URUGO SERIES ep13:Papa Prince Nawe yoba ahisemwo guta abana? Norasque ingene yitayeho Mariya...🙄
Вставка
- Опубліковано 27 лис 2024
- hello Family twizeye KO mwamaze gukora Subscribe kuriyi channel ducishako film ziryoshe cane ariko kandi kora subscribe no kuriyi ya SOLUTION COUPLE Nimba ukunda urukundo / @solutioncouple
ukaba wipfuza kumenya amakuru yukuri kubakinyi ba film nturengane utagize subscribe no kuriyi ya NORASQUE NTARE VI
/ @ebukuru83
INTSINZI YACU NUKUBONA UMUNEZERO WANYU.
FEARLESS GENERATION
BREAKING BOUNDARIES
INTARE MWISHAMBA RYAYO
ababonye ukuntu Maria yuriye mumodoka ya mundemere twatuntu🎉🎉🎉
Mariya nguri siyoni😂😂😂abakumvise munshirireko like
Urugo we numva novuza induru🥱🥱🥱 Fanny rero niwe wanj ingen yurira nibirato yakuy 😂😂😂😂 je vous aime ❤️❤️❤️❤️
Fanny aratwenza chérie wiwe ngo boss, nsaba nabakunzi ba urgo série munsigire like
Maria uranryoheye pee ukunt winjiye mumodoka kwa boss😂
😂😂😂😂😂😂😂
Ewe mariya shaa urantwengeje!!!ngo boss wamumenye wamutoreye ingodo ,gusa ufise impano ushoboye rôle zose courage ndagufana
😂😂😂😂.ndahuriwe.ibirati.yabigeretse.kuvyo.yarikaradandaza😂😂😂😂
@@habonimanamumanitha5030Aho nawe yarasarishije ntiyarikugereka ibirato kuvyokurya
Umuntu aryohewe nokubona Norasque ahuye na Fanny ampe like🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
😂😂Mama Alacia shaaa ariwe fanny iyo mbonye flm ukina uraryohera nukuri twabanye kera muri Taba shaaa ka Alacia kakiri Gatoya cane nne rana musigaye mungana disi Yesu Agira neza ndibuka ukuntu wakubitwa nne ndabira yesu ukuntu agira neza imana yaraguhaye nurundi rugo rwiza ruruta urwo warimwo ntawusenga imana itazishura Mama Alacia Big up sanaaaaa urashoboye mwiza kandi ukomeze uturyohera diii namavuta yimana menshi menshi akwuzure❤❤❤
Nananaaaa😳😳Urazi gukina bigeze hiyo?waou ❤️❤️❤️
Nanj ka nana ndgkund cneee
Mariya,Prince na Princesse mwakire ayanyu mashugwe 🌺🥀🌹💐🌺uyu musi murankoreye umuti,mukinye neza cane❤❤❤❤
Uwubona ko princesse azi gukina agafyonde
Ewe sha mariya courage sha uzigukina icobikoze urajinyika uriko ubwira umugabo waw ngo boss nsanabi
Uwambere musigire twatuntu👍👍 abakunzi burugo séries 💐💐💐💐💐
Ariko mariya ukwo kintu akunda abana yareze birandyoheye nciye nkumbura nanje umukobwa wanje abandanye andabira abana atakiri iwanje kweri.abakozi nkabo mwubahwe❤❤❤
Love from #Ligera_familly ❤❤❤
Ndashaka Ina yinjire mwiyi series, uwundi amushaka Muco nuri #Urugo_series ampe like❤❤❤❤
Ci Fany ndagikunda gabasha❤❤❤ kirashoboye vrt courage
Mbaye mu ba mbere Uno munsi kwl ❤❤❤ like nyinshi ku bakunda Urugo series❤❤
Urugo ❤❤❤❤❤conctance guparika😂😂😂😂
Abagore ntabwenge nabukeya kweri ubunyen yasubiye gutwengana nuwagira musamburire
Ababon konazinduts mump utu like bsh ndabon hahiy mubirimw nez mama prince arakaz nukur😂😂😂 ndabak❤❤
Ariko mariyaaa wacuu nawee kweliii naringiz ngo ibirato n'a mandareneeee abishize hejuru yimodokariiiiiii😂😂😂😂😂😂😂 naarimpfuye ataraheza vrt❤❤❤❤❤❤❤❤❤ iyiooooo😊
😂😂😂 reka mbanze ntwenge nkiri ngaha nyene mariya aranvunye imbavu😂😂😂
Ako kantu Niko kanyishe kogufata ibirato akabishyira muvy'ariko aradandaza 😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Abakunzi biyi série mundemere 💕💕🔥
Fanny WE!!!! Urumwe mugukina,murandyoheye n'a chéri waw mukina neza
Maria uraz kwambara nkumudandaji kwer!❤❤❤❤
Ewe yubahwe pe
Ariko mariyaaa😂😂😂😂love u kweri.abantu nabonye akantu mariya akoze ,urutoke hejuru😂😂😂
Abatatahuy guparika nkajewe n'a Maria mump lik 😂😂😂😂
Ayaw mashugw Fanny 🌷🌷🌺🌺🌺❣️❣️🤣🤣🤣 mwubahw murashoboy kbx
Nukuri jewe maria ndamukunda😂😂
Courage iyi frim iranyigishij cane mubande muduha inyigisho
Super❤
Mbaye uwa 14kwer🥱🥱namwe murazinduk ndimurukundo n'urugo❤️❤️❤️❤️
Mubikora neza canee❤❤❤❤🎉🎉🎉 courage❤
Mbayuwamber basha abakunzi burugo séries like zanyu nukur ndazibon ntimumbanire rek ntoragateb harasha mukama🎉🎉🎉🎉🎉💃💃💃💃💃💃🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
😂😂😂😂❤❤❤Nukuri amashugwe nayanyu kabisa.iyi film iramata,irankuye ahantu insize ahandi.Gusa Fico ajejwegusamburingop.ntafadika.nukuri mubandanye mudukorer umuti muratwuzuza.ndabakunda kanini❤❤❤❤❤❤❤
Abacerewe nkanj mushire like hano🎉🎉🎉🎉
Muka Nono ntamutima 😢😢
Ndabakunda courage ❤❤❤
Uyumusi ndazindutse mubambere ndimwo😅 abakunzi biyi séries tumenyane🔥🔥🔥🔥🔥❤️❤️❤️
Fany arazigukina gamana😂😂😂😂😂😂ukuntu yinjiy mumodoka nokuvayo ngo bayi😂😂😂
Mukomeze beza🎉🎉 ew coco sh uranryoher mugan hagiye kugushana
sinacerew cane bashaaa marie harahiyeeeee😂😂😂 mukomeze kuturyohera natwe turba❤❤❤❤
Uwomugore wa nono nikijuju kweli arongeye kugendana nafiko fiko 😢😢😢😢😢
Iyi série iraryoshe conso rer mube mumushiramw kenshi😂😂😂😂😂
Nacerewe ariko ndagerageje abaza inyuma yanje mundemere aka kantu🎉
Marie baguh rifit ibirat urakur ugashir kuvyamw ham ugashak bosi agushorer ivyovyamw coco amatwi yihene yumv yokej guw asubiy guh umwany fike 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🎉😂🎉
Mariya uransekej 🤣🤣🤣😂😂😂ukuntu winjiy mu modok wakuy ibirato..
Jyewe ndabakunda cyane nkunda ibiganiro byabo
Norasque big up san utanze impanuro nziza kbx ndakwemeye
Number one guys abakunzi b'urugo séries like ngaha tuhatwike 💃💃 today ni 🔥🔥 uwumunsi ndabaye mubambere mundemere tuhatwike courage beza banje ❣️🙏
Waooooo🎉🎉 harahiyee rer
Numéro yanyuma 😂😂😂 Akira amashurwe yanyu 🎉🎉🎉🎉🎉
😂😂😂uwabony princess ukunt yambay isengl nab namp lik🎉🎉
Fanny nukuri urazi gukina urambonera ingen wakuye ibirato mukwinjira mumodoka😂😂
Yoooo ewe mariya chaho ngo muga sana nabi uranyegaguye😂😂gusa ndagukunda💞💞
Mundemere like nkaba ntanguranye nayo🎉🎉🎉🎉
Nahigereye ndabona mariya
Hagiye gusha
Courage vrt kubaho ntaraba iyi serie ntivyobaho ❤❤❤❤
😂😂😂😂😂😂dukorivyunguka😂😂😂😢❤❤❤❤❤😂😂😂😂muranyishe jew twengejwe na Mariya ukuntu yinjiye mumodoka akuye ibirato😂😂😂😢😢😂😂😂❤
Genda Mariya urantwengeje kbx n'iyeboyebo warinze gukura mukwurira mumodoka kwa Nora 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Niba ukunze aka gace, nange nkorera kwifoto unteze imbere
Maria ukuntu yinjiye mumodoka nivyo binyishe 😂😂gusa ❤
Ukunt yinjiye mumodoka Sasa😂
Uwumvisek Maria yabae ikigegene AMP link❤❤🔥🎉🎉
Nkunda Mariya cane n'a nabobana❤❤❤
nacerewe bashaaa🎉reka ndayipotsinge abandi bamenyeko Mwaduhaye shooo🎉🎉
ew coc urasubiriy kwer ash hash pe non iyikwirikir ndayishak eee mbeg film❤❤❤
Hhhhh amashurwe nayanyu beza❤❤❤❤ courage bcp murik mubikora neza can🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Saaaaaa!!maliya aranyishe bas
Basha nukur mwubahwe pe mwese mwakinye neza
Abumvise siyoni😂😂 bandemere udu❤
Ndabakunda caneee Maman prince abuzemwo noca ndeka kuyiraba ❤❤❤❤❤❤ gusa Bose barashoboye 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂ndikure ariko umengo turikumwe
scene ya fanny norask bien joué 🙏🙏🙏courage🎉🤗🤗🤗
Fanny nukuri imana yaraguhaye ingabirano kweri urakina neza can nukuri nana ndiho agukomeze ndabakunda can gose❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Waaaaaaaoooo ngiye naba ubwambere abateramyi burugo nkanje mumpe twatuntu❤❤❤❤
Consoo😁😁ngo ubu mariya yabay ikigegene nukuri😁😁😁😁
❤❤❤❤ Constance agezweho muvyunguka kurangah gantuze😂😂😂😂 courage beza banje ❤️💖🌹🌹❤️❤️
Courage bantu bacu❤❤❤❤ maritha warakinye neza
Courage ndabakunda mukinaneza
NINDE AMEZE NKANJE WABONYE KO MARIA ATINYA KWINJIRA MUMIDUGA YABA BOSS 😂😂😂😂
Mariya nukuriii wubahwe ndagukund nukuriii ukina nezaa sasaa rer ngo ur sionii 😂😂😂😂 constance naw zamuramushiramw ngo araparika abakumvise mumpe utuntuu
❤❤hejur cane beza bacu courage
Harabavye!!! N'uko nyen Nono atajana nyabahururu yakweteka
Ndakund film zanyu Fanny urashoboye
Mubirimwo neza beza banj ❤❤❤❤
Komeza muzane
Iyo guturiya Mariya wayikuyehe😂😂 nawe uraryosha film😂
Ewe mariya sha uraryohey ukuntu ukuye ibirato mukwinjira mumodoka😂😂😂😂😂❤❤😂
Nkaba ndahigereye mubambere abakunzi biyiserie urugo mundemere muciy kuriyo foto yanj nanj muntez imbere❤❤❤
Nduwa hafi tuu naj uyumusi ndaba❤
Maria uraryoheye can muriyo role vrmt ❤️❤️❤️❤️
🔥🔥🔥🔥serie urugo muter'imbere sana!!
Ewe Fanny n we ATI gukura ibirato🤣🤣🤣🤣
Abo bana barazi gukina peee
Norasque yongey kuvumbura umugore wiwe karabaye noneho 😢😢😢 fiko fiko kumugore wabandi bara ku yoooo. 😅😅 Norasque azotwara maria fedofe😂😂😂
Tubibona kumwe😂😂😂😂❤
Mana yanj weeee coco ni cocktail walahi
❤❤mwahinduye nisaw Ubu iminota nisaw karamara umwana ❤❤🎉🎉🎉
Maria ikandambiri nyen muvyo uriko undandaz😅😅😅
Norasque umuntu wanjyeeee❤❤❤ mariya umudandaza wa 200😅😅
Maria wanje kure cane nukur uraz gukinap hama ndabakunda kure cyn nihombipfurij🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉💕💕💕💕💕💕💕
Urugo series❤mariya wubahw vrmaa ukura ibirato mumodoka😂😂😂😂😂😂
I am in love with that movie❤❤
Iman ugira neza kubn Maria asigaye aronka icatanga🎉🎉
Cyane rwose
Nzukuntu umwana wa norasque akwisanzurako biba bisigy ko bimez bn imana iguhezagire