Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Kora😊😊😊
Ni mwebwe nyene mwa mwishe mwebwe nyene aba cndd/fdd
Ibinyoma vyanyu, ubu isi yose imaze kubahinyura.
Abarundi twarigorewe kabisa!! Muzi impfuvyi n'abapfakazi bari ngaho babitewe n'abo mwitwa intwari !! Mbega kwica abantu binzira karengane nikwo kwitwa intwari !! Mu Burundi 🇧🇮 turacahagorewe
Uti imfuvyi? Uti abapfakazi? None ushaka kuvuga iki? Ivyo ntibibuza ko haba intwari 🤷♂️👍🙏
Hhh.....
Umuntu mumwita intwatiri mutakimubona ntavyanyu
Ba so ko bise intwari Rwagasore yarakiriho?Vana,ayo mayeri yawe ya burebure aho.Barabazi
😂