DJ FERNANDO Aririmvye Kazima IMANA Inkund Kuncuro yamber Abantu Barasaze Amatek Ataribwabonek Narimw
Вставка
- Опубліковано 4 жов 2024
- @DJFERNANDOMIX1000 @Mista_aye @welovemuzika565 @startv257. @umukubito257 @isaactv1725 @magicchanneltv553
Uwumu Star arakaze, uwubizi afyo j'aime hapa kwangu
Ibintu biraryoshe kubona pe, komeza kuryohera abana sha mutama Dj Fernando.
Uyu Musore yicisha bugufi Sinjya Nkurikira music cne Ark iyo ndirimbo ye Narayimenye Ahezagirwe,Kd Imana Izamugeze kure mu Izina rya Yesu Amen
Jui⁸8⁸
Yayayayayaaaaaaaaaaaaaaaa musiniacheeee pekeeee kuchezaaa nawezaa blooo
I wish ko mwokomeza mwosabana imbabazi umwewese aho yihenze kuwundi .ndabakunda umuziki wa DJ fern ufatanye na Kadie Kay urasara .hamwe mwosubirana vyoba ari 🔥🔥🔥🔥
Dj Fernando mungu mbele ino mur congo baragukunda nukurii ikindii ntibazii ivyurikuririmba ariko barakunda atanakimw bumv iman ivuz ego ni ego
Uwu musore ararenze abavyemera mumpe like🔥🔥
Ntakirimw
Ego gee
UwumuSore ararenze kurusha bose abavyemera mumpe vayimbu
😅😅😅
Eg@@SeziberaEric
Nuko rero ati rekabana bato banyegere❤❤kuko ubwami bwijuru arubwabo DJ férinando 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤urakunzwe disi
Igiti kirakurira mubabaji...go ahead Fernando
Ndakwipfurije kugera kure imana igushikne ahitaragushikane
Wow, this is so lovely to see. I’m a Rwandan but I do like this guy frfr.God bless for making kids that much happier
Uyu mutipe afite ijwi ryiza pe uwamutiza stade yacu yo murwanda yayuzuza
Mumukorere ayo mateka none avyitwaramwo neza kandi afite ijwi ryiza cane mumuhe stade nimwe basi akore amateka 🎉🎉🎉🎉
Shaàa mubabana sindimwo ukur Aho Kur kuravurwaa
Good songs 🎵 👌 🇧🇮🇧🇮🇧🇸🇧🇸🇧🇸❤❤❤❤❤
❤ uwukwank akwandureko fernando
From Rwanda ❤❤❤❤
Hehe hehe juuuuuuuur caaaaaaan ❤❤❤
Mwirire show Bantu Banje❤❤
Vrmt mutama korumuti imitima yaban Bose Ubu ni woe abakuze bo warangije komeza uduhe umunezero
Komera cha mutama wnj Fernando ryohera abasi bamaramare
Cool wabikoze neza 🎉🎉🎉🎉
Can arakaz kandi ndamukund aririmba nez🎉🎉🎉
Nuwanka urukwavu araziko tuzi kwirukaaa kabisaaaa
Fefe njyendagukund mbanshak mbakwank nzongum ngufan kuko kubumusan sibintu bisanzw uracamubigeragez vyinsh arik nokubwivy nabw wokwihanganir abakugay abavug ngowibony nsirimw ahubw njyendabarwany❤❤❤❤❤
Damwipfurij guchik Kure hachobok Kad n'iman iz imuh niherenzo ryiz aririb nez xanaa 🎉🎉🎉❤❤❤
Fernando terimberimbere kazima Imana inkunda ❤
Dijey fernando hezagirwa
Terimbere Fernando wanje!!❤❤
Kwl sha ndakwikundira
Ngukunda mumabara yose
Coooll sana kbx
Courage Fernando, terimbere nk'umuzinga
Azonabicaa mwishwanj
Abana bazi gufata kumutwe kbs❤❤❤❤❤
Urareze sana ndakwikundira ❤❤😍😘😘
Ubikora neza cn Ntikazima Imana Idukunda
Komeza ubahesho frenando ndagukunda ❤❤ from 🇷🇼🇷🇼
KL shaaaaaaaa kazima Imana inkunda ❤🎉🎉🎉
Dd Fernando ndakwemera cyane ahubwo oe kimeza uduhe imizigo kbx,ndakwemera cyane👍👍👍👍💜💓💓💓💝💝💝💝💝
Uwo twasengeye kbsa
Welcome to Kigali, ukuntu tugushaka i Kigali
Niyubahwe kbx ararenz ndamubonamw ikint gilomey muri kazoza
DJ Fernando terimbere imana ikwongerereze imugisha.
Fernando hejuru cn❤❤
il parle Bien Le français, l' anglais, Swahili et Le Kirundi. je pense que il vas conquerir l'afrique bientôt.
Ndagukunda cyane ❤ndi nyagatare
Kuraje bro
UMuntu ukunzwe n'uruvyiruko ntawukorako. Mureke itara ryiwe ryaratse gwanyu n'amwe rizaka. Mureke ishari abarundi siyo kamere yacu.
Respect✌️✌️
Kazima imana igukunda❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ thankyour
Courage vemt
Washa tuone🔥🔥🔥🔥🔥🔥❤❤❤❤❤❤
🎉🎉🎉🎉🎉🎉hejur caaaane mon frr❤❤❤❤❤
Wawu❤ manidakwemera wazaje murwanda ssing you ungira ijwiryiza✈️
I love from Saudi🥰🥰🥰🥰🥰💯💯💯💯
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥⚡⚡ ᴜᴡᴏᴍᴜsᴏʀᴇ ᴀʀᴀɴʏɪᴄᴀ ᴋʙs ᴀᴊᴇ ᴀʀᴜᴍᴡᴇ
💥💥💥hejuru cane bro wnguu❤❤💥💥💥💥💥
Egoo wubahwe fernando
Courage❤❤❤❤
Respect mon amie ❤❤❤❤ kumeza utere imbere nkumuzinga brother ndakwemera bikaze
Above you frenando❤❤❤❤❤
😂ubikora neza kabis dutemwo
Yoooo Imana iguhezagire cane ubandanye wicusha bugufi ubandanye udryohera abato n'abakuze
Kazima imana inkunda respect komeza utere imbere nkumuzinga musore mwiza rekana nabo bagome barundi
Oooo ukuntu utwana twishinye disi twenda kujya mubirere
Komer
fernando urumuntu wanje nkunda cane kandi imana ikujimbere oe kuki melanin boye ntimurimwo murahuza yobarimwo mwabo bakwanka jewe ndabakunda p ndakurikirana cane
Fernand wari wahaturiye flesh natwe turagukund❤
Courage fernando
King musc bdi
Uri mwiza sanaa
Wawu ndamukunda ❤❤
Kurecyne hashobok niho nkwipfurij dise❤❤❤❤
Komeza ubabaza umwasi!
MN brother komerezah ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
🔥🔥🔥❤️❤️❤️
Merci dj fernando
Komera musor urarez
Uwukiz ashir muri gurup yiw zedabon dushsh
Screwing 😂😂😂😂😂😂😂😂@@IreneIrankunda-ie8vl
Llkllllllllllllllllllllkkkklllo@@DieudonneBakundukize
Nisaw nibo😅😅😅😅😅
Amen❤
Viola, abana baba bashaka au moins chaque mois kuba baruhurirwa umutwe like this
Ndamukunda JD Fernando numuhanga cyne❤
Ubundi ukunzwe nabana ubukundwa naba malayika🎉🎉🎉 bakwanka bareka ntaco bitwaye kuko impano yo kuririmba niyawe ntawuzoyikwaka 🎉❤
Am following you,my heart is broken because I don't understand your language,I love your music ❤❤
Uzonatwicaaa
Good
Good song DJ Fernand wubahwe tuuuuuuu
Tuzokurwinyuma bro
ukuntu ukuzw nabos birarenxe kwl abemerakaku ni mugor kun✌✌✌
Courage
😂😂😂😂😂😂😂😂Umunezero niwoseeeee🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ndaryohewe gose
Ni sawa kwel
Nanj ndagukunda felinando❤❤
Ararenze vraiment
Mwiranbire🎉🎉🎉❤❤❤❤
courage❤❤❤❤❤❤❤
Terimbere sha🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤🎉🎉
Kbx
❤❤❤❤❤❤❤