Ijambo Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yashikirije ku mugirwa wo mufuba umuhisi P.Nkurunziza

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 25 чер 2020
  • Mw'ijambo Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yashikirije mu mugirwa wo gusezera ubwanyuma no gushingurana iteka uwahoze ari umukuru w'igihugu Pierre Nkurunziza, yasavye abarundi kugendera ingendo y'umuhisi, anasaba abarundi kuzohora bibuka bongera bicisha bugufi mugihe bageze aho yashinguwe. Kurikirana n'ibindi vyinshi yashikirije vyamuranze

КОМЕНТАРІ • 37

  • @janaalqahtani258
    @janaalqahtani258 4 роки тому +6

    Nyakubahwa urakoze cane urarivuze ntamuntu yigeze kubaho akundimana nka Peter nkuru nziza yakundimana bikomeye yakundabantu bigihugu ciwe koko imiririmo yakoze nimyishi caneee yiruhukire amahoro papa wacu yanduciriyigero ntaho twigeze twicwa ninzara yatubaye hafi murivyose

  • @johnisrael1968
    @johnisrael1968 4 роки тому +3

    Kwa kweli atakumbukwa katika kumhubiri kristo na kumtangaza bila hofu yoyote.amefanya mengi mazuri mengine nae ni binadamu.hongereni warundi kwa kumpa heshima kubwa

  • @jeannniyonzima2480
    @jeannniyonzima2480 4 роки тому

    Ooooh Imana izagufashe pe ubigereho byose kubyo ushaka kugeza kugihugu cyawe

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv1949 4 роки тому

    Basha yabaye uwambere kwiyegereza IMANA nabanyagihugu batobato akanabahobera bakarwandamunda abadibarishima ntibanibuka kwaribobabatoye

  • @daniefrankndayisaba213
    @daniefrankndayisaba213 4 роки тому +2

    Uwiteka akomeze u Burundi bwanyu kandi iguhe kubuyobora neza! RIP kuri nyakwigendera

  • @andrengendalufula6451
    @andrengendalufula6451 4 роки тому +2

    Yoooo , Uw'Iteka abane namwe, umulyango we Nyagasani awukomeze

  • @janaalqahtani258
    @janaalqahtani258 4 роки тому +1

    Wiyegereze imana caneee nkuko papa wacu yakundimana uzonduhozamarira nimibabaro yose Rema my ndayishimiye evariste iman'igukomeze caneee

    • @abdallahnyabenda9002
      @abdallahnyabenda9002 4 роки тому

      Ego cane Imana niyo Nkuru izikuzigame ibihe vyose uzutubere umuvyeyi nkuwo nyakwigendera turizeye kuzoduhoza amarira kuko yarakudusigiye

    • @abdallahnyabenda9002
      @abdallahnyabenda9002 4 роки тому

      Ego cane Imana niyo Nkuru izikuzigame ibihe vyose uzutubere umuvyeyi nkuwo nyakwigendera turizeye kuzoduhoza amarira kuko yarakudusigiye

  • @mariaalsaid3690
    @mariaalsaid3690 4 роки тому

    Urakoze

  • @evangelisteclaudine6062
    @evangelisteclaudine6062 4 роки тому

    Amen amen be strong all burundian

  • @onesterabayo9067
    @onesterabayo9067 4 роки тому +3

    Powerful speech

    • @IbimenyetsobyIbiheMinistries_2
      @IbimenyetsobyIbiheMinistries_2 4 роки тому

      ❗🤏🍄 KANDA AHA UMENYE AHO PEREZIDA NKURUNZIZA YAGIYE: ua-cam.com/video/xd_65cuqcio/v-deo.html

    • @omarypaul8255
      @omarypaul8255 4 роки тому

      Mungu amuraze mahari pema peponi amina

  • @augustesalut547
    @augustesalut547 4 роки тому

    Love Burundi 🙏🙏

  • @barayingwaisaya9899
    @barayingwaisaya9899 4 роки тому +1

    🙏🙏

  • @niyonsabagenevieve4880
    @niyonsabagenevieve4880 4 роки тому

    Urukire mutama kuvyo waze ndazi ntakekeranya urimubiganza vya yesu imana yabonye wera ukwiye kwibera ahera mwijuru kuko isi ntikwanduze uzodusabire

  • @tinyicyahatv847
    @tinyicyahatv847 4 роки тому +2

    Imana imwakire

  • @thegreatwise3280
    @thegreatwise3280 4 роки тому

    BA NKUUNZIZA UBANDANYE UDUSABIRAAA... URUHUKE AMAHORO MUTAMA

  • @emileniyonzima9256
    @emileniyonzima9256 4 роки тому

    Turaremerewe ariko turaremye!Twezereko Nyenicubahiro ko mwabikurikira neza vyose muzoduhoza amarira

  • @victormutabazi1910
    @victormutabazi1910 4 роки тому +1

    Umugabo ntapfa ahubwo arasinzira ..nkurunziza arasinziriye

  • @joselynesango6546
    @joselynesango6546 4 роки тому +1

    🙏🙏🙏

  • @kwizerimanafrancine5072
    @kwizerimanafrancine5072 4 роки тому

    Mwigize go muzi kwica muri basirwa bankuruziza havuyemwo numwe evariste nawe.tuzoca tukwigandagurira.kwel

  • @viveuwayo4371
    @viveuwayo4371 4 роки тому +1

    😭😭😭😭😭

  • @komera_bc_services_ltd
    @komera_bc_services_ltd 4 роки тому +2

    Perero nkurunziza yashyinguwe mu cyubahiro Reba ibigwi byiwe byinshi hano wibuke kubisangiza nabandi. Tuzokwama tumwibuka ua-cam.com/video/XUYADYEQyB4/v-deo.html

    • @hamisdismas8838
      @hamisdismas8838 3 роки тому

      Iman imwakir mubwami bwayo yarintwari muntwaro dhuuu ivyiza ntibiramba tizokwama tumwibuka ,

  • @niyongereniyongere4647
    @niyongereniyongere4647 4 роки тому

    Reka dushime murivyose ntakundi 😭😭😭😭😭😭😭😭😭🇧🇮🇧🇮

  • @IbimenyetsobyIbiheMinistries_2
    @IbimenyetsobyIbiheMinistries_2 4 роки тому

    ❗🤏🍄 KANDA AHA UMENYE AHO PEREZIDA NKURUNZIZA YAGIYE: ua-cam.com/video/xd_65cuqcio/v-deo.html

  • @jeanbosconkurunziza3893
    @jeanbosconkurunziza3893 4 роки тому +1

    ihangane nawe Varisito twese niyo nzira yatwese ducamwo imana ni ntiharirizwa , ni ntija inama , ifata ingingo atawe ibajije niko imeze

  • @kwizerimanafrancine5072
    @kwizerimanafrancine5072 4 роки тому

    Gusa.ndakunda.nkuruziza.nkakunda.umutambukanyi.wiwe.deninza.ariko.muka.evariste.sha.simbona.ivyabo.umugore.wiwe.asa.ninkende.kd.imisi.iheze.atwaye.ariko.akoriki.iburundi.ko.nkuruziza.yabaye.presinda.agataga.abana.bige.kubuntu.abavyeyi.bibaruke.kubuntu.none.uyuwe.yarahiriye.iki?????????????????nawe.rero.tuma.utubisa he.simbona.sha.igihugu.kirabuze.umugabo.nkuruziza.ntawuzoza.asumba.nkuruxiza.umunyu.wuburundi.mbese.nisi yose