*COLLECTE DE FONDS POUR LES VICTIMES DES INONDATIONS* La montée des eaux du Lac Tanganyika a fait plusieurs dégâts matériels dans plusieures zones de la capitale de Bujumbura avoisinant le Lac. Et parmi … Read more here gofund.me/89201a5f Numero lumicash 61899583 (Hosiane IRAKOZE) Forward this message to your contacts to help this campaign reach its goal! And thank you for your contribution 🙏🏽
Je salue votre courage et votre esprit d'aimer d'autres personnes en difficulté .Siren Vibes Tv muriko murakorera igihugu neza allez de l'avant turabashigikiye
Basha ngiye ku mavi kubandanya dusengera Uburundi, hari vyinshi numva umenga ningwano zo mumwuka, nivyo shetani ishaka kudutesha umutwe ibibazo gusa, les filles vous êtes des heroines, des porteuses d'espoir, ndabatuyeko inkomezi ziva muri Yesu, Imana igumizeko ikiganza cayo kuvyo mukora Hari umuntu yabonye ndiko nda posta irya lien yanyu ya fundraising, aba mutanga nord yavuz ko inzu yiwe yahiye adafise uko agira kandi ari muri pension umugore akaba amugaye ari impumyi ngo ashaka uwobafasha guterereza😢😢😢, ibintu biriko biraba buja vyerekana yuko shetani ariko atera akagere kanyuma 😢😢😢
Je salue votre courage et votre esprit d'aimer d'autres personnes en difficulté .Siren Vibes Tv muriko murakorera igihugu neza allez de l'avant turabashigikiye
*COLLECTE DE FONDS POUR LES VICTIMES DES INONDATIONS*
La montée des eaux du Lac Tanganyika a fait plusieurs dégâts matériels dans plusieures zones de la capitale de Bujumbura avoisinant le Lac. Et parmi …
Read more here gofund.me/89201a5f
Numero lumicash 61899583 (Hosiane IRAKOZE)
Forward this message to your contacts to help this campaign reach its goal! And thank you for your contribution 🙏🏽
Shalom bjr nashaka kutanga des habits m simbona neza uko nobibaha mfise umu bb birangora kwideplaca.merci
Shahu mufise imitima myiza, ndabikundira😊 Dacia mpore! Shetani yashavuye 🤣🤣 Iyo ni signe yuko ivyo mukora bifise agaciro kanini goose ❤ Mwarahezagiwe nukuri 🙏🏻
Yooh,mpore Dacia urakira Kristo aragukanda,basha Kristo abahezagire muritanga cane Ivyo bikogwa mukora Hosy nabagenzi bawe Imana izibibaharureko nkukugororoka hama Nikita nawe uze Wibaruke nkumu Heburayo kazi uritanga cane knd ndabikundira
Mukama.!shetani nimbwa sana ntakunda ivyiza .Dacia mpole .courage mes cheries .Imana ibahe umugisha
Je salue votre courage et votre esprit d'aimer d'autres personnes en difficulté .Siren Vibes Tv muriko murakorera igihugu neza allez de l'avant turabashigikiye
Papa Hosy😍
Hosy, Dacia na Nikita Imana ibahezagire
Ndashaka tuzojane nanje ndababonereho bcz ndabakundaaaa
Igikorwa ciza Can imana izobibahembera🙏Hama Hosy nahindure inyambaro Ubu ntakiri kuri taille yarabay déformé gato harimpuzu zitakimubera nkiyo shati wapi ntikuberey chr ,zuraba ibikubera bijany na taille ugezeko❤
Courage les filles mukora ibikora inka hama Nikita Imana ihabwe ici ahuri yagushumbushije❤
Hosy 🔥🔥🔥
We rise by lifting others. Muratesa nukuri. God bless your heart, work, and your health
Pol nukur❤❤❤❤
Imana ibahe umugisha 🎉🎉🎉
Umvukuntu hosy avuze ngo ngomusi indani mumazi muri tanganyika ngoharihamazi arikarabira ngwashushe 😂 kandi babivuga bari series nukuri 😂 abandi ngo uuh ngwego 😂😂 ndabakunda nukuri 😂❤❤❤❤
Icogikorwa niciza Imana izobahezagire nukuri
Salut Dacia et les autres !! Courage🙏🙏🙏 wagitega👍👍👍
Yooo nukur abatanz Bos iman ibahezagir nukur
None Hosy dred wamaz gukuramwo😂😂😂 nawe karabaye😂😂😂
Mpore Dacia
Ukuntu musa neza 💋💋Imana ihezagire ibikorwa vyanyu
God is good❤
Yiooo byiza disi
Courage ba dada bacu,
Bsr niho nkibona ikiganiro mwoba mwarahejeje?
Dread bye😂😂😂 Hosyyyy
❤
Basha ngiye ku mavi kubandanya dusengera Uburundi, hari vyinshi numva umenga ningwano zo mumwuka, nivyo shetani ishaka kudutesha umutwe ibibazo gusa, les filles vous êtes des heroines, des porteuses d'espoir, ndabatuyeko inkomezi ziva muri Yesu, Imana igumizeko ikiganza cayo kuvyo mukora
Hari umuntu yabonye ndiko nda posta irya lien yanyu ya fundraising, aba mutanga nord yavuz ko inzu yiwe yahiye adafise uko agira kandi ari muri pension umugore akaba amugaye ari impumyi ngo ashaka uwobafasha guterereza😢😢😢, ibintu biriko biraba buja vyerekana yuko shetani ariko atera akagere kanyuma 😢😢😢
Muhezagirwe
Ndabira ukunt mubegwa nimishatsi naturel atarivyabint vyokwongerako am wigi muraryohey ijishoooo
Hosy ndakwemera San ariko jewe shak kuvugan na rap goriyati
Yihangane azokira n bk bk
Komudatanga numero zanyu?
Dushimire abamaze kwitaba akamo mwabateye
Siren boutique iri maja he kugira nzozane impuzu nanje
20:39
Hosy 🔥🔥🔥
Je salue votre courage et votre esprit d'aimer d'autres personnes en difficulté .Siren Vibes Tv muriko murakorera igihugu neza allez de l'avant turabashigikiye
Komudatanga numero zanyu?
Hosy 🔥🔥🔥