Mana ukomeze guhezagira aba basore cnk umurwi We love music muri rusangi.Gusto,uranyubaka pe!Ami pro nawe urafise impano y'aka kazi kawe ka journalisme vraiment !
Nimwavana muzoba muzimye mubimenye kuko votre force se trouve dans votre union. Hama management ku barundi iracagoye kubera baca bibaza ngo urabatungiyeko
Nukuri sinarinzo hoje abantu bonyibagiza Drama t🤦♀️we love music tora amashurwe yanyu🌹🌹🌹🥀🥀🌺🌷 kuko sinoryama ntimvise elena na Bellissima mwubahwe😘❤️❤️💕🌺🌺🌸🌸🌹
Mpise niruka kureba Jana nanje nukuri Burundi muririmba neza turabakunda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼 naho mwatwanga Ariko indirimbo zanyu nzajya nzibyina everywhere ibaze song nka MADAM naho wayinyangisha sinabikora 😢😢😢😢😢 God bless 🇷🇼 🇧🇮
Bro ntabwo tubanga ikindi nizeye ko namwe mutatwanga ikibazo kiri kubuyibozi twe nkabaturag ntabw bitureba
Murwanda Abenshi dufite amamuko ngaho Burundi ntitwapima tubanga pe. 🙏🙏🙏 buriya nkurikira entertainment yanyu cyane birambabaza iyo numva abanyamakuru baduteza umwiryane binyuze mundirimbo nabahanzi. Ntakibi mukora kwakira abanyarwanda kukibuga cyindege naho twe tutabikora Bitewe na organization Ariko nziko tubakunda. Ntago urukundo rugaragarira kukibuga cyindege gusa 🧏🧏🧏🧏🤣🤣🤣🤣
Kwisembe nivyo duhay twanka . Nimba uruwi Rwanda muzohinduk imitima yababkurira kuko natw twatahinduts umuziki utandukany nivyobindi
Ewana wee turahuje ivyiyumviro ivyabayobozi bacu twebwe ntituvyizunge ariko hagati zacu dukundane ninavyoo vyizaa cane ♥️🤐
Mon frère ntamurundi yokwanka umunyarwanda gutyo gusa utubwirire abanyarwanda KO tubakunda kuruta uko babizi arko twaramenye neza KO Politique yurwanda nuburundi vyase KO bihuza iconzi nuko biteb bitebuk tuzogira politique imwe
Ngaba abantu bamaze gutuma nja mu kirori c'umuziki kuva nitwa izina. Ico kirori nubu nta kindi ndajamwo.😍😍🥰🥰
Melanin boy ijwi ryiwe ni Level yindi kbsa 🔥🔥🔥
abana b igihugu bariko banigwa n umurundi nkabo 😢😢 we just lov music turabakunda uko biri kwose
Ndi nayilobi welov hejuru❤❤❤
Wallah Aba Bahungu Bagiye Kutwicisha Umuziki❤❤❤ We Just Love Muzik🙏🏻🙏🏻
big shoutout to we love muzik kabisa dey deserve more in da music👌🏻😍😍😍😍❤
Je ndi Mozambique indirimbo itava mumodoka yanje ni gumana nanje big up we love Muzik
Mana ukomeze guhezagira aba basore cnk umurwi We love music muri rusangi.Gusto,uranyubaka pe!Ami pro nawe urafise impano y'aka kazi kawe ka journalisme vraiment !
Asha mbakurikirana mwese pe kndi mbafana kubi from Bubanza 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ndabakunda sanaa we love music uy mwak bayiteg kuk barekur ibisasu gusa
Ndi muri Zambia izindirimbo zababa ba Frere zangeze mumisokoro ndavuga nti big up xaana we love music ✌️
From canada turabakunda we love muzika❤❤
Fernando na melanin boy ndabakunda cyane❤❤
Muri Australie turabakunda We love muzika Imana ibahe kuririmba
Abo bahungu bazotera imbere kuko birekuye bavuga ibibarimwo . courage vrt
From lndia turabakund cn Love music
We love Music iri muri kimwe cerekana ko Imana ibaho
❤❤❤❤❤❤
Nimwavana muzoba muzimye mubimenye kuko votre force se trouve dans votre union. Hama management ku barundi iracagoye kubera baca bibaza ngo urabatungiyeko
Ndabakunda cane we love music hejuru cane 🎉🎉
🔥 Bakora ibiri mu maraso, atari vya bindi vyo guhatiriza 🔥
Wallah We just Love Music 🇧🇮😍😍😍
Hejuru cane bana Bigihugu🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮
Love Muzika from Yaoundé ❤❤
WE love muzika mwebwe ndabemera fx kuko muraririmba mukangezayo 💪💪🔥
❤❤❤❤ ndabemera sana we love music to be you forever❤❤❤❤❤❤
I love them WE love muzic
Wow Imana ishimwe twari tuzi ko batandukany abntu bcuu🎉❤
Nukuri sinz ico novuga kk birandenga kbxaaaaaa abarundi turashoboy Mungu mbele Sisi nyuma Big UP saanaaaaa turabakunda❤
We love muzik 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Much love from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Asante sana muratunerej muzemigume uko nitwa emery Batavia emy love muntar ya Gitega
Melanin boy you are the best Artiste in Burundi 🔥🔥🔥🔥💪
Barandenze ❤
Ndakunda we love musika ariko nari narababajwe nuko indirimbo zabo nieo zidukoma zazibiriwe ama promotion ❤❤
Batwike batavana batagomba
We love music tunawapenda❤❤❤❤❤🎉🎉terimbere
We love muzik
We love music ❤❤❤ mubikora neza kbx
Coz we lova muzika❤❤❤
Ako kantu karanyica mu songs zaboooo🎉😮
Ndabakunda sibanga bah mutababay ❤❤❤❤
we love music nukuri murabe musubirana nukuri👌💪💪
Muri bwabumwe nyene abarundi bacu hejuru cne🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
We love Music juu❤
So amazing guy's
I'm very happy to hear that they are still together as WLM team !!!
Big conglet kbx
@Dovaa tv show
Ndabakunda vraiment ❤ du courage gusa ntimuzotandukane kabisa
we love muzika❣️❤️💕
Ndabakunda cne mwise ❤❤❤❤❤❤
Love from Rwanda
Abantu batwiciye team WE love music barambabaje.iyo management irongowe nand uwomugesera
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 respect we love music
Mbega abasore beza banzikuririmba Dj Fernando ndamukunda ❤
We just love muzika❤🎉🎉🎉
We love muzika amashurwe yanyu tora🎉
Ndagukunda vrem Iman iguh kuger kur❤
Kandi Imana ikomeze ibaje Imbere mwese
Love muzika tunawapenda sana
Kbx bavandi bacu fire💥
Don bright afise inzigo,ashaka kwica izi talent vrema.Aratryr isoni
Mbakunda kubii❤❤❤
Love❤ from mr dossi official 🇧🇮
Good✌
❤❤❤❤ uri special
Buja FM muzorabe muhindure caméra Hama Big up to this big boys🎉🎉
We love muzika❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮💪💪 Melanin gusto on top ❤️❤️❤️❤️🌹🌹
Ndabakunda
Aban bigihugu
Wilove music ❤❤❤❤❤
Love you si much
Urya mujama DonBarayiti 😢 ntazogaruke😢😢😢
AAA amipro ..kudukunda WE love musik hejuru can
We love muzika ❤️❤️❤️🇨🇩🇨🇩🇨🇩💯💯💯✅✅✅✅
Aba basore nibo🔥🔥🔥🔥
We Just love muzik❤❤
Nukuri ndabakunda team we love music ❤❤
Abana bacu barashoboye. Courage les gars
WE love musik murashoboye.courage sana
Hello Basaza, mbwirira Abo Bana b'Igihugu ati Big UP sana Kuri yo miriro y'abo y'indirimbo zabo❤
We love muzika❤
Sha ndabashimye cyane
We love muzik respect ndabana uburundi kuyindi level
Baraxhoboe
Ndabakunda cane
Nukuri sinarinzo hoje abantu bonyibagiza Drama t🤦♀️we love music tora amashurwe yanyu🌹🌹🌹🥀🥀🌺🌷 kuko sinoryama ntimvise elena na Bellissima mwubahwe😘❤️❤️💕🌺🌺🌸🌸🌹
Hit connexion turakeney chef wa DB music
DB CANK CB
From kumamoto japan 🔥
fire boy we love mzk
They are so talented kbsa
Ikinryoheye cane ubwitonzi bifitiy apana ba drama t kumigaro hongela sana nawapenda sana
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Iyi niyo team nemera 💥💥💥💥
Bellissima ❤ elena hejuru ariko ntimusambure iyi team we love muzika
Abo bana bacu vraiment nisaw cane kweri vyukuri bahabw saport pe❤🎉
Uwomusore arashoboy
One❤🎉
Courage bantu bacu murik murakora neza Kandi cane
Muranezereza umutima❤❤❤
We love Muzik forei
Jana nanje🔥🔥