Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Impano idasanzw Abavyemera mumpe like
Umusore Wacu Fernando yadugije idarapo y'i Gihugu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🌹🌾☘☘🌱⚘🌿amashurwe meshi kuri we kabisa
Basha nukuri mumureke Fernando kuko siwe atanga ibipapuro . Jewe mbona le public baryohewe . Kandi na Melanin nawe ndazi bizogenda neza aronke ibipapuro❤️❤️❤️❤️
Gusto ntazwi au niveau international nka dj fernando. Dj fernando yamenyekany cane kubera bellissima. C'est vrai Gusto arazi kuririmba nawe mais succès nyishi niza dj fernando
Ni bamwe uko biri kose
Nta bwenge ufise
@@JohnBosco1 merci mon pote de me taxer de bête. Mais j'ai donné mon point de vu et le vôtre sont des injures. Courage
Burya harukunt ugez kumistari ya Gusto umenga harukunt urikuduga mwijuru kbx
Aho ndagushigikiye Gusto hagez imisitari yiwe uca wumva ibihindutse muri ww
Wapi fernando ararenze cane kurusha gusto
Courage brother from MENYAVYISHI TV
Vyari saw kabisa hejuru cnee🎉🎉🎉🎉
Nice❤❤
Wow imbere can
Gusa sound ntiyarimez bien
Fernando arazi kuririmba sindavyase kbs.ariko ndabonye ico Gusto amusunvya.gukubita show aramurya kbs
Areka kubateranya kandi ari onefamily from Eden🇧🇮🤍🤞🏾💪🏾yacu🎉
@@lazzrchanal1935 Sinigeza nvuga ariko yuko bankano.natanze iciyunviro.bisigurako bobona ico umwe wese asumbije uyundi bamenye uko bazoza baravyifatamwo.
Burundi oyeee
🔥🇧🇮🙌azonabica ndkeee
Egooo vyaramateka gusa kuba atandirimbo ya gousto yaririvye sivyiza Kandi gousto aramusuvya vibes kuri Stege kby
Indirimbo Helena yarayiririvye kandi yavyitwayemwo neza cane. Niho narindi yasiguye neza ikibazo cahabaye kandi yaririmvye indirimbo z umugwi nka zose donc ibintu vyari vyiza.
Yaraziririvye zose
Hejuru cn
Bwabundi gusto aragusumvy ikint kinini niho nkibibona😂
Nice we love music
😊 0:03 0:03 😊😊😊😊😊😊😊
Hejuru ❤❤❤
Good sana kwiyo performance🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤😂
Aho ni Bubiligi mbeeee😂😂😂😂
Bamye gusto visa?? Gusto don't worry bro Imana ibabikiye ivyiza ! WE love musika uko biri kose
vyarikuryoha gusumba,ariko nibazeko atarikibazo camuvuyeko
🇧🇮🎉❤
Nisa fernando
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ahubwo binyeretse ko abarundi bacitse igihugu aribeshi kweri🥺
Yemw baraheze abo bose nanj ndiko ndagendaa🎉
Abaciye Serbie ni benshi kweli
Ego vyaramateka
Iyombw gusug mugenziw 😢😢
😂 😂 Ww warasaze! Erega ni belgique yamwimye visa! Nibintu bishika
Ubwo nubwenge buke. Iyo asiba nawe iyo salle wari kuza kuyiriha.? Cnk niwe yamwimye Visa? Mubaze impamvu yavuze visa. Mureke guta amajambo. Twararyohewe c'est tout .iyo baba 2 ho vyari grave🤣
❤❤
,🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥
❤❤❤🎉🎉🎉
Vibes kama yote ndabona vyari umuriro
❤❤❤
Gusa ntaz kwambara vrt 😅
🇧🇮
Muba muhazee 😂😂❤🔥🔥
None konumva arimwo aririmba nizo basangiye nawa mutipe aho vyaryoshe nyene HARIKIBUZE kuko urumvako ariwe melanin boy yahora aryosha ibintu
Uvuze ukuri kbs
Kuko uranavyumva iyo baba ba 2 bari gufuta ico nosaba aba BOSS babazana nukubavanga ikindi bamenyeko bamenyekanye kubera ari 2
@@user-vr2ii2jt5hikibazo bamwinye Visa
Ntakosa rya Dj Fernando bamurek guh umwanya ibintu atakamaro bifis barabivuzeko Melanin hariho ibipapuro yarabuz 😢😢😢😢
Erega kuba gusto atagiye... Fernando ntakosa afise Kuko siwe atanga visa
Très bon concert,mais l'absence de Gusto se remarque
Bien sûr
Ego arameje imbwa
Imbwa nibande rr
Impano idasanzw
Abavyemera mumpe like