Pierre Corneille disait *Aux âmes bien nées, la valeur n'attend point le nombre des années*🎉🎉🎉... Tera imbere Trésor. You a real treasure to to country and the young generations🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Gira Imana n'abantu. Hanyuma rero ababanyi bacu ntibafise intambo imwe, ahubwo nuko utazi kuzitandukanya. Mu kinyarwanda abatimbo bitwa ABAKARAZA, intambo zabo zimwe.muzo nzi hariho.iyitwa Umushayayo, ikinimba... nabo intambo zabo ziratandukanye, gusa kubera atari umuco wacu, ntitubitandukanya. Uzorondere ibitabu vya Alexis Kagame uzotahura. Hanyuma kuvuna ihunja bavuga ngo *Guca umugara*.
Contact Trésor : 68699379
Abemera Trésor duhurire hano. 👇👇👇
🙌🙌🙌🙌🙌🙌Jama unatusha kweli trésor Unaweza
Trésor ndagukunze cane
Nawe Magic ndakwemeye cane
Umukama akumpere umugisha diii trésor
❤❤❤ nukur nzogutumir murubanza gwanj
Il est très talentueux Kandi Ninakeza❤
Love from Rwanda 😊
Ndashimiye umuntu yakuzanye urashoboye kandi urakunzwe❤❤❤❤❤
C'est ça que nous avons réellement besoin. Peu importe les circonstances, faire connaître dans le monde entier, les beautés de notre pays BURUNDI 🥰
Nzogutumira murubaza gwanje❤❤❤🇴🇲🇧🇮
Urinimpano pe❤❤courage sana
My pleasure
❤❤❤intahemuka Tresor .ufise koko tresor muri wewe❤❤🎉🎉🎉
Mon préféré 👌👌👍👍 courage courage
Ndamwemer
Ndagukunda❤ icompuza nawe uraryosh urubanza pe!
Urarenze musore🙌🙌🙌kure cane niho nkwifurije
Very talented, well done!!!
Courage trésor yesu akugeze kure cane
Very talented and blessed ✍🏾🙌🏾
His smile though 👍👍
Je peux l'écouter pendant des heures tellement il est talentueux
Tresor ndamukunda sanaa big up sana bro ✌🏻✌🏻✌🏻 Intahemuka baramuye ibikura😘
Mbega impanoooo weeee.courage trésor.ndatwenza ndanarira peee .urashoboye peee.ndumv nzokurondera one Day kabisa
Neza cyane komerezsho
We talented rispect brother 😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤
Felicitation.ndagukeneye
Shaaaaaaaaa uyumusore Manuka bikomeyeeeeee😊
Love this guy, longlive bro
Respect my brother🇧🇮🇧🇮
So talented guy
Sha ufise talent vrt courage
Sinkubesha urandyohera mon frère
Keep it up👏Big brother✌️Trésor 🤍🤗
Cool ❤❤❤
Felicitation kaka wanje vuba nzogutumire kurubaza ndakeneye akanime kawe nzokahabwe
Wubahwe kabisa Imana imbere
Gusa hariho ikosa mwavuzemwo habuze nuwurikosora. Imvyino, intambo, akaranga muri rusangi s'akamoko nkuko tresor yabivuze. Ahubwo imvyino ndanga akaranga zijana n'intara kama z'u Burundi! Kumoso= ihuruma; agasimbo= buragane; unuhanga vyanda. Kandi uko intara igira regions naturels nyishi niko igira imagino ndanga akaranga nyishi. Exemple: Ruyigi(umutsibo, ubudemera,...), Imbo, kirimiro ahí hose urahasanga ibiranga akaranga birenga kimwe! Vive notre paya le Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
From Spain, turabatasha!🇪🇦
Ni from where 😂😂😂😂
Igitega ni ingoma
Kbx woe nkukunda kubi🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Mukinyarwanda naho hari ibice byinshi byokubyina. Urugero kubyina ikinimba, gushayaya, guhamiriza nibindi...
Courage mon frère
What a guy.🇧🇮🇧🇮🇧🇮❣️❣️❣️💪
Nanjye uyu muntu mukunda kubo mperereye m’URWANDA
Much respect brother
Trésor ndagusab umpe contact zawe?
Courage my bro Urashoboy kbxa
Uranezerey pe!
Trésor wangu Kure cane hashoboka Mtu wangu
Ad power to it my support on your face bro.
Intahemuka hejuru🥰
Semavumba yabajije ikibazo ciza can nigiki mrko murakora kugirango ntihagume hitirigwa ngo imico ndangakaranga niyabagamba 🙌
Original. Urazi ibintu vraiment vyagaciro kanini mubantu. Nukomere mn fr!
Courage monsieur trésor biraryoshe cane Kure cane
Waouh mbe basha uwogukenera mukindi gihugu vyokunda ?
Ego cne
Numéro yanyu?
Courage grand frère🇧🇮🇨🇦
Intambwe kuyindi bro Ndikumana Imana ikujimbere cne boss👌
Courage uri nimpano
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Courage vrt urandenzeee
Kuvuna ihunja mukinyarwanda ni uguca umugara
Impano nkizi turazikeneye cane murwaruka . komerezaho muvukanyi
Yoo umuhungu wimpano kabisa imana yaraguhezagiye vmt ningabire wironkeye ntihandikirizwa
Yubahwee sanaa
💖💖💖💖💖💯💯💯
😂😂ngo vyabimama vyo mur........🤣🤣🤣🤣🤣gs nda❤❤❤
TRESOR urimwo pe
Pierre Corneille disait *Aux âmes bien nées, la valeur n'attend point le nombre des années*🎉🎉🎉... Tera imbere Trésor. You a real treasure to to country and the young generations🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Gira Imana n'abantu.
Hanyuma rero ababanyi bacu ntibafise intambo imwe, ahubwo nuko utazi kuzitandukanya. Mu kinyarwanda abatimbo bitwa ABAKARAZA, intambo zabo zimwe.muzo nzi hariho.iyitwa Umushayayo, ikinimba... nabo intambo zabo ziratandukanye, gusa kubera atari umuco wacu, ntitubitandukanya. Uzorondere ibitabu vya Alexis Kagame uzotahura.
Hanyuma kuvuna ihunja bavuga ngo *Guca umugara*.
Afise talent irenze snaaa 👌🤛
❤❤
Courage diii trésor ufis impano ikomey
Interview irimw simbizi ib iryishyee cne iy ntagondw yacyuu😂😂
Man uwo mujama ari na talent vrmt arakeney support😂😂😅😅😊
Komez musaz
Hejuru cn 🎉🎉ndiku
❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Uy muhungu ndamushka kur mariage yanje 😂😂😂araryoshe urubanza kbsa mumpe numero yiwe
Courage nyinshi frani bandanya ukora neza
kubera ko ufise 25 ans, kumbure uracafise vyinshi vyo kwiga, arko wihenze mu Rwanda hari imvyino nyinshi! si imwe gusa. Merci
👍👍👍👍
Bravo 👏👏 trésor 🎉
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Namje ndamukunda cane
Nkako ka Nestor kari gakwiye kuba censuré😮
Araryosha imanza cane
Muba muhazee😂😂❤️🔥🔥
Courage
Mu Rwanda dufise intambo nyinshi ahubwo emera ko uzi bimwe vyamenyekanye hose.
Bitewe na region zo mu Rwanda 🇷🇼 biratandukanye.
Kuberiki se mutamenyekanisha byoseee
murwanda tuvuga kuvuna umugara
🇧🇮🇨🇦❤❤
Nukuri uwo mutipe araryoshe vrmt
Trésor, n'ukuri warahezagiwe, urakama. Nkunda akaraga kiwacu
Muratunezeza Can nimwubahwe
😊😊😊😊
Mukanyanda bafise intambo nyinshi hariho igishakamba ihunja umudiho burya intara yose ifite intambo yayo
Tukwipfurije gutera intambwe !
courage😍😘
Hhhhhhhh ng akuroze ntakurogora😂😂😂😂😂😂
Ibirakunzigamira nzogutumira iwanje unryoherez urubanz
Urashoboy trésor, lmana ikujimbere,kure cn hashoboka ndagusabiy uzishikeyo😂
❤❤❤❤❤🙏🙏🙏