MELANIN BOY yanse kwishura ibibazo vya DJ FERNANDO ku Radio ll IMPANVU yavuye kwa IBREEZY

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 28 чер 2024
  • Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

КОМЕНТАРІ • 27

  • @charlesAkimana-tc5il
    @charlesAkimana-tc5il 11 днів тому +4

    Gusto Melanin bwoy aratuje jew kuzomuheba bazoba bandoze afise ubwitonzi nuguca Bugufi 🎉🎉🎉🎉🎉

  • @nishimweclaire
    @nishimweclaire 4 дні тому

    Melanin boy ng Ivy ntibindaba !!! intelligent ❤ terimbere cane Gusto

  • @armanditka1145
    @armanditka1145 9 днів тому

    Melanin we support u the same way with feranando abarwany feranando ntibigez babaha hafi igih lwar mumerew nabi u've a big mentality

  • @user-ol4qu1qs7x
    @user-ol4qu1qs7x 10 днів тому +1

    Gusto shan ngo ntibimuraba😂😂❤ love u❤

  • @SandrineAjeneza
    @SandrineAjeneza 11 днів тому +1

    Mumamo gusto na Fernando j ndabakunda knd nubw usang bigoy❤❤❤

  • @fabiolasilyvain8880
    @fabiolasilyvain8880 11 днів тому

    Nkunda Melan ingene abayiturije 😘😘 Imana iguhekugera kure muhungu wi Imana nigihugu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @SggzgxgSggzgx-dd5uf
    @SggzgxgSggzgx-dd5uf 11 днів тому

    Mélanin uterujimbere nkivyo nkwifurije.uraciye bugufi sana❤❤❤

  • @user-lj2wg4ty5o
    @user-lj2wg4ty5o 12 днів тому +2

    Nkunze uyumuririmvyi atandukanye nabenshi mu Burundi aciye ubwenge mwifurije gushika kure

  • @NahimanaFlorence-mw5fp
    @NahimanaFlorence-mw5fp 8 днів тому

    Nciy ndagkunda melanim boy wishur neza cne

  • @user-wf9ln2go9g
    @user-wf9ln2go9g 11 днів тому

    Uyumusore Melanin boy Aciyumbwenge can Avuga ibintu yamanje kwiyumvirako

  • @nellykwizera1989
    @nellykwizera1989 11 днів тому +2

    Très intelligent

  • @ThanuelBipfubusa
    @ThanuelBipfubusa 12 днів тому +2

    Ahanje gusto kumuheba ninkoguhemuka

  • @boboboxtv
    @boboboxtv 11 днів тому +1

    Drizzy maneko ndarinkumbuye ubusesanguzi bwawe wubahweee

  • @urlichdylan5763
    @urlichdylan5763 10 днів тому

    Je ndamuvuy inyuma noba narozwe

  • @Chad-kayofficial
    @Chad-kayofficial 12 днів тому +1

    Gusa uyumus nta vibes afise vrt

  • @GlorioseNimpagaritse-bq7zv
    @GlorioseNimpagaritse-bq7zv 11 днів тому

    Ndakwikundir gust

  • @anicetniyonkuru5373
    @anicetniyonkuru5373 12 днів тому +2

    Yisburanye ubwenge bwishi kko umutwe wiwe si pastk😂
    abari murindiriye kwabaha iyindi content mwihangane😂

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja 11 днів тому

    Gusto ariturije❤❤

  • @ngendakumanamoses
    @ngendakumanamoses 12 днів тому +3

    Ndi number one 🎉🎉🎉

  • @SosingJohni
    @SosingJohni 11 днів тому

    Ndakunze ukuntu wishuranye ubwenge urumuntu wubwenge sana

  • @Vision_n1
    @Vision_n1 11 днів тому

    Fernando namanyama gusa #hejur cane melanin boy

  • @ngendakumanamoses
    @ngendakumanamoses 12 днів тому +1

    Manze numvirize nda comment mpejej kwumviriza😂😂

  • @ericndayishimiye8178
    @ericndayishimiye8178 11 днів тому

    Turagukunda uratuje cane turinyuma yawe