Twahura yikoreye ama plateau/Aka latte ko gupanga kakoze umuti😅/Couple Aster et Louise👩‍❤️‍👨

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 28 чер 2024

КОМЕНТАРІ • 101

  • @astereuwimana8145
    @astereuwimana8145 6 днів тому +15

    Murakoze cane. Icipfuzo cacu (jewe n'uwo twubakanye) ni ugutanga bike muvyo Imana imaze kudufasha kugira bifashe abashoboka

  • @vestineuwimana2072
    @vestineuwimana2072 5 днів тому +2

    Ubugwaneza bwabo nuko nyene ntanahamwe bigirishije pe! Ndakukunda ukuntu uyo mu Maman avuga nkumupfasoni pe, Astère nawe nintore yibereye aho. Imana ibahe umugisha cane nukuri mukomeze kubera itara rimurikira abagiriwe umugisha wo kubamenya bose.

  • @user-qd3ik9wb5o
    @user-qd3ik9wb5o 2 дні тому

    Merci bcp louise et aster. Louise niko wamye vraiment,Imana yarakoze kuguha uwugukuzaaaa,wamye urintore mwana wacu

  • @gloriosenininahazwe1678
    @gloriosenininahazwe1678 3 дні тому

    Hari ikintu nize cerekey ikiyago ,uretse no mu rugo!(No mu kazi,..)iyo uganira n'umuntu uramubaza uti harya vyagenze gt?mbega nta bundi buryo wari gukoresha❤❤ mrci couple heureux

  • @JoséeIradukunda-l7m
    @JoséeIradukunda-l7m 6 днів тому +1

    Mana weee mbega kiganiro cizaaa !!! Murakoze cane kukiyago mutuyagiye kimfashije cane gose. Iyo couple niy'umwiza nukuri.

  • @niyonizigiyejeanine8700
    @niyonizigiyejeanine8700 11 годин тому

    Imana ibahezagire caaane muri umugisha kumahanga,murampezagiye

  • @LouiseMbonihankuye
    @LouiseMbonihankuye 5 днів тому +1

    Merci muvyeyi, nukuri nivyiza gusaba Imana ivyo twifuza gukorerwa mungo ariko Kandi vyari binarushirije kwiyunvira nawe ico uzokorera mugenzawe mugahura muhana😊

  • @florisdusabe84
    @florisdusabe84 6 днів тому +3

    Louise & Astère, Murakoze cane bagenzi. Nikiganiro ciza gifasha kumpande zose.
    Ndi umwe mubemezako mufise ivyo mutanga kandi uwogira amahirwe yo kubigirako vyomugendera neza.
    Imana ibandanye ibafasha bagenzi!!

  • @reinekimana3339
    @reinekimana3339 6 днів тому +2

    Baratesa bafise discours nziza canee aussi intellectuel nakunze iyo couple Imana ibah umugisha baranyigishij kli "umugore arashobora gukoresha amafaranga mudafise kubera atazi amafaranga mufise" akandi ngo "iyo ikintu ariciza kigiyeko itashe ububi bwaco buboneka facilement"waaw .Pam turabakunda love from belgique

    • @astereuwimana8145
      @astereuwimana8145 6 днів тому +1

      Murakoze cane natwe turahimbawe no kwumva ko mwafashijwe

  • @ghyslaineniragira6621
    @ghyslaineniragira6621 2 дні тому

    Mbega vyizaaa❤️ mukomeze kuba umugisha ✨iyo couple nayo👌

  • @divinbahama7652
    @divinbahama7652 5 днів тому +1

    Iyo couple Imana ibahe umugisha hama Pamela nawe urakoze cane,ahubwo abatumire bazogaruke

  • @glodiosebukuru8785
    @glodiosebukuru8785 2 дні тому

    Ndabanezererewe caaane Louise ntiyigirishije yakuranye urupfasoni uko❤

  • @magnifiqueuwingabiye626
    @magnifiqueuwingabiye626 6 днів тому +2

    Ndiko ndhezagirwa nikiganiro kitarahera❤❤❤❤❤Pamella urakwiye gushimirwa no gutezwa Imbere 🎉🎉🎉couple ya Astere iranyubatse❤❤❤

  • @herveniyonkuru549
    @herveniyonkuru549 56 хвилин тому +1

    Nukuri ni originale

  • @Samanthamagny8
    @Samanthamagny8 5 днів тому +2

    Louisa sha yamye yitonda yivugiruko ndamwibuka komeza mube akarorero keza kizindu ingo💕

  • @ineslaurenceumugisha9082
    @ineslaurenceumugisha9082 23 години тому

    Imana Ibahezagire cane. Ndahezagiwe cane n'iki kiganiro🙏🏿

  • @fabricenimubona6308
    @fabricenimubona6308 5 днів тому +1

    Basha namba hari couple maze kubona zicitegererezo iyi couple iri muzambere ndabakunda caneee

  • @ardiecubahiro1395
    @ardiecubahiro1395 4 дні тому

    Couple y'icitegererezo.Astère et Louise , Imana ibahe umugisha.

  • @pamchanneltv1502
    @pamchanneltv1502  6 днів тому +1

    Bakunzi bo ku kayi Muraho? Twashaka kubasaba ngo muze guheza ikiganiro kuko inyuma yiki kiganiro hariho aga surprise karyoshe kiyi couple 😍. Mugumane natwe,
    Mukomeze ku gi partagea kuri benshi bashoboka kumbure ushobora gukiza urugo rumwe canke 2. Turabakunda♥️

  • @rosineharerimana3339
    @rosineharerimana3339 4 дні тому +1

    Mugume muvomera kugira hakomeze hahembuka benshi.

  • @Ntakiyinanira
    @Ntakiyinanira 5 днів тому +1

    Ma Pamella❤Nahora ndagukunda ubuho rero!!!!Merci Mr Aster na Mme .Uwiteka akomeze kubanezeza.
    Pam courage ma chere, warahise❤💐

  • @audreyigiraneza1525
    @audreyigiraneza1525 5 днів тому +1

    Aba bantu ndabazi ivyo bavuga naravyiboneye. Barakundana koko. Imana ibahezagire Astère et Louise❤😊

  • @ninzizamarierose6576
    @ninzizamarierose6576 6 днів тому +2

    Ikiganiro cyiza!couple nziza cane❤merci Pamela!love u from 🇿🇲

  • @esperancentirampeba4283
    @esperancentirampeba4283 5 днів тому +1

    Abakunzi banjeeee !!!!!!❤❤❤
    Tonton,warakoze kugomwa Chouchou wacuuuuu.

  • @fabriceuwintwari
    @fabriceuwintwari 5 днів тому +1

    Pamela Imana iguhezagire, wakoze cane kuganiriza iyo couple nziza

  • @nenegash24
    @nenegash24 4 дні тому +1

    Team pam irya logo ya Twitter yarahindutse,murabizi nukugahindura merciii❤

  • @ndihojim1
    @ndihojim1 6 днів тому +1

    Astère Ari sage, Kandi ni UMUNTU W-UBUNTU. Uwumwegereye, amuvomamwo ivyubumenyi n’ivy-ubwenge.

  • @CardinaleNdikumagenge-ui3ox
    @CardinaleNdikumagenge-ui3ox 6 днів тому +1

    Turagukumbuye mukozi w'Imana.Yesu abahezagire cane

  • @nsc4102
    @nsc4102 День тому

    Iyi émission itumye ngirira akangongwe urugo rwanje😢😢😢

  • @egidenndayirukiye1678
    @egidenndayirukiye1678 5 днів тому

    I am very happy to see Astere again after decades. He was my classmate in primary school. Keep it up

  • @CosetteNdayishimiye
    @CosetteNdayishimiye 5 днів тому +1

    Waragiz nez kumva ko woba hagufi yamusaza wanj chouchou turagukunda kd tuzohozako pe nahor ngukunda arik ubuho ndushirijeho pe

  • @ericnzambimana6875
    @ericnzambimana6875 5 днів тому +2

    Mwarahezagiwe

  • @TuyizereSonia
    @TuyizereSonia 5 днів тому +1

    Couple nkunda caane muraryoheeeera nukuri Imana Ikomeze kubahezagira murumugisha kuri beshi ❤

  • @ndinekaneza8689
    @ndinekaneza8689 6 днів тому +3

    Pame nukuri Uhoraho Azi gutanga Umugisha neza Akumpezagirire ubandanye utumira abantu batubwira ibintu bitanga ubuzima nkivyo kuko satani Aragisibije asambura ingo zitari nke

    • @astereuwimana8145
      @astereuwimana8145 6 днів тому

      Twumva natwe waduteye iteka gufata umwanya wawe ugakurikirana ivyo twariko turatanga. Imana iguhezagire

  • @EsperanceWinumire-ld3rw
    @EsperanceWinumire-ld3rw 6 днів тому +1

    Merci bcp.lmana lbampere umugisha.muraryoshe cane

  • @BelyseMugisha-d8y
    @BelyseMugisha-d8y 3 дні тому

    Mwaramutse neza ndubatse kandi intahe ya aster Na Louise yatwubatse ariko uze wongere ubatumire batubwire ingene bavuye kuri 2cent mille bashika kukugura i modoka nukwubaka inzu yabo merci

  • @user-zo7oo3jm9b
    @user-zo7oo3jm9b 6 днів тому +1

    Pame wumve ingene ndagukunda utuzanira abantu bazima gusa ❤

  • @user-sl8pi5sp8l
    @user-sl8pi5sp8l 16 годин тому

    Iyo couple ni modèle à suivre au bon entendeur salut !

  • @niyomuhozaevelyne6125
    @niyomuhozaevelyne6125 5 днів тому +1

    Imana ibandany kubagirira neza bandugu

  • @uwizeyeestella9445
    @uwizeyeestella9445 6 днів тому +1

    Mbega Abantu bugurutsee❤❤

  • @dyllairakoze730
    @dyllairakoze730 6 днів тому +1

    Ikiganiro ciza!!! 👏👏

  • @gastonnkeshimana5807
    @gastonnkeshimana5807 5 днів тому +1

    Muvuze ukuri

  • @user-xw6ru9ou7d
    @user-xw6ru9ou7d 5 днів тому +1

    Nkunda Pamela peee❤❤❤

  • @buhagaingrid3883
    @buhagaingrid3883 6 днів тому +1

    Waaaaaaaouuuuuh ikiganiro ciza cneeeeeeeeee❤

  • @christadushime6799
    @christadushime6799 5 днів тому +1

    my favorite couple 😍😍 La douceur plus plus plus

  • @ninonshimwe6778
    @ninonshimwe6778 6 днів тому +2

    Belle émission

  • @user-lk8xg9dc8b
    @user-lk8xg9dc8b 6 днів тому +1

    Waoh 😮😢 baranyigishij caaane vraiment hm pamella nawe mukubiryosh nuwambere peee ndakunda ibirung ashiramwo donc ikiganir giher utabishats

  • @ndayishimiye-jz4bh
    @ndayishimiye-jz4bh 5 днів тому +2

    Wakoze kutuzanira umukozi wimana astere

  • @aimeegracekamikazi4728
    @aimeegracekamikazi4728 2 дні тому

    Muraduha Num zabo bantu tubabaze ivyerekeye imfuvyi

  • @Allaboutmusiclyrics
    @Allaboutmusiclyrics 6 днів тому +2

    Astère très sage et sincère ❤👍💪💯‼️

  • @justinmuryasogo3127
    @justinmuryasogo3127 5 днів тому +1

    Merci cne Aster& Louise turabashimiy cne 🙏

  • @loicshi1403
    @loicshi1403 5 днів тому +1

    hahaha Pamela uri umu comedienne ibintu ugira

  • @mamanrisa6059
    @mamanrisa6059 День тому

    Merci pour cette émission

  • @user-zo7oo3jm9b
    @user-zo7oo3jm9b 6 днів тому +1

    Couple iryoshe umakama abazigamire urugo rwanyu ❤

  • @hustleLady-ez5su
    @hustleLady-ez5su 6 днів тому +2

    Wowwww❤

  • @inesgacuti4017
    @inesgacuti4017 6 днів тому +1

    Pame ❤

  • @murerwamarcelline1598
    @murerwamarcelline1598 5 днів тому +1

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤couple y'icitegererezo

  • @Mondieu2024
    @Mondieu2024 3 дні тому

    Ukuntu ikiganiro canyu kiryoshe noheraheza mvuga nti mwarasaze 😂❤

  • @claudinenkunzimana8435
    @claudinenkunzimana8435 4 дні тому

    Thank you very much sister

  • @larissaishimwe2113
    @larissaishimwe2113 3 дні тому

    Merci bcp Pam
    jewe nize

  • @cizajacqueline3194
    @cizajacqueline3194 6 днів тому +1

    Yezu weeeee😂 ndahimbawe caaaane ako kajambo ngo: mbega weho iyurushe KO wahereyiyoooo mubantu ubumvirizaaa weho ninde akumviriza???? Karankozeko cane .Ndubatse kandi nfise imitwaro w'aba jeunes adolescents et plusqu'adolescents nifuza KO tuyaga ngo ntibaze bahushe inzira mu buzima bw'imbere kubw'ingo bazokubaka.None niyumvira ukuntu Saint Esprit iyo abantu bayaga hakaba no "KUMVIRIZA"SAINT ESPRIT YARARUHURIYE UWO ASTERE KUKO YUMVIRIZA ABANDI ATI NAWE reka ndaguhe uwukumbiriza.
    PAMELA WARAKOZE NDAGUKUNDA CANE KUBW'IVYO BIGANIRO UKORESHA.Ndabuze ico mvuga mugabo binzaniye icifuzoo ngo mbega Pamela Nawe urugo gwiwe uramunezereza mukama kuko arubakiye abantu benshi nubwo guserura ivyiyumviro benshi batashima no gushirako ahabona.Imana iguhezagire.ASTERE NA LOUISE BARANYIGISHIJE PE

    • @astereuwimana8145
      @astereuwimana8145 6 днів тому

      Urakoooze cane. Umukama yaranyorohereje urugendo rw'ubuzima mu kunzanira Louise. Namwe abo bana Imana yabahaye ize iborohereze kuko irabishoboye

  • @NaweWobaho
    @NaweWobaho 5 днів тому +1

    Comment za pamella😂

  • @dianekn7139
    @dianekn7139 4 дні тому

    Uri umu mama aryoshe, nta nkeka ko nawe urugo rwawe ruryoshe. Hama urakoze kibondo kuri izi programmes zo gufasha no gukebura ingo uriko urakora muri ino minsi. Yesu akumpezagirire.

  • @floretteniyongere9846
    @floretteniyongere9846 5 днів тому +1

    ❤❤ amour réel

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 6 днів тому +1

    ako kantu niko umugore akunzwe ara respecta

  • @larakezamutima8066
    @larakezamutima8066 6 днів тому +2

    ❤❤

  • @uwizeyeestella9445
    @uwizeyeestella9445 6 днів тому +1

    ❤❤❤

  • @user.6793
    @user.6793 6 днів тому +1

    ❤❤❤❤

  • @alinegahimbare1046
    @alinegahimbare1046 3 дні тому

    Astere et Louise, je vs aime beaucoup ❤❤

  • @niyomukizafernand2204
    @niyomukizafernand2204 6 днів тому +2

    🔥🔥🔥🔥🙏💯

  • @gloriosenininahazwe1678
    @gloriosenininahazwe1678 3 дні тому

    Liste articulée sur des valeurs humaines !

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 6 днів тому +1

    wooowww☺️☺️☺️

  • @JoséeIradukunda-l7m
    @JoséeIradukunda-l7m 6 днів тому +1

    Mana weee mbega kiganiro cizaaa !!! Murakoze cane kukiyago mutuyagiye kimfashije cane gose. Iyo couple niy'umwiza nukuri.

  • @fabricenimubona6308
    @fabricenimubona6308 5 днів тому +1

    Basha namba hari couple maze kubona zicitegererezo iyi couple iri muzambere ndabakunda caneee

  • @minaniempphilbert5454
    @minaniempphilbert5454 3 дні тому

    ❤❤❤❤