Oooh God!!! I'm speechless ndabuze amajambo ndabivugamwo but thank you so much great Man of God pastor Patrick- Ngendakumana for this Idea , iyi film irandenze peeee 🫂👏👏👏 c'est ça la réalité d'une vie spirituelle
Thank you so much,ikirenze harimwo inyigisho zitwigisha ko aritwe rumuri rukwiye kumurikira aho tibaye abadafise icizere co kubaho tukabaremesha tukabereka inzira tukuri,nubugingo ko biri MWIJAMBO🙏🙏🙏mwarakoze cane🙌
Mpwemu yera ndamukunda
Akorera igihe👏👏👏
Narimaze imisi niyumvira kuriyi film none nciye ndayibona🙌🙌🙌
Thanks pastor 🙌🙌🙌
Iyooooo mana yanje ikintu congeye kunyereka bakabura yesu habwicubahira ❤❤❤❤asha hari haheze imyaka myinshi
Oooh God!!! I'm speechless ndabuze amajambo ndabivugamwo but thank you so much great Man of God pastor Patrick- Ngendakumana for this Idea , iyi film irandenze peeee 🫂👏👏👏 c'est ça la réalité d'une vie spirituelle
Ohhh i realy loved this movie nigiyemo ibintu 2 ,igihe wizeye umwami Imana icyo watuje akanwa kawe ujye wizera nyirijambo ariwe ubisohoza not kwirwanirira
2.Imana irihagije ntitugakenere abantu ko bahamya ibyo twizeye mugihe duhagaze mwijambo ryayo.
The long-awaited movie is here now, thank you my Pastor.
Oooo my god ,mbega impwemu yijambo weeee🙌 nukuri murakoze cane pee ndafashijwe cane vrmt🙏
wooooow best movie nukuyishira muzindi ndimi pour atteindre beaucoup des gens possible
Waaao wew inyota mfise niyo ufise
My God ndongeye ndasubijwemwo intege kubwanyu
Love is always win and nothing compared to the Unity and peace❤
Indeed it's the best Christian movies.
Glory to Jesus.
And over 5M will see it
Iyi movie nayiheruk ker nayirebaga incuro nyishi ninziza pe irakomez ❤
Film nkunda❤ cn kuk narigishijw cne mubuzim bwanj bwagakiz sindambigw n kuyisubiramwo
Waaaaaoooohhh thank you so much My FATHER for this powerful movie 🎉🎉
Wawaaaaaaaa nukuri peeeee muratwigishije knd turungutse lmana ibahezagire
Hallelujah hallelujah hallelujah
Mwarakoze Cyane Teams
May Lord Jesus bless this team!!Ntimwakinye gusa ahubwo mwahumekewe n'impwemu y'Imana iyi film irimwo ubuzima
Waoh flm nziza cane kandi yigisha mubandanye muduhezagira❤❤
Iyitimu bagiyehe muduhe bishasha
Thank you so much my Daddy for this powerful movie
Mutazi nanj Aho nari nagachakiy iyo firim nkayibur none Iman irabikoze kabur welcome 🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Narindayikumbuy
Waaooo nukur nar mbakumbuy cn pe mwar mwagiy he ndabasavy murab mubanday muduh n'ibind bikorw
Thank you so much,ikirenze harimwo inyigisho zitwigisha ko aritwe rumuri rukwiye kumurikira aho tibaye abadafise icizere co kubaho tukabaremesha tukabereka inzira tukuri,nubugingo ko biri MWIJAMBO🙏🙏🙏mwarakoze cane🙌
Imana ihezagire abitanze kugira iki gikorwa gikoreke
Mon Dieu ❤ ijoro rimbereye ryiza
❤
Numva nobwira umuntu wese yagize ico aterereye mwiki gikorwa ko atataye umwanya canke ivyiwe....ico yakoze cose kizoguma kigisha benshi des générations et des générations !! Murakoze cane Pastor !!
Jew mb numv nogum ndayisubiramwo kuk mwarampezagiy muduh nizindi🎉
Amen.yohana 6:63.
murakoze kutuzanira iyi film chrétien. muhore mutuzanira nizindi.nkizi
Ndafashijwe imana ibahezagire ❤❤
Waaaoooh soit bénis cette film est vraiment très bonnes
Épisode 2s'il te plaît
ah hari udu partie twinshi twanryoheye😍😍😍😍
oh jesus what a glory we have in jesus name🙌🙌🙌🙌🙌
God bless you so much, imbaraga zi jambo ry'Imana mbonye ukuntu zihindura ubuzima bwabantu ,rira ibitariho bikabaho ,
Imana ibakomeze cane mubandanye murushirizaho kutugezaho inyigisho nziza❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Thank you so much for this best gift😢❤❤❤
Ungera mukore izindi nyinshi
thank you jesus for everything❤❤
Nukuri lmana iguhezagire narinayipfuje narayibuze
Glory to God 🙌🙌
Ameeeeeen turafashijwe
Ndabikunze ariko hari iyindi a good figth of thé faith mwoyizana kand n'a lyrics ya english thank you so much sir
Wow very teachable and Powerful Movie
Film nziza caaaneee
Im enjoying this powerful movie
I'm blessed to watch this video till 1h55❤🎉
Urakoze pastor turasavye muco wukuri yose murakoze
@@oprahben6341 twarayishizeko ibicebice ngaha kurino channel
Filme nziza cane ❤❤
Je kiffe trop ce film 🎉💥💥
Kabura weee na nina
Murakoze ,nari narayibuze
Yooooo Imana nurukundo pe
Iyi niyo film yonyene ndabiye muri fone ikarinda ihera 🎉Imana ibahezagire
Thank you my Daddy nongeye kwiga
Irakaz can iringish nar narayiravy hahez inyak3 sinariz ko ir kuririy can🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Vyiza cane mukomeze
Ego kandi Amen
Glory be to God ❤
Glory to Jesus
Imana ibakomez cane mwarahezagiwe
Imna ibahezagire cane vyukuri muranyigishije
Muzoduh ikind gic
Imana ibahe umugisha
Wouh kabura❤❤❤
Wariwagiyehe kunda movi yawe gayemwe. Inyaka y5 yariheza
Ukore indi rwose birimo kunfasha cyan
Uyumuntu namuheruka kera haraka video muri 2018 nabonye kiwe none mwaroyehe????yoooooo mubisanzwe sindaba film ariko iyiyo ndabona atacitwaye
Ariko Mana yanje ndanezerewe uhuryo mutokwumva😂😂😂😂😂ndabinginze ikikintu kibandanye
Ukuntu iyi filme yatumye menya gusoma Bible basha ntimwovyumva ingene nryohewe
From groly to highly groly🎉🎉❤❤
Kubagira no kuba muri mwebwe numugisha
iyi film sinzokwigera mpaga kuyiraba.
Mbega ubushobozi bwijambo buhindura
Komeza muduha nyishi mwoba mugize neza
Yooo 🫢🫢🫢 nayheruk ker cn nukr Imana ishimw cn🙏🙏❤❤❤
Amen
Ndafashijwe,iyi film naheruka kuyiraba kuri RTNB2 sinarambirwa no kuyisubiramo
Murakoze
Kuva 17h ndayiraba nguma ndayisubiramwo
Byiza chane muhezagirwe
Warateguye pe
Akakantu naragakunda
ndabinginze muzadukorere udu partie aho kabura ahishurirwa amajambo yimana hatandukanye.ni ubutumwa bukomeye Kandi bukenewe muri iki gihe nyene.murakoze
amen
Mbega film weeee... Mana Ihezagira aba bantu
Bazoduh iyindi film kko iyi ikinye neza
Nukur murashoboy
Muhezagigwe cnee bantu mukomez kunagura imitima ya
Mfsno halisia.
❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Mfsno ulio halisia
🔥🔥🔥🔥🔥🔥
🥳🔥🔥🔥
Thank you so much daddy
❤❤❤❤❤❤❤
Film nziz canee mukomez guhezagigw muduh ibind bikorw
Wouh kabura❤❤❤
❤❤❤❤ ❤
❤❤🎉
Iki Nico gihe ko Umuco urasa
Groly