Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Ababonye KO urugo fiko arusambuye munsigire utuntu twanj
Abakunzi ba 3FA mwigaragaze 🙋🙋 nabakunda ino series Urugo muze tuharwike hahire rimwe🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥❤️❤️
Twahashitse🙋🙋 ntiducerwa sana twebwe😂
Uwotoyikunda yobarwaye kbs
@@kubwimanayvette6203 💪🥰🥰🥰
@@NadineIrankunda-z1d ❤️❤️❤️🙏🙏
Uwambere hano.🔥🔥🔥 URUGOOOOOO
Wew urisutwa nt like tuguha 😂😂😂
Murwanda natwe ntiducyererwa knd turabakunda cyane
Ababonyeko nono yinjiye muyindi mpwemu kubera umugore wiw muduze urutoke
😭😭😭😭😭 Fanny urandijije nukuri gusa genda urazi gukina vrma🥰uracari uwa mbere
Fanny nukuri Imana imuhe umugisha🎉🎉.jewe ndiko ndaba film Urugo,sinigera mbonako ari film ahubwo MBA mbona ari ibintu biri réels nukuriiii.i love u Fanny❤❤❤ vraie actrice 🇧🇮🇧🇮
Mur 10minute nkaba ndashitse murugo mumpe like twigumire murugo🎉🎉🎉❤❤
Mariya weeeee😢😢😢😢😢Asha nukur mubakinyi bakobwa uracaruwamber peeee🎉🎉🎉🎉🌿🌿🌿🌹🌹🌹🥀🥀🥀🌺🌺🌺🌷🌷🌷
❤Nimumpeee Nanj Basha Utwo Tu Likes🎉🎉🎉
Kaze neza bakinyi beza, murashoboye peeeee. Bakunzi ba série URUGO muze hano tumenyane.
Number one Gift coco ❤❤❤❤❤ndazi hagir hashe
Uwambere mu rwanda mumpe izo like ndabasavye 😊✍️
Ntazo tuguhaye😂😂😂
😅😅😅😅😅😅😅😅
@@aliceuwimbabazi8584 reka inzigo shaa 😊😊😅
Wararushe wa muntu we @@aliceuwimbabazi8584
@@aliceuwimbabazi8584Oya nawe 😂😂kandi arumushitsi?
Mbaye uwambere,abza kuza inyuma yanje mump utu lik
Uwambere mumpe izo like vrt Urugo hejuru
Hahaha,fany wew uranyica pe,ati mbwira twatudagara narungika ko watubonye😂😂😂😂umukinyi mwiza pe
Yeeeee kumunota wa 10 Najewe ndahashitse abaza nyuma yanje Mumpe Nukuri nutu like nka 50 dutwike twimanukira 😂❤❤❤
ababony k malia yambay ibipira bibiri mump twa tuntu ngo muzohurira mwijuru😂😂
Abakunda Série Urugo nkanje Mumpe 👍
Fany urabon kungen undijij nukur gushk nubu Ndik ndihanagur amosozi nukur fany nkund kungen uz gukina nez na team yanyu mwubahw ndabakund
La 1ère actrice au burundiii👏👏👏👏👏
Maliyawe unyibukije ukuntu naje mmubarabu jeguhindurira ubuzima papawanj nn akabayapfuye ntamubonye
Mpore
Yuuuuu! Pole sana mugenzi
Pore sana yeweee 😢😢
Coco uruhigi rwahindukiye,mama prince 😂😂😂😂😂😂😂uranyishe,mariya pole😭😭, courage 🙏🙏
Ivyobijipo Vya Fanny biranyishe nukuri.birashobora kuba bitesa ukuntu avyambay 😂😂
Afise umubiri bikwiramwo sha
😂😂😂😂ivyo nibijipo vyakazi😂😂
😢😢😢😢uranyish Mariya nukuri,gusa ivyo bijipo birankuraho😂😂😂
Ndabakunda sana mariya we ❤❤❤❤
Yooo nanje nihonibereye ndabakunda🎉🎉🎉
💯
Muminota24 gusa ama like yacu kuri team hamam kuzinduka nivyo vyacu❤❤
Ikinico ndidiriye mburagutaha kuraba umuvyeyi agihema😭😭😭😭😭😭😭😭😭
Nukuri ntako commentaire yawe iteye agahinda ariko nisanze nasetse ndakumbagara!!😂😂 Hewe urarabe ugende kumuraba agihema.
@@euphemieningenza7637 hew nigorane gusa musegere can ndabon kwarivyo ndidiriy hew nukur nugutira agashambara abamarayika ndabe kobocira izira maze imyaka 10 ntabonana umuvyeyi ntanagatima gakubita kokumukumbura🤨🤨🤨 ahubon nigoran
Simba muko nihatari
Mana weeee🎉🎉🎉🎉🎉ndakunda maman prince gushika naho
Nukuriii urugo hejuru caneee🎉🎉🎉🎉 ayooo n,ayanyuuu big up sana team fanny
Fanny Courage Urashoboye Muga urize urateye akagongwe disi Ireresi zacu Hejuruuuu
twakumbuye ikiganiro ca nono numudamu wiwe
Uyo mujama go haguruka muzohurira mwijuru😂😂😂 Maria we uranyica wallah love u soo much ❤❤❤
Eweee mariya shaaa,mpore kimwe nda❤❤❤
nkab ndimubamber nukur mump like mwiyimis cegw gato ew malia mpol ndakwikundir❤❤❤ coco naw urukund nykur ari kurugish ntare ihangn ndabakund mwes❤❤🙏🙏🙏
😢😢😢😢😢😢😢😢🙆🙆🙆🙆🙆
Uwa2 Zambia
Namba2 mumpe Like bakunzi bafilm Urugo bakunzi ba 3Fa❤❤❤
Fyoto fyoto😅😅😅😅😅😅 hhhh Nono courage bcp ubikora nez Can ❤❤❤❤❤❤❤
Maria wnj kure cyane disi ndagukunda disi so ndabakunda❤❤❤❤❤
Wow❤
Hagusiba wocererwa 🌷🌱🌺🌿💐🌻🌾 ayo nayanyu
Maria Pol kbx yaragusiz mama
Mufise impano vrt.ndabikundira
Pole sana maliya
Adorable
yooooooo fanny pole sana muvyukuri bibabiteye agahinda uyumusi murandijije kwl ❤❤❤❤
Fani mpore cane
Courage ❤❤❤❤❤❤❤❤
Pole Fanny
Nacerewe❤
Please umwanya murabe muwongenze Fanny ndagukunda cne❤🎉
Mwubahwe
Mpore maria gusa uwomumama arashoboye yaragukiniyr neza
Urugo hejuru cane nkaba ndahishikiye Mariya hejuru kuruta hama coco naw nintumva kwel non ficofico naw kubagore babandi arondera iki?
Yooo Mari pole
Naho noba uwanyuma ndabikundira bantu banje ❤❤❤
NORASQUE AMASO YAHUMUTSE NIVYO KWEREKANA KURUMUGABO MURUGO RWAWE KUKO COCO NUMUNAFKI CANE ❤❤❤ MARIA POLE SANA UGUMA UCA MUMAGOGWA MENSHI 😢
Nukuri ndikondir kandarifilim
Ndabakunda cyane mubikora neza afu indwi ihera natuntuye nk'ubu lundi izoza ryari kndi arik mwubahwe ❤🎉
Mwubahweeeeee p
Pore sana birateyagahinda
Good job
Uwubona kumenga fanny nivyanyavyo aragiye naga sachet namp like
❤❤❤❤❤❤ ndabakunda canee
Fanny ndagukunda mwiza wanj ukina ibintu birimumaraso yawe vyukur ntaguhigisha🥳🥳🥳🥳🥳
Pole cne Fanny
Uwumvise akokantu ngo narabaye urunzobe abinyereke😂😂ham courage mubirimwo neza beza bigihugu cacu ❤
Waooooo muza mwayikoze courage Di Fanny kandi pore
Sicerew gose nukur abaz munyum yanj mur gwarukund nyen mudemer like ❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Pore sana ndarize kuko nanje nabuze abavyeyibose ntanumwe nzi aho babahavye ngiye numva umubabaro utagira ukwo ungana
Birakaze maman mariya kumpandaa niyo bayi kumwereka inyigisho kubana baheba abavyeyiiii bironkey ubuzima bakibagira abavyeyi kandi vyos dufis aravyeyiii😢😢😢😢😢😢 mariye mpore😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Pole
Pole sana Maria 😢😢😢😢😢😢
Fiko fiko mporeza belle shaaaa avyitwaramwooo neza love you Mamalao
Pole Sana Mari
Iy sound mwashiz mur film si freshiii
Courage 🎉🎉🎉
Mpore sha mariya
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢nanjevyarambayeko
🎉🎉🎉
Courage ❤
Yooooo pole sana Fanny
Bambe Mariya
Yoooo uributse iwanyu atacusanga na coco atahibutse ukomeze kwihangana
Sha ndarize vrt maria atumy nkorora amosozi
Iyi film iraryoshe
Courage ngir nduwamber kweri
Yoooo fanny Pole gus iyijipo irankuyeho uzoyingabire
Uwa nyuma jewe hanoo😂😂.ngo uko vyogenda kwose sindara ntaravye urugo
Ngo fyoto fyoto fyoto fyotooooo😂😂😂😂ewe nono shaaaan
Yooooo pole😢😢😂😂😂😂
Ha uy mus nola yihagazek.mwerek diiii kwariw utegek
Mpol Maria ndagukunda mug s'inshaka
Yioo harasha
😢😢😢😢ntakibabaje nkiyo uca kubiti namabuye urondera kugira mama wawe abeho neza agaca yotaba Iman atariye kuvyiza vyawe it's so sad😢😢😢
Mpol fanny
🎉🎉
Yooooo Mpore Maria
Nacerewe

Uwambere mumpe izo like vrt
Urugo hejuru