DOUBLE JAY - NZODUGA | AKEZA LIVE SESSIONS

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 6 вер 2024
  • 🔴Kenshi Umuririmvyi akundwa ni uwuba aririmba ibintu bijanye n’ubuzima abantu babayemwo. Kuva aho Double Jay asohoreye indirimbo yiwe #NZODUGA, bigahurirana n’igihe abarundi benshi bari mu myidogo y’ubuzima buzimvye , vyatumye ababera nk’umuserukizi. Indirimbo yarakunzwe, iragera kure, barayihanahana, eka icika iy’abarundi bose. Kuruno mwanya ikaba igeze ku bihumbi 762 vy’abamaze kuyiraba ku rubuga rwa UA-cam. Yoba nawe yaragukozeko ? Yirabe hano muri “AKEZA Live Sessions “ uheze utubwire ijambo ryagukozeko gusumba.
    #lesbeautesdecheznous #akezanet #akezalivesessions #Burundi

КОМЕНТАРІ • 37