UMVA IYI MIGABO ABA MONDIALISTES BAFITIYE ISI / Pasteur VYIZIGIRO Samson

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 7 лют 2025
  • UMUNTU WESE ARAKWIYE KUMENYA IVYO TURIMWO N'IYO BITUJANA
    Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
    Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
    / @meirratv
    Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

КОМЕНТАРІ • 27

  • @NdikimweJeanClaude
    @NdikimweJeanClaude Місяць тому +2

    Amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen

  • @Pierre-h5c
    @Pierre-h5c Місяць тому +2

    Yesu Christo yongereze Aho wakuye mukozi w'Imana nawe MEIRRA TV Yesu Christo akwugururire umugisha mwinshi waguke cane abatarumva bumve ubutumwa bubohora

    • @meirratv
      @meirratv  Місяць тому

      Amen Amen 🙏💓

  • @CarineIradukunda-y7p
    @CarineIradukunda-y7p Місяць тому +2

    Imana ihezagir umukoz w'Imana

  • @beatricenkurunziza3136
    @beatricenkurunziza3136 Місяць тому +1

    Amen Amen YESU kristo ashimwe cane murakoze

  • @ing.josuekwizera370
    @ing.josuekwizera370 Місяць тому +1

    Imana ibakomeze cane Pastor wacu

  • @GituwitayeHaridi-r6f
    @GituwitayeHaridi-r6f Місяць тому +1

    Imana ibahezagire kuribi biganiro muduha

    • @meirratv
      @meirratv  Місяць тому

      Amen. Namwe muhezagirwe cane 🙏💓

  • @octagondatasystems5022
    @octagondatasystems5022 Місяць тому +1

    Imana ikwongere inkomezi n ubwenge bwijuru

  • @nshimirimanajohnsgod2816
    @nshimirimanajohnsgod2816 Місяць тому +1

    Imana idufashe cane

  • @IsraelNinziza-gz9bk
    @IsraelNinziza-gz9bk Місяць тому +1

    Murakoze mukuturungikira inyigisho nkizi
    Yesu abahe umugisha

  • @oscarkarenz-l5n
    @oscarkarenz-l5n Місяць тому +1

    Abayo yabamenyekeracane

  • @jeremiemateso24
    @jeremiemateso24 Місяць тому +1

    Mana uramfasha

  • @CrypTecSpce
    @CrypTecSpce Місяць тому +1

    Ibi biganiro ni ngirakamaro gose

    • @meirratv
      @meirratv  Місяць тому

      Yesu abahezagire 🙏❤️

  • @JeremieNdayizeye-o4m
    @JeremieNdayizeye-o4m Місяць тому +2

    Ikibazo ufise nikimwe kiri murivyo uvuga harimwo ubuhanuzi bwavuzwe na daniyeri 7 ;25 muvyo bahinduye nawe nivyo urimwo

    • @meirratv
      @meirratv  Місяць тому

      Urakwiriye gutahuzwa na Mpwemu Yera ncuti yanje

  • @NiyukuriSaphire-e1j
    @NiyukuriSaphire-e1j Місяць тому +1

    Imana iguhish ukuzigame