Vraiment ivyiza biri iwacu biratey igomwe mashallah🎉❤ nimba ata muntu yo gira publicité mugiswahir Asha ndi pre nimuntumire nzoza 🎉🎉🎉🎉🇧🇮🇧🇮🇧🇮lov u Burundi my country nakupenda San inchi yangu
Congratulations Gael kuri video nziza. Ubutaha nibigushobokera uzasubireyo na team yawe mukore video nkiyi ngufiya 15 minutes max muri English na French. Byafasha cyane gukora marketing kubazungu ndetse nabanyafurika bavuga izo ndimi. Iyi Hotel birakwiye ko isi yose iyimenya kubera ubwiza bwayo na location iriho.
Nimba wemera ko uri umurundi.kandi ur proud mump like please 😊❤
Wonderfull🎉❤ ... But muze muragerageza hagez kwa mamaza ibibanza nkibi muze mubishira nomundimi mpuzamakungu kugira ningezi zimenye Nico muriko muravuga😂
Bonne idée ❤
Vraiment ivyiza biri iwacu biratey igomwe mashallah🎉❤ nimba ata muntu yo gira publicité mugiswahir Asha ndi pre nimuntumire nzoza 🎉🎉🎉🎉🇧🇮🇧🇮🇧🇮lov u Burundi my country nakupenda San inchi yangu
Sha uwudashima kuba umurundi nukuri yarahumiwe,akeney amasengesho.
From Canada 🇨🇦 I will be there soon
Welcome
Yeah
Congratulations Gael kuri video nziza. Ubutaha nibigushobokera uzasubireyo na team yawe mukore video nkiyi ngufiya 15 minutes max muri English na French. Byafasha cyane gukora marketing kubazungu ndetse nabanyafurika bavuga izo ndimi. Iyi Hotel birakwiye ko isi yose iyimenya kubera ubwiza bwayo na location iriho.
Gaël ntugarukire ngaho, twereke nibindi kuko rumonge harivyiza vyinshi cane
Rumonge irarenze kbx
How Burundi is so beautiful!❤🇧🇮
Il est beau mon pays🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Shahu vuba ndahaza numutware wanje 🥳🥰 tuvyatse kbx
I love Burundi. So authentic. May God bless your leaders and the people.
Excellent Big up saana Musaza ibintu wabikoze neza
Wow.Ukoresha drone ubu.proud of you Gael❤
Gael nukuri akazi ukarimwo kose. big up sana
Wouw ndanyuzwe caaane. I Burundi i wacu hari ivyiza vyo kwiryohera🎉🎉🎉❤❤❤
Umukubito tv❤❤❤
Waw mbega ivyiza yewe nihonzoza kuruhukira iwacu niheza
Ndaryohew ni heza cane. Courage muguteza imbere igihugu cacu c'Uburundi
Gaël IMANA iguhezagire cane kuba washitse muri rumonge yacu kutwereka ivyovyiza vyuburundi
Gael,Imana iguhezagire kutwereka ivyiza vyo mugihugu cacu
Gael ndashima cane ukuntu wama werekana ivyiza vyigihugu cacu , jewe mba hanze yigihugu cacu ariko nkunda igihu canje, komera kubikorwa vyiza ukora, Imana iguhezagire
sha urakwiye 1 millions yaba subscribers kueri
❤❤❤❤❤❤imanihoraho ibanenamwe ihezagire ibikorwa vyamaboko yanyu
Ngaho rero ahonzoza kumarira stress za 🇺🇸
Niba ntacyo bigutwaye twamenyana
Nitwa Christophe Nsanzabandi
Hello
Nitwa Kwizera mba Canada 🇨🇦, ndashaka kuzoshika ngaho umwaka uza muri summer
Ndashaka uzoronka information zikwiye imbere yuko shika
@@KC-wj7yhbaguhe ayo makuru
Excellent vuba ndaza kumbe urumuhungu wanje nzomukuzanira mazina yawe vrm haranezereje pe
Just urakora neza ibiganiro ariko hari akantu ukwiriy guhindura kenshi iyo urik uvuga ivyiza vyahantu wagiye ntabwo nigera numv uvuga adress aho hantu haba haherereye ndavuga nka #komine #zone ndetse nukutumba aho biba biherereye kugir vyoroh numuntu atari umurundi ariko ashobora gufata taxi akavuga ati nja aha naha hitwa uku
Any way thnx
RUMONGE -KAGONGO RN3 PK 59
Province:Rumonge
Zone:Kizuka
Colline:Kagongo
Quartier:Kivo
PK 59
From USA ndafana umurundi cane peeee
Félicitations Gaél
Dope,❤❤❤ house in the lake.
Nukuri pe iburundi kubantu bifitiy uburyo ivyokuryohegwa birahari. Ikindi uyumunyamakuru ari mukazi araz icogukora
Kumbe ivyiza iwacu biruzuye🤔🇧🇮🇧🇮❤❤❤
IL est Beau mon pays Burundi 🇧🇮
Ahanirazima ntashe❤❤2025 ndahashik mare nkimisi❤❤
Koodos kuri videographie, mwagiye en détails bisa meza cane, na interview iraryoshe kumviriza avuga ikirundi ciza👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾
What a gorgeous place 👏🏿👏🏿👏🏿
Hitwangiki nzaze kuhamarira ibibazo byanailobi❤
Shika Mawimbi 🙌🏻🎉✨🎉
Gaël kuyindi mpwemu😂😂😂
Burundi mon pays 🇧🇮🇧🇮🥰🥰🥰❤️❤️ Rumonge yacu habaye neza, ndabonye ahonzoza guhereza stress zo mumahanga pe🎉🎉🎉
Komera musaza umwana wigihugu❤❤❤🎉🎉
Niheza di❤❤
Rumonge my home town murahankumbuj ifire yambera nimuri sunstone ndahakumbuye.
Gael Touring places videos are entertaining ,keep giving kinda content its really shows the beauty of our country🇧🇮
Muduhe tarif zivyumba muzoba mukoze
This is wonderful place🇧🇮🇧🇮🇧🇮✌🏿👌🏾😊
Mutubwire uwo muntu yabakorey decor kuko ivyiyumviro vyiwe si ivya hano hafi
Habura ikintu kimwe Gus Nta Connection bagira Icyo nyn ibindi n bon
Use starlink
Shine Burundi🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤
Ibarabara Bujumbura-Rumonge rimeze gute?
Partie imwe ni bon.
Ahandi haracar en cours de construction
Gaël on the top,n,aband bicare bige
I love this one!
❤❤❤❤ courage Ga1
Can’t wait to come to Burundi
Umunsi naje 🇧🇮 ndabonye ahantu nzotemberera❤
Nice one
Sha ndashizwekwerii kumbeivyizankivyo birabaho🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Da way da way da burundi way ❤❤💪💪💪
Ibarabara ni ryiza cane👌👌
Sunstone beach ⛱️ we are the champions
Nangahe iyo nzu kuyifata?
.waaaoooo❤❤❤❤Burundi bwa
Cu❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
C'est un paradis nukuri 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Good kbs
Yes our country is beautiful and blessed ,just it lacked visionary leaders
Rumonge hejuru 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤Burundi hejuruuu caneee
Rumonge ndo nyumbani 🇧🇮💯👌
Sha ntacohabaye wallahi❤❤❤❤❤❤
Just wawuuuuu ❤
Vuba turahashika kabisa 😊
Burundi igihugu ciza iwacu murumonge RMG NO1
Hejuru❤❤
Amenî san Gael nagupenda saaanaa
Gael uvuze ifanta😅😅😅😅😅😅😅😅
Safi sana🇧🇮👌
Gaël nukur uyumusi udukoreye umuti wubahwe❤❤❤❤
Juste Gael ari muri compétition na Arsène Bucuti😅😅
Very good
Tubwire i biciro navyo twumve akabirya😅😅😅
Umetisha hushula none😂
💕💕💕💕💕💕💖my country 🇧🇮
Garlic, wubahwe. From PA, US, to Sunside Beach, Rumonge! I have a few questions, but it does NOT matter. I just wish you all 😊SUCCESS!
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮Burundi bwacu burundi buhire
❤ ibint ndabona nivyiza m ingoran dufisemuburund, iyohaj abakerarugend vatavug ikirund mucamubasab amafarang mensh. Ubushiz natemberey urubug gumuzumg arah nsang yarandits k muburund yahaj agiyegufat ihoter yegerey ikiyag bacabamucir 8000$ ijororimw. Bro noe mugumyemwaguk nkuk muzoronk abazababitur???? Mwoshak mwopunguza
Gael komera uranduhura canee
Ndemeye kabisa niheza pe
Burundi my country🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪💪
Nukuza kurira ama rial ngaho pe hararenze ❤❤
😂😂😂😂
Kwetu Rumongee❤❤❤
Ubundi Gael niwe wanje urashoboye uratwereka uburundi neza kabisa komeza
Rumonge people let's gather here ❤❤❤
Burundi bwacu❤❤❤❤
Urahushura umuhushuro? Hushura none😂😅😅
Uburundi hejuru
Ni heza pe!
Niheza nukuri 🤔🤔🇧🇮🇧🇮✅
Umuntu yaraye kwitanganyika
Nukuri nibintu vya bien sanaaa 👏🎇🎈🇧🇮🇧🇮💐🥰🇧🇮🇧🇮
I burundi niheza cane
Kuyindi mpwemu idasanzewe aho ni muburundi bwa nyaburunga
Beautiful 🇧🇮 iwacu
Ah hantu niheza pe❤❤❤❤❤