Apotre MBAYAHAGA arabahagurukiye//Abasore biruka inyuma Y'abakecuru//Ubu Gusambana ntibikiri ICAHA
Вставка
- Опубліковано 19 жов 2024
- Apotre MBAYAHAGA arabahagurukiye//Abasore biruka inyuma Y'abakecuru//Ubu Gusambana ntibikiri ICAHA
@hungaicahaministry3747 #mbayahaga
turakunda tubakurikira turi mu Rwanda, uyu mutumirwa ni uwa mbere uryoshye cyane nkurikiye hano ku mukubito!
Njye uyu mu Pasteur ndamwemera pe
Urakoze cane apôtres
I really respect this poster and deserves it;is one of Wiseman i follow umushingantahe adatinya kuvuga ukuri kdi ahanurira urwaruka gukora cane kugira rushik ndoto zabo🔥
Vraiment merci beaucoup ibiganiro bikwiye nibi vyigisha
Ukuri kuzuye ntikumurikwa 🔥🔥nkunda ibiganiro n'inyigisho zawe May our Lord protect u
Apôtre ndakwemera kuk utanga ubutumwa utarya umunwa kuk uraduhanur❤
👍👍👍👍👍🙏🙏
Ndabakurikirana. Ukuri gukomeze kuvugwa
Ikiganiro ciza cane Gaël uze umutuzanir kndi atanze impuro nziza cane
Za murababwira barahubuka cane abubu ikiganiro ciza cane cigisha👌👌✔️
Mbega Umusaza twahezagijweeeee👏👏👏👏👏
Ama hémolagie interne ni 🔥🔥 😂🤦🏼♀️😂
#Impanuro zuzuyeeeee kwli🙏🙏🙏
Komera apôtre ndagufana
Exactly, you have said the real true in all sides
Mzee Apotre ndakwemera ubivuga neza atakurya umunwa
😂😂😂😂😂😂😂ati bavuga ngoyaviriye imbere🙈🙈🙈🙈🤦🏾♀️🤦🏾♀️🤦🏾♀️🤦🏾♀️ uranyishe lmana ikumpezagirire
Amen
Uravuga ukuri kl
Ndamukunda sana
Ikiganiro c'insana mitima😂😂😂😂😂😂 Apôtre Imana iguhezagire
Ahwiiiiiiiii ndagagaye no gutwenga ngo yaviriy imbere
Uyumutama gabasha😄😄😄😄😄😄😄 aranyica ikikiganiro Mèze nabi nzoc ndakiraba Gaël buzuramuzanaa
S'umutama aracari muyo nuko afise ubunini, womenyako atarenza 45ans
@@Ubuntu81 vya kweliii ?😄 Nagira afis nka 60 ans
Kabisa uvuzukuri kwl
Avuga neza peeeee 👍 abakinogiheee barahaturira hagashaaa peeeee🔥
Fact kabisa. Big up to the CEO of Umukubito
🤩🤩🤩🤩🤩🤩🤩
Courage gael ubikora neza
Uvuz ukuri
Mbega Gaël muzehe mbayahaga kutamuhaye 👍👍👍
Mutama urigisha vrt big up
💯
Impanuro zawe ninziza pee
Ndakumva 5/5 ngo hémorragie interne 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Nec
Mutama mwubahwe.turakenera inyigisho nkizo nukuri mwirambir.
Juste wahuye nuwufise IMPWEMU
Niyubahwe'uyumutama'wamateka
Incabwenge'yamateka'umukozi'wimana
Ndakunda inyigisho zuyumu aprotre mbayahaga harimwo impanuro nimba nabandiba gukwirikirana nimbababitahura tuzokinza
Avuze amajambo akomeye caneeee mariage nikintu cokwitondera caneee uyu mu pasteur ndamukunda canee
Umukubito wubahw vrmt.ati wosanga wabaye asase.umunt yorindira asenga kbx.
Ngo ni kugira amour,mutama uranyica kueli,ubizi vyose
😄😄😄😂😂Hemorragie interne😹😹ndamanyutse!!!!!Bambwirire naho batumva
The Most insane Interview 😂
Uyo mujama ari sérieux ndake
Mbaye mubamber
Abajen turab unva mwubahwe
Ibihungu biberwa🤣🤣🤣🤣kubera ibikecuru🤣🤣🤣🤣🤣
Gaël watubaniye kur ukaba uri kumw n'a babilone hoshiiii ukaba uri kumw n'a rasta man take 5 hahahahaha
Gaël biriko biza ku poem,ku mpwemu ... what's that bro!
Gaël kutamuhay i five😅
Nanje narimbitegereje kkkk
Ati umugore umwe ni nyoko 🤣🤣🤣
Ngo "hemoragie interne"mutama wubahwe kueli
😂😂😂😂👌
🤣🤣😂😂bararushe abubu😂
Ati bokoharamu😂😂😂😂
Zirya taille zizogenda mukoo 😂😂😂
Ngo ibihungu vyasaziy kuri comptoir
Uyu mutama impanuro ata ninziza
That’s my pastor what’s yours!?
Uwo ni toomuch🤭😅
Harahiye 🤣🤣🤣🤣
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂
Iki kiganiro kirantwengeje me kdi kirigisha
Ningorane ndak
🤣🤣🤣🤣🤣
Hhhhh 😂😂😂😂🇧🇮
😅
Bije ku mppwemu zidasanzwe
Ati traces zimvutu😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂hémorragie interne😭😭😭😭😂😂😂😂😂😂😂😂😂ndamanyuts asha gutwikurura ubu nta sens bigifis kbsa
Ni Boko Haramu🤣😂😅
uyu mutama yubahwe
Kutamuteye kula tano🤛🤛 nawe?🤣🤣
Uvuze ukuli kwose kwuzuy #Appolinaire
Ubusambanyi bwabakobwa bubu burarenze ubu abakobwa benshi nibobishora kubahungu kugira basambanywe
Ntumbwire nyene barishora🤔🤔🤔
None abakobwa barabwikorana
Uremewe muta