BIRYA BIVUGWA VYOSE NI IBIHUHA GUSA - Ijambo Rév Pr Onesphore RUKWIRIRIKANYA yashikirije Ishengero

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 27 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 41

  • @AlineNtakirutimana-po4eb
    @AlineNtakirutimana-po4eb Годину тому +2

    Ahwiiiiiiiii Ndaruhutse. Uhoraho niwe nkinzo yacu. Murakoze kutubwira ukuri ❤

  • @GeorgesByabagabo
    @GeorgesByabagabo 4 години тому +2

    Yesu nashimwe
    Murakoze Pasteur kuduha inkuru y'imvaho kuvyerekeye ibihuha vyari bimaze igihe buvugwa , ubu turamenye neza ko ari ibihuha gusa , kandi natwe tuvyumvirije dutegerezwa kubibarira abandi nkuko mwabishikirije nyene.
    Imana ibahezagire cane
    Kandi Imana ibakomeze

    • @meirratv
      @meirratv  4 години тому +2

      Amen Amen 🙏💓

  • @chancelynendabacekure4870
    @chancelynendabacekure4870 24 хвилини тому +1

    Ameeeeen ameeeen ndanezerewe mumutima wanje biragasubira kubo vyavuyeko

    • @meirratv
      @meirratv  10 хвилин тому

      Amen 🙏💓

  • @FelixNiyoyankunze
    @FelixNiyoyankunze Годину тому +1

    Ameeenn Imana ishimwe ko turonse umuco

  • @ClementineMutoni-t7d
    @ClementineMutoni-t7d 3 години тому +1

    Murakoze Bavyeyi bacu Imana Ibahezagire kwuwo muco mutanze

  • @GraceMbabazi-ss8xt
    @GraceMbabazi-ss8xt Годину тому +1

    Murakoze cane

  • @haburanimanagerard9505
    @haburanimanagerard9505 3 години тому +5

    En tant que média ikora ku bijanye n'ijambo ry'Imana, muraturonderera version y'i kiremba nayo pour équilibrer votre information

  • @IngabireChristaBella
    @IngabireChristaBella Годину тому +1

    ❤❤

  • @SamuelBukuru-n4e
    @SamuelBukuru-n4e 2 години тому +1

    Murakoze kumuco muduhaye

  • @amorossafi875
    @amorossafi875 3 години тому +3

    murakoze kuduhumuruza, imitima yagira utuvemwo . Satani atsindwe mw izina rya Yesu

  • @claudenkurunziza3746
    @claudenkurunziza3746 2 години тому +1

    Murakoze kuduha kuduha umuco ariko bizoba vyiza caaae mugihe umuco mutanze woba ari umuco wera w'ukuri kwomumutima🕊🕊🕊Daniel11:32......Abazi Imana yabo bazoshikama........Yohana4:23 Arikw igihe kiza....🙏

    • @meirratv
      @meirratv  2 години тому

      Tuvyizere! Kuko babivugiye Ahera. Kandi ukwo ni ko kuri, gusumba inzandiko zitagira umukono.

    • @claudenkurunziza3746
      @claudenkurunziza3746 Годину тому

      @meirratv Naho har bindi vyatanguye ukunyene ari tractes zitariko umukono aho kuntahangwa bikarangira bigiye mungiro!Reka twizere Imana twizere naYesu....Iconzi nuko ariYesu Kristo afise ijambo ryanyuma kwibibintu.

  • @ManirambonaElvis-j3z
    @ManirambonaElvis-j3z 10 хвилин тому +2

    Ibibazo biriho yanka kotwebwe ABA Christo tubimenya.gikuru twebwe nugutumbera Yesu wenyene

    • @meirratv
      @meirratv  7 хвилин тому

      Ariko ivyo avuze ni ukuri yuko ibiri muri rurya rwandiko ari ikinyoma!!! Ibisigaye yabivuzeko yuko hari ikibazo c'uburongozi. Ariko na co nyene yavuze ko abo batabihuriza hamwe ari ukubasengera bizohera.

  • @desirenimubona2323
    @desirenimubona2323 3 години тому +3

    ABAROMA 16: 17-20 " Ariko bene Data, ndabinginga kwitegereza neza abazana ivyo gutandukanya n'ibitsitaza, bidahura n'ivyo mwize, mubazibukire. Kuk'abameze batyo Umwami wacu Kristo atari we bajakariye, ariko n'inda zabo, kandi bohesha imitima y'abarenda amajambo meza n'ivyo kubanezeraza. Igitumye mbandikira ivyo n'uko ukwumvira Imana kwanyu kwamamaye mu bantu bose: ni co gitumye mbanezererwa, ariko ndagomba ko muba abanyabwenge ku vyiza, mukaba abatungu ku bibi. Imana nyene amahoro izofyonyorora Satani vuba musi y'ibirenge vyanyu. Ubuntu bw'Umwami wacu Yesu kristo bubane namwe

  • @baramparurutsej.dedieu5361
    @baramparurutsej.dedieu5361 2 хвилини тому

    Uvuze nk'umurongozi n'aho ibibazo bitabuze

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb1765 13 хвилин тому +1

    Nuko nuko.

  • @PetercleverRumbete
    @PetercleverRumbete 3 години тому +1

    Karakamaramaza kumva ngumuntu ngo ni super archevêque, none rero nimba ari ibihuha lmana ishimwe, kuko mwari mwaduciye umutima, twibaza kumbure icabateye kubikora, mugabo gusa kuko mutatubwiye neza uko mwabitunganije kuko ikibazo coco kirahari, atari mu ba Christo batobato, rero mwebwe muhagarare neza

  • @maishacenter-eastafricatv3976
    @maishacenter-eastafricatv3976 3 години тому +1

    🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️❤️❤️🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @EmileNshimirimana-x4j
    @EmileNshimirimana-x4j 3 години тому

    Sawa gusa mpwemu asesa numutima niwe azi ivyo murimwo ariko ico mwomenya ishengero nirya Christo yaripfiriye

  • @iyumva-jonas
    @iyumva-jonas 2 години тому

    Hah! Ururimwe rw'umwe rukamwa imfyufyu. Ya makete yose ni irementa ya kweli? Batuzanire b'i Kiremba n'ab'i Ngozi nabo twumve uko bavuga. Imana ntibeshwa muta.

    • @meirratv
      @meirratv  Годину тому +1

      Ntuhave uca urubanza. Ukuri twofata ko ari ukwo kuvuzwe. Ivy'amakete atagira imikono ntitwohava tuvyizera.

    • @meirratv
      @meirratv  Годину тому +1

      Ariko kandi nimba wakurikiranye vidéo yose, yavuze yuko ibibazo bitabuze mu burongozi w'Ishengero, banabisengeye, bivanye n'ivyo badahurizako. Ariko Ishengero muri rusangi tworema.