Prezida Neva asaba Abarundi kwikukira nyakuri mu vy'ubutunzi ntibazere ubuzima mu minwe y'uwundi.

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 1 жов 2024
  • #Burundi: Uburundi bwahimbaje kuri uno wa 01.07.2024 isabukuru igira 62 buhabuje intahe y'ukwikukira. Kurikirana uko ibirori vyagenze ku mugwa mukuru wa poritike i #Gitega aho vyahimbarijwe k'urwego rw'igihugu.

КОМЕНТАРІ • 36

  • @NDIKUMANADieudonne-zo7mh
    @NDIKUMANADieudonne-zo7mh 3 місяці тому +7

    Irijambo rirakomeye.cane ndateye intege umwe wese aharanire umwidegemvyo nukwikukira muvyubutunzi

  • @rutimwenerwematheo4549
    @rutimwenerwematheo4549 2 місяці тому +1

    Neva aragerageza gusa agabamye speech zimeze nka comedy ikindi agabanye gufunga abasoda kuko boraca intege bagenzi babo bari kurugamba,kdi intwazangabo z 'uburundi bazitware i Congo zambaye ibirango vy'igihugu Niko karanga kaco yugurure ni mipaka abaturage nitwebwe tubihomberamo gose!

  • @nancyina5241
    @nancyina5241 3 місяці тому +2

    Bonne fêeete à nouuusss🎊🎊☺️🌹♥️; 62 ème célébration de l’ indépendance de notre paysss 🇧🇮 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🎊🎊😍😍😍🥰🥰😘😘👏🏾👏🏾👏🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾!! Imana ihezagire Uburundi bwizaa bwacu; n’ abarundi beza bacuuu🎊🎊🎊😍😍😍🇧🇮🇧🇮🌹♥️🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙏🏾🙏🏾!!

  • @francinendacayisaba2411
    @francinendacayisaba2411 3 місяці тому +2

    Abarundi tuterane intege Imana izodushigikira ❤

  • @hogadeny3473
    @hogadeny3473 2 місяці тому +1

    Mbega amashusho mbonye wagirango naya 2001

  • @nizigiyimanayves9485
    @nizigiyimanayves9485 3 місяці тому +2

    Ayamasanamu asa nabi cane, murameliorant la qualité de vos appareils. Erega umengo ni android yazifashe😮

    • @NkusiNkotanyi
      @NkusiNkotanyi 3 місяці тому

      Yafashwe na telephone

    • @ElohimEllie
      @ElohimEllie 2 місяці тому

      Muraciriritse
      Murihasi nkibirato
      Hhhhhhh ubucyene burabanukaho

    • @nizigiyimanayves9485
      @nizigiyimanayves9485 2 місяці тому

      @@ElohimEllie ba wubaha abantu, aha les commentaires nizo gukebura sizo gukekezanya

    • @manudiofficial
      @manudiofficial 2 місяці тому

      @@ElohimEllieko wewe udaciriritse ntuzoja mukuzimu nkabanda ngira ntuzopfa

  • @MsafiriValens
    @MsafiriValens 3 місяці тому +2

    Yampay'imbayinka data iyo parade iraciriritse ndagatora mama

  • @OnesphoreHatungimana-b2j
    @OnesphoreHatungimana-b2j 3 місяці тому +2

    Murakoze

  • @pacifiqueturayishimiye6775
    @pacifiqueturayishimiye6775 3 місяці тому +2

    Sugira Burundi bwiza

  • @cyusaernest5931
    @cyusaernest5931 3 місяці тому +1

    Ubu kandi Sendagara aba abona ntako abasoda be batagize😂😂😂. Bande de tentins

  • @godeliveniyongabo
    @godeliveniyongabo 3 місяці тому

    Nimba uwukizeye inze atarikukira , hagarika rero kusabiriza inkunga mu bihugu vy'abazungu ! HAPPY 62 ANNIVERSARY, BURUNDI MY BELOVED COUNTRY

  • @futuremillionaire450
    @futuremillionaire450 3 місяці тому +3

    Incompetence à 100%

  • @pommenuh5413
    @pommenuh5413 2 місяці тому

    Mbe babandi bateye umukuru wigihugu amazira ntoke bagiyehe? Ngo bapime turebe?

  • @jisilenechurweryimana5340
    @jisilenechurweryimana5340 3 місяці тому +3

    Burundi bwanje nzogunda guchika gupfa

  • @pice-marcntigahera2621
    @pice-marcntigahera2621 3 місяці тому

    Tubifurije umunsi mwiza wo kwibuka Indépendance y'Uburundi!

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja 3 місяці тому +1

    Bwanje 👉🇧🇮💯🥰❤💐

  • @MFATAMUGENZI-mg5fj
    @MFATAMUGENZI-mg5fj 2 місяці тому

    Ariko mwagiye mwubaha ntanubwo mutinya kwita umukuru w igihugu ngo Neva dore niho muva mwimena inda

  • @YvesNgabonziza
    @YvesNgabonziza 3 місяці тому

    Kuvuga bvo hoho urabasha gushira mungiro hoho ntiwoca ubikozwa

  • @afrigifttv1038
    @afrigifttv1038 3 місяці тому

    Ndakunze ukuntu abasilikare basigaye bari seérieux ukuntu,sinzi nimba haruwakwitambika imbere yizontare❤❤❤défilet muzoze muyitebako.merci

  • @AlawiMohammed-i8j
    @AlawiMohammed-i8j 3 місяці тому

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤

  • @technologyinactions4923
    @technologyinactions4923 3 місяці тому +2

    Uru ruterahamwe FDRL ndayishimiye se hhhhh😂😂😂😂😂😂

  • @Lock940
    @Lock940 2 місяці тому

    😂😂😂😂

  • @thebestfilmsoffice7522
    @thebestfilmsoffice7522 3 місяці тому

    I am the one

  • @NkusiNkotanyi
    @NkusiNkotanyi 3 місяці тому

    Nonese iyi video imaze imyaka ingahe?