Yatanguriye ku nkwavu 18, ageze kuzishika 122 / Didace Nizigiyimana w'i Karusi, ashigikiwe na PAEEJ

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 21 тра 2023
  • Ku kwezi, adandaza inkwavu ziri hagati ya 60 na 100. Yunguka imiriyoni zibiri ku kwezi. Amaze guha akazi abashika 18.

КОМЕНТАРІ • 3