Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Urukundo utwereka rurarenze 🇧🇮🇧🇮 Jesus je t'aime by El Franck ft MP The Machine
Ex by Emery sun
Thanks for sharing 👍
Proud of you hoza gusa reo swahili ninoma😂😂
I WISH by D-One Diyodoni😂 YadutayemwoHoza nayirabe adusangize
Thank you for sharing dropping tomorrow 😍
Savapa ya Bain turo ft raph iraryosh uzadukorer umuti
Thank you for sharing
I wish by D one uyidukorere
DROPPING tomorrow 😍
Hariho iyindi ex by Emery sun nayo irarenz uzoyidusangize please
🔥🔥🔥🔥🚀🚀
Savapa by bainturo
Ex by Emery sun yiturabire
I like how u react
Thank you for watching🙏🏾😬
❤❤❤❤❤
Thank you for watching
Savapa by bain turo
Thanks for sharing
Yashatse kuvuga ko ex na capati yotora i capati ck ikaranga ck ubunyobwa 😂
Mana weee ibaze😳😱
Savapa ya bain turo
Hey madam,I'm your follower for the moment,but I have a question,why are interested by burundian music?? Tuvyite gute?
Do You have problems kuba akund music 🎵 ndundi? She loves us🇧🇮 and we 🇧🇮love her that's all
Exactly Twabyita ko njyewe n’abarundi tubyumva kimwe 😂🤞🏾
Hey Hoza! Uraho? Hama Tom, yariko aririmbira umigore wiwe bagize mariage ariko batararangiza n'umwaka babana, umugore wiwe, aca akwegana n'umuzungu, aca aheba Tomson akurikira nya muzungu. Muriyi ndirimbo yariko avuga ngo umu ex n'umukate(umugati), yohitamwo umugati. Ariko umugore wiwe, yarisubiyeko acatangura kurondera Tomson amasuba imbabazi ariko Tom Yanka, niho guca aririmba iyo ndirimbo ngo hagati y'umukate(umugati) n'umugore wiwe yohitamwo umukate. Arik Tom yarisubiyeko na we, aca araharira umugore barasubirana. Ubu bameze neza.
Namwe murakoze & Thank you for sharing
Urukundo utwereka rurarenze 🇧🇮🇧🇮 Jesus je t'aime by El Franck ft MP The Machine
Ex by Emery sun
Thanks for sharing 👍
Proud of you hoza gusa reo swahili ninoma😂😂
I WISH by D-One
Diyodoni😂 Yadutayemwo
Hoza nayirabe adusangize