ITANGAZO riturutse kwa Bunyoni Ibara Riraguye Ndayishimiye Yikuye agashambara Murugo kwa Bunyoni ink

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 6 вер 2024
  • #Neva #Burundi #Gitega #M23 #Intambara #Rwanda #PaulKagame #Kigali #Gineral #Major #Amakuru Yihuta Bujumbura breaking news

КОМЕНТАРІ • 21

  • @user-zj7lt5ig6t
    @user-zj7lt5ig6t Місяць тому

    None umuntu kambayokizibi nawewimukorera ikindi?none utababariye mwene So none weho wobabarigwa none kuwobashaka bamurose umuryango wa bunyoni bawushaka hiki nimubabarire namwe muzobabarigwa hama iconosaba bunyoni mumuhe telephone azakurikira ikiganiro cakanguka azokira kandi Imana imuzigamire mwiryobohero Imana izorimukuramwo jewe nubwo abenegihugu bato twishweninzara ntabwo noryohegwa nukubina indongozizacu zirigubura nibibazo nubwo twebwe bato tutagurigwa impuhwe jewe mwese ndabakunda Imana ibarinde❤

  • @user-te3zs9mq3f
    @user-te3zs9mq3f Місяць тому +2

    Muragabe eka najewe nkoroke nambare nze tubavaneko bose😂😂😂😂

  • @FerdinandNkurikiye
    @FerdinandNkurikiye Місяць тому

    Nezaneza muvuga ivyo mwatohooje??canke mufise intumbeero yo kuvyonga igihugu🇧🇮🇧🇮

  • @RamadhanNiyokindi
    @RamadhanNiyokindi Місяць тому

    Birababaje😢

  • @NibigiraMarcienne
    @NibigiraMarcienne Місяць тому

    😢

  • @SylvereNdiragora-te8wv
    @SylvereNdiragora-te8wv Місяць тому

    Oya hemwe reka gucafuza umukuru wigihugu inzu ifashwe niya reta siya never canke mabuja ange mureke kubabeshera ndabasavye

  • @user-zd9ck8km5i
    @user-zd9ck8km5i Місяць тому +1

    Mukabunyoni yari yarigize yezeberi, ubu Angelina niwe wamusimbuye

  • @jeremyberry8703
    @jeremyberry8703 Місяць тому

    ❤ iyakure TV yagiyehe? Mwebwe Muri board gutegeza!❤❤🎉😂😂😂😂

  • @josephntacobakimvuna4836
    @josephntacobakimvuna4836 Місяць тому +1

    imperative TV gateranya yibinyoma

  • @user-dn1sh1kg1x
    @user-dn1sh1kg1x Місяць тому +1

    Arikontasonikuvugakonkurunziza,atanakimweyakoze

  • @EmmanuelTuyishimire-w4f
    @EmmanuelTuyishimire-w4f Місяць тому +1

    Ahubw nibavug tugire maandamano nkiyino mur Kenya n' kur abarund twarush nintwarombi ya cndd nukur nukur iyosintwar,kand ndayishimiye ahirw atsind bunyoni nayo bunyoni imana ikamurokor wew ntazmusga

  • @ClovisNdayishemeze-l1i
    @ClovisNdayishemeze-l1i Місяць тому

    Acha! Ntiyapfa

  • @Sosburundinews
    @Sosburundinews Місяць тому +1

    Bagenzi Amaraso arasesetse vrmnt ubu CNDD-FDD iratashe ❤❤❤❤

  • @PascalBigirimana-dm1kd
    @PascalBigirimana-dm1kd Місяць тому

    Mwarasaz camafaranga munum bagateranya

  • @NdayisengaRashid
    @NdayisengaRashid Місяць тому

    Arizona. Nkumwanya. Mwataye ngomuriko muriga. Wafuyik??

  • @user-lm8cz7uq9i
    @user-lm8cz7uq9i Місяць тому

    Ariko mwebwe ntimwogeza Aho KO twabahinyuye mwihoriki KO murababeshi

  • @EmmanuelTuyishimire-w4f
    @EmmanuelTuyishimire-w4f Місяць тому

    Yoba ivuyk

  • @MoiseAhishakiye-n4p
    @MoiseAhishakiye-n4p Місяць тому

    Gucokorana ntaco bitanga umusozi wo muburundi bavomako igitoro nuwuhe nimukomeza iyo ngeso yo gucokorana ntamukuru wigihugu numwe yoshobora abarundi kuko boba arabanyangeso mbi yo guçokorana

  • @user-dn1sh1kg1x
    @user-dn1sh1kg1x Місяць тому

    Nimurekeguteranyamunvugozanyu eregamwagayemwabantumwe