Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Itsinzi nigwaw maze lmana imbere nkund ibikogw vyaw to much fanny ♥️♥️🙏🙏♥️♥️🙏
Hosy na Fanny mwebw murabadamu bicitegererezo ❤
🎉 courage Solution woman ❤
Number one 🎉Welcome Fanny wacu uzoba uwambere chr tuzokora ivyo dushoboy vyose urazi ko tugukunda🏆🏆🏆
❤❤❤❤❤❤❤nkunda hosy ingene afise ubwenge bwo kubaza nkanakunda Fanny ingene yishurana ubwenge BG UP sana✌️✌️✌️♥️♥️♥️🥰🥰🥰🥰
Fanny nimwitagatire mwana turagukundacane❤❤❤ 🎉🎉🎉
Courrage Fanny Imana ikujimbere uzokwibaruke nkabaheburayokazi uwo numugisha Imana itanga❤❤❤
Hosy ndakunda caaaane ikiganiro caw uri kumwe na Fanny umubaza ibibazo vyiza pe❤❤❤
Ikiganiro ndakimaze kuber Fanny lavine 🎉❤mukunda kubii❤❤🎉🎉🎉
Jewe nahejeje mission kabisa.ndamwipfuriye amahigweyokuba uwambere Fanny wanj❤❤❤❤
Hosy kumenga usigaye uri sérieuse cne❤❤❤
Nahejeje emission🎊🎊muri aba graves❤
Nahejj émission knd ndabakunda caaaneee Siren muter'imbere Fanny nae courage mwihiganwa
Sinocira hagati emission irimwo Fanny lavine❤❤❤😂😂
Ariko narikureka guheza emission nabonye Maman lao Solution couple naho Nono atanje Ubu murumwe Hama Hosy urakoze Nawe kuzana Fanny wetu murino misi uriko uranryohera kuba Star hariho nabandi niteze knd Bari kukivi kwel.Fanny wewe urumuntu wacu nzogutora nivuyinyuma knd uri number1.hama chr Wang Hosy kontakubonyemw baraduhemukiye kbs kiretse waravyanse ubundi vyaringombwa❤❤
Huyo ni wetu tunamujipendea bure Fanny lavine wetuuu❤
Ndabafana❤❤❤ les femmes fortes🎉🎉🎉
Ntakiganiro ca Fanny ntorek kumara uwo nuwanje❤❤bamwita mama wabo❤🎉
Hosy vrt akokazi kawe kweli ugakora neza caane vrmnt urazikubaza wallah🎉
Hosy n'a fany lavine mwunveko ndabakunda caane❤
Maman 3FA niwe azotsinda ntanuwundi🥰
Nanj nkab ndayihejeje Emissio yariteusa😘❤❤❤❤
Nahejeje emissions ndabakunda❤️
Ndamaze ikiganiro cose Ahari Fanny sinohabura🥳🥳🥳🥳
Fanny Lavine tu es mature et brave. Vraiment hejuru cane❤
Waoo ndabakunda mwese❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Ndabakunda cane nagihejeje PE ikiganiro mwubahwe cane❤
I’m so proud of each one of you ladies 💐💐🫂
ndabakunda ba Mama bubwizaaaa❤❤❤❤❤
Ndayihjj 💃mamalao hejuru cn Turagukunda urabizi❤ knd twam dutsinda
❤❤ Fanny hejur cn nanj ndakund kurab ibiganiro vyany n'a hosy bib biryosh cn kand Fanny courage cn uzotsinda niwew wacu❤❤
Jewe ndahejeje kbxa Fanny ndamukunda ahri hose ham itsinzi niyawe mamy humura turi inyuma yawe❤🎉
Ndakunda fanny lavine knd courage ma chr
Jew nahejej émission💐💐💐q😂💐💐 merci Fanny Lavine on t'aime bien❤❤❤❤❤
Fanny Lavine ndagukunda pe courag 🙌🙌🙌🙌🙌
Ikiganiro mwahuriyemw mwese nategerezw kukimara kuko ndabakunda cnee❤❤
komera cane ikiganiro ca hosy na fanny ntegerezwa kukimara kuko ndabakunda❤
Hama Fanny Ubunyene ndakubonere ku UMUBITO ubunyene
Mrs urugo mamalao ndagukunda kubii
Maman 3FA❤ wirambire Imana ibandanye yuhira ahigejejikora nda❤
Courage mamao niwe uzoba uwambere❤turagukunda canee 🎉
N'ukuri nakimaze 🤭🤭 najew ndumiweNdagukunda di Hosy ❤
Nahejeje émission osy courage ubirimw nez
Fanny ukwizera kurarema mwiza ❤ Turagukunda
Courage fanny lavine
Nahejj émission ❤❤
Nahejeje emiss osy❤
Fanny ndagukunda cneee❤❤❤❤❤
Hosy big up sana nkwigurako gwse hamw na fanny mwatumyemba umuntu ashikama mubihe vyose thx🙏🙏🙏🙏🙏
Ndahejej émission najew ❤❤
Ndabakunda beza banj❤️❤️
Nahejej emission ❤❤❤
Ndahejj émission 🥳🥳😂❤️
❤❤❤❤❤😂😂😂😂Fanny lavine So far🎉
Emission yanyu sinoreka kuyiraba yose🎉❤❤
Nahejej émission 🎉🎉🎉🎉
Hosy na Fanny ndabakunda cane
Harakant mama lao avuz 😂😂😂😂you are blessed woman🎉🎉❤❤❤❤ fearless mama😂❤ ngukunduk vrt😂
Nahejeje Emission yosee😊
Nahejeje émission courage😘
Twari tubakumbuye basha❤❤❤🎉🎉🎉😅😅
Émission nahejeje ms vyarananiye ukuntu nomutora azorabe atwereke ukwo tubigenza
Turakuzi di Fanny wacuuu
Twebwe twarabuz ingen dutora vyuts nsang ikiganiro ndakiravy ijoro ndakunda hosy
Jewe nayihejej émission 😂😂😂jew ndakaze
Kuberiki maman Siren utarimwo muri liste yaba influencer
Nanj vyarancanze j birya bintu ndakeney uwo bazontora vrt kuko simbona barya bantu Aho bahurira
Nahejeje emission😂 mama wabo ntaworeka kumukurikirana❤
Jewe narinaray ntayimaze nayizindukiyeko😅😅😅😅ndaku nda ibikogwa vyanyu sana
Nahejeje ikiganiro cose hosy😂😂😂😂😂
Wow wow courage cane 🎉
Baraje bakate uduceduce murikikiganiro nkakumwe babigirira Alvela Muhimbare hanyuma bakwirakwize hose ko warwayinda numuntu utaramenya kandi ari Film uriko urasobanura Filme uzogaruka ubisobanure
Uzosinda mwiza courage
Hii, uratubwira ingene batora tuzogutore mwiza wa Norasque
jew vyananiy kbx ❤❤🎉
None yoreka gutsinda gut?❤❤❤🎉🎉🎉
Ndahejeje Émission najewe
Nahejej émission.kandi Fanny vews mu Burundi zibuzwa na connexion
Courage caneeee turabakunda
Ndagihejej 😂😂😂aba hustler women's
Ndahejeje émission
Nkeney link ya fanny lavine ndamutore
Maman Lao ndisabiy akazi mur'abo ushak guh akazi arik jew sisanzw suzugur ivy gukin film par contre ndabikunda
Courage
Uzotsinda sh Fanny twubwire gusa aho tuzoca bizohava biducang
emission nayihejeje
Nahejeje yose kweli @hosy
Nahejej émission
Azotsinda❤🎉
Fanny turagufan vyase Ko tugutora irya link iragoye
Nzoza nkukinire sha fanny
Émission nayimazeee
Naje nahjj émission hosy
Jew nama numva ngo fanny afise abana batatu none uwugira gatatu yamusizehe kwataboneka
Ntuzozindwa maman Lao courage courage
Nayihejej vrt hosy naho noca mfatigwa mbanzi kwikiganito caw na fanny kitoncika vrt
Nn nkubaze wokwagurira amaguru umuhungu utamukunda mwovyarana utamukunda ahowewe uru indaya
Maman Lao ahubwo raba Hasy mumuhe azokine rimwe , mwoduza Ama vyuzi menshi caaane.
Kandi sha😂😂😂
Hosy yarakinye mumupfakazi igitangura
courage maman lao vrmt
Fanny Yezu aguhe kuzibaruk neza mwiza
Bonjour ndabakunda
Itsinzi nigwaw maze lmana imbere nkund ibikogw vyaw to much fanny ♥️♥️🙏🙏♥️♥️🙏
Hosy na Fanny mwebw murabadamu bicitegererezo ❤
🎉 courage Solution woman ❤
Number one 🎉Welcome Fanny wacu uzoba uwambere chr tuzokora ivyo dushoboy vyose urazi ko tugukunda🏆🏆🏆
❤❤❤❤❤❤❤nkunda hosy ingene afise ubwenge bwo kubaza nkanakunda Fanny ingene yishurana ubwenge BG UP sana✌️✌️✌️♥️♥️♥️🥰🥰🥰🥰
Fanny nimwitagatire mwana turagukundacane❤❤❤ 🎉🎉🎉
Courrage Fanny Imana ikujimbere uzokwibaruke nkabaheburayokazi uwo numugisha Imana itanga❤❤❤
Hosy ndakunda caaaane ikiganiro caw uri kumwe na Fanny umubaza ibibazo vyiza pe❤❤❤
Ikiganiro ndakimaze kuber Fanny lavine 🎉❤mukunda kubii❤❤🎉🎉🎉
Jewe nahejeje mission kabisa.ndamwipfuriye amahigweyokuba uwambere Fanny wanj❤❤❤❤
Hosy kumenga usigaye uri sérieuse cne❤❤❤
Nahejeje emission🎊🎊muri aba graves❤
Nahejj émission knd ndabakunda caaaneee Siren muter'imbere
Fanny nae courage mwihiganwa
Sinocira hagati emission irimwo Fanny lavine❤❤❤😂😂
Ariko narikureka guheza emission nabonye Maman lao Solution couple naho Nono atanje Ubu murumwe Hama Hosy urakoze Nawe kuzana Fanny wetu murino misi uriko uranryohera kuba Star hariho nabandi niteze knd Bari kukivi kwel.Fanny wewe urumuntu wacu nzogutora nivuyinyuma knd uri number1.hama chr Wang Hosy kontakubonyemw baraduhemukiye kbs kiretse waravyanse ubundi vyaringombwa❤❤
Huyo ni wetu tunamujipendea bure Fanny lavine wetuuu❤
Ndabafana❤❤❤ les femmes fortes🎉🎉🎉
Ntakiganiro ca Fanny ntorek kumara uwo nuwanje❤❤bamwita mama wabo❤🎉
Hosy vrt akokazi kawe kweli ugakora neza caane vrmnt urazikubaza wallah🎉
Hosy n'a fany lavine mwunveko ndabakunda caane❤
Maman 3FA niwe azotsinda ntanuwundi🥰
Nanj nkab ndayihejeje Emissio yariteusa😘❤❤❤❤
Nahejeje emissions ndabakunda❤️
Ndamaze ikiganiro cose Ahari Fanny sinohabura🥳🥳🥳🥳
Fanny Lavine tu es mature et brave. Vraiment hejuru cane❤
Waoo ndabakunda mwese❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Ndabakunda cane nagihejeje PE ikiganiro mwubahwe cane❤
I’m so proud of each one of you ladies 💐💐🫂
ndabakunda ba Mama bubwizaaaa❤❤❤❤❤
Ndayihjj 💃mamalao hejuru cn Turagukunda urabizi❤ knd twam dutsinda
❤❤ Fanny hejur cn nanj ndakund kurab ibiganiro vyany n'a hosy bib biryosh cn kand Fanny courage cn uzotsinda niwew wacu❤❤
Jewe ndahejeje kbxa Fanny ndamukunda ahri hose ham itsinzi niyawe mamy humura turi inyuma yawe❤🎉
Ndakunda fanny lavine knd courage ma chr
Jew nahejej émission💐💐💐q😂💐💐 merci Fanny Lavine on t'aime bien❤❤❤❤❤
Fanny Lavine ndagukunda pe courag 🙌🙌🙌🙌🙌
Ikiganiro mwahuriyemw mwese nategerezw kukimara kuko ndabakunda cnee❤❤
komera cane ikiganiro ca hosy na fanny ntegerezwa kukimara kuko ndabakunda❤
Hama Fanny Ubunyene ndakubonere ku UMUBITO ubunyene
Mrs urugo mamalao ndagukunda kubii
Maman 3FA❤ wirambire Imana ibandanye yuhira ahigejejikora nda❤
Courage mamao niwe uzoba uwambere❤turagukunda canee 🎉
N'ukuri nakimaze 🤭🤭 najew ndumiwe
Ndagukunda di Hosy ❤