Nabanyisiraeli batumiwe MUHAMADI S.A.W nzcyesu yabasezeye avuzeko MUHAMMADI S.A.W azaza azobafite inkuru yukuri na zambi ,ukumu ..... kandi nincuti ya YESU na musa ubwongubwo uravye na bible urabona musa akiriho arikaganira na Allah ko azazana intumwa nka musa kandi muncutize abobompi bakomoka kwa aburahamu ahubwo paulo numuhanga muguhinduribinty pe myga yahindura yareka Alla yaratoranije abisiramu bafitubwenge bukwiye kandaranabivuga muri coroan
MUHAMADI S.A.W ni nka adaptateur igabanya volte yumuriro ubu ninka president musha yesu yararangije naho azagaruka azasenga nabisiramu ukuri nuko kabisa nintumwa zose zarinka adapta zarizizinanye ntawankuwundi ubwongubwo paulo yarabamize pe muzatangara iyo dini ya islam siyabisiramu gusa niyakiramuntu kiretse uwudashakijuru gusa abisiramu nibo tuyikurikira
Murakoze akazi karuta akari kwisi nukuri ba sheikh bacu IMANA Ibarihe kwisi no mwijuru .ewe naho worarawiga naho wazana papa nyene ico gitabo bibiria ntiwaronka ukuri kwiyo dini iyo dini niyasatani yokubuzabantu kwemera Allah nintumwa MUHAMADI S.A.W niwe nzirubu kandi ukarengerezaho nizindintumwa zose
Gucika Abana B'imana,ni bo Bizeye Yesu....mwebwe Abaislamu mubeshwa nuyo Takbir kamana ,murabana band
Ubutigu burashitse aho Yesu Kristo yiyiziye agaca mu bâ Sheh naba Ustadh Bakijijwe Akaba Aribo bamuvuga Amen
Djazakalah kheiran Allah Ajyakomeza kubaterinkunga mubikorwa byanyu byose knd azabahembere ubumenyi mudusangiza allahuma Amiin 🙏🏽
Aba ba Sheik rwose barigisha ukumva udashaka ko barangiza mashallah ♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️
Pole sana ,Ubu naho nshaka kunyomoza ububeshi bwanyu,kurugutura les oreille ndaje!
Korowani ,N'Imana Yabibategetse binyereke muri bibliya
Ahuye na Yesu Kristo agahinduka akitwa Paulo mwaciye mumwanka urunuka,musigarana
Usizwe amavuta,ushanje amababa : kandi nagushizeho kuba kumusozi wera w'Imana, WACURARANGA hagati y'amabuy
Uru kuko Imana niyo yabatumye ngo mubice,Ariko muragowe none uwo mwiciye Abantu biwe kwariwe azlzica
Banza mubigishe korlwani mû kirundi batahure ivyo bavuga nayo bibliya ntayo muzomenya mutafise Yesu Kristin
Ishimwe,Biraryoshe,kandi gushima kurakwiye,Takbir
Zaburi 146:1-2 Haleluya mutima wanje n'ushime Uhoraho,nzokwama Ndirimbira Imana yanje
Ariwe Yesu kristo, Abantu Bose bazokwerekana uko bakoze bakiri mû mubiri,Yesu niwe azotanga ibihembo
Iryo tegeko n'ishengero rirarifata,Abaririmba bafatanije n'ivyaha,Imana ntivyakira,keretse bihanye,bako
Ishimwe nkihumeka Takbir kamana VIP,uti Imana ntishaka abayiririmbira
Ubu lero twababwiye Ubutumwa bubohora bwagakiza kabonerwa Muri Yesu kristo mukanana
Kamana ATI: Daudi yaririmbira mû kabare,ATI Imana iriyamirij aba muririmbira,, Asoma Amosi 8:3-10 Anezerewe cane
Umukerubi yaba mw'itongo rya EDENI,niwe yararongoye abandi mu gikorwa ca korale yo mw'ijuru,ataragarariza Imana
Isomo ryanje ryabafashe ntimuze mwongere o.k wew pastor kamana sheh jew sindi Pasta,mwalimu,ndi umukristo
Aba kristo turi ibijuju twitwa Intama za Yesu kristo ! Soma Yohana 10:14-16 Yesu kristo N'Umwungere Mwiza,Natwe
Kamana ATI: havugwa Abisirayeli Ubwoko bw'atoranijwe n'Imana ,Twebwe Abakristo
Twebwe bâ Kamana bavuye m'Ubukristo KO tutabarya n'urwara,Ariko mwebwe kwica Umukristo mugira umusi muk
Ark rero abasheikh mujye mutubwira qur an neza kk iyusomye suratul imran na Mariam na maida ukagenda usomamo Ayah zimwe nazimwe tubonako Issa cy yesu arumuntu ukomeye cyane wakoze ibitangaza bikomeye cyane
Muri bibiria hari ukuri nububeshi ububeshi nibwo mukurikira abakirisu ukuri mukakwanka.kandubwobubeshi bwashizweho nabantu abaroma aba paulo aribobabo baguma biyita aba papa mwe ntinintumwa mufite yesu yasize avuzeko hazoza intumwa iyo ntumwa niyahe koo mwese mutarabagatorika paulo numugatorika none mumuhunga gute namashengero ibihumbi atanakimwe ahuriyeko .??? Kwibeshera ngo ni YESU !!!!!! Yesu numwisiramu
Ntiyari uwiwacu,iy'aba yar'uwiwacu aba yaragumanye natwe: ARIKO ic'atumye atuvamwo kwari
Legenda dady seif
Muri Antiyokiya niho abigishwa ba Yesu Kristo batanguye kwitwa ABA KRISTO
Mwarize kabisa ba sheikh Allaha abarihe kwisi nomwijuru umunezerudasanzwe nyinyi ndio walimu wadunia
Amiina
Masha Allah Allah azabarihe ivyiza gushika kumusi wimperuka(+_+)
Agasshako k'ingoma- N'Imvyino-Muyishimishe ibifise imirya n'imyironke ( impumyi itwaye iyindi zose
1 Twebwe Aba kristo twemera YESU KRISTO yabambwe k'Umusaraba (Abitwa yesu ni benshi muri Bibliya!
Byiza cyane shut za allh
Bakanywa n'Amaraso y'a Y.Kristo!,uti abagira ivyo Nabarozi! Birandya,Biranshavuza,Mfata
Mpemu Yera,abadayimoni barahunga ,impwemu mbi nkiyirimwo Kamana zirahunga ,indwara zirakira mw
Allah akbar🙏🏽Allah akbar🙏🏽Allah akbar🙏🏽Islam is the true religion❤️
Y.Kristo,Abaislam bamurwanya buri musi,umuntu wese utari umwisirayeli witwa:umunyamahanga
Zaburi 149:1-5 Haleluya ni muririmbire uhoraho indirimbo nsha,Muririmbire ishimwe ryiwe mw'ikoraniro
Zwa n'amaraso ya Yesu Kristo, Kamana wavuze KO D'Audi yaririmbira mu kabare,tubwire uyo murongo na kabare yarimw
Nabaislam mufatanya nawe! inyishu nkiyi: zaburi 147: 1 Haleluya, kukw'ari vyiza kuririmbira Imana yacu
Nabanyisiraeli batumiwe MUHAMADI S.A.W nzcyesu yabasezeye avuzeko MUHAMMADI S.A.W azaza azobafite inkuru yukuri na zambi ,ukumu ..... kandi nincuti ya YESU na musa ubwongubwo uravye na bible urabona musa akiriho arikaganira na Allah ko azazana intumwa nka musa kandi muncutize abobompi bakomoka kwa aburahamu ahubwo paulo numuhanga muguhinduribinty pe myga yahindura yareka Alla yaratoranije abisiramu bafitubwenge bukwiye kandaranabivuga muri coroan
Urumva ubwo bushobozi butangwa na Yesu Kristo le tonnau vide fait beaucoup de brouit,mais le tonnau rèmpli
Kamana théologien ngo ntaho handitse muri Bibliya ku ririmbira Imana SOMA warize uramenya ZABURI 150:1-3
Mû misigiti mû gitondo muvyukira ku ba kristu ,Saa6na 15 mukigisha ibitarivyo ku bakristo sasa 9
Ibimenyetso bikuru vyimpera yisi na yesu arimwo nivyiiinshi nawabiheza bito vyarzhejeje gushika
Tur'INTAMA ZIWE, pili pili usiyo kula itakuwasha aje! juwa yako
'Iwe Ariko Abiwe ntibamwakiriye! 12 Ariko Abamwakiriye ( Aba Kristo) Yabahaye Ububasha bwo
N'Uhoraho yama igenda imufata bwa gikange 15 Maz'abantu b'umwami Sauli baramubarira, bat'erega
Abikorinto bâ kabiri 5:9-10 kuko Abantu Bose bo kw'isi,Bazocirwa urubanza N'Umucamanza Mukuru
Agacuranga ari bwami Sauli agakira ,Takbir.Kamana ATI: Daudi yavugiriza mû kabare umwami Sauli yaba mukabare
Ry'abakunzi biwe,Abisirayeli banezererwe Iyabaremye,Abana b'isiyoni bagirire Akaneza Umwami wab
Yohana 1:10 Yari mw'isi,kand'isi Yaremwe Nawe,arikw'isi Ntiyamumenye ( Abo n'Abaislam) 11 Yaje muv
Bashimire izina ryiwe mu MVYINO, Bamuririmbire ishimwe BaTaMba ,Agashako Kingoma,Bavuza n'inanga
Kuko uhoraho ahimbarwa n'abantu biwe,azoshariza abaciye bugufi abambike agakiza
Impwemu mbi irjngitswe n'Uhoraho niyo igukanga ,15 Abantu bâ Sauli bamusaba KO bogenda kumuzanira Umuvuzi
Izina rya Yesu kristo,Marc 16:16-18
MUHAMADI S.A.W ni nka adaptateur igabanya volte yumuriro ubu ninka president musha yesu yararangije naho azagaruka azasenga nabisiramu ukuri nuko kabisa nintumwa zose zarinka adapta zarizizinanye ntawankuwundi ubwongubwo paulo yarabamize pe muzatangara iyo dini ya islam siyabisiramu gusa niyakiramuntu kiretse uwudashakijuru gusa abisiramu nibo tuyikurikira
Mpwemu W'Uhoraho amaze kuva kuri Sauli ( nkuko yavuye kuri Kamana nabo bari kumwe) impwemu mbi irungitswe
5 Kuyitambira, kuyiririmbira Kuyivyinira kuvyo yadukoreye n'ibindi vyinshi
Abaroma 8:14 Abarongorwa na MPWEMU YERA ni bo Bana B'imana,uyo apinga kristo ntarimwo
Kamana yasomye Amosi 3:8-10 Insobanuro n'iyi:Imana ni Yera ,yifuza kw'abantu Bose KO baba Abera ! Iyo umuntu
Adidja muka Muhammad biramubabaza arondera uburozi aburamiza uyo mwicanyi Arapfa KO mutabivuga
Ezekiyeli 28:11-14 igikorwa c'uburiri mvyi catanguriye mw'ijuru, Tega amatwi Ez.28:13 uyu mu Marayika w'
Takibila Allah wakibalu ntabataremera Bazemera nkumbuye ikigiterane
Ukuririmba kumaze iki? 1.kwicisha bugufi imbere y'Imana- 2Gushima Imana - 3 Gusaba Imana - 4 Kuyisaba -
Bibilia nuburyo aba roma bashatse bazimize abantu bintabona ,uwubona numwisiramu kuko Allah amazebkuvuguti wagira twabashizeho igitambara ntibabona amakafiri ariko abisiramu uti bafitubwenge .ariko vrt umuntu nkawe womwita gute IMANA ? Womwitagute uwuguhemba???? NAWE ASENGA ,ARIRIRA ALLAH AKANAMUSABUBUSHOBOZI BWIBITANGAZA MWEBWE BABACUNGE MUBWONKO HANYU SIHEZA PE .... EWEGAYEWEEEE
Bizokwama biboneka kubizera n'ibi: 1 Bazosenda abadayimoni mw'izina rya Yesu Kristo,bazorambika
Ubuhanga bwo kubaza INGOMA n'Imyironge vyar'ivyawe !14 wari Umumarayika w'umukerubi
Wumuhanga winanga ,Umwami Sauli afashwe naya impwemu mbi amucurangire Akire 16
Ikibanza ca pastori Kamana ngiki soma: Icete ca 1 ca Yohana 2:18-19 Kamana yavuye muri twebwe,Ariko
Mbega idini ifise uburenganzira kuri jewe ku ngira imbata yayo,kandi imbonye nkuze,itamvyaye
2 .Mwirirwa mwica umwislam abuvuyemwo abaye Umukristo (jihad yo kumena amarasl y'Abakristo ayo niyo
Kamana ATI : Yesu kristo n'Umwislamu,KO mwidini ryanyu mugira baso bo mw'idini! Se wa Yesu ninde?
Gore wiwe ADIDJA kuko uyo muramuwe avuye mû bw'islam Muhammad afata inkota aramutemagura aramwica
Wize Théologie ariko ntufise MPEMU YERA wa Kristo ninayo mpamvu ubesha abantu,Ariko iyo utabeshera
Wewe wamusomyi urimwo amahinyu,bakubwire soma Yohana 14:1-8 uti oya ndasoma 14:6 kubera iki utinya gusoma umurongo wa1
Ijambo Abakristu ngo ntaho vyanditswe muri Bibliya? SOMA: Ivyakozwe n'intumwa 11:24-26 Abantu benshi baragwirirana bakurikira Yesu kristo
Ibiganza bakire...Samweli wa mbere 16:23 hanyuma uko y'a mpwemu mbi yafata Umwami Sauli,Daudi yahitana ya nanga
Umemupata ungine Pastori kama wewe wa théologie amuna Roho Mtakatifu aseme ukristo uhuhandikwe mû bible
Mashallah Allah akbar
Soma usubire wumve Abikorinto ba kabiri 5:9-10 Kuko twese tutazobura kugaragazwa imbere
Kamana inyishu ngiyi Zaburi 150:1-3 Muyishimishe Ijwi ry'Inzamba -Muyishimishe Ikembe,N'inanga-Muyishimish
Uyu Sauli mugihe yakoresha ( Jihad Takatifu yanyu Abaislam yica Aba kristo)Mwaramukunda
Waa
Nakurungikiy Amazina ya : IGITANGAZA YESU KRSTO 10 Ubu naho nzokurungikira ayandi 10 Jose ari muri bible
Bâ Anti kristo wa 2 mumekutana soma ivyakozw Intumw 11:24-26 Bitwa ABa kristo, ubwislam bwanditsw
d'eau,où d'huile est calme ( sérieux) ingunguru iri gusa bayisunitse ivuza induru ,kuko mutafise Mpwemu Yera muri vide
Yaka umuriro, inkomoko yo kuririmba wayumvise kwari mw'ijuru
Uwizera akabatizwa ,azokizwa,ariko utizera azotsindwa n'urubanza,kandi ibimenyetso
MashaAllah
kandi aboba paster biyita ngo ninumwa zimana abateka mutwe bishakira amaturo
Please Tubwire Yesu arihe ?
Inzira yo kwama mbeshuza ibinyoma mbisimbuza ukuri kuri muri Bibliya ubundi narabibona nkitwengera gusa
Ibikorwa yakora vyo kubaga uhuvuye mû bw'islam akakira Agakiza ( kuba Umukristo) Mukica mugatikiza n'ivyiwe
Musa seif yazagiye kwisimbi tv koko agatanga amasomo wallah
Wewe KO usomera abaislam ivya baisirayeli muri abaisirayeli ,kuriya guhongoboza musoma
Pastor Kamana,Sheh,Seleman,Jeneral jina la Ukristo liko wapi??? Ufise amazina 6 ! Umuntu umwe
Ashaka gukora igikorwa icarico cose,akwiye kwisuzuma KO ata caha afise, kugirango ivy'akora vyemerwe ku Mana
Iyo bibliya ni code pénale,ivyo ukora vyose biranditswemwo, n'ibihano,n'impembo ari nziza canke mbi ! Ntavyo mwari muz
Ubwire na mohamedi arihe
Kamana ATI:Islam n'idini y'amahoro,no kwicisha bugufi,kandi KO ryemera Yesu cane Réponse :