BRUCE MELODY ahaye ubutumwa ABARUNDI//Urukundo mwanyeretse//abansi banje bamenyeko//umuziki w'ubu
Вставка
- Опубліковано 16 вер 2024
- BRUCE MELODY ahaye ubutumwa ABARUNDI//Urukundo mwanyeretse//abansi banje bamenyeko//umuziki w'ubu
@BruceMelodie
#diaspora #primusic #rwandanmusic
Bruce weeee ndagukunda cane lmana lkumpere umugisha utagabanije ndumurundikazi ariko nkunda ukuntu utwenga ukavuga yuuuuhuuuuuu
Ikintu nkundira Melodie ntagitima kibi kbs aguma yisekera agira inkirigisi 🥰
Numu happy no stress
Ariko ndagukunda nukuri Bruce melodie wibereho utababye muhungu wi Imana
Kuva Gael agize interview na president urabona ko hari icahi ndutse,baratanguye kumuha agacirio,jewe namye ndaba ama interview yiwe kuva kera,tres professionnel,nta vyacitse ariko abantu bakaze baja ku yandi ma chaines.Ubu urabona ko babonye agaciro kiwe,abavuza induru ata kuntu nabo batazwi, courage akazi niko kivugira pas les blablabla
Love from kigali umukubito tv urarenze cyn
Love from Kigali Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Umu jurunalist wa1 ibuja yox 🇷🇼🇷🇼✌✌
Nibyo
Ikiganiro kiryoshe can
Uyumugabo afise ubwenge wumvirije ukuntu asubiza ibibazo bamubajje , abaririmvyi bacu bigiriho Kandi kwiga sibibi pe!
Sha bluce uru mu comedien uruhande rumwe
My favorite artist ❤❤❤🇧🇮
Gaël big up sana brother🥰 uri mukazi kose🤞
😂😅 no Bruce you kill me😁😁😂 why utabaye singer and comedian 👍🙏 respect to U bro..
Gael respect kabis ubikora neza muhuye numutype ari hit kubiganiro
Mwubahw kbs Gaël Big UP san
Love from Rwanda dukunda umukubito
Umunyamakuru asigaye yarabaye very professional. Umutumirwa nawe aciye ubwenge. Interview nziza.
Umunyakazi Sha !!big up Sana juste Gael ubirimwo neza🤜🤛
Gaël hejuru bruce melody mura matching
Big up Gael Justino
Igitangaza🎉
Ariko Bruce iyo araba umuhanzi, yari kuba umunyamategeko , kuko yamana inyishu ku munwa, yishura neza , ukabura aho umuca 😊
best interview ever Rwanda♥♥
Bruce ndakwemera mean uzakorane indirimbo na diamond platinums
Bruce Melody ni hejuru cane kabisa 💪🏾
Bruce ndagukunda from Rwanda ndagukunda peeeeeeeeeee
Melody ugomba kuhakongora ndabyizeye buja bakwitege kbx❤🔥🔥
Gaël courage brother wngù hama Bruce Mélodie nukuri courage nawe.hama numuntu yiyumvira cane mukwishura ibibazo ariyumvira cne mukusubiza question abandi babakurire isomo
Umunt wanj Bruce Melody🎉🎉🎉
Kalibu kumukubito Bruce Mélodie
Bruce molody ✅✅✅✅✅✅🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👌👌👌👌👌👌umunyakazi.
Ikiganiro ciza cane👍, ingene mutwenga munezerewe , birashimisha cane
Ntamutima mubi wigirira bruce hejuru
Bruce turagukunda to much from 🇧🇮🇧🇮
Wow umukubito hejuru🇧🇮🇧🇮🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸
Umuhushuro 🔥
Ni munyakazi koko🇧🇮🥰🔥🔥🔥🔥
Call Him Munyakazi may God protect u urya ivyurundeye maze😂😂😂😂😂😂🇧🇮♥️
love you merodie ndakwikundira ukuntu fisumutima mwiza kamdukunda bandi❤❤❤
Tekana Ça va aller, T'inquiète biraza kugenda neza
Wow ntavyinshi ♥️❤️🇧🇮🇷🇼🇿🇲
Bruce melodie we talented 🇧🇮❤🇷🇼💯✅🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥👊👊👊👊👊👊✌✌✌✌
Pokea sifa kumbe wayisohoye nkogishimira IMANA yagukuye mugasho,kabixa uzahore uyishimira kila siku kwl
Courage Bro!!!
My fav artist😍
Bruce Uvuga nka D One ndake Song yanyu yoryoha pe Gusa igo ukomez uyarya Abayabamw yarabananiy Mr Umunyakazi ❤
love from Rwanda
Ntanakimwe 😂😂😂😂😂imisi ikaguma iza😂😂😂😂😅😅😅Bruce ntamutima mubi afise indirimbo zawe tuzozivuza turi mugitanda nabagabo bacu😂😂😅😂😅😅😂😅😂😅😂😅😂
Wowoooo so amazing
Gaël umunyamakuru azi umwuga ajejwe.Ndagukunda uvyumve❤️❤️❤️❤️❤️
Gael, vyovyo uri umukozi❤
Bluce mélodie ndagukunda ❤❤❤❤❤❤❤❤
Thanks to @Our Bruce Melody .love from Rwanda🇷🇼🇷🇼
Iki kiganiro❤️❤️
Love you from akawe comedy
Un bon interview 🔥 Ni Karibu i Burundi 🇧🇮
Munyakazi wacu komeza utsinde tukurinyuma sana bro
Hejuru cane juste ☝️🔥🔥you can do more than 🍻
I can't believe that i did not skip for even 1sc 😂😂😂😂 Bruce next time naho uzoba uborewe uzokure amarori 😂
Courage sana my Big brother Juste Gaëlle.nsanga mogadisho kwa shababu nguhe Émission ndi muru fire😂 love from sailo soldier boy Burundian Military artist in FDNB ❤
Fanya kazi bro. Courage
Courrage sana mutoto wa taifa
NUMVISE NDAGUKUNZE NKUMUKUNZI WIGIHUGU CANJE
IMANIKUZIGAME
Moon pool ml opportunité ml môm
From Bubanza 🇧🇮😂😂😂
😂😂😂😂ego disi bubanza iwacu
Love from rwanda
Yeah man 👨 take five
Uyu mu type ari humble sanaaa😂😂😂😂
Rega abafana turabantu BAFISE kwiyumvira dukunda akazi ukora
Bruce Melody WE love so much 🎉🎊✨
Nice
Ndagukunda wange
Njya nkujyana kukazi? Rero nawe ntukanjyane mukawe😂😂😂😂😂😂 broz is effortlessly funny😂😂😂
Gael ntusinzira!una kitu utafika mbali ❤❤
He is a vibe 😂😂
bruce melodie we love so much
Uyu mutipe nintwari kbsa
Abo dukunda bahuye❤❤❤
Cool
#yuhuuuuuuuu 🇷🇼&🇧🇮 ✌️&❤️
Bruce melodie❤and juste Gaël❤
Juste Gaeeeeeele 💗💗💗
Hejuru cane🌊
Pro courage mr mukubito ndu mu fas wawe
Ikiganiro iraryoshe cane
you are the best
Huyo jama Ako sawa uku Kenya wanamujua sana
nice hangout
This guy is a star indeed.
'''o''o''o''o'o'o''''''o''o''o''o'o''o'o'oo''
O'''no'o''oo''''o''pno''o'''o'p'''o'p''o
Melody wacu we love you so much/Patrice kayonza
Kuyind pwem idasanzw 🔥🔥🔥🎶
🤞🤞
Bruce melody welcome back ❤❤❤
Bruuuuce
Munyakazi❤❤❤❤❤
❤
One love burundi 🇧🇮 and Rwanda 🇷🇼 ❤️
Uyu munyamakuru azi kubaza neza mukinyabupfura .
Umuhushuro buuu
Yuhuuuuuuu❤
Ikiganiro carushirijeho kuryoha kuko mwese mwahuye mukunda gutwenga. Big up to the #UmukubitoTV 🤜🤛
Bluce melodie ndagkwikundir tu
Uyu mujama ndamukunda sana kubi
Love from Rwanda, guys where are you?