Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Abanyarwanda bakunda Maria wacu murihe 🎉🎉❤❤❤ gs utumye ndira
Ndi hano
Nanjye ndahari abachou Maria hejuru cyane❤❤❤💃💃
Neza cane bakinyi beza murashoboye peeeee, bakunzi ba série URUGO muze hano tumenyane.
Abaribakumbuy serie urugo nkanje tora amashugwe yanyu🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹
Mu Rwanda kgl ndabakunda cyane woe Mariya ni ku❤❤
Gwa korodine ruranyishe🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Abantu mwabonye ko Fanny akunda ivoka tumenyane😂😂
Wow urugo hoye 🎉🎉🎉🎉❤basha twasaba agace tuba twbonye ko mwoza mugaca hakiri kare kuk iciba ngufi
😅😅😅Maria na fiko vraiment hejuru mubirimwo neza kweli ❤❤❤ nimwe we mubiryoheje muriyi reresi
Haaa ewe fico wahuy na constance yaragusomey,Maria niwazivyarimwo kwl courage urashoboye mama lao
Mana nukuri urukoko munda ruraryana pe muranyeguye😂😂😂🎉🎉🎉❤❤❤❤
Nimutwereke Mariya arimuzima yarabyaye pe mutwereke na mukuriwe uko asigaye ameze ndabakunda cyane
Courage beza banje ariko muratunyoteza Yaba mwayiduha kabiri mundwi
Nivyiza mukina neza mukavyitwaramwo neza imana ibazigame yogere ibogerrez❤
Umunyempano vrmt love you Fanny wacu uruwagaciro kugihugu cacu vrmt atawewe nta films ndundi❤
yoooo mama laooo uzonyica wew vrt ng ngwa clodine rurakwishe jew mw na fiko mumenyek nd lurukundo namwe vuba muduhe iyind 💞💞💞
Numv nosanzara kwiy séné yanyuma😆😆vrai 👏👏👏💕💕💕
Muga jew ndatangaye kuki muduhate film uku raba mwongereze umwanya peeeee🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤
Ewe mariya sha ngo abo bana bakunda umuceri nivoka😂😂😂❤❤
Mwubahwe muduga ibintu bitesa gusa❤❤❤❤
Abantu mukomenta itarahera ndabasuhuje hama mukuremo fea women kuko gacakaba agace gato nkunze fiko uburyo yitwaye maria wayiteguye neza ugiye kuvyara umwana wa fiko na nola ❤❤❤❤❤
Na destin yaje muri firme uwonahimbaze Imana nivyashoboye
😂😂 Maria aranyeguye ndakurahiye abikorana ubuserie 🎉🎉🎉❤❤❤
Contance iyo muhuye na fiko biba biryoshe
Comentaire bamutanga impanuro ivyo vyokuvugango mbaye uwambere ndahishikiye ntakamaro
We ndagushigikiye pe ivyo ntakamaro
Good uvuze ukuri cne knd Imana iguhezagir cne jew ivyo bintu bagir ntibinyubaka nanje nibabe batang impanuro
Nukuriiii nanje biranshisha pee hagutanga iciyumviro namw muri muri competition💁
Uvuze neza
Waaaah mukomere cane muranturap
❤️❤️so fiko role yokurira ntayashoboye pe ntibimubereye nagato
Nukuri jewe ndabakunda murashoboye❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Constance nukuri imana irakubona 😂😂😂 abaryohew nkanj munkandìr vrt 🥰🥰
Conso shaa 😂😂😂Fico ngo waragiye wose ikidaje gusa Nico cigenderaaa muranyicaa bashaaa😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ndabaye mubambere sincerew cane kwer, iyi film iraryoshe cane kwer
Rwa Claudine vrt😆😆😆😆Mariya gusa arakunda abana🤣🤣🤣 urugo hejuru mubandanye muduhereza ningoga🥰🥰
Ndarize nukuri basha ewe cloudine warariye umutima Maria😢😢😢😂😂😂😂
Igis kirabaza Can gos
Wllh ndabae uwambere today munkandire basi🎉🎉🎉🎉❤
❤❤❤❤❤❤🎉🎉
Fiko cakenge uvuze mariya knd umutabarize urworukoko ntirumupfiremwo .mariya wubahwe mwanafik murazi gutukana😅😅😅😅❤3FA
😂😂😂😂 mariya uranyeguye nukuri ng rwa korodine ruguma runrya ew bashaa😅😅😅 gs nuwokwanka urukwavu yokwemerako ruzi kwiruka urashoboye p🎉🎉🎉🎉🎉
Urugo serie ikomeza kunyigisha kure cane fico courage
Ariko mana fiko arafise ikibzo kur Maria wiwiw courage bakinyi bezz😊
Aturukoko ruramurembj Maria ndab❤❤ bakinyibeza🎉🎉🎉
😂😂😂 Fiko ngo asigaye ari IKIDAGE, ariko Conso sha urazi gukina pe❤❤❤❤
Ngo arinika imivunde ewe fiko Imana iragarura we sinibaza kwizonagutora😂😂😂😂😂
Welcome back urugo 🎉🎉serie mbakunda kubi❤❤
Fiko aranyumije ngwehingene kanyogomba😂😂Aho ga yabwir conso
Kumunota wa4 nkaba ndahashitse abaza munyuma tumenyane urugo hejuru cane❤❤😊
Ngo gwa claudine ruriko ruramurya mu nda😂😂😂😂😂😂 lavine hejuru caneee🎉🎉
😂😂😂😂ewe fiko sha urantwengej😂😂😂courage 🎉🎉mwongeze iminota ariko ❤❤❤❤
Mwankandiye kwifoto bavandi murabamukoze cyne 🙏🏿🙏🏿🙏🏿❤❤
Nihonkitor agateb manze ndabe urugo mbon vyakomeye😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤
Courage ndabakunda can ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ewee fanny urantwegeje peee igikoko kiriko kiranrya❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Ariko yemwe,aho mumbonera Fiko aratukana...😅ngo ukanika imivubde😮😂😂😂😅ngwehe ingene kanyogomba😂😅😅mbavu zangu🤣🤣🫣
Nagira nije nakumvise jenyen😂
Fiko hamagara umukozi w, Imana destin amusengere
Gwa Claudine ruriko rurandy muranyishe🎉🎉🎉❤
😅😅👏👏👏👏very good vrt.maria aranyemeje.abaryohew nkanje mumpe like🙋♀️🙋♀️
😂😂😂😂😂 Maria uratwenza mbakunda kubi deste karibu
Ewe mariya ngobamuhan nivoka😂😂 mariya uranryoher cane❤❤❤
Yoo Mariya 😢😢 gusa fanny genda urazi gukina 😂😂😂😂
Fanny ayawe mashurwe 🎉🎉🎉🎉🎉🎉ugihari,we love you
Nolasque rr😅😅abagore baramuhabuye😂😂😂😂 ndab❤❤❤
Shaaa Fico arayabonye😂😂ngo zana irya modoka😅😅😅muranyishe kbisa
Ewe shaa maria ngo gwa Claudine ruriko rurandya munda gwice😂😂😂 ❤❤❤
😂😂😂ndarize ngo gwakorodine 😂😂😂😂❤❤❤❤
Courage cane turabakunda cane Maria turagukund
😂😂😂😂Iyo nda ya Mariya arayikomeranye😂😂😂uyo Mwana azovuka arintare nka se na nyina😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂
Courage courage!!Maria nshaka kukubona wibarutse!!!
yemwe ko kuwambere ar kera none amatsiko aranyish muduh suite🎉🎉
😂😂😂 ewe Maria sh imbavu zanje😂😂😂😂😂😂
Fanny hejuru cyaneeeee ❤️👌👌👌💪
Ewe shaaaa Mariya 😂😂😂 courage kweli mwongeza niminota turabakunda
mariya arabiryosha❤😂turabakunda canee❤❤
Fanny ndaguhebeye wallah😂😂😂😂😂 kubusazi warasaze😂😂😂😂😂😂
Sha Fanny urazi gukina vraiment 👍👍👍💪💪💪
Mbega vyiza maria inda yamufashe ❤😂😂
Nukuri umuntu atararaba fear women part 3 yarahomvye sindababesha irigisha so mwese courage
😂😂😂😂basha narinatanzwe na serie Urugo ntakundi!!!
maria urumutii wa stress nukurii🤩🤩🤩🤩
Mariya ndaguhebeye nukuri😂😂😂ukigira umusazi n'inda munda bigashoboka? Nibareke ubayobore mur film ntabindi
Ahubwo arashoboye cane
Muzoyiduhe kabiri mundwi munatwongere utunota kuko imara akanya gato ❤❤ hanyuma abandi baguma bavuga ngo nabaye uwambere ntaco bimaze
Nakazi ark vrt iyo rôle vrt kumuntu wumuvyeyi en plus yibungenze oyaaa siyoo
Waooo🎉❤ vyiza
Ewe mariya WE so courage❤❤❤
Ndabakunda❤❤
😭😭😭yoooh ewe maria urandijij nukuri urukoko rurik rukakury ngo aban nabo barashonje☹☹ewe coco waragakoze watum maria asara!sha Fanny Iman iguh umugisha cane kuber ukunt witanga mugukina n'inda munda haaa wubahwe nukuri😭😭
Maria disi ari kwactinga neza cane muhaye🎉🎉🎉
Urugo nahishikiye courage 🎉🎉🎉😂😂😂
Mariya urintwari vrt Imana ikwagurire imbibe nimpano
Ngo ingene kanyogomba fiko bibi gutukana🤣🤣🤣
Akokantu nawe wakumbise😅😅😅
Ivyobintu vya fear women mwazanye rero mutanguye kutugirira nabi
Ngo rwaa Claudine rurandiye Maria wanj unyibukije gasirida musazi niwe atakura umwana mumugongo😂fiko arishuw naho ahuy numusaz
Unyibukije umugabowaje ❤iyonashavuye❤❤abwirakodigikoko❤❤🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Mariya nukuri very good 👍👍👍
Wao grâce yagaruts twari tumukumbuye
Maria n'a fiko nukuri murandijije .gusa ❤❤❤ muri mumuhamagaro wanyu Kwel.
Hhhhhhh ngucawanika imivunde 😂😂😂ariko gaman fiko arantwengej
😂😂😂😂Ngwa clodine nungwan rubi ngwariy fanny ruramumaz 😂😂🥺
Sha fanny yubahwe niyompamvu guterimbere arivyaw tuu uracar1
Eweee Yohakimuu shaaaa hunga ntibabanigureee😅😅😅
Mariya wacu urashoboye🎉🎉🎉🎉
Fany na Fico muranyisheee nezaaa😢😢😢😢
Fiko nawe abaye umusazi yemwe😂😂😂😂😂❤
Ndabay uwamber un musi❤❤❤abaz nyum mundemere
Rwa claudine ruguma rumurya munda fiko rwice,murasetsa pe ewe fiko muguheka umwana rero,courage gendugaburir abana umuceri nivoka
Nimb harih igice gitanguy ntwenga kigahera ntwenga niki 😂😂😂 fiko wew na Destin uwitwa Joachim wew 😂😂😂 gusa courage film ikomej kuryoha nkub woza wumv ngo final muyibandany ahubwo