J'écoutais Radio Isanganiro quand j'étais en Afrique et je l'écoute toujours. mais c'est un peu difficile. Je me demandais s'ils avaient des courriels ou des médias sociaux que je pourrais utiliser pour trouver quelqu'un au Burundi. radio isanganiro, pouvez-vous m'aider à chercher cette personne?
umwana wo ku MUSAGA,,,asha abanyamusaga bose bakurinyuma bazogushigikira uho uja hose
Imana yaguhaye impano nziza ariko nuririmbire Imana wongere ubandanye ishure....ibindi vyose kw'isi nuguhahamira umuyaga
I like her talents and she is beautiful God be with her keep flying Burundi 🇧🇮
Nkwifurij kubandanya Ishure kuko niyizogufasha kurusha.uririmb utibagira gucunga kazoza kaw wirinde abagusamaza. Imana ikuzigam k'd uzoger kure.
je valide vrmt..uyu mukobwa afise talent idasanzwe vrmt
Damn, she's cute. Love at first sight. Big up Inés. You'll become one of the awesome artists in East Africa.
Ndagakunda cane akakana 😘😘😘😘imana igafashe gaterimbere
Ndakunda ibikogwa vyiwe
Ines ndagukunda urashoboye
Imana ikuje imbere ntamwuga udakiza kiretse uwo kuroga courage mwana muto.
ndarizeeee....uwo mwana ndamukunda cnee. courage ma petite terimberr
Ndagukunze kuko uruwiwacu musaga oyeee
k Dieu soit avk toi ma pte, j t'encourage cne, ta voix iri👌👌👌
Wow she is verry inspired girl Imana imuhezagire knd kure uzohagera sha je t encourage
Wowww Ines umwana uzi ubwenge komerezaho
Waouuuuu. Quel enfant formidable!!
très très talentueuse ..no word nukuri 🔥🔥🔥
iyi talent y'umwana tuyitembeze vyihutirwa...vuba
Inesi ndamufana sanaa
Wahooo ines
Uyo mwigeme bamwitege muri buja fleva
Wooo! Go girl you can sing.
much Love from Rwanda
U have amazing voice ines u need our support tukurinyuma
Inès wacu courage
Nakubali sana jolomi...impano yawe ubandanye ikura
Kiyovu vs etincelles
1985
uwu mukobwa arashoboye akeney gushigikirwa kabisa bikwiye
komeza ndagufana saaana
Urashoboy ines gusa Nuko uri mugihugu gikenny
Courage
😂😂😂😂😂😂😂😂
Courage cousine
Ndamufana 😍😍go ahead gual
Whaoooow! Indoto ibaye ukuri.
Ines numubh alalilimba nigicoco
Courage bcp wanje
Arashiboye vrt
Myakubahwakazii wacu ester nishii nawe bwabundii urashigikira aband bitumyee ndagukund gose
Waohh la talentieuse fille. Bravo
Burundian IDOL
Much love ma petite chrie
wow wow wow👌👌👌
Ines ako ga TV kanyu raba mugahindure ni kadogo sana😂😂😂. Abavyeyi ntibakubona neza kuri ako ga TV.🤣🤣🤣🤣🤣
Courage Ines 🇧🇮 ❤️
Musaga oyeeeeeeeeeeeee!!!!!!!!
Urashoboye kibondo
Formidable 😘
Umwana arakwiye gufashwa
Nice kabisa
Asha may God bless you m'y queen
Sauvee Nigaba ameeen
Karirimba neza rata
Vyiza cane uyumwaba arashoboye cane.
felicitation Ines
big up sana
Waoooooo très génial
Komeza mwana
You people should include her social media so we can follow her
Wow mabelle nic one
Hadija Salimu v
Arabizi vrt ndamaz kumubona ariko araririmba
J'écoutais Radio Isanganiro quand j'étais en Afrique et je l'écoute toujours. mais c'est un peu difficile. Je me demandais s'ils avaient des courriels ou des médias sociaux que je pourrais utiliser pour trouver quelqu'un au Burundi. radio isanganiro, pouvez-vous m'aider à chercher cette personne?
T. Bosco' Jr. Oui ,la radio isanganiro a son réseau social
@@inesraguel8354
What medias?
Mbe kumusaga ntimuguturirira abantu mumapine?murigitangaza basha.en dépit de musaga...
Courage a toi la fillette
Courage Iness
Arashoboye pe!
Primusic niyiw je parie...nari maz kumubona bar chez ntiba ...
Courage
iyo ngabirano je nayibonye kera
araza mwigishe gucapa 😃😄 nae anyigishe kuririmba 😂😂naho jewe ntovayo 😂😂😂 but this is a talent tudakwiy kwirengagiza
Oleg Dave c'est toi Oleg 😂😂
Inès Raguël 😂yesiiiii
ariko ubandany ishuri
Nice ❤❤❤
Nshobora kuronka tel ya Ines bishobotse muzoba mukoze
Waooooooo😍😍😍
Arabizi koko ariko agerageze yige icongereza cane kuko igifarasa ubu ntakigenda ingkish nationale
🇧🇮😘😘😘😘😘👌👌
Wow, quelle talent
La filles est wow
Waouuuuuh😲
Ama talent nkayo arakenewe gushigikirwa@ ama media yacu abariko aramubona, nama society akaza mufata ama mumanajinga
Respect
Vrt nanj ndamukunda nacanecane arikuririmba joromi
Terimbere my daughter
Nice
Terimbere lil sister mais wige sha niwo muryango wugurura vyose
Muririmba neza iyaba waririmba mukirundi reka gucanga ikinyagwanda nikirundi uzoba ukoze urumurundikazi.
Courage Ines. Ariko uririmbire Imana gusumba abantu . Niyo izokugeza kure!
😍😍😍😍😍
❤❤❤❤
Nukuri narabe aririmbire imana aza aragenda mur coral
Ines,on dirai Simi,est elle Ines chanté Casanova avec alvin smith
Oui oui c'est bien elle😊
Hagire uwumpa numéro yuwo mwana ico nikorera
Muduhe numero yuyumwana twomuronkako
umwana wo ku MUSAGA,,,asha abanyamusaga bose bakurinyuma bazogushigikira uho uja hose
Courage Ines
Courage
umwana wo ku MUSAGA,,,asha abanyamusaga bose bakurinyuma bazogushigikira uho uja hose
Courage
umwana wo ku MUSAGA,,,asha abanyamusaga bose bakurinyuma bazogushigikira uho uja hose
much lv