Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Courage kbs guys mushigikire abarundi nabo baterimbere
Mwaratubwiye ngotuze tubabwira uko tubona mwarikubigenza reka ndabibabwire rero urazi nkomwiyi serie ninziza ariko nkahantumbona akarikwiyongeramwo bikambera vyiza ningaha angel arikumwe namuramukaziwe igihe yarariko ararira vyari Kuba vyiza muramukaziwe yacaza akamwiyegereza akamwihanganisha akanamukumbatira amahanagura amarira vyarikumbera gusumba ndivugira kuko sinzi abandi ivyo bakunda OK merci muterimbere nimwaterimbere nuburundi bwacu buzoba buriko butera imbere Ndabakunda
Urakoze cane ncuti
Mbayuwambere mumpe like 👈😂 mukma fanny 💋💋💋💋💋💋💋💋❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Courage ndabakund yooo nyamarira wanj nikundira can fanny kamata bzuuu💋💋💋💋hm imbere niheza
Fanny lavine courage ndakufana ubikoraneza cane gose mwubahwe nabomurikomwe 🇧🇮🇧🇮💯💯💯💗💗💗💗💞💞💞💞💞🙏🙏🙏💃💃💃💃
Umuhungu wamutama ngonarose umuzigo 😂😂🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮
Fany lavine mwubahe nabo murikumwe🔥🔥🔥👊👊✔️✔️
South africa tunakupata Nigi up sister gumakumuheto💪
Love from IHURIRO TV
Icakoze Fanny ugira Émotion zirihafi nkanje ku😭😭 urabishoboye peee kimwe💞💞💞
♥️♥️
Fanny ndagukunda,cane kuko uraryohera, courage ma chérie
💕💕💕
Courage mwana w' i Burundi turagufana peee imber cane
Courage bantu bacu ndabona mugiye kuhatwika kabisa nivyiza ndishimye natwe abarundi turiko turater intambwe
Courage Fafa bdakwikundira gusa witware neza kukomubihe nkivyo uhura nibigeragezo vyishi
Imanimwakire..mubwami.bwoyoo🤣🤣🤣🤣🤣twiziryadata.niryamwana.niryamutima.mweranda🤣🤣🤣🤣amen..ige.umuhungu.wamutama.ararose.umuzigo🤣🤣🤣❤👈
Merci Sana Fafa so agize umutima wogufasha kubera yumvise umugabo yapfuy nawe ukaba uricuki😂😂courage Fafa tukurinyuma💞
Courage abiwacu burundi turashoboy vraiment
Sabas muraberany gukinana na fanny ndumu fana wany mwese so big up to u
Murashoboye abiwac fanny turasha ryahasa ryawe plus
Ndabakunda cane Imana ibashigikire mbe basha Belyse we yari mubiki ko mudusigaranye amatsiko 😛
Asha ntaconvuze mubazeko yunvir mubirenge🤣🤣🤣🤣👌👌🇸🇦🇸🇦🇧🇮😘💃
Hugues vrt ico kimenyetso c'umusaraba ni gute wew😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤
Nukr fanny Imana ikujimber ufise ibikorwa vyiza cane ntanumunt yogucimbere kbx ndakwikundira.
Ndabakunda cane, bandanya muter'imbere
Vyiz kbx fanny wubahwe kwel
Nakubonye waje no mu Rwanda kwa Asia Love u more
Fanny ur'umuntukazi Wanje,❤️🇧🇮
Nivyiz kabis so courage turabakund
WaooooAka niko kabisa kararenze cane respect 🥰🥰🥰😍😍 love you from keny
💋💋💋😘ndabakunda mwese atarukwigirisha
Komeza gutanga ivyigisha, courage Imana igume igushiboza
Courage ibintu bimeze neza. Hugues nawe akina neza cn
Waoooo mbegimpuy avekur 800 ajekur 80 fanny urarab neza ugendanubweng hm ndabkund Cne muduh vub ikindigce
I like the guy all the way yiyemera wallah😀😀🇧🇮😀😀
We @libert iradukunda fany lavine avuze ngo uri umwana
Oft uvuze responsable uba umanuye 😂😂😂😂😂narinkumbuye umwiryo wawe nukuri titi 😀😀😀😀
Ndagukunda cyaneee ravina ni Angel from Rwanda
Mumbabarire mubwire za films ba Titi bahora bakina kera aho twozibona
Egooo vrm nibahatubwire dusubir tuzirabe
Ubandany wake
Waouh Lavine tera imbere ncuti
Nakupendaga sana fanny gisi ulibyo i love u somuch fanny
Courage,igisata ca film mugiteze imbere
Claude role yokwiyemer urayishoboye kwel naringukumbuy naguheruk muy Linda hahaha
Ash kbx nivy vyiwiw😆😆😂🤣
Iyoyakinyemwoyitwa rindanjekuyirab
Urafnakaye ukiri muto
🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰😍😍😍😍🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰Iman ibanje imbere
Courage ndabakunda 😘😘😘🥰
Hugues nkr kwiyemera yaravyamany😂😂nciy nibuka akinana na Linda😂😂😂
Fanny ndakeney kumusi umwe nzoza kuraba uriko urakone scene yo kurira😅 i like the way you act
Imana imwakir mubwami bwayo🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Abarundi n'abarundikazi bubahwe🙏🙏
Uyo mugabo arashira isoni😂😂😂ngo turafasha ariko amukora kumatama
Afasha abapfakazi nabamwebwe 🤣🤣🤣🤣🤣
🙆♂️🙆♀️🙆♀️narinzko mbay uwambere
Canegose turabakunda nugukunda ivyiwacu
Mbe Film Fanny courage mwese💋💋
Courage Fanny na qualité video ubu nisawa.
Courage ndabakunda imana ibaje imbere
Rab uzuraduh ibic 2 mundwii 💗
Nukuri ndabakunda vrm 💥💥💥💥
iyi serie ko irenze
Ngwaho,non k yatey inda uyund ,angle bizoc bigenda gt k batavukana,yayayayayya,,haratokombey
Hugues narinkumbuye kubona ubwiyemezi bwawe😁😁😁
Nari nkumbuye kubona Titi ariko arakina aracakina yiyemera hhhhh kandi yaravyibushe sana wubahwe Mutama
Iyo film iramara courage Funny
twishimiye ibikorwa vyanyu. Imana Ibayobore ,turabakunda
Mbaye uwambere mump agashimw reo 🥰🥰😅
🤣🤣🤣🤣
Olivier Nae Ah urahz🤣🤣🤣
Ingo tuguhe inkoni 😂😂😂
Kamata bz
@@mesoalqahtani1314 oyarek
Fanny ndagukunda pee ukoze umuti ❤️❤️❤️❤️✊✊✊💥
Fanny izo emotion zirarenze
Vyiza cane fanny ukora neza cane gose
😆😆😆 ufasha ugum umukuyakuya😆😆
Mana Elsie courage vraiment muri film hhhhh ndumiwe
Fany ndagukunda cane flm yawe ndayikunda
Wooow ehe Claude yagarutse
Nice pe film nziza pe so courage can turabakunda
Muratesa kabisa,mubikora neza
Ninde yabonye higue akora kurumenyetso ngwimana imwakire
Nukuri mwakinye ibibaho abapfakazi bararushe abagabo benshi barabagora kwl😪😪😔😢😢😥😭😭😭
🤣🤣🤣🤣🤣🤣umuhungu wa mutama yaza yaronka umuzigo
Jyewe ubwose bufasha ndabukemanga pe
Mwakoze kuyizana😍😍😍😍🙏🙏
Komerezaho mukobwa wacu
Courage faa wacu
Film nziza cane mukore
narinkumbuye hugue ariko izo mpuhwe uragaba Fany hahhahahhahhahahahahahhahahahahahahahahah Imana niyo cabona gusa
Waooow watugaruriye corode 🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Kbsa kabiri Mundwi basi🙆
Courage Fanny lov uu ❤
146.yooo.nduwakure.mana🙆♂️🙆♂️🙆♂️🙆♂️muga.ntaco.
Yoooo fanny wanje narinacerewe nariguharira hamamu ntabara ariko ndinyuma yawe fanny wanje terintabwe
Ireresi nziza cane mukomerezaho
😀😁😀😁uramukuze nimwiza cha aramara
Emwe iy films muduh gatogato inyota izotwica ariko iramara pe
Fanny komerezaho kandi imana ibandanye ikuzigama mubikorwavyanyu vyiza muduha
Imana iha abagore abagabo bakunda bagatangura kubinuka batakiriho
Fanny ubikor neza cn😘
Iraryoshe nukuri
👍👍👍👍👍goooooood komereza ahooo
Fof turagukunda cane
Wow nice video wow nice is so good wow beautiful video
Mutunyarukirize igice gikurikira turabakunda💕💕
Sungula.sungu beby (Joshua) usigaye ukina uri sérieux

Waoooo
Aka niko kabisa kararenze cane respect 🥰🥰🥰😍😍 love you from keny