Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Abakunda Fanny nukuri mubinyereke plz ngukunda kanini chérie 💕💕
Fafa lavine nazindutse ntimundenganye Basha ❤️❤️❤️❤️❤️ from 🇧🇮 my ingozi
Mana.icukoze.urazinduka.pe😂😂
@@angeburundifggfgg8755 wabibonye nawe 🤣kwibera 50ngonazindutse hhhh🥰🥰
Amavuta ya Fanny ndayubah cane Mpwemu abandany yikorera maze uturyoherez ubuzima 🥰🥰big up Fanny
Fafa uraguruka pe!!!ubunyene uravuye mu Rwanda ???kalibu ♥️ umupfakazi twaritwategeteje twihevye.merci komunyarutse🏃🏃👏👏👏
Mukhama nacerewe kweli courage mamy wanje ndiho akomeze agu faxine dawa nyinshi zokuduha twiturize🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Mubikora neza turabafana waooo .tubipfurije guterimbere mwagukirwe.muzemushike kure
Yyayayaaaaa svp kuva aho vyakabereye i Burundi dukunda movies zabanyaburayi n abandi hano mukarere ,ubu muragarukiye industries yiwacu big up sana #Fanny lavine
Wooow my Fanny 💞💞 Willy we ndabona yaguye mukantu kubera Angel
Nguyumusi ndarara ngo kandi nanyumbakumi arabizi😀😀😀😅😅😅😅😅willy ga basha
Ico gitipe ngo ni favere Fanny komerezaho wihangane ibirimwo neza 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Love from IHURIRO TV Imbere niheza tuuu
Abafana kuva Kigali Rwanda 🇷🇼🇷🇼 tumenyane muri comments na like❤
Murashoboy here ngo umugore A yay rimw ngonisawA,!!
🔥🥰
🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦turabakunda can ❤️❤️
Nyarutsa iyindi lavine iraryosh cn
I can't wait every monday.sije mbonye harageze
Nayikunze izorinda ihera💜❤💙🥰😘😘😘😘😘😘🥰🥰
uracaruwambere Lavine mu Burundi muri Film abandi baribesha,Kandi Courage komeza guhezagirwa
Najew nazindutse kweri mundabire🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮👌👌😘😘😘
Uyumuhung wakinishij nka boss role yiw yarayishoboy vrt;film imezenez isanez ekanoneh mwayikiny nez vrt
Courage Fanny film imeze neza caane🔥🔥🔥❤❤❤❤
Fanny courage vrt imbere ni heza👌
Kuranje mwenewacu turangkunda🙏♥️♥️
Wawooo Iraryoshe cane Courage Lavine
Bravo Fanny tubarinyuma nukuri Uwiteka akomeze guhezagira
Wouuuu😘😘😘😘 terimbere mikobwa wacu abana bavuka Muranvya nta gupfina 🤑🤑🤑
Twahigerey pe umupfakz wubahwe💓💓
🥰🥰🥰🥰🥰😍😍🤩🤩🤩😍😍🥰🥰🥰corange fanny vrt naracerewe film iraryoshe cye
Waooo courage my sister 💪💪💪💪💪👌👌👌👌❤❤❤❤❤🔥🔥🔥hahiye
3FAFILMS mwubahe vrt🙌🙌🙌🙌
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉 courage bez bman
Nahonacerewe ndamvuze nti Fanny songa mbere
I'm watching this série and i say congratulations Lavine
Mmmmjnmmmm
Fanny ukina neza cane utiyaranja ugahiga nabakinyi beza cane babikora neza cane Willy ILove you
Bite Fanny wow❤️👍🇧🇮👍❤️😜🙂
Waaawooo vyiza Burundi courage funny 🥰
Ndabakunda cane muratwigisgha
Courage fanny.ariko kosora ijwii muriduze gatoo
Ndabakunda 3FA Fanny wacu courage 🥰🥰🥰🥰
Ntamuntu antwenza nka will ngunomundarar kand nanyumbakumi arabizi🤣😂🤣😂🤣😂🤣fanny uramwandikisha mwikay
Courage turindirany igishika ep 4
Murabikora neza mugume muterimbere,courage😍😍
Wawoooo mb film ziza muduhe ikind gice Fanny ngir iyo bwabaka uduhe ikind gice ca4 ndagukunda my Dia fanny
Waaoo courage fanny
Emwe harabata gotwa kumufakazi ariko nanje mundemere pe fani lavine nawe niyubahwe pe
Twar dukumbuye my Fanny 💕💕💕💕💕
Ndakunda muvyumve 😍😍😍😍😍🤝🤝🔥🔥🔥🔥🌺
Courage abanje nikundira mwubahwe
Courage nukinaneza kwel ndabakunda❤️
Very nice movie keep that 👍
Fanny big up mukina neza mubandanye muterimbere na team yanyu
🇷🇼🇷🇼 Abavuye kuri x- large like hano! 🇷🇼🇷🇼, courage Funny🔥
My favorite fanny💞💞💞💞💞😘 wubahwe♥️❣
🔥 🔥 🔥 urashoboye sister
Fanny courage terimbere urashoboye
Nahonacerew. Fanny courage pe
Courage 😊😊😊😊mi fav star 💕💕👌👌
Fani turagukunda cane komerezaho hama rama uze uduha kabiri mundwi turagukunda cane
Wow 😳 😯 😯 very nice movie 💪👌
Courage fanny🌹❤️
Caurage fany turagushigikiye ❤❤
Kuri Kigali,tuzanire yaka umuhe rôle Akine arumukozi wawe
Love from VYUKAA TV QUI séries ni to much vrt
Nice movies bug up fany lavine
Ndabakunda canee mukina neza amasanamu asa neza canee
Ndakwikundira Fanny lmana iziduhane kurangizaneza 🙏🙏🙏❤️❤️💋💋
Gusa nihatari kabisa
Courage uhezagirw mukunz mwiz
Mana umwanditsi ndamushimiye yayise umupfakaz🥰🥰💙💙💜❤🥰🥰😭😭😥😥😢
Angel wacu courage 💞💞ubawateguye peeee🔥🔥🔥
Courage Fafa kimwe❤️
Courage Fafa imana imbere🙏🙏🙏
Courage my fanny we love
Ati umugore uvyaye rimwe usanga ari sawa 😂😂😂
kabisa
Nange nahageze from Rwanda
Courage mugore mwiza
Murashoboy mwubahwe💋💋🙏🙏🙏
Nukur ndagukund disii
Fanny ukomeze uladuteramika bikwiye ndagushimiye ham uzubemez haliYa wagiye
Fanny nukuri wubahwe na team yose mwafatanije gusa nanje nipfuza gukina film kuko ndabikunda kandi bindimwo sinziko mwazampa ayo mahirwe merci 🙏🙏
Muri Wise Woman TV turabakeje courage
murakoze caaaan
Neza Can fany wanj mung azid kukomaza kazizak n'a akup ulinz
Ndi murukundo 😅😅😅😅 ariko sinziko ankunda 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Nezaa so courage kbx
Uwo mupeti directeur arabizi kabisa
Waooooowwwwww fafa
Lavine uzove kwa gatarina yakweretse ukuntu woza uraduha film buri musi
Courage mtoto wetu✌✌
Fany ndagukunda cane
Ndakundukomubikora neza.
Good Épisode😍😍a la 20e min amajwi yaduhindukanye
faxine you so good actress keep on _may God bless you work!
Fanny ndagukunda ukuntu nyene
Jewe kuwambere hagera natuntuye nukuri mwaratwishe muga ndabakunda
Unomusi nje kurara kandi na nyumbakumi arabiziiii.....hahahah
Courage 🥰🥰🥰🥰
Fanny courage ndakunda urasanezape🥰🥰🥰
Fanny wanje courage kweli urashonoye
Ndagkunda cne Fanny wnj 😘😘😘
Murachoboye💃🖐🖐✌😘
Ngumugore avyaye rimwe ngo niawa ivyo vyo wabikuyehe🤣🤣🤣movie nziza kabisa