuri aha kwisi sihacu. Eeehh amosozi arankoretse mwari intwari batama bacu

  • @munezeroeric-rl3ii
    @munezeroeric-rl3ii 25 днів тому +1

    Nawe fata umwanzuro nk'uwange wo numva izihimbaza iyaturemye +karahanyuze nk'aho kwirirwa duta umwanya kuri namwe birirwa baceza ngo ni abaririmbyi

  • @clovisniyibimpa7672
    @clovisniyibimpa7672 4 роки тому +5

    Our legend from Ngozi kugasaka

  • @MatataBlandine
    @MatataBlandine 6 місяців тому +2

    Thé Big man i know 😢❤

  • @KmMutoni
    @KmMutoni День тому

    We still here 4/9/2024 I love song😢😢

  • @angedeliciaahishakiye-ul6ul
    @angedeliciaahishakiye-ul6ul Рік тому +2

    a legend never die

  • @sikubwaemma4481
    @sikubwaemma4481 2 роки тому +3

    Warintwari idasanzwe
    Ntacica nkirungu. Waààw

  • @vanessairakoze8357
    @vanessairakoze8357 Рік тому +1

    You always live in our hearts 🇧🇮🇨🇦

  • @thecapuletsportcamp534
    @thecapuletsportcamp534 2 роки тому +3

    Ce chanson leve mes emotions

  • @FantomasPK
    @FantomasPK 5 місяців тому +1

    Indirimbo y'urukundo yanyuze benshi mu rungano rwanjye!
    R.I.P Canjo Amisi!🙏🙏🙏

  • @Jospinkethiajoskey
    @Jospinkethiajoskey 5 років тому +10

    Nice song 2019???

  • @fulgencengenda6622
    @fulgencengenda6622 6 років тому +5

    unforgettable man!!!

  • @ericremezo9638
    @ericremezo9638 7 років тому +3

    jolie chanson, mm si tu ns a quitté les précieux souvenirs k l'on garde de toi te font tjr vivr en nos pensées

  • @Llili-ks5lm
    @Llili-ks5lm 10 місяців тому +3

    My favorite song

  • @HagenimanaDanny250
    @HagenimanaDanny250 21 день тому

    Ruhukira mumahoro indilimbo yawec nyikunda kubi! Nanubu ndimo kuyumva RIP

  • @aliceiradukundakaremera9340
    @aliceiradukundakaremera9340 5 років тому +2

    Much love from Rwanda

  • @MRPIXOS-nb1pp
    @MRPIXOS-nb1pp 10 місяців тому +4

    We still here in 2023