Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Sinshobora kurengana émission Nelly arimwo ntayiravy😂😂😂ndakunda ukuntu wigirira confidence Nelly🎉❤
Nellynat nanje ndagukunda caane sinosimba ikiganiro cawe
Nelly big up shaaActually u .re so intelligent. Your mind set is over than your viewers. Thank you so much for your ideas
one Wayyyy 🇧🇮👌🏾
Nico kibazo gihanze uburundi. Abaze ikimenyane kigeze no muri music awards😢😢Nelly avuze ukuri
Nelly naw agufitiye akarimi mbe ivya sat b na Bell Nice vyahereyehe
je ndashaka muzozane umwe mu ba jurés qui était dans l'affaire comme ça turonke une info équilibrée
Unomuns wari smart girl 🎉❤🎉
Reka kubesha abantu, Bdi nta showbiz ihaba. Ni inzankano gusa, dent pour dent oeil pour oeil😂
Number one ☝️
Nelly jew je suis d accord avec toi kurico ca Award harimwo amanyanga
😁😀 ariko nihatari kabisaa, jewe sindumva ikintu kizima uwo mukobwa avuga. Gusa twarabuze aba influenceur i Burundi bavuga ibintu bizima , bashobora kugira ijambo rizima muri music industry . 😢 turonka utugugu nkako ngo ni Nelly Nat 😏
Ndakunda cane Nelly ukuntu uciye ubwenge urabelewe
Today 🎉🎉🎉🎉 nelly
Ndamukunda❤
Ariko Nelly arabesha dj Fernando imuyinga yakiwe neza nama vidéo arahari
Yaduhe non😅
Akanyamasyo k'imodoka 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Mbega basha tel yiwe twoyibona gute ngo tuze turabona status ya NellyNat
🎉🎉🎉🎉🎉🎉ama shugwe 🎉🎉yawe wewe ❤❤❤ urakunzwe ❤❤🎉🎉
🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Ako gakobwa karishim basha , ngo akaduga ka Simbizi ngo karatera cancer , uragure akiwaw turabe, asha Simbizi naw ntateba kukwishura
Nelly ❤❤
Ako kantu kukereka gushira umwan kum rezo sociaux niko vt .simbizi biry agir nububwa
Ndakunda ukuntu Nelly Nat afise self confidence kandi maze kumukwirikira kenshi afise analyse irimwo ubwenge bwinshi kandi avuga ibintu bitomoye.
Eeeh reba ako kaboko kambaye isaha kweliii
Pu wambakaziwe.
Simbizi turamuzimya 😳😳😳😳
Bro ni Airbnb not air b&b
Nelly❤❤❤❤
Ariko nelly nubwo birukwo siwmbizi naw ni bland ikomey cane. Kiyizimya sinibaza ko vyokworohera . Kd uramutse naho ubishoboye actually woba uhombeje umuziki ndundi kuko afise ukubona ufitiy akamaro industry ndundi niko nasimbizi bimeze. Hamwe womuzimya ,,woba warateguy uyundi yoca amusubirira kugira industry igumane akanovera nkako yarisanganywe?
Ndakikundira disi uburyo gateye
Ateye neza vrt
Nelly nat
Unomusi ka NELLY NATT Kari kambaye neza
Ny mu fana wuyu nelly ahari tur murunguruka turaba ivyo kikora
Mukobwa Mwiza wakoziki ko mperuka ufise ibihere ninkovu woshobora kumfasha ukambwira ico wakoresheje nanje nkivura wobukoze
😂😂😂😂😂😂🤸
Niryambere uvuze Ivyoshaka kwumva lbs.
Nelly nubwo harivyish wabesh nukuri wakuvuze😂
Izo nzara ziwe mutubarize ukuntu afungura ubugari 😂😂
Uraboningenuberew
Urashaka wigumire uko nerinate
Urashaj Vrmt bureka kubeshaaaaa ntanagasura Gasesuy ugifis🤷 ntawukwanka nuko Atarivyiza Kuvuga Umuntu Ahiwacu
Ibintu vyarabaye nabi 😏😏😏 ni gte umuntu yihaya kazi gutukana kandi karivyo ashoboye😂😂 rero intambara ni intambara ntavyo kuvuga ngo batuke wewe barekane na entreprise sijui famille yawe!!umuntu umukubise ingumu zo mu maso nawe aguha izo mu mbavu mukababara mwese.hama uri agakobwa keza rekan nivyo bintu vyo gutukana urashobora gutanga msg utatukanye abantu tukayumva kndi nuwo uyihaye akagutahura
Ndapfuye nugutwenga guys ngo akokaduga kawe sinshaka kukagiramwo kohava kangwaza Cancer 😂😂
Ariko Jewe sindakuzi kabisa. Ni ubwambere
Mwampaye numero ya nelly nat
Sinshobora kurengana émission Nelly arimwo ntayiravy😂😂😂ndakunda ukuntu wigirira confidence Nelly🎉❤
Nellynat nanje ndagukunda caane sinosimba ikiganiro cawe
Nelly big up shaa
Actually u .re so intelligent. Your mind set is over than your viewers. Thank you so much for your ideas