IHURIRO DIASPORA CONVENTION CENTER : Uku niko izoba imeze

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 22 вер 2024

КОМЕНТАРІ • 36

  • @jeannkuru2887
    @jeannkuru2887 9 днів тому +1

    Imbere ni heza❤. Imana ikomeze kutuzigama twese tuzohashike mumahoro numutekano🎉

  • @stevenking2467
    @stevenking2467 9 днів тому +1

    Burundi hejuru cane igihe kizobereka Uburundi ubwaribwo.

  • @lesjumeauxmusic
    @lesjumeauxmusic 9 днів тому

    One Burundi , One Diaspora , One Destination

  • @FrankeIgiraneza
    @FrankeIgiraneza 9 днів тому +1

    Kbs mukomere cane gose

  • @nduwayodesire5960
    @nduwayodesire5960 9 днів тому +1

    Nagomba menye uwuserukira Diaspora y' abarundi muri Canada uwariwe. Canke aho babarizwa abayiserukira. Murakoze

  • @andrehakizimana7616
    @andrehakizimana7616 9 днів тому

    Burundi, uri Amaboko n' Umushaha w' abagukunda.❤❤❤

  • @MarieNiyogusenga-ip1rq
    @MarieNiyogusenga-ip1rq 9 днів тому

    Courage ❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @oswardjaphal-cd6np
    @oswardjaphal-cd6np 9 днів тому

    Imana ibaje imbere

  • @IsaacNsengiyunva-yc6vy
    @IsaacNsengiyunva-yc6vy 9 днів тому +1

    🎉🎉🎉🎉❤❤❤

  • @Solomonking257
    @Solomonking257 9 днів тому +1

    Parking zizotwara ikibanza kinini ntakunti zokubakwa musi yinyubako canke hrjuru nkuko mumahanga bikozr please 🙏

  • @StevenJewel
    @StevenJewel 9 днів тому

    Courage

  • @habibumasenga6213
    @habibumasenga6213 9 днів тому

    Very beautiful 😍 🤩 👌 + Macdonald ?

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 9 днів тому

    Uburundi hejuru cane diaspora ndundi komere kwibanga

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or 9 днів тому

    Burindi hejuru cane

  • @gratiennduwayo1446
    @gratiennduwayo1446 9 днів тому

    Yes

  • @PhageïGAHERA-xu7sm
    @PhageïGAHERA-xu7sm 9 днів тому

    ❤❤❤🎉

  • @Sympholine
    @Sympholine 9 днів тому +2

    Egoo. Iyo Umuntu afise INDOTO NINI arazirangura,.... Ndizeye ntashidikanya yuko Iki kigo tuzogishikako. Ni Mushike muri CANADA NATWE DUKORE UMUTI!

    • @jaykar-issa706
      @jaykar-issa706 9 днів тому

      Aho naho bipanze gute ga Sympho?

    • @nizigabosco3359
      @nizigabosco3359 9 днів тому +1

      God bless you they're will Come very son.

    • @Sympholine
      @Sympholine 3 дні тому

      @@jaykar-issa706 sinatomokewe ivyarivyo ushaka kumenya ukwo bipanze?

  • @andrehakizimana7616
    @andrehakizimana7616 9 днів тому

    Sagamba Burundi!

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 9 днів тому

    Ako kantu rero la Diaspora Burundaise

  • @Solomonking257
    @Solomonking257 9 днів тому +1

    Iyonyubako ntabwijanye nicogihe vrm nkabantu mwabaye mumahanga mukwiye gucapa inyubako iteyigomwe

    • @bizomenyimanaelias5455
      @bizomenyimanaelias5455 9 днів тому

      nawe raba wubake iyijanye nigihe abana kuguma.uraba ivyabandi bikoreye atanumusarani urubaka

    • @niyomwungerebienvenue7675
      @niyomwungerebienvenue7675 9 днів тому

      Ewe sha imbwa ntizizoreka kubweja nkuku kwawe,,none uyigaye kwiki ko wew nkeka ata nakazu ka sugumwe urubaka ??

    • @ElyseBayubahe5624
      @ElyseBayubahe5624 8 днів тому

      None iyo nyubakwa izokubakwa hehe? Inyubakwa nkizo zikwiye kuza zirubakwa mugisagara hagati muri ville

  • @nizigiyimanayves9485
    @nizigiyimanayves9485 9 днів тому

    ko imigambi yaba diaspora kandi isa niyizotwara uburyo bwishi nimyishi, muzohava muyishikako yose?

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 9 днів тому

    Ese iyo mubanza muka twubakira ibitaro ibi bakazoza apres

  • @onanikubwimana479
    @onanikubwimana479 9 днів тому

    Nn bazoyubaka he!?