PAEEJ BURUNDI
PAEEJ BURUNDI
  • 64
  • 17 685

Відео

🍅Twige ingene barima muri Serre(umurima wubakiye),akarorero k'itomati. Ubuhinga bugwiza umwimbu cane
Переглядів 10021 день тому
Aka kareresi kabigisha intambuko nyamukuru tubwirizwa kumenya mu kurima itomati muri serre. Urimye muri serre ya hegitari imwe, wimbura itoni 400 canke 500 ku mwaka. n'incuro zitanu kurusha mu murima usanzwe.
😍 Rwaruka, PAEEJ yabazaniye ama plateformes en ligne yo gukurikirana inyigisho, kudandaza, n'ibindi.
Переглядів 2743 місяці тому
👉PAEEJ Technopole : muhasanga amakuru ajanye n'ibikorwa vya PAEEJ. 👉PAEEJ Academy : muzohakurikiranira inyigisho mu bisata bitandukanye (formations en ligne) mbere muronke na certificat. 👉PAEEJ Job : n'urubuga rufasha abipfuza kwimenyereza akazi (stages) canke abarondera akazi... 👉 PAEEJ Fund : n'urubuga rwagenewe ahanini abarundi baba hanze (diaspora), abagwizatunga bo mu gihugu canke n'uwundi...
🍹Bakora ama jus aryoshe cane y'amabungo, inanasi.. Urwaruka rw'i Gitega rwaronkejwe umutahe na PAEEJ
Переглядів 1533 місяці тому
Bakora amacupa 400 ku musi ya jus bise "Nyota Juice". Bashobora kugurisha amacupa 5000 ku kwezi. Izo jus muzisanga muma boutiques menshi. Eliezer Iradukunda, yatanguje iryo shirahamwe, yatanguye akora wenyene, ubu afise abakozi 10 bahembwa ku kwezi. 📞 79 296 314
💯PAEEJ/ Aba jeunes bakora amatara yo kumabarabara yiyatsa n'imbabura zikoreshwa amavuta y'imoteri 😍
Переглядів 3004 місяці тому
Société TBT (Terimbere Burundi Technology) y'urwaruka 6 rw'i Gitega, ikora amatara yo ku mabarabara ( lampes projecteurs automatiques) n'imbabura zatswa n'amavuta y'imoteri. 📞 69 886 921
😍 Urwaruka rw'i Gitega rwabazaniye studio ikora indirimbo, publicités...Ni Agence "Baravuga"
Переглядів 744 місяці тому
Agence de communication "Baravuga" iri mu gisagara ca Gitega, yatangujwe na Kubwimana Claude aronkejwe umutahe na PAEEJ. Yinjiza amafaranga ashika umuriyoni ku kwezi, amaze guha akazi urwaruka 5. Iyo agance ifise studio ikora indirimbo, baramenyekanisha kandi ibikorwa (publicité), n'ibindi...
Ibirato bikozwe mu nsato z'urukwavu/saucisses na boulettes z'urukwavu...Lin Niyondavyi afise impano
Переглядів 1144 місяці тому
Rukwavu products n'uruganda ruhingura ibirato, inyama... mu rukwavu, muri komine Matongo mu Kayanza. Yaronkejwe umutahe n'umugambi PAEEJ. Ashobora guhingura ibiro 40 ku musi, amaze guha akazi urwaruka 12. 📞 69 945 746
💯 Bakora amategura, amatafari, ama carreaux. Umugambi w'urwaruka rwo mu Kayanza ushigikiwe na PAEEJ
Переглядів 1344 місяці тому
Koperative y'urwaruka 6 rwo muri komine Gatara, intara ya Kayanza, ishobora gukora amategura 3000 ku kwezi kubw'umutahe baronkejwe na PAEEJ. Imbere yaho, ntibarenza 1000. Uwo mugambi urafasha cane ikibano kuko baronka ibikoresho vyo kwubaka vyoroshe. 📞 69 595 790
😍 Ibirato vyiza vya cuir bikorerwa mu Bukeye na Jean Marie. Afashijwe na PAEEJ, ariko aratera imbere
Переглядів 444 місяці тому
Kuva aho aronkejwe umutahe na Paeej-Burundi, yunguka amafaranga yababa umuriyoni ku kwezi. Yahaye akazi abashika 5. Atararonka umutahe wa PAEEJ, yakora wenyene. 📞 71 218 542
😍 Umukobwa w'umurundikazi akora umwuga wo gusudira! Ntivyamworoheye mu kibano.Twumvirize intahe yiwe
Переглядів 1294 місяці тому
Nsabimana Anicelate akora umwuga wo gusudira, benshi bita uw'abagabo, mu ntara ya Kayanza, commune Gatara. Akora mw'ishirahamwe ryahawe umutahe na PAEEJ.
📺 Ku Mbizi TV, chaîne en ligne ya Jean Bosco Ingabire wi Muramvya. Yaronkejwe umutahe na PAEEJ.
Переглядів 1094 місяці тому
Ku Mbizi tv 👉 www.youtube.com/@kumbizitv8984 Ikora cane cane ibiganiro ku bikorwa vy'urwaruka (entrepreneuriat des jeunes). Jean Bosco ashobora kwinjiza amahera ari hagati y'umuriyoni n'imiriyoni zibiri ku kwezi ( 1 à 2 millions Fbu). Amaze guha akazi bane.
👜Amasakoshi meza, akomeye, y'ubwoko bwose akorerwa mu Burundi 😍 Dukubitire i Bugarama, twirabire
Переглядів 3035 місяців тому
Elysée Niyera, atwara ishirahamwe Masihi Made Company, akora amasakoshi yo gutwaramwo ibintu (bagages), sac à dos, sac à mains..Aronkejwe umutahe na PAEEJ, asohora amasakoshi 300 ku kwezi. 📞 66 069 795
💥 Daniel Barakamfitiye, aronkejwe umutahe na PAEEJ, akora ibirato, amasakoshi... vya cuir.
Переглядів 1315 місяців тому
Kuva aronse umutahe wa PAEEJ, umwimbu wagwijwe na kabiri. Akoresha abakozi barenga cumi. Mushobora kumutora kuri : 69 12 64 14
Asther Uwimana w'i Bujumbura, akora amakara. Kuva aronse umutahe wa PAEEJ,umwimbu wariyongereye cane
Переглядів 1285 місяців тому
Akora ibiro biri hagati yi 100 na 120 vy'amakara ku musi. Yahaye akazi abashika 12 kuva aronse umutahe wa PAEEJ. Kubifuza kumushorera : 71 99 62 85
😍Miss Burundi 2022, Kelly Ngaruko, akora ama parfums n'ibindi. Umugambi ufashwe mu mugongo na PAEEJ.
Переглядів 2415 місяців тому
Kuva aronse umutahe wa PAEEJ, Kelly Ngaruko yaraguye umugambi wiwe. Iruhande yama parfums, yaciye akora n'amasabuni, amavuta...umwimbu wagwijwe na gatatu. Akoresha abakozi bane, mbere yakora wenyene.
😍Eloge Niyomwungere ahingura ipilipili z'ubwoko bwose. Kubw'umutahe wa PAEEJ, umwimbu wariyongereye.
Переглядів 1425 місяців тому
😍Eloge Niyomwungere ahingura ipilipili z'ubwoko bwose. Kubw'umutahe wa PAEEJ, umwimbu wariyongereye.
Rwaruka, twige, mu ntambuko 5, ingene bagurisha ibidandazwa ku mbuga hwaniro / Marketing digital.
Переглядів 846 місяців тому
Rwaruka, twige, mu ntambuko 5, ingene bagurisha ibidandazwa ku mbuga hwaniro / Marketing digital.
Bujumbura mairie: Urwaruka rushigikiwe n'umugambi PAEEJ ruriko ruratera imbere. Nimwirabire namwe
Переглядів 8028 місяців тому
Bujumbura mairie: Urwaruka rushigikiwe n'umugambi PAEEJ ruriko ruratera imbere. Nimwirabire namwe
Gitega/Uwimana Bosco afise atelier de soudure/ 3 à 4 millions Fbu y'inyungu ku kwezi, kubwa PAEEJ.
Переглядів 14210 місяців тому
Gitega/Uwimana Bosco afise atelier de soudure/ 3 à 4 millions Fbu y'inyungu ku kwezi, kubwa PAEEJ.
Ngozi/Aron Niyuhire akora umuvinyu w'igikaju. Akora 250 litres ku musi kubw'umutahe wa PAEEJ.
Переглядів 17911 місяців тому
Ngozi/Aron Niyuhire akora umuvinyu w'igikaju. Akora 250 litres ku musi kubw'umutahe wa PAEEJ.
Gitega/Landry Gatore afise atelier de menuiserie.Ayo yinjiza ku kwezi yagwijwe na kabiri kubwa PAEEJ
Переглядів 11911 місяців тому
Gitega/Landry Gatore afise atelier de menuiserie.Ayo yinjiza ku kwezi yagwijwe na kabiri kubwa PAEEJ
Ruyigi/Ezéchiel Mbonimpa arima inanasi muri hegitari zirenga 12, afashwe mu mugongo na PAEEJ.
Переглядів 13411 місяців тому
Ruyigi/Ezéchiel Mbonimpa arima inanasi muri hegitari zirenga 12, afashwe mu mugongo na PAEEJ.
Gitega/Rémy Nduwimana, ashigikiwe na PAEEJ, ashona impuzu za jeans na cuir, z'ubwoko bwose.
Переглядів 30911 місяців тому
Gitega/Rémy Nduwimana, ashigikiwe na PAEEJ, ashona impuzu za jeans na cuir, z'ubwoko bwose.
Gitega/Silas Nshimirimana fabrique des savons de toutes sortes: eau de javel, savons en poudre...
Переглядів 235Рік тому
Gitega/Silas Nshimirimana fabrique des savons de toutes sortes: eau de javel, savons en poudre...
Cankuzo/Obède, atelier de soudure financé par PAEEJ. 500 mille de bénéficie/mois. 5 emplois créés
Переглядів 90Рік тому
Cankuzo/Obède, atelier de soudure financé par PAEEJ. 500 mille de bénéficie/mois. 5 emplois créés
Cankuzo, Mishiha/Serges ashigikiwe na PAEEJ, akora ibirato vya cuir, isakoshi, imipira yo gukina...
Переглядів 109Рік тому
Cankuzo, Mishiha/Serges ashigikiwe na PAEEJ, akora ibirato vya cuir, isakoshi, imipira yo gukina...
Kayanza/ Urwaruka rufise imigambi ishigikiwe na PAEEJ ruratwereka ivyo rukora. Intambwe ishimishije
Переглядів 189Рік тому
Kayanza/ Urwaruka rufise imigambi ishigikiwe na PAEEJ ruratwereka ivyo rukora. Intambwe ishimishije
Rumonge/Felix Manirakiza afise atelier de soudure, akoresha imachini zigezweho (électroniques).
Переглядів 63Рік тому
Rumonge/Felix Manirakiza afise atelier de soudure, akoresha imachini zigezweho (électroniques).
Rumonge/Celestin Niyongabo, afashijwe na PAEEJ, akora imikate. Yinjiza 200 mille y'inyungu ku musi.
Переглядів 91Рік тому
Rumonge/Celestin Niyongabo, afashijwe na PAEEJ, akora imikate. Yinjiza 200 mille y'inyungu ku musi.
Gihanga / Elie Niyongere afise koperative ishigikiwe na PAEEJ, irima umuceri ikororeramwo n'amafi.
Переглядів 215Рік тому
Gihanga / Elie Niyongere afise koperative ishigikiwe na PAEEJ, irima umuceri ikororeramwo n'amafi.

КОМЕНТАРІ